Isi, ivu ry'Uburundi si iryo kwanjwanjwa ko kuko ifise ivyankenerwa vyinshi vyo gutunga Abarundi
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 11 ม.ค. 2025
- #Burundi: Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye, asaba abenegihugu gutera ibiti ku nkengera z'inzuzu kugira ngo amazi yose abe umusarara. Yabishikirije mu gihe hariko hahimbazwa umusi wahariwe igiti mu Burundi mu ntara ya #Karusi, aho kandi yabasavye gushira amatongo hamwe kugira ngo bashobore gushika kumbonakazoza.
Hhhhh ivoka ziba iburundi gusa koko
Umugambi wo gutera ibiti ni mwiza kandi ntamwaka abarundi badatera ibiti ariko ntibikura.Mwoba musubiza amaso inyuma mukaraba igituma bidakura.ni kubera mutera atari umugambi wateguwe neza ngo hajeho umugwi uzoguma uvyitaho gushika bikure.none uteye ugaca wigira atawubikwirikirana kuba ari guta umwanya Kandi umwanya ni amahera.