Abagabo bo muri AUSTRALIE twaragowe//DIVORCE irishe INGO z'abarundi//Abakobwa benshi bashitseyo

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 3 ม.ค. 2024
  • Abagabo bo muri AUSTRALIE twaragowe//DIVORCE irishe INGO z'abarundi//Abakobwa benshi bashitseyo
    #divorce
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 87

  • @desireirambona2319
    @desireirambona2319 5 หลายเดือนก่อน +3

    Abazungu basega nibake cane gose cane kandi barafashwa, bagwaye, ibifungugwa n'aho barara. Ariko nkabanywarumogi, inzoga barasega. Ntiwogereranya n'aho mu Burundi, abarundi basegerereza ari benshi abamayibobo. Aho nagira nibutse umutumire ko yibagiye gutanga umuco. Ngaho muri Australie vyifashe neza, sicokimwe na za Rumanie, nibindi bihugu vyabazungu bikenye k'urugero rw'ibihugu vy'iburaya. Il faut le préciser, apana ku blagua😊😊😊

  • @rosenzeyimana7120
    @rosenzeyimana7120 5 หลายเดือนก่อน +3

    Birababaj cane kubona ,umuntu akwitangira ugahita umuhemukira😢 Ikiganiro ciza cane komera John Key ,abarundi turagukunda cn

  • @innocentbangirinama5008
    @innocentbangirinama5008 5 หลายเดือนก่อน +7

    Si Australia 🇦🇺 gusa na USA 🇺🇸 za Canada 🇨🇦 hose Nukwo uvuga ukiri 🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @apprentissageniyongabo3916
    @apprentissageniyongabo3916 5 หลายเดือนก่อน

    Umutumire aranshimishije. Imana imuhezagire cane. N'umukozi pe. His the biggest Man. Il inspirera plusieurs jeunes. He is so intelligent.

  • @saidamrani4435
    @saidamrani4435 5 หลายเดือนก่อน +5

    Gael uwomuntu avugishije ukuri nino i buraya niko bimeze ,nabino nukonyene abakobwa babarundi basigaye abanyamahanga babita ko bari gentille ko batanga gratuit, nukuri nimudufashe abagabo turarushe

    • @christainc.5217
      @christainc.5217 5 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂nikunyitwarire jewe ntekerej😂😂

  • @Joachim-Smith
    @Joachim-Smith 5 หลายเดือนก่อน +4

    Abafana ba Joachim Smith murabe John k-ay mumuhe amashurwe yiwe 🎉

    • @christainc.5217
      @christainc.5217 5 หลายเดือนก่อน

      Komera joachim😂😂

  • @rwandamum8323
    @rwandamum8323 5 หลายเดือนก่อน +1

    Mujye mwitwara nkabanyaburaya mugeziyo.muzubaka zigume.

  • @user-rt7ml2re4u
    @user-rt7ml2re4u 5 หลายเดือนก่อน +2

    Iyikurikira uzoyihe. Rock ayisobanure

  • @HusseinMohamed-hv1ow
    @HusseinMohamed-hv1ow 5 หลายเดือนก่อน +3

    Bonsoir Juste Gaël.
    Merci ku kiganiro mugiranye n'uyo mwenewacu.Ngo ni umu "diaspora". (...!!?).
    Tuhabonera kandi tuhumvira vyinshi.
    Sinobandanya commentaires ..pour des raisons ntovugira aha kurubuga ( par respect de ...)
    Ahubwo nimba bikunda, ndafise ico nokubwira(inbox)...kugira content ibe nziza, y'ukuri kandi yigisha bigashimwa.
    Gira Imana yuhire!

  • @laparole8072
    @laparole8072 5 หลายเดือนก่อน +1

    Uri umugabo ufise umutima❤

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 5 หลายเดือนก่อน +2

    Wooooa barabure babwizukuri iyooooo😮😮😮😮😮😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @cecilebukuru2298
    @cecilebukuru2298 5 หลายเดือนก่อน +1

    Batubwirire muhungu wacu.Babimenye ko kuba hanze bidasobanura ko amafranga tuyatora mw ibararabara.

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 5 หลายเดือนก่อน +2

    SHA bucuti nje nibaza ko bimugora kuko wc zo mundege ni nto cane

  • @regismfuranzima6312
    @regismfuranzima6312 5 หลายเดือนก่อน +4

    Ukeneye kubaho umerewe neza reka kurongora nimwe mwitera ibibazo

  • @jacobirankunda6913
    @jacobirankunda6913 5 หลายเดือนก่อน

    ivyo aba babwira true

  • @remesha
    @remesha 5 หลายเดือนก่อน +1

    Si muri Australia gusa ngirango nihose, Europe nagahebuza! Harimbaraga zumwiza ziteza divorce mwibibihugu

  • @francescafrancesca8901
    @francescafrancesca8901 5 หลายเดือนก่อน +1

    Yashatse kuvuga ko nahone abasegerereza bariyo.
    N'aho atari ku rugero rumwe ariko bariho kuko n'iterambere ntibinganya. Ariko abasegerereza bariho.

    • @virgilekelvin8493
      @virgilekelvin8493 5 หลายเดือนก่อน +1

      😅😂Abo basegereza soit drogue iba yaramwishe ou ubuzima akaba atanutiganijwe neza ntawuja mubarabara uki nyene

  • @user-sf8jb5hp4f
    @user-sf8jb5hp4f 5 หลายเดือนก่อน

    ewn Ndi Dubai Gsa ndashaka Kuzaa Australia , Ndashaka Uwoba close yanjy akampa ama Tuyeax akwie yahoo

  • @francescafrancesca8901
    @francescafrancesca8901 5 หลายเดือนก่อน +2

    Reka kubesha ng'ufashe umugire neza azokubera mwiza agukunde,
    ico nikinyoma ahubwo umufashe neza uba umuhaye inguvu zo kukubabaza kuko aca abona k'uri i rofa.
    Reka reka wewe nyene ugomba usohore film yitwa fear women.
    Abana ba Eva n'aba Eva nyene.
    Ahubwo wopfuma umufata nabi nivyo mbona bikwiriye.

  • @AhishakiyeJoselyne-ir4sx
    @AhishakiyeJoselyne-ir4sx 5 หลายเดือนก่อน +1

    Mur 13 min nkab ndahashits

  • @didiniyo1063
    @didiniyo1063 5 หลายเดือนก่อน

    John k kumbe burya ufise ivyiyumviro vyizaa nanj ntanguye gukunda ibikorwa vyawe imana ihezagire ibikogwa vyawe

  • @patrickntihemuka
    @patrickntihemuka 5 หลายเดือนก่อน

    Uvugishije ukuri kabisa

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 5 หลายเดือนก่อน +1

    Sindayiraba ariko uko abisiguy iyavuga fear love.btw ngira nje kuyira ba ndagaruka kumodifia mon commentaire 😅

  • @Nkurunziza-rn4xt
    @Nkurunziza-rn4xt 5 หลายเดือนก่อน +1

    Gaël duhe lyrics y'iyo présentation.
    Uraducanganya saaana.

    • @UrbainNdayihereje-wi3hm
      @UrbainNdayihereje-wi3hm 5 หลายเดือนก่อน

      Juste Gaël aka dream from more side black man ni jisho ni black

  • @angemugisha7056
    @angemugisha7056 5 หลายเดือนก่อน +1

    It’s true

  • @jacobirankunda6913
    @jacobirankunda6913 5 หลายเดือนก่อน

    ivyo ariko aravuga mani nivyo ntabwo ariko arabesha true najewe ndihanze nivyo mnani

  • @jts32
    @jts32 5 หลายเดือนก่อน

    Nukuri Kandi can gosa 🇴🇲🎉🇧🇮

  • @hajatihajati5357
    @hajatihajati5357 5 หลายเดือนก่อน

    Ubusambanyi bwahawe ibendera 💯 % nki. Ibyo bise ngo ni boyfriend na za girlfriend iyo ni zina yi indenga kamere

  • @ElyseBayubahe5624
    @ElyseBayubahe5624 5 หลายเดือนก่อน

    Abarundi barakwiye kwikebuka guko bafisumutima wokugomba kurya ivyo batakoreye niyompamvu mubona nibishomeri arivyishi guko harabarundi beshi bari hanze bipfuza abobakorana business ariko uyamuhaye aca ayakwiba beshi ubu bahitamwo kuyabika

  • @apprentissageniyongabo3916
    @apprentissageniyongabo3916 5 หลายเดือนก่อน

    Uwo mugabo avugukuri pe. Duhe his number. C'est un influenceur.

  • @mbonyumugenzijules9345
    @mbonyumugenzijules9345 5 หลายเดือนก่อน +2

    Nukumeneka

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 5 หลายเดือนก่อน +1

    Modern women for you😊
    Ingorane si muri Australia!ni abagore bari empowered!
    babonye uburyo bwokubona akazi n ifararanga basi iyo ni Test ko ufise Umugore Canke Umugozi! Wana Roho mbaya sana hawa watu😢
    Ibihugu vyose biteye Imbere, abagore b Umutwe ukora neza ni 10%
    When Man gets success,he sicks woman to share his success.
    When Woman gets success she sicks freedom to be alone!
    So Australia siyo Ngorane!

    • @jojo-ms9yo
      @jojo-ms9yo 5 หลายเดือนก่อน +1

      Warababaye pe bigutuma kuvuga nabi.wihangane burya "umuntu yimbura ivyo yarimye"naho vyugariye pe

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 5 หลายเดือนก่อน

      @@jojo-ms9yo 😊😊Oya Kira ntamwuka mfise wo "kuvuga nabi" nagato!
      Mvugishije ukuri kumugaragaro!
      Ariko ko nawe ur Umugore
      You just proved me right!
      "Tu viens d attester mes points"
      Murangwa na strategies zisa iyo mubwijwe ukuri:
      1:Shaming/Ugusuzuguza
      2: Insulting/ugutuka
      3:Guilt/ukwagirwa
      4:Need to be right/Kwisigura
      "Warababaye, uvuga nabi,umuntu yimbura ivyo yarimye"
      See? Abagore ni Inrya zo mu nkono imwe😅
      Iyo bava hose!

  • @jamilamanariyojamila1487
    @jamilamanariyojamila1487 5 หลายเดือนก่อน

    Muzemuduha Link yifilim zabo

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e 5 หลายเดือนก่อน

    Kuyindi mpwemu numva ari danger

  • @user-qb3xk1ld3g
    @user-qb3xk1ld3g 5 หลายเดือนก่อน

    wihenze Gael ku mwaka ni 2024

  • @SmilingBoardGames-jm4sj
    @SmilingBoardGames-jm4sj 4 หลายเดือนก่อน

    Jewe ubwambere nja mundane nunvisubwoba bwokuja muritwarete 😅😅

  • @user-hg6yg2gl8z
    @user-hg6yg2gl8z 4 หลายเดือนก่อน

    Nomubarabu barasega isiyose barasega

  • @pstgibertkalisaofficial8498
    @pstgibertkalisaofficial8498 5 หลายเดือนก่อน +3

    Divorce iri henshi Ku bera KO abagore biki gihe ntibagishaka kubaka

    • @esperancemujawiyera7986
      @esperancemujawiyera7986 5 หลายเดือนก่อน

      Kuki se ubishyize kubagore gusa 🤔

    • @jojo-ms9yo
      @jojo-ms9yo 5 หลายเดือนก่อน

      Mumbarize .hubaka babiri Aho bakabiremerej abagore Ubu bibagirako baja gukora atari nka kera kandi ivyo vyiyongera kubindi batigez babakurako...

    • @sosomh5430
      @sosomh5430 5 หลายเดือนก่อน

      ​@@jojo-ms9yobabwire

    • @AnnikaNiyoyita
      @AnnikaNiyoyita 5 หลายเดือนก่อน

      ​@@esperancemujawiyera7986
      Merci uvuze neza... Hari abagabo baza bakigira abasungarere, NGO n'abatwari etc...kandi I burayi, America bisaba ko umugore n'umugabo bafashanya byose...
      naho umugore uhora yibereye muri za film ,
      N'umugabo NGO ari kubaka umubiri NGO NGO muri bible biri ko umugore agomba kugandukira umugabo.
      1:gutwita
      2:kujya mu makarito
      3:kumenya inama z'abana kw'ishuri na za devoirs zabo
      4:Isuku yo munzu
      5:Gupfumbata umugabo
      6:Gukina n'abana , abana b'iburayi Ntabwo baterera iyo NGO bimenye
      Liste ninde😊

    • @vanessa-vavandikumwenayo2757
      @vanessa-vavandikumwenayo2757 5 หลายเดือนก่อน

      Kenshi ibi baju cane vyabagore ntibakunze kwubaka kuko bashukwa nubwiza bwabo
      Ivya divorce vyo biva kumpande zose

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 5 หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉🎉

  • @manudiofficial
    @manudiofficial 5 หลายเดือนก่อน +4

    Aha usa wanse kwugururira abaporisi urugi baca barubomora 😂😂

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar 5 หลายเดือนก่อน

    Fear woman irarenze cane pe👊

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza5601 5 หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉🎉🎉

  • @FurahaMeckson
    @FurahaMeckson 5 หลายเดือนก่อน

    Ariko, mwibagiye ko hari n’abahungu bazanwa nabakobwa hama bashitse bakabahemukira?
    UWUDAFISE YESU WESE: UZE UMUTINYE.
    MBERE ABAHUNGU BOBO NI BALA. Kuko bobo baba birinderera gusa izina ryo kwitwa umunyamerika.

  • @jacobirankunda6913
    @jacobirankunda6913 5 หลายเดือนก่อน

    ntayo baguha ugenda kukazi kurondera amasaha 10 uriko urakora

  • @hajatihajati5357
    @hajatihajati5357 5 หลายเดือนก่อน

    Divorce ni hose mubihugu bya abazungu ni 99% 💔💔💔💔💔

    • @fitinajustine7801
      @fitinajustine7801 5 หลายเดือนก่อน

      Niburundi nuko divorce zigoye kuronka hariya nuko vyorosh iburundi imanza zabagore nabagabo bipfuza kuvana nibenshi

  • @bonny-kofficial9272
    @bonny-kofficial9272 5 หลายเดือนก่อน +3

    Nipeni mauwa yangu

  • @ndikumanadiane3684
    @ndikumanadiane3684 5 หลายเดือนก่อน

    Amaher agoy hos uko babon iburund aragahomerabunw nihos arik sic kimw kuk mumahang uraronk nahukor umus umwe ukaronk uko wisumamwo

  • @espoirbyamasu1371
    @espoirbyamasu1371 5 หลายเดือนก่อน +2

    Fear women🤜

    • @claudianiyo5516
      @claudianiyo5516 5 หลายเดือนก่อน

      Fear man how about that 😫

    • @amolam97
      @amolam97 5 หลายเดือนก่อน

      Abakobwa nimwe mukunda uwudakunda uramugaya abukunda ugaprofita 🤣🤣fear woman hahaha

  • @HusseinMohamed-hv1ow
    @HusseinMohamed-hv1ow 5 หลายเดือนก่อน +1

    Utanyibutse urabaza Falasha

  • @mamanbella5460
    @mamanbella5460 5 หลายเดือนก่อน

    None wewe izompeta wambaye nuyomusaraba bisobanuriki mwese muramadayimonigusa

  • @maludamayuka1488
    @maludamayuka1488 5 หลายเดือนก่อน

    bro izo interview zaba diaspora zitugezhantu....😢😢😢😢 there's a lot of news in town ushobora kutumenyasha atarabo bagabo

    • @user-qq6mv6vh3e
      @user-qq6mv6vh3e 5 หลายเดือนก่อน

      Ukareka kuziraba

    • @stacyhugues1806
      @stacyhugues1806 2 หลายเดือนก่อน

      None aba diaspora bakugiz iki 😂 Udashoka kubumva fyonda next urab izindi interview

  • @HusseinMohamed-hv1ow
    @HusseinMohamed-hv1ow 5 หลายเดือนก่อน +1

    Sinzi ko wanyibutse...

  • @mwananyamalaz4427
    @mwananyamalaz4427 5 หลายเดือนก่อน

    Australia hariho jini mahaba kurongora nukutarongora nico kimwe gusa sibose Arik nibo beshi barahinduka nkinjoka abagore imana idufashe+61

  • @rvv231
    @rvv231 5 หลายเดือนก่อน

    muduhe Link ya film

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 5 หลายเดือนก่อน +1

    This Guy is Crazy🤣🤣🤣
    Umugore????
    Usipime!stay Single Boy,Stay single!
    Umufata neza , umufata Nk umu Malaika Canke Nabi
    Aba Bantu ni Intashima.
    *Womuha Umuduga,agashima uwamuhinduriye iPneu yatobotse.
    Womuha inzu,agashima uwaje gukora pipe ya Mazi IVA Canke ibati riva!akanamujana kuburiri waguze😢
    Uraja gukora ukorera umuryango,akikundira akabono kamutera ama blagues kirirwa kuri ligala🙄
    Akanagacorera mu MAHERA uvunikira
    Baza twe tubazi Sha!ntaco ntabonye !!!
    These creatures are not Humen!
    You can do your best,but your best ll never be BEST.
    Ningombwa hagire ico yidogera!
    Very Satanic ivyo biremwa!

    • @patrickiyakaremye1714
      @patrickiyakaremye1714 5 หลายเดือนก่อน

      Ibintu uvuze binkoze ku mutima vraiment. I wish I had your contacts to talk to you.

    • @amolam97
      @amolam97 5 หลายเดือนก่อน +1

      😀😀🤣🤣🤣ntacubeshemwo