ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Sha nugende urumugabo w ndumv ubaye president wohindura vyinsh❤❤❤❤❤
This guy is so smart
Uri kirumara mutama mugihugu,courage courage
Uyumugabo Akunda Igihugu nabatware,kuko iyaba bakorera kuvyavuga twoteyimbere😢😢😢😢😢
None Faustin konumva umengo urazi ibintu,ubuze iki ngo witoze basi mu b'igenga kugira ivyo uvuga tubi viver; tubibemwo.
Twoyamuhunda ndakurahiye
Faustin urincabwenge kweli
Turakwingiz uze witoz nukur faustin😢😢😢😢😢😢😢turarush ubu kubak nicori kugurish akant nicori😢😢😢😢😢
WEW UKUNDA IMPANURO ZA Faustin Ndikumana, rekangusabe inyuma yukumviriza ayamajambo ukande kurino FOTO YANJE, tubandaniriz mutuntu n'utundi
Baze barakumviriza mutama twokira
Wewe Urumunyabwenge nuko batumva ivyo Ubahanura igihugu kibakigeze kure muvy'Ubutunzi!!!
Nyakubahwa urakwiye kwitoza wigenga hama tukaguhunda amajwi
Leta y uburundi umenga igizwe n abana gusa abenegihugu turarushe
Mutam wavuga ariko nuko ubwira abantu anesthésie yamaze kwer ningoran kabisa 🙇🙇🙇
Ahubwo Faustin niyitoze apose candidature abikore kuko Na Yosefu niwe yahaye imitwe Farao rero nibemere igihugu gitwarwe nabantu bazi ibintu . Faustin narekane nivyo vyama shirahamwe ahubwo aje mubafatingingo hama turabe uko abitunganya.
Iyo bipfuye hejuru nohasi birapfa
Les products zacu nizigurwe mama Dollars nimba vyukuri bazikeneye
Mubagabo dufise mugihugu Wubahwe caneee
Uritoza kigiti cawe wobukoze😢
Nakamaramaza pe Hari reta zirinda gutwata igihugu kitagira igitoro isukari idoral gushika kuri 6000fr $1 aba cn.dd efdd bararinda kweli kwica igihugu ukibona ntugire nishka Ryo kuva mwiyo shimu ntamazi ntamatara ibintu biraza nabi
Twokora iki?
None aho ubazije nde vyogukora ntavyubona
None uyumutama niyiyoze mukuba umukuru wigihugu none atabare abarundi muri ivyo vyiyumviro vyiwe
None nimbaa nuko nimwatanga igihugu ariko mwachiye kwishuri nibyo mukorera abarundi muveho byokuvuga nakamaro muzamuhe mutama gwasa agitware
Wur ntumw y'imana niw usigaye uvuga ukuri nuk ar intumv
Nonese ibi birashoboka buriya, Budget iratorwa gusa ntibatange neza na neza icyo amafaranga azakora, none abakora planning bashinzwe iki? noneho abakora evaluation kugira barebe ko amafaranga yakoze ibyo yagombaga gukora bakoriki ? Seriously uburundi bukeneye umuyobozi
Aho twaburiye nihamwe leta y'uburundi ntiyemera gutwarwa ninama nshingamateka. Ahubwo leta niyo itwara inama nshingamateka uburundi buracarimwo ibibazo bidashira bivanye nuko abarongozi bacu babona kumano bakongera kubona kumifuko yabo
none commanter zaba DD zirihe?kobosembona ngobararushe😂
Wababwira ntibunva je sinzi icobashirimbere mumitwe yabo
Ivyo ubivuga kubera ugishonje ubutegetsi nawe ubushikiriye iyonyota igahera ntawosubira kwumva ako kamo wama uwuza
None babikoze mumuco wumva boba bakiguze yamazu hanze ?mubisanzwe twaramenyereye ubukene badutera ariko igihugu cabajanye secteur zose zayumvye igitwengeje bakubwira kwabahunze aribo bansi bigihugu gusumba abagitembaje 😂😂ndakeneye kumenya definition ya politique