ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Imana imuronse impera yateguriye abayikorera neza
Yari intungane koko ndamwibuka atugendera muri Paroisse nziza ya Kibumbu .Bakristu ba Kibumbu Kakeye twarumva turemye nkakurya abana baremeshwa na Papa mumuryango.Imana ntankeka ko yamushakanye mubirimba vyijuru.
Umukama yakire uwomusavyi wiwe amushikane mubwami bwayo arakwiye kujamuberanda
Ubutungane burakwiye gukora bugatanga umuco kwigandagurwa rya musenyeri Ruhuna
Mana abamwishe bazomenyekana kandi uze ubabarire bakkoze icobatazi 9:37