ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Iyi mixture muri sound ya traditional na modern niyo ishobora gucrea identité y'umuziki wacu bigatuma tugira umuziki twisangije utambika kandi ugurishwa à l'international. Nizo ntabo kuzintroduiza hama hakaba utu innovation kugira tuziryanishe na modernité, ndabarahiye umuziki wacu woshika kure ugahurumbirwa aba star bacu bakaba ivyamamare. Nukuri chapeau kuri runtown Djs hamwe n'amagaba bo biyumviriye kugira iyi collabo. Burya uku kujahamwe bari muma categories atandukanye ntibisanzwe. N'abandi babibonereho nabo bacreé ibisa nkibi canke bibisumba umwe wese selon impano imana yamuhaye. Ibi kandi ibe innovation kumu ririmvyi, kubanditsi bindirimbo, kuba producers eka mbere nuwo wese( nabama buzz mugire innovation murino sens😂) afise uruhara kugira muzik industry yaco iduge cane. Tugir'amahoro
Iyi concept ndayikunze cane
neza gose ndagushigikiye 200%🫱🏻🫲🏽🫱🏻🫲🏼🫱🏽🫲🏻🫱🏽🫲🏻
Vyatanguye nuku nyene dukundivyiwacuuu
Ndagushigikiye nukuri mutama 💥
🎯
Nice song for sure good traditional music love from Rwanda ngaho mumpe like niba namwe mwayikunze
Dj philbyte ndi pfuza kubon ashimirwa Muri ino Industry wuno mwaka
Ça c'est notre identité, merci beaucoup amagaba et Dj philbyte Runtown Djs kwik gikorwa
❤🇧🇮👌🏿🎯 ABARUNDI turashoboye 🔥🔥🔥🔥🔥🌎
Iyi niyo sound y U Burundi.Big up sana
Burundi nkunda, barundi nkuba abagenzi dusangira agacupa muti cheers!
💥💥💥💥🔥🔥🔥🔥bomb big up to the team we feel Burundian inside
Icobita indirimbo ndundi wow mazina ww ndagufana cane ♥️♥️🔥🔥🇧🇮🇿🇲🙏🙏💐💐💐
Z🥰😆😁🐫🦍🦘🐂
Dj Philbyte wubahwe gose🙏Ukora ibikora inka. Tu contribues bcp dans cette industrie musicale 🇧🇮
Uwashyiramo Bruce melody yadyoha kurushaho
DJ Philbyte's Vibe is giving sthhhh frrr!!!!🔥🔥🔥💯(+Amagaba)
Indirimbo nziza yishwe n'ijambo rimwe rikomeye ngo "Dukengurukire uwatuboreje" , ako kantu mu ndirimbo y'akaranga mwishe ikintu gikomeye ariko, good song
Aha Dj philbyte nti ba mubona Mu ma Award uyu mwaka🌷🌷
Baguma bamubona nka Dj, ntibamubona nk'umuririmvyi kandi asumba benshi ariko ntawufuka umuco ndazi azogera aho ataho bamuca
Amagaba ndabakunda kubi 🔥🔥🔥 iyegereze it's a hit❤😊
waoooooooooo❤ nciyenkumbula home 🏠🎉🎉🎉🎉
Identity ❤🇧🇮
Ariko b nukur bureka gukunda ibintu bibi vyose iyindirimbo irabish vrt
Aloooo cloooo...inooocent..imbere niheza❤
Nukur nzanabona indirimbo ibishe yeeewe briiiii paah
Sohora rwawe iryosh
Respect mingi our super Burundian artist, gonga like here Kama unayikubari hiyi hit song
Wuuuuw❤️❤️❤️❤️much love from 🇷🇼
Iyegereze 🎉🎉🎉nomukaranga birashoboka caneee kuryohera indasiii🎉
Kitu kbx 🎉💥💥👌
Runtown deejays is something else 🔥🔥traditional sound to the world 🔥🚨🚨
Urukatooo rurakwiyee .courage p🎉😊
respect to u run town djs kuciyumviro ciza ciyi ndirimbo.i like it kbs
Nakubali mutama salute reka nkengurukire uwarukanye😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉 Much love from South ❤
Hits songs brother 🎉❤
Courage kabisa 🌹🌹💃💃💃💃
Murakoze cane basore bacu kuguma mutwobutsa imtso nakaranga kacu imana imbere
Umwami wama creativity +275👑 good job izokora ibara....💥💥💥💥💥💥
Amazing 😍🎶 mwubahwe cane
Jw Aka kantu ntaco kantwaye kweli numva kameze fresh big up
kwiciye iheraaaa moneee😢,😍😍😍😍😍😍😍
❤❤❤❤muriko muraduha is kabisa
Burundian artists hejuru cane philbyte nkwemera kubi my brother🎉🎉
Uyu mujama arazi gukereya ama hit❤❤😂😂🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Birahimbaye kuba mwarakoze indirimbo yakaranga n8bi tubadushaka
Good job vrmt n création yamatekaa ❤❤
None byte ww gahunda yawe niyahe garukiraho okayyyy 🔥
Dj philbyte ndakunda am creation Ufis❤️🙏
Très très créatif. BRAVO!!!!!!!!!😍😍😍😍
Kwl kbx 💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏🙏mudukorey umuti
Planet rappers iraguteye intege kuraj imbere niheza ❤❤
Iyi ni ndirimbo yumwaka kbx👌
The PHILBYTE muta niwubahwe ndipfuza gukorana nawe song kuk uranryoher Sana muta
Nyaragasa murabe mutwongere iyindi hiit song nkiy nyen🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🔥🔥🔥🙌i'm in love with this traditional master piece❤
Amagaba hejuru cn Big up sn Dj philbyte mwes mwubahw
Killing the vibe bro
Amagaba hejuru cn ndabakunda ❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Hushura musaza 💥🔥👊👍🏽
🇷🇼 i liked this traditional song / urwagwa beer, 👍
Song and sound all original. Well done!!
What we call creativity 😍😍😍😍😍😍
Philberty ft Amagaba good job,I really like this song Iyegereze. Congraty bro
Amagaba mwubahwe👌and Djs mwubahwe🎊iyegereze hit song🇧🇮
❤ komerezaho ....umuco w'ikirundi biba biryoshe pe.
Deserve amashii kabisa ❤
🎉🎉🎉Goood Job
Muba muhazee 😂😂❤️🔥🔥
Dj philbyte wubahw🙏🔥
Abarundi turashushe 🔥🔥🔥
Philbert woe uza kutumara p.
Creativite imeze neza
Wowwww❤❤❤❤❤❤❤
Amagaba 4life❤❤
Philibyte 🎉❤🎉
iyi ndirimbo ni number uno, ntayiyikurikira
Super hit ❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Run town Dj’s hejuru cane!!! It’s a traditional fire 😅
Iyi bayita crazy song😉
Boom boom 💥
akaranga kacu ntikagasaze🥰🥰🥰🥰
Indirimbo nkunze numutima wanj wese dj mwiyimisi uratwica
Abarundi babareke kbx Dj Philbyt bakureke
Ahiye baramucaca😅😅😅❤❤❤❤
🎉🎉🎉❤❤😊Let's go my boy
Dj Burundi yubahwe ❤😂😂
Wouh the sound hit different!! Creativity iri hejuru kabisa❤
Mwubahwe kabisa
Mukomereze aho muzagafata One day
Runtown mwubahwe😂🔥
Kumb nawe iz sont urazishoboye kbx
Runtown Djs&Amagaba🔥🔥🔥
Nice song 🔥🔥🔥🔥🔥 🇧🇮🇧🇮🇧🇮. 🇺🇲🇺🇲
Hit song🎉🎉
UBURUNDI BWUBAHWE 🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤izi ndizo nyimbo bora tunahitaji big up banywanyi mwagakunze 😅❤❤❤❤❤❤🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Kararyosh ak karirimbo ❤
AMAGABA hejuru🎉💥💥💥
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 yaaaaagaaaa 🔥🔥🔥🔥🔥
Nzotambana nande aiyee baramucaca😁😁😁🇧🇮🔥
Respect runtown djz ❤❤❤
Iyo muyiha key da great harigusumbaho but good job muciye munkumbuza muba scout
Biso bisondo umepiga aj hapo❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Vibe to the vibes Burundi 🇧🇮 this year its hot
Mutama SEMIBIRA👴😂Anyway this one is so good 👌
Iyegereze🤤💪good song hejur cane
IYEGEREZ maze witambir❤❤😂😂
Burundiano Creation 🔥🔥🔥🔥🔥🔥 Kizigenza RESPECT for ur vibe U give us Bless Msaza❤️

Mutama SEMIBIRA👴😂
Anyway this one is so good 👌