Ndashimira abantu bose twakoranye igikorwa🙏🏾 Divorce film ntiyorosh kuyikora. Big shout to 3FA Films. Na Team yose ya Fresh Studio. Mwohamagara kuri +257 61 02 93 93,mufis ico mubaza cank ico mwoterera Abitanze bose kuri gato cank kanini Imana ibahezagire
Umuntu amaze kubibon nkanje ko Libert ar sérieux can nah bamuh rôle ar murukundo n uwundi mukobw atagum agir ibintu vyo kumukorak cank umwany wose agum amusoma ampe like🥰
Ndayikunze can irigisha can Ibintu vyo guhendabantu ng'lmana yanyeretsibi yambwiyuku kugira wishikire kur target biraharawe can knd bensh barabizimiriramwo.Mana duhe guhangamaso wewe gusa uduhe kugusenga mu Mpwemu no mu kuri ishaka ryawe riranguke ku buzima bwacu mw'izina rya Yesu.Amen🙏🙏🙏
Film ya bien kabisa. Irimwo inyigisho nyinshi. Abavugishwa b'ibinyoma baragwiriye mwiki gihe. Avuga ngo Imana yanyeretse ibi, kumbe afise iyindi mission ninyungu ziwe ariko arakurikirana. Mube maso, ntimuze murizera aba pasteur gusumba uko mwizera Imana, nabo ni abantu. Ijambo pasteur avuze sukuvuga ko ari ntasubirwamwo. Much love team Fanny
Film ni nziza cane kandi irimwo n'inyigisho nziza,ndashimiye abakinyi mwese,one day muzoze ndabajane kuka benzi mu kamenge mwavyifashemwo neza,uwitwa David vyamugoye gato iyo uborew ntuvuga gutyo,nzoca ndamuha na royal arenzeko gutyo iyizokurikira aze yiboreze nkuwazinyoye,umwanditsi wayo nti big up sana. Mu Burundi ndabonye turashoboye twihe amashi.
My God!mbeg film weee! ndakeje abakinyi b'abarundi caaane bagez ku rwego rushimishij nukuri mugukina!wooow fany na Libert ndabakuuundaaa cane muvyumve.Iyi equipe yose yakinye big up sana murik muraduhumura amaso kubint bimw bimwe!Imana ikomez izo ngabir zanyu.Much love.
Ndashimira abantu bose twakoranye igikorwa🙏🏾
Divorce film ntiyorosh kuyikora.
Big shout to 3FA Films.
Na Team yose ya Fresh Studio.
Mwohamagara kuri +257 61 02 93 93,mufis ico mubaza cank ico mwoterera
Abitanze bose kuri gato cank kanini Imana ibahezagire
3FA ahigeze ikora akazi kose👌👌 yahura n,abandi banyempano naho bikaba ibindi
💃💃💃💃❤️❤️❤️❤️❤️🔥🔥🔥🔥🔥👌
Vuba muduhe bishasha
Vyiza cane ark muduhe umupfakazi nayo
yooooh Nimuyibandanye disi irigisha😥😥 Yooooh abavugishwa bibinyoma barata abantu mukaga
Nanje nayikunze! Abaza munyuma mundemere tuhatwike🔥🔥🇧🇮✌🏾❤
niwiyakirire
Twikaaaa aba 3FA oyeeeeeeeeh
Ndahageze,nacerewe,reka,mbanze ntore agatebe,nicare
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
💃💃💃💃🔥🔥🔥🔥😘
Waaaoo mbaye mubambere abakunze iyi film nkanje tumenyane mumpe twatundi
Abarundi mugire ahomuba mwubahwe👏👏 ndabakunda cane❤❤📢
Kanda kuri profile yanje umpe subscribe merci
Umuntu amaze kubibon nkanje ko Libert ar sérieux can nah bamuh rôle ar murukundo n uwundi mukobw atagum agir ibintu vyo kumukorak cank umwany wose agum amusoma ampe like🥰
Narinzi kwarije nabibony jenyen
@@jeanclaudekwihangana5714 😅😅 ndabiravye kenshi vrt avyifatamwo nez kumpande zose mur make n intwari kbsa kd k umujambo y urukundo ntawumusumvya kd bikaryoha atarinz kugum akorako😍
Yamye arikwamez kuv ndamubon ar numunyeshure. harahant twahuriy dukoran nkukwezi ndabimuziko kbs. Kd nkum papa yiyubaha nomusab kugum muriyonzira
@@kimana8818 Nukur ahezagirwe can ivy n umugore biratum ahari agum aremye atamwikeka sha nukur ari sérieux ater aj imbere can
Ego vrm
First time ndaba film irimwo Libert waoooo what a good and confident actor😀🎊🎊🎊🎊i like u bro nice p
Murabire ahomyene kwel kbs ntihagire uwuza arababeshango.yavugishinjwe nihatari kwel fanny weee pole sana
Erega ivyomwama mudukorera n'umuti kandi turabakeje ariko umufakazi nayo ifise indwara yayo ivura nayo turabasavye muyitubandanirize (lobath nawe Reka kutwicisha inyota kuri nzara
Abarundi murashoboye mukore mwivuye inyuma natwe tuzobashigikira fannyi uraryohera iyuriko urakina ukinana ubwitonzi ntangere kuraje💪💪💪💪🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Yoooooooo irandijij bash kukanyum 😭😭 mbeg irahez cnk irabandanyaaaa mfis amatsik nukur murashoboy Team fanny lavine ndabakund♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️ ark umupfakazi yatevyeee vrt rab muduh dutwik hasheeeee
th-cam.com/video/xhqJ5TPRbWo/w-d-xo.html
Bjr mwese ,abakunzi ba S3Bi Tv muze duhurireyo tumenye abagenzi tugendana abaribo 🧐
Fany naho aribikino numva ndakwanse nakanyum kuza guta umugabo waw kweri wisezerano ,ugaca uhendwa ukongera kubaka kandi vyambaje na kanyuma
Nkibona phany na libert mba namaze gushima film,,Big up bakinyi bezz
Kanda kuri profile yanje ukore subscribe merci
Abavugishwa bubu sabantu barasambura ubishinze gikuru urayaga nuwo muba mwubakanye ahari ikibazo mukahatorer inyinshu courage ma Cherie Fanny kunyigisho uduha Imana ikunyambikire imbaraga ukore isi yose ikumenye ko mu Burundi aba dame dushoboye uracari number one mugukina
Nukuri ndarize fanny wihangane cane abavugishwa bibinyoma babaho nukuri muranyigishije cane ndabakunda cane. ❤❤❤❤
Iyi Filme inyigishije vyishi ndahakuye icirwa nukur hama imana ibaje imbere iteye agahinda gusa ntihererengaha muzoyibandanye😭😭🔥🔥❤❤👌👌
Mbega film!! Abakunze iyi film tumenyane hahiyee
Murashoboye
Ndayikunze can irigisha can
Ibintu vyo guhendabantu ng'lmana yanyeretsibi yambwiyuku kugira wishikire kur target biraharawe can knd bensh barabizimiriramwo.Mana duhe guhangamaso wewe gusa uduhe kugusenga mu Mpwemu no mu kuri ishaka ryawe riranguke ku buzima bwacu mw'izina rya Yesu.Amen🙏🙏🙏
Basha numuriro kEr kubera nibisazi kabisa ariko.abizerabavugishwa badasenze nubuyob kuko fany.yarikwegeye muduhikindi vice turabe.ahobizoherera.na.abery
Aline ndashaka subscribe yaw Fyonda kuri profile yanje uyimp
@@mrmk0236 cane barashoboye fyonda kuri profile yanje umpe subscribe merci
Sha Fanny na Libert nabambere kubera scène zanyu ndazisubiramwo nkicuro nka10 mwubahwe
Pole sana Patrick wihangane.hama Priscina naw yarihuse kwumvira abo bavugishwa bibinyoma iyabanza agatohoza hama agasenga nawe.pole sana Priscina.kimw gusa harimwo icigwa ntitugapfe guhuruduka
Nta film nimwe yobamwo Fanny na Libert ntihabemwo ubwenge bwinsh courage Fanny wanj
Fyonda kuri profile yanje umpe subscribe merci
Birababaj
Naho naje nacerewe twungubumwe burundi turashoboye tumenyane kutu👍👍👍👌🔥🔥🔥🌟
Ntamavuta yama mesa canka makoto
Nkiri sibara ngo Mama Pasteur, asambuye Urugo Ngw'Imana
Yamweretse
Sha nihatar kbx yooooooo Pol San Fanny Reka mbaza ndayirab kbx noneh umupfakaz urakoz amatek kbx courage can ndabakunda 🙏🙏🙏🥰🥰😭😭🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
Ndabaramukinj banywanyi ba fani Lavine ninde amez nkanj atagura kuraba amasah banduha 😀😀😀 abotuvyuva kumwe ni mufyonde hahand 🙏🙏🙏😀😀😀
Ndabakunda cane Libert na Fanny 🥰❤️❤️ mubandanye kuduha film nyinshiiii zitesa nkuku 🥰
Libert uranteye ubwoba wahora ukina ama scène ari Romantic iyi sasa ibaye too much i can't believe what i'm watching nizereko ari film
Film ya bien kabisa. Irimwo inyigisho nyinshi. Abavugishwa b'ibinyoma baragwiriye mwiki gihe. Avuga ngo Imana yanyeretse ibi, kumbe afise iyindi mission ninyungu ziwe ariko arakurikirana. Mube maso, ntimuze murizera aba pasteur gusumba uko mwizera Imana, nabo ni abantu. Ijambo pasteur avuze sukuvuga ko ari ntasubirwamwo. Much love team Fanny
Béa ntaciza ngira cigera kimuvamwo
@@davissylvanendayisenga284 Oya ni kubera ariyo role akunda gukina, gusa barabonye ko ayishoboye iyo gukina ari umugambanyi😂🤣🤣🤣
@@Wolf-Junior205 nukuri jewe araryohera😂😂😂😂
Ntamavuta wasizwe ikina rorembi bazoguhizindi
Shaaa twarabahinyuye abavugishwa ntumbaze ntamatwi yanje ntibaha mwebwe abasigayeyo muragowe
Fany utandijije sana imana igushitse kure kundoto zawe
Wow abavyeyi bamez nkuko izompanuro wzirimwo nizagusa rero havemwo guhinduka.murakoz bantu bimana 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲💕💕💕🙆🙆🙆🙆
Irumugabo Patrick uburyo wavyitwayemo.hama uzoze urakura impeta urikurakina rôle yubusore tuboneko urumusore nyene hhh.we love you so much🥰😍
Aba mamy nkabo Iman ibarandure puuuu abantu mujana nibihe Fanny mpore wumviye umugwanizi umuha umwanya naw arakwakira
Abaporoti ivyo kubesha ngo beretswe nivyo vyabo Imana ibandinde pe iyi film inyibukije abaraho
Igisabo nukuri ndabasavye muyibandanye irimwo impanuro nyishi cane kubigeme n'abamama🥰🥰🥰🥰🥰
Patrike narobati man nuyu mama pasiter mwese kuraje birarenzepe muzompe rimwe canke kabiri nkine siko😘😘😘😘😘👌👌👌👌👌
Fyonda kuri profile yanje umpe subscribe
Fanny naha tuzohira tu gukurikirana ?? Gusa murategura kbsa we love u so much
Waaaaoooo film Nziza caan IMANA ikomeze kubaja Imbere, Ibikorwa vy'Abarundi navyo bishike kure. Courage!!
Nkibna lavine na libert film mbandaykunze kuk ❤❤❤ caan knd courage
Film ni nziza cane kandi irimwo n'inyigisho nziza,ndashimiye abakinyi mwese,one day muzoze ndabajane kuka benzi mu kamenge mwavyifashemwo neza,uwitwa David vyamugoye gato iyo uborew ntuvuga gutyo,nzoca ndamuha na royal arenzeko gutyo iyizokurikira aze yiboreze nkuwazinyoye,umwanditsi wayo nti big up sana. Mu Burundi ndabonye turashoboye twihe amashi.
🤣🤣🤣🤣nguzobajane hehe?🤭🤭🤭
Nukur ubu film nyarwanda narazibagiye 😁😁ndabaknd mumabara yose nukur Fanny ar mubatumy numva nsigay nkunda film zacu nukur courage😘😘😘😘😘
Murashoboye team ya Fanny Lavine &team ya studio Fresh.iyi film irimwo inyigisho nyinshi 💖💖💕💕🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
C'est juste magnifique !!! Bravo à tous nos acteurs pour leur performance !!!! Mugume mutera imbere!!!!!
Mbeg inyigish weee Mana ndumiwe pe ubuvugishwa bwubu nukur umw wes nukuzoz asiguz Iman yiwe
Ubuvugishwa bwibinyoma nibwo bugezweho mur bino bihe aba ba dad na mamy nikubitwaraho neza kbs🙏🙏💔😭😭
Big up Fanny, I like the way you act in your movie
Icombona fanny uzicuza icatumye uheba umuhmgabo wamber kuk uwo mama pasta ivyoyakubwiy vyose yarakubeshe kuryamugabo.wawe wamber Yashica urongorwe nuwomusazawe
Nukuri mwisi haragahinda iyi flim irandijije kandi iranyigidhije
We are thankful for your advice and we are waiting for part 2
Yoooh mana iiyi film imbere icirwa merci sana team ribert and fanny 🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Hama twizer ko idaherey ngaha iyi film kuko vraiment iteguy neza cane big up Barundi bacu mwunahwe sana
Mwubahwe nukur turabakund murabakiny beza can murigish mukomez Love you so much ❤♥💖
Mwarakoze kutwigusha knd gd merciii vrt abumva nibumve kk abavugishwa naberekwa Bose ntibava kumana
Libert & Fanny mukomere cne we love youuuu so much 🥰🥰🥰
Courage à tous les acteurs de ce film,car on y trouve autant des conseils qui peuvent aider les jeunes et adultes !
Ego vraiment ndemeye niyompamv umupfakazi yatevye nuko iyi yari kumashiga . Courage Fanny na team yawe yose .Imana abahezagire
Sh iy film Nar nayihomvy ifis inyigisho nyinshiii🔥🔥🔥thnk u libert and fanny
Reka nfata agatebe yakoze ibara yatubujije kuronk'umupfakazi✌🇰🇼🇰🇼🇰🇼🇧🇮✌
Fany. uranyishe aho hanu Libel,yaborewe urumva uko aducurira❤❤
Twahaturiye kabisa love so much form burundi💗💗🙏
Nukuri murashoboye, nukuzoduha iyikurikira ♥️🇦🇺🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uwo mu type yakinye role y’ umuboyi ndamuhaye 💯
Eg vrmt aratwika🤣🤣🤣🔥
Eweee ba mamy bikigiheeee birababaje😭😭😭😭😭ark patrick wihangane, gusa makanyaga narindamukumbuy
iLov you fan ndabakunda can 🇸🇦🇧🇮 so muyibandany. Kabs iyifirm yar mwInyigish nyis kurag ndabakunda can 🥰🥰🥰🥰
Wooow film nziza cane irimwo inyisgisho ikomeye abavugishwa ibinyoma bariho ariko harikintu twama twibagira kenshi gushishoza ooooh mbega film muduhe part 2
Gusa nyene nuko IMANA yabahaye impano yokugira ico tuvuga, uwureclama UMUPFAKAZI nuko ataba arayiraba kwl. Murashoboye,courage
Oya nayo turayikeney nukur birababaj kurab ikint kikakunezera ntukimare
Imana ibaje imbere kko murashoboy can Fanny uri umuhatari can
Muratwigishije kbs àbahanuzzi bibinyoma baruzuye nibeshi
Waouh ndaryohw sana ,niryamber mbonye libert aborew 🤣🤣🤣,so courage
Nukuri Murashoboye respect to you mukomeze muhatwika Imana iban namwe
Natwe tutarashika mwivyo bigero nukuri mwubahwee cyane 🥰🥰🏅🏅
Yooooo Mon Diiiiieu ,Patrick warahezagiwe vrt,ivyo birashika kenshi ,ufise umutima wakira neza🥰so,in general film mwayikiny neza !!courage vrt ,mwigisha benshi
Ubugene bwa fany bwariburenze
Narigutangara Ubu mama paster bw'a Betty heeeee!!! Nkomeje kumirwa koko
Nanje vyari vyantangaje ingene yoba umukozi w'Imana, numiwe
Betty nikavyonzi kbs😀😂😂😂😂
Ndabira Ayo ma yeux yiwe!!🤔🤔🤔
Yewe ahanu hose akina arimubi nanjye narintagaye ukunu yakina arumuntu mwiza
Iyi film irangiye amosozi andenze! Mama pasta urumuhemu wihane kabisa
Abarundi ndabemeye murakina neza cyane Film courage Fanny
Icobita action muri film nukur mwubahwe mbakunda bivyibushe gusanye muzoyibandany fany yavuy mugasho umugabo arakurindiriy gushik ahuzovumira mugash numw wamuhemukiye vrmnt ndashobor kub ryoherw kubwanyu Imana ibakomez muzager kur
Ndayikunze ntarayiraba reka mfate agatebe nicare ndabakwirikirane neza. ❤️❤️❤️❤️ Dukunde abiwacu nivyiwacu🥰🥰🥰🥰🥰
Abahanuzi bibinyoma bihane barabe iyi film 🎥👌♥❤😍
Nukuri Mana weeee ubuse uvuga ukuri tuzamubwirwa Niki koko
Ntamuntu antwengeje nka Makanyaga ngo Boss mabuja arakwica mabuja Mama yangu 😄😄🤣😂😆😄🤣aranyishe kabisa kandi ndabakunda cane
Films ndundi kurundi rwego ✈️✈️✈️✈️
Uyo maman pasteur azogerageze Basi akine film arumuntu mwiza
Uti Karantinya Ngo nd Umuvyeyi wiwe wo mu mpwemu 🤗🤗
Ndayikunze ntarayiraba yose🤣🤣 kubera ikinyemwo ibihangange gusa Betty ari mama pasta🥰🥰🥰🥰🥰 reka ntore agasambi reo ndambirizeko ndayirabe nitonze😃😃😃
Coura mamy
Kanda kuri profile yanje umpe subscribe merci
Ntavya Betty azovyonona dutangare
@@davissylvanendayisenga284 😂😂😂😂betty ni mama mukorofi😂😂😂
Harahiye hahahahhh
Bavyita imitwiko ariko mubandanye vrm
Iraryoshe Aba 3FA WE LOVE YOU SO MUCH
Kanda kuri profile yanje ukore subscribe merci
Welcome makanyag naringukumbuy sha 😘😘😘🤣🤣🤣😅urujini runini
Yooo mbega ifilm weee irandijij basha ariko ninyigisho vrm murakoz muga umupfakazi tumuhabw kandi courage 🥰🥰🇧🇮🇸🇦
Wow ntubona mwatunyotej komera .🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲💕💕💕🍾🍾🍾📣📣📣📣
Good advices!but i think there is part 2?thank for this wonderful movie!give us a second part!we leasten you 100% and i love u💕💞💝
Nimbutarakora subscribe kanda kuri profile yanje uyimp
@@alinaalina3089 what're you work?are you a player of the movies?
😁😁
@@edidiansanzimana3605salut
Courage,,Fanny nkuko wavuze si vyiza gupfa kurekura.abavugishwa bibinyoma ntibasubire kukwaka ico wafashe
Woooooow ndabakunda caane🥰🥰🥰🥰 muragerageza kuturyohera🥰🥰🥰🥰 courage nyinshiiii caaane🔥🔥🔥🔥🔥💞💞💞💞💞💞💞
Wooow film nziza vrt, texte nziza nabakinyi babizi merciii et courage kuri fresh tv nabakinyi, big up kubanditsi
Bite mwakoze igikorwa ciza cane vraiment mwubahwe kuri filmé nziza irimwo inyigisho zikomeye
Waooo Libety ndagukunda cane reka ntore agatege ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🔥✍
Mama pastor nturumukozi wimana ahubwo urumukozi wasatani ntiwasizwe amavuta wasizwe amabyi puuuu imana izoguhane
😂😂
Maman pasta uraraba uzurahindura Rôle kuko jew wamaze kungera ahntu filme urimwoo ziriko zintera kukwanka kdi ari ibikino😌
Wawoo film iraryosh cn gusamuyibsndany kbx🙏🙏🇧🇮🇸🇦
Sha uyu betty mutaravye neza muzosanga abanywanyi tumwanse kuki burimusi mumuha role zo guhemuka hanyuma fanny ndagukunda cane na libert akina neza muramaraaaaa
Film ninziza cane irigisha nukuri ivyo Libert avuze nukuri abantu benshi bubu bizera aba pasteur kuruta Imana. Fanny pore sana waraguye murudubi ubitewe na maman pasta😭😭😭😭
Ubuzima tubayemwo yoooh Libert
Good movies courage for 3fafilms mug muduh part2turayikeney
Pricel waba kajuju kuki utabazimana mama pastor araguhenze usenya urugo gwawe abavugishwa bose siko bavugishukuri uzichuza
Man yanj nkund ABA bakinyi Bose kubii🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Umupfakazi yahereyeh ????ndaba 🥰🥰🥰🥰
My God!mbeg film weee! ndakeje abakinyi b'abarundi caaane bagez ku rwego rushimishij nukuri mugukina!wooow fany na Libert ndabakuuundaaa cane muvyumve.Iyi equipe yose yakinye big up sana murik muraduhumura amaso kubint bimw bimwe!Imana ikomez izo ngabir zanyu.Much love.
Fanny uziciza.pee
Mutunyarukirize.ikind.gice.
Yoooo mana igum iguhezagir funny raba iyigir nkumupfakaz kbx😂😂😂😂😃😃😃😃😃😃😃😃👄💜💜💜💜
Waooo reka ndayiterameko ndaza kugira icomvuz munyuma