Pasteur Nestor aratubwira ivyurupfu rwa madame wiwe//yatashe yarabizi kuko yaransezeye jewe ntabizi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 18 พ.ย. 2024

ความคิดเห็น • 34

  • @rachelleniyomugisha6465
    @rachelleniyomugisha6465 2 ปีที่แล้ว +1

    Mpore mon pasteur uzokongera kumubona mwijuru!Amen🙏

  • @antoinettendayizeye5884
    @antoinettendayizeye5884 ปีที่แล้ว

    Murakoze kumpanuro nziza muduhaye Imana ikomeze Kubahezagira

  • @carineniyomwungere1049
    @carineniyomwungere1049 4 ปีที่แล้ว

    Pasteur ivyakubayeho vyoshobora bake, Warakuze kwihangan pasteur Uwiteka yakoze ivyabona bimuhimbara Kimwe Azogushumbusha.Ndashimiy nabaguh kukiganiro nkuyemwo impanuro y kwemer IMANA mur vyose, Murakoze Kand Izibahe To niherezo ryiza🙏🙏🙏

  • @niyokwizerameryvelle9394
    @niyokwizerameryvelle9394 11 หลายเดือนก่อน

    Imana ishimwe

  • @niyonzimageorges8532
    @niyonzimageorges8532 4 ปีที่แล้ว +1

    Uhoraho Imana yacu ihezagire uwu Pasteur Nestor kandi ihezagire umukozi wayo Célestin yadukoreye iki kiganiro.

  • @desireirakoze4429
    @desireirakoze4429 4 ปีที่แล้ว +1

    Umuco wera ndabashimiy can

  • @ftrfrt8154
    @ftrfrt8154 4 ปีที่แล้ว

    Murakoze cane ku mpanuro zubaka muduhaye. Hama mubandanye murema.iyo umurimyi yarimye umurima ugakunda isarura dyawo riradyoha

  • @niyuhireelias1125
    @niyuhireelias1125 4 ปีที่แล้ว +1

    Hahirwa abapfa bapfira mu mwami ngo baruhuke ubutame bwabo. Imana ikuremeshe cane mukozi w'Imana. Iyi ntahe irimwo ibintu bikomeye cane twokwigira ku mubano wo rugo rwanyu. Imana iduhe twese kuzorangiza uru rugendo amahoro.

  • @chrisskelos3832
    @chrisskelos3832 4 ปีที่แล้ว

    Imana igukomeze Past,biragoye gupfusha utarwaje giturumbuka nkaccident ariko Imana ntaciyitungura,hariho abatama muhuje ikibazo urabegera bakuremeshe!!! NaYesu wawebaracahari

  • @desireirakoze4429
    @desireirakoze4429 4 ปีที่แล้ว

    Shaaa nukuri uri pasteur wa vrai kabsa ihezagirirwe ndagukunze muri mpwemu..

  • @graceuwi2098
    @graceuwi2098 4 ปีที่แล้ว +1

    Yo, uyu umukozi w Imana ni umukundwa w Imana koko. Imana imukomeze cane nabiwe.

  • @feliciteirakoze2544
    @feliciteirakoze2544 4 ปีที่แล้ว

    Imana ikube hafi muri binobihe bitoroshe urimwo.

  • @faustinendimubakobwa9844
    @faustinendimubakobwa9844 4 ปีที่แล้ว

    Mana genda urazi kuremesha! Hezagira umukozi wawe n'uwamufashe amajwi amen .

  • @geraldinekamali832
    @geraldinekamali832 4 ปีที่แล้ว

    Mana uzaduhe kutaha nkabakiranutsi.
    Uhe umushumba umugisha Data. Kandi umukomeze. Yumve ijwi ryawe iteka

  • @mertushatungimana8610
    @mertushatungimana8610 4 ปีที่แล้ว

    IMANA Igisomore mukozi w'Imana Izoguhe gusozera Igikorwa cayo Amahoro

  • @evawayesu7848
    @evawayesu7848 4 ปีที่แล้ว +1

    Mukozi wi lmana uzagire iherezo ryiza pe

  • @MohammedMohammed-tp5ct
    @MohammedMohammed-tp5ct 4 ปีที่แล้ว

    Amen Amen IMANA ihabwicubahiro ubu nibihe vyose koyarangijamahoro Kuruhimbi gwo Mwijuru baribamutegereje biteguye kumwakira rero Namwe IMANA ibakomeze kandi ibirure yongerizobahe Namwe kurangizamahoro

  • @evawayesu7848
    @evawayesu7848 4 ปีที่แล้ว

    Be strong man of God

  • @joandjo9182
    @joandjo9182 3 ปีที่แล้ว

    Turamukumbuye, muzomutugarurire

  • @algemer6396
    @algemer6396 4 ปีที่แล้ว +2

    Mpa.kukwubaha.mana

  • @nkangataferdinand6092
    @nkangataferdinand6092 3 ปีที่แล้ว

    Mana urazi kugira neza uwo wizigiye ntazogenda uko Pasteur numukunzi wimana vyukuri

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 4 ปีที่แล้ว +1

    Aiiii Mana yanje! komeza uyu mukozi wawe nku muntu biragoye kuvyakira. Kandi Mana ndagusavye uzompe iherezo ryiza ndakwinginze.

  • @nayigamiry4759
    @nayigamiry4759 4 ปีที่แล้ว +1

    Yesù ashishikare kuremesha gusa tureme abacu tuzasubila kubonana..

  • @rugemajean-baptiste9293
    @rugemajean-baptiste9293 4 ปีที่แล้ว

    Igikogwa ciza, none mushishikare ibikogwa vyiza muzobironker impera

  • @kazefloride9992
    @kazefloride9992 4 ปีที่แล้ว

    ❤❤❤❤❤❤

  • @clementinemukarubayiza5811
    @clementinemukarubayiza5811 4 ปีที่แล้ว

    Ariko se umuntu ushyira dislike kuri video nkiyi aba agira umutima?

  • @celestinntirampeba6349
    @celestinntirampeba6349 4 ปีที่แล้ว

    Imana ikomez umukozi wayo.nimba hari gpe y'Umuco wera Tv mwonshiramwo 79471964

    • @celestinntirampeba6349
      @celestinntirampeba6349 4 ปีที่แล้ว

      @@UMUCOWERATV2021 bikunda mwonshiramwo.nd'umukristu wo mw'ishengero rya pentekote mu nyakabiga

  • @janetgaaj2705
    @janetgaaj2705 4 ปีที่แล้ว

    Yesu abahe umugisha ark nipfuza munsubize mur grpe kko phone yari yarapfuye +966560912836

    • @dannypromesse8940
      @dannypromesse8940 4 ปีที่แล้ว

      Nimumpe numéro za whatsapp zanyu muzob mukoze.

    • @merchiadnyandwi5535
      @merchiadnyandwi5535 4 ปีที่แล้ว

      Amen turashimye kandi turakengurutse inyigisho dukuye mwiyo ntahe