#Indundicomedy

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024
  • 🔥🔥🔥Wamugore Mutima yafata ariko aramuha umuti ubuhoho ayiciye umurya 😂😂😂😂ararahiy umugabo ngobajene kur Le 8mrs 🔥🔥🔥🔥

ความคิดเห็น • 167

  • @indundiCom
    @indundiCom  2 หลายเดือนก่อน

    Unastahili by Alice Niyo
    th-cam.com/video/uvExB5vyiOM/w-d-xo.htmlsi=4RcVbY9SozRQk7S_

  • @mereme8706
    @mereme8706 3 ปีที่แล้ว +22

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣twarikukiye ariko ntitubigenzuko dusiga dutunganije ivyo murugo kuko umushingantahe agumana icubahiro ciwe nubwo biruko abagabo ntimubabare turabubaha cane👏👏👏👏

  • @muhozaannemarie7417
    @muhozaannemarie7417 3 ปีที่แล้ว +52

    Abakunzi, bamutima like🤣🤣🤣

  • @hanifaalia5476
    @hanifaalia5476 3 ปีที่แล้ว +21

    Musigaye muri number one murakuye ihuriro TV congratulations

    • @chantalnizigiyimana4667
      @chantalnizigiyimana4667 3 ปีที่แล้ว +1

      Ntibokwigeraranya ihuriro TV wangu

    • @faustinmugambi2926
      @faustinmugambi2926 3 ปีที่แล้ว +1

      Ihuriro ivyayo ntakigenda

    • @opk3943
      @opk3943 3 ปีที่แล้ว +2

      @@chantalnizigiyimana4667 Ihuriro niyambere💃

    • @egideniyonkuru9705
      @egideniyonkuru9705 3 ปีที่แล้ว

      Bageze heza gusa ihuriro igeze kule

    • @ygsa5009
      @ygsa5009 3 ปีที่แล้ว +1

      @@chantalnizigiyimana4667 je nibazako umntu afse ibimunezera Ark mw'ihuriro TV kwl ntakintu mbonayo

  • @alicenanziza9101
    @alicenanziza9101 3 ปีที่แล้ว +11

    Hahahaha 8mars irabikoze 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂yoooooo Manaaaa Cisha adooooo big up saaanaaaaaa

  • @mindcleaner9290
    @mindcleaner9290 3 ปีที่แล้ว +5

    Hhhhhhh,,,,,Burundi we love you too much 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @esther8032
    @esther8032 3 ปีที่แล้ว +13

    uhuvyise inju ampe like uratwika kbs

  • @aliceniyo1642
    @aliceniyo1642 3 ปีที่แล้ว +3

    Yoooo adoooo pole team mutima murashoboye

  • @rudigerniyomwungere9667
    @rudigerniyomwungere9667 3 ปีที่แล้ว +1

    Murabwira gasore aze mumwigishe comédie Big UP sana murashoboye ndake comédie zanyu ziba zirimwo inyigisho

  • @deleankane9930
    @deleankane9930 3 ปีที่แล้ว +5

    Abantu bagezwe kuntambwe yogusonesh ibitenge visa😃😄😂😅😀😀😃

  • @abdulaziizmy8816
    @abdulaziizmy8816 3 ปีที่แล้ว +3

    Basha nazinduyee nimumpe like nukur

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 3 ปีที่แล้ว +2

    Waooooo uyumusi ni le8 Mars kabisa birqbayeeeee😂😂😂😂😂👌

  • @fulgencenahayo4120
    @fulgencenahayo4120 3 ปีที่แล้ว +3

    Ati ingoma yabaporoti😂😂😂😂😂

  • @ericnduwayo7539
    @ericnduwayo7539 3 ปีที่แล้ว +3

    Uludidire mpakz🤪🤪🤪🤪🤪🤣🤣

  • @jmadave8938
    @jmadave8938 3 ปีที่แล้ว +1

    Cishaaa yarongoyee amaduga abandi barongoraa amakikaaaa😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @ygsa5009
    @ygsa5009 3 ปีที่แล้ว

    Basha mbwira hariya ubwo mutima ntavuka mri yantara yavuga????ngo fn kwidudira🤣🤣🤣🤣🤣 ikirundi ciw kirantwnza

  • @comediansydzm
    @comediansydzm 3 ปีที่แล้ว +4

    Ntayindi team nkunda nkamwe

  • @ريمالريم-ح2خ
    @ريمالريم-ح2خ 3 ปีที่แล้ว +1

    Yamaparara wariko uragira utazi kwarimunzu umubonye ahereyehehe 👌👌👌🤣🤣🤣jewe nagira ntumwemererakwagenda uyumusi niwusasa agaciro kukandi👌👌

  • @fidesinimahye7445
    @fidesinimahye7445 3 ปีที่แล้ว +3

    😁😁😁😁unomusi akazi kose nirwawe brother ihangane ugakore nakumusumwe gusa.😁😁😁❤🇦🇺

  • @vyukusengeestamina6285
    @vyukusengeestamina6285 3 ปีที่แล้ว +1

    Hahahaha gusa uyo Mudame yaberewe kbs

  • @sophonieniyonemeye1243
    @sophonieniyonemeye1243 3 ปีที่แล้ว +2

    Wazee courage mubikora neza caaane

  • @donboscont4514
    @donboscont4514 3 ปีที่แล้ว +2

    😂😂😂😂 sha uy mumere aradugije idarapo pee kur le 08 Mars. Basha aravugije ifirimbi.

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 3 ปีที่แล้ว +3

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣cisha uyumusi karakuraba kose😆😆😆😆😆😆😆

  • @gloriosengendakuriyo5422
    @gloriosengendakuriyo5422 2 ปีที่แล้ว

    Good vrt mutima urashoboyeee

  • @user-tk3pn9zz3g
    @user-tk3pn9zz3g 3 ปีที่แล้ว +4

    Amatwi ndatabura🤣🤣🤣🤣

  • @divinekezakimana4820
    @divinekezakimana4820 3 ปีที่แล้ว +3

    Ngo n'imburugutwi aramena😂😂😂😂

  • @elviskamenge7142
    @elviskamenge7142 3 ปีที่แล้ว +2

    Akubise karavumbagaraaa🤣🤣🤣

  • @uwezeeventhius885
    @uwezeeventhius885 3 ปีที่แล้ว +2

    Mutima iryopira ndarikugurire😂😂😂😂😂😂

  • @meshomm7040
    @meshomm7040 3 ปีที่แล้ว +3

    😂😂😂 imbavu zanje murazi nsubiza 😂😂

  • @donboscont4514
    @donboscont4514 3 ปีที่แล้ว +1

    😂😂😂😂 uravye nabi ukararamwo. Basha niku murembwe cank kumusaga😂😂

  • @evelynekeza5741
    @evelynekeza5741 3 ปีที่แล้ว +2

    iyo comedy niyo vrmt murashoboye

  • @isaieniyomwungere8051
    @isaieniyomwungere8051 3 ปีที่แล้ว +2

    Mutima urankoraho ntukubite 🤣🤣🥴🇧🇮

  • @kadogocomedian527
    @kadogocomedian527 2 ปีที่แล้ว +1

    Big up team mutima muriko mubikora neza kabisa🤛
    This is love from Kadogocomedian on TH-cam ✌️❤️

  • @nazaretimwamba2416
    @nazaretimwamba2416 3 ปีที่แล้ว +1

    Maze munaweza courage vrmt muri on top kandi mukagire n'a suite 8mars y'aheze 🤣🤣🤣🤣

  • @nadaiasd9284
    @nadaiasd9284 3 ปีที่แล้ว +2

    😂 😂 😂 Ngorek ntubundr
    Muranyish vrt le 8 iragakoz vrt

  • @ntafatiroalvareze4796
    @ntafatiroalvareze4796 3 ปีที่แล้ว

    maman sosooo waberewe cane disi

  • @esthermanirambona3666
    @esthermanirambona3666 3 ปีที่แล้ว +1

    Muragisibij. Kuma status😅😅ebana wemesa ukorope🤣🤣

  • @pamellanduwimana1424
    @pamellanduwimana1424 3 ปีที่แล้ว

    Basha ndakunda comédie zanyu muransetsa

  • @ibrahimirankunda6188
    @ibrahimirankunda6188 3 ปีที่แล้ว

    From dubai turarema kubwawe

  • @egideniyonkuru9705
    @egideniyonkuru9705 3 ปีที่แล้ว

    Mutim ngo ntubundure unyibukije vyishiiiii🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🇰🇪🇧🇮

  • @jannet6659
    @jannet6659 ปีที่แล้ว

    Muraryoheye cane nic

  • @peggemegennaineza7952
    @peggemegennaineza7952 3 ปีที่แล้ว

    Ee cisha ado umugor umubwir de akavuga da😀😀😀😀😀😀

  • @user-sp7of1tb5d
    @user-sp7of1tb5d 3 ปีที่แล้ว +1

    Mutimaaaaa courageeee sawaaaaaaaaa

  • @jamarienduwimana6920
    @jamarienduwimana6920 3 ปีที่แล้ว

    Mubikora Neza vrmt

  • @Solene_au1
    @Solene_au1 7 หลายเดือนก่อน

    Maman Soso 😂❤

  • @donboscont4514
    @donboscont4514 3 ปีที่แล้ว +3

    😂😂ngo toilet bayononey. Ahibw mwihoz atarongez ibind ukor uyumunsi le 08.

  • @gaudenceharerimana7743
    @gaudenceharerimana7743 3 ปีที่แล้ว

    Urambabaje ubugirakandi

  • @samynibitanga5678
    @samynibitanga5678 3 ปีที่แล้ว

    Nimuterimbere kweri

  • @nadiajoel2266
    @nadiajoel2266 3 ปีที่แล้ว +1

    Murabambere vyukuri 👍👍ababibona mumpe like 🤣😂🤣😀

  • @claudiacoco4273
    @claudiacoco4273 3 ปีที่แล้ว +3

    Fleury wewe💋💋💋💋💋💋

  • @186MUKUNGUGU
    @186MUKUNGUGU 3 ปีที่แล้ว +2

    Hahaaaaaaaa ni hatari!!

  • @ernestnduwimana1619
    @ernestnduwimana1619 3 ปีที่แล้ว +3

    Courage mon frère 👍

  • @jene20w90
    @jene20w90 3 ปีที่แล้ว +1

    🤣🤣🤣🤣Ngontitugoye ngo ninjugu zibigori Ziramusaz, kwel ndabakunda team yanyu konerezaho, bro Saudi turabakurikirana🇧🇮🇧🇮

  • @deleankane9930
    @deleankane9930 3 ปีที่แล้ว +2

    Big up Mutima Team

  • @christineniyonkuru7137
    @christineniyonkuru7137 3 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂😂😂😂8mas irakobara ibara yooooooo 😂😂😂😂😂😂😂

  • @user-dm4rt3hk7w
    @user-dm4rt3hk7w 3 ปีที่แล้ว +1

    Ndabakunda cane

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 3 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣🤣Ya makofi ado wavuga nayarindiriye ndayabura mutima nawe ngo hendahenda ngo naho uuha injugu gusa ngo ntibagoye guhendahenda😂😂😂😂

  • @alicebijuox815
    @alicebijuox815 3 ปีที่แล้ว

    Hhhh. Mutima.musigayemurenze.imbavuzanje.murazindiha.mutima.umufyatagize😂😂😂😂😂😂

  • @mukamanaentoinette8997
    @mukamanaentoinette8997 3 ปีที่แล้ว +1

    Nafume
    Agusigira ration hhhhhhh muranyeguye

  • @ntakirutimanaferdinand4310
    @ntakirutimanaferdinand4310 3 ปีที่แล้ว

    Nukuri vyarivyo ariko nawe vyararenzurugero pe ahakibwira ngo ukorope twarete wamuti wariko uvungo ntiwagufashe waravufashe pe utamaramaje ndake

  • @berthinekazekenitha4877
    @berthinekazekenitha4877 3 ปีที่แล้ว +3

    Mutima Team 😍😍😍😍😍😍

  • @raissafabien4285
    @raissafabien4285 3 ปีที่แล้ว +2

    Hhh ngintambw yogusonesha ibitenge visa

  • @francescafrancesca8901
    @francescafrancesca8901 3 ปีที่แล้ว

    Cisha asange agafanta wakamukanyishirije vrema prise,
    Cisha prise, ni le 8 mars ihangane.🤣🤣🤣🤣

  • @stephyniyonkuru706
    @stephyniyonkuru706 3 ปีที่แล้ว

    Courage

  • @chachaburundichachaburundi4814
    @chachaburundichachaburundi4814 3 ปีที่แล้ว +1

    🤣🤣🤣🤣 basha abagabo nimukore

  • @abcdehijkl484
    @abcdehijkl484 3 ปีที่แล้ว

    Mana yanje murankura pè 😂😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣 uyumugab arabiryosha nawe nyen mbeyitwagt?mutima😂 urashoboy pè 😂😂😂😂😂😂🙋‍♂️ eweeeee mana yanje 🤣🤣🤣😅

  • @evrardfireiranzitunga1160
    @evrardfireiranzitunga1160 3 ปีที่แล้ว

    Haha 🤣 komera kadege mutma

  • @jcfjbgstjv9505
    @jcfjbgstjv9505 3 ปีที่แล้ว

    Ihangane mugabo kigingi niwe yakabakoreye

  • @igiranezaaimable8327
    @igiranezaaimable8327 3 ปีที่แล้ว +1

    Nc bro

  • @mugishaburundi3146
    @mugishaburundi3146 3 ปีที่แล้ว

    Nakuvimber sha wigire kuri 8mars

  • @rashawazeir5494
    @rashawazeir5494 3 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣Uyumusi abagabo murahagwa ndake

  • @beaimfurayase4482
    @beaimfurayase4482 3 ปีที่แล้ว

    Hahahahaha ndakundaa uwomugore

  • @thathinag1349
    @thathinag1349 3 ปีที่แล้ว

    Yoo ado rwamatwi aratabur

  • @ira_faira_fa8010
    @ira_faira_fa8010 3 ปีที่แล้ว +2

    yarongoye amaduga like nyinshi

  • @ericnduwayo7539
    @ericnduwayo7539 3 ปีที่แล้ว

    Namahera Yara siyo Nay agiy ayatwaye

  • @nazaretimwamba2416
    @nazaretimwamba2416 3 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣🤣 karanyanyara ndagaswiii

  • @lovebdi6336
    @lovebdi6336 3 ปีที่แล้ว +1

    Nice series😍

  • @emmanueliquensavyimana214
    @emmanueliquensavyimana214 3 ปีที่แล้ว

    Courage 😂😂😂

  • @olivierniyonizeye
    @olivierniyonizeye ปีที่แล้ว

    Cool

  • @Alice-vl2kn
    @Alice-vl2kn 3 ปีที่แล้ว

    😆😆😆😆😆😆8mars karanyanyara😆😆😆😆😆

  • @graceb2398
    @graceb2398 3 ปีที่แล้ว

    Yewe gaaaaaaaaaa😂😂😂🤣🤣🤣

  • @ericnduwayo7539
    @ericnduwayo7539 3 ปีที่แล้ว

    Karanyanyara naco nigiha tubwire

  • @hapakahaha5579
    @hapakahaha5579 3 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂😂😂😂nimufat tima

  • @jacksonnice5544
    @jacksonnice5544 3 ปีที่แล้ว

    Turabari inyuma

  • @minabuelysee8
    @minabuelysee8 3 ปีที่แล้ว

    Hahahahaha nihatar

  • @gerdairutingabo9954
    @gerdairutingabo9954 3 ปีที่แล้ว +1

    👌👌👌👌👌

  • @josehenry7333
    @josehenry7333 3 ปีที่แล้ว

    Ntukubite kabisa 🤣🤣🤣🤣

  • @yvetteirakoze2208
    @yvetteirakoze2208 3 ปีที่แล้ว

    Hahaha mukomere mukina neza

  • @kingsheddy255
    @kingsheddy255 3 ปีที่แล้ว

    Amajido😁😁😁😂😂

  • @jojoirakoze3500
    @jojoirakoze3500 3 ปีที่แล้ว

    Pol sana kwl bagukoreyek

  • @alinesiyoguheba9323
    @alinesiyoguheba9323 3 ปีที่แล้ว

    Asha nejo le 8 mars bibabimeze nkuku nyene

  • @audy22mugisha25
    @audy22mugisha25 3 ปีที่แล้ว

    Ningoran kwr nuk nuk hhhhhhhhh

  • @yvesstarmedia1812
    @yvesstarmedia1812 3 ปีที่แล้ว +1

    Ngaho 😂😂

  • @hamzanasry8011
    @hamzanasry8011 3 ปีที่แล้ว +2

    👏👏👏

  • @gabrielmanirakiza6731
    @gabrielmanirakiza6731 3 ปีที่แล้ว

    Ingoma y'abaporoto?

  • @alexluckybizimana6172
    @alexluckybizimana6172 3 ปีที่แล้ว

    Nyimye ivyiyumviro vyiwe abo nibo bantu bamnshka kumviriza gusumba ababakozi babazungu ngo naba president

  • @river7419
    @river7419 3 ปีที่แล้ว

    Nza kumugira ingoma yaba poroto

  • @evrardfireiranzitunga1160
    @evrardfireiranzitunga1160 3 ปีที่แล้ว

    Sura haha

  • @elesa1279
    @elesa1279 3 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣 8mars nihatar

  • @anicetnkorerimana4604
    @anicetnkorerimana4604 ปีที่แล้ว

    Ma bro usiuwe mtu