ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
#Amabaga, inzira kuruha kumico kama dukuy'ubwatsi kumurisho uduza ibendera hejuru. mu komereze aho... tunawapenda sanaa soneni mbere
I love the rythm of the drum
Ukuntu rer nariko ndabiraba kuma statut uducduce now I saw a true song,mwubahwe caane uburundi bwacu imbere caane
Ukunt atayind instrument irimwo ari ingoma gus nabo baririmb👌 just wow💯😍
Ni abahinga cane 😅
This an anthem.🇧🇮🇧🇮
Mana hezagira igihugu cacu c’u Burundi 🇧🇮 , n’abarundi ! Ingoma z’uburundi zirayarwa kw’isi yose…Hala AMAGABA 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Aho shaaa aho shaaa niziyarwe niziyarwe🇧🇮no kw'isi yose nimwane ubutwari
Iz'Ingoma z'Iwacuu🇧🇮🇧🇮 Zirayarwa
Good song!! our country and our culture the first. Thanks Amagaba!!
Imana ibadukomerezeIbikorwa vyanyu biranteramishaMuze muhora mwisunga imico nakaranga vyo hambere muzohora muba abambere💪💪💪♥️♥️🙏🙏🇧🇮🇧🇮
Murabo gukeza. Akaruhuko mwahoramwo twizera komwize vyinshi
Amagabaaaaaa n'umurisho♨️
Akaranga kiwacu.amagaba mwubahwe
Iki nico dusumbije Abanyamahanga # Ingoma z'iwacu Congratulations to Amagaba Troop
We love our lovely Country 💕🇧🇮🇧🇮from this inside 🇶🇦🇶🇦
Proud of you guys👊🏾 Niharambe Uburundi n'Abarundi n'Ingoma ziwacu🇧🇮❤️
Ntiziyarwa gusa Ahubwo mwe muca mutuma n’umuntu ashaka kuziga. Nta video y’ama paroles y’Iyi ndirimbo mwoduha none (lyrics video)
Woah 😳😳😳Amagaba murii abambere kbxThis is the song we need#Ziragaragaza igihugu cacu c' #BURUNDI🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
This is Waouhhhh 🤩🇧🇮🙏Birahimbaye cane gose Keep it up guyz
Zirayarwa niziyarwe gose!proud of you guys
Muragahora kwijambo. Muranezereje cane 🙏👏
Ndishimye cane. Komere bana b'urwatuvyaye 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
U'll never disapointed us my team💪bahee🔥🇧🇮AMAGABA Y'IMANA♥️
Uburundi 🇧🇮 hejuru cane amagaba muhabwe intebe y'imbere
Je t aime ❤❤😮😮😮😊😊
Waow muranyemeje encore une fois....
Amagaba group y’all are doing a great job showing the Burundi 🇧🇮 culture for many of us who don’t get to truly experience. Love and support y’all
Amagaba mwubahwe imico nakara vy,Uburundi nukubihagararira mpaka,mwarakoz umuti pe
Mwubahwe nibazako diaspora✋️🖐 twoza turafasha aya ma talents
Ntah'uzozisanga atari muburundi ❤️🔥❤️🔥❤️🔥❤️🔥
Hala hala amagaba hejuru cane
Nice song,umuco n'akaranga vyame bituranga ahoturi,love Amagaba,love Burundi
I wish I could like this a million times ❤😢
bravo bravo vrmt murashoboye igikorw cizaa bimw vyakororer kabisa 😍😍😍👏👏👏👏👏👍👍👍 kwl
Urakoze canee muvandimwe
Top one my family AMAGABA
Oyeeeeee komera ba tembourinaires bacu
Zirayagwa kwel🥰🥰🥰🥰🥰❤❤🧡🧡🧡❤❤❤
Hohoho! This is super!
Ndayisubiramwo nyene,numv vyanse k ndayihaga🔥🔥🔥🔥🔥
Ikibanza cambere muracagifise ntanaho kizigera kija AMAGABA MSG❤❤❤❤🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮
Shaazaaaa💪💪💪👊👌
Bandanya mwa club ndabakunda cane. All the way from Kayanza Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Murakaramba mwampaye inka mutebe gupfa ntebe kurira
Murashoboye
Eeeheee raba akarangaa🇧🇮🇧🇮
Amagaaaba mwubahwe kbsa twar tunyotewe umurisho wanyu kbsa.🖒🖒🖒
Love our Burundian culture 🥰 ❤
😲😯👏👏👏👏👏👏ÉÉÉXCEEELLENT 👍👌👌👍👍👍🙏🏼🙏🏼🙏🏼😍😍😍
Amagaba yacu yuzuye ubutwari🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥
Waaaaaoooh congratulations
Good culture
Jak
B
Juste waoh🔥🔥🔥
Love it!
Caaane 😂,😋👌👌👌
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇨🇬👏🏿👏🏿🦅⚫🐆⚫🐍INGETA.
IZ'INGOMA ZIWACU ISI YOSE BARAZIYAGA
this is a true comeback
Muvuza neza Ingoma
Mu Burundi no mu makungu niziyagwe.
Akiwacu🇧🇮❤
Muterimbere kurusha vtm je muranezereza
Muri congo ville bukavu ngo murashoboye👍🙏
murakoze canee bakundwa
Eeeehee raba Akaranga Ki Burundii
Amagaba mwubahw ndakund ibikogw vyanyu kbs 👏👏
Murakoooooze canee
Komera amagaba 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Amagaba arakarama 😉😉🇧🇮🇧🇮
Asha numuti kabisa
Nice hala Amagaba
Ingoma ziwacu🇧🇮
Amagaba turabafise kabisa
Mukomeze cane❤
Mamaweeh "Zihe zihe, zih'imirisho"
Uburundi burahiriwe kuba bufise abana nkabo badukundisha bakatnawigisha imico kama y'uburundi. Mbe barabihemberwa ??
🇧🇮🇧🇮🌷 Ingoma.
Murashoboe kl
Nezaa cneeee Akiwacuuu,,
Murashoboye kabisa 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪
Zirayarwa Amagaba yubahwe kbsa
merci
Niziyarwe zirakayagwa
Ndabakunda peee
j'adore 😊
Real talent!
Amagaba😍😍😍😍
Club yacu yubahwe
Ingoma🔥🔥 , another one from AMAGABA👉th-cam.com/video/t9ZGqYX9PH4/w-d-xo.html
Merci bcp🙏🏼
Wooow kabisa respect
Harambe Akaranga ❤️🇧🇮🇺🇸🤝
Amen , Amina Aminaaaaaaaa
Karasukuye ❤️
🇧🇮🇧🇮❤️
ebana welcome back amagaba
Merciiiiii
So, talented
Amagaba❤
Vive la troupe Amagaba
Ndatahije neganega zirayarwa
Turabakunda cane
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪
Muje mukaze courage
Bravoo les gas
Merci Infiniment
🔥🔥🔥👌🇧🇮🇧🇮
vue😍
#Amabaga, inzira kuruha kumico kama dukuy'ubwatsi kumurisho uduza ibendera hejuru. mu komereze aho... tunawapenda sanaa soneni mbere
I love the rythm of the drum
Ukuntu rer nariko ndabiraba kuma statut uducduce now I saw a true song,mwubahwe caane uburundi bwacu imbere caane
Ukunt atayind instrument irimwo ari ingoma gus nabo baririmb👌 just wow💯😍
Ni abahinga cane 😅
This an anthem.🇧🇮🇧🇮
Mana hezagira igihugu cacu c’u Burundi 🇧🇮 , n’abarundi ! Ingoma z’uburundi zirayarwa kw’isi yose…Hala AMAGABA 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Aho shaaa aho shaaa niziyarwe niziyarwe🇧🇮no kw'isi yose nimwane ubutwari
Iz'Ingoma z'Iwacuu🇧🇮🇧🇮 Zirayarwa
Good song!! our country and our culture the first. Thanks Amagaba!!
Imana ibadukomereze
Ibikorwa vyanyu biranteramisha
Muze muhora mwisunga imico nakaranga vyo hambere muzohora muba abambere💪💪💪♥️♥️🙏🙏🇧🇮🇧🇮
Murabo gukeza. Akaruhuko mwahoramwo twizera komwize vyinshi
Amagabaaaaaa n'umurisho♨️
Akaranga kiwacu.amagaba mwubahwe
Iki nico dusumbije Abanyamahanga # Ingoma z'iwacu Congratulations to Amagaba Troop
We love our lovely Country 💕🇧🇮🇧🇮from this inside 🇶🇦🇶🇦
Proud of you guys👊🏾 Niharambe Uburundi n'Abarundi n'Ingoma ziwacu🇧🇮❤️
Ntiziyarwa gusa Ahubwo mwe muca mutuma n’umuntu ashaka kuziga. Nta video y’ama paroles y’Iyi ndirimbo mwoduha none (lyrics video)
Woah 😳😳😳
Amagaba murii abambere kbx
This is the song we need
#Ziragaragaza igihugu cacu c' #BURUNDI🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
This is Waouhhhh 🤩🇧🇮🙏
Birahimbaye cane gose
Keep it up guyz