Menya Monna Walda: yavutse mu 1997, yiga leadership, kandi yasanze "ivy'ubugeni vy'ubu bigoye"...

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 ธ.ค. 2020
  • Monna Walda Kaneza ati: "Nkunda kunywa #milkshake ya chocolat vanille"
    Uwo twabajije ico gisigura mu kirundi yavuze ko ari amata meza meza ava mu nka y'indundi.
    Mweho, dufashe milkshake mu kirundi...
    🫂 Nay'ubundi yavutse mu 1997, ariko yiga ivya #leadership, kandi yasanze "ivy'ubugeni vy'ubu bigoye..."

ความคิดเห็น • 19

  • @limageplustv9422
    @limageplustv9422 3 ปีที่แล้ว +6

    Un ensemble mathématique s’il est bien défini cad pour tout objet on est capable de dire oui ou non à la question demandé

  • @guymichelngabonziza6493
    @guymichelngabonziza6493 2 ปีที่แล้ว +1

    Un ensemble est mathematique s'il est bien defini, c'est à dire si pour tout objet, nous sommes capable de repondre par oui ou par non à la question. Cet objet appartient-il à l'ensemble?

  • @ndikuriyojeanmarie5557
    @ndikuriyojeanmarie5557 3 ปีที่แล้ว +2

    Real quand même

  • @johajohar7777
    @johajohar7777 3 ปีที่แล้ว

    Chr uvuze ukuri kucerekey ubugeni vrm nturi sur kuzobugira 👍👍👍kuko ivyubu nurudubi❤❤❤

  • @diagfinamix1861
    @diagfinamix1861 3 ปีที่แล้ว

    Wow, ndakwemeye zurakebura abo bantu bavuga indimi batabanje gusoma, ngo umuririmvyi aku respira. Quand même ugaca utwara aho isi yose I kuraba ikosa ndaribonye 3 fois

  • @fabulabroundy4336
    @fabulabroundy4336 3 ปีที่แล้ว

    Wishuy neza Mona ❤️🙌

  • @pvadinbanyiyezako359
    @pvadinbanyiyezako359 3 ปีที่แล้ว

    Nice

  • @jahson460
    @jahson460 3 ปีที่แล้ว

    franchement, tu ferais une excellente ACTRICE de cinéma... give it a try.

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 3 ปีที่แล้ว

    Momo nda😍😍uricana ciza wishuye neza

  • @merveillelaurekamugisha9573
    @merveillelaurekamugisha9573 3 ปีที่แล้ว

    Un ensemble est mathématique si il est bien défini c'est à dire si pour tout objet nous sommes capables de répondre par oui ou par non à la question posée.''cet élément appartient-il à l'ensemble?''

  • @kurokotetsuya7516
    @kurokotetsuya7516 3 ปีที่แล้ว

    she choose real madrid ....... now am in lov

  • @mutimafromkinama1053
    @mutimafromkinama1053 3 ปีที่แล้ว

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮☝️☝️

  • @laurettetetero3529
    @laurettetetero3529 3 ปีที่แล้ว +1

    Ijwi rya Diogene rirakwaccusa😂😂

  • @noynono3462
    @noynono3462 3 ปีที่แล้ว

    ensemble matematik ntushobora kuyibagira vrmt iyo wumva

  • @regisniyonkuru9962
    @regisniyonkuru9962 3 ปีที่แล้ว +1

    Urumukobwa ukisabira kutarongogwa bisugura kundashaka umugabo umwe urima pepe kwel

  • @semuganzashambacharles9233
    @semuganzashambacharles9233 3 ปีที่แล้ว

    Hhh umuntu ahonga inoti niwo wokunda Yaya uri slay Queen naho wabihakanye

  • @ahishakiyegretta3213
    @ahishakiyegretta3213 3 ปีที่แล้ว

    Aka gakobwa karirya lol

  • @nzeyimanaanassi3585
    @nzeyimanaanassi3585 3 ปีที่แล้ว

    Abakobwa ntibigera bishura ibibazo vyose hahaahhh

  • @fa-oustybryant8244
    @fa-oustybryant8244 3 ปีที่แล้ว

    Français sicane kuko yarikuga 19cents quatre vingt dix sept 🤣