Uuuuh,ahubwo sinar nabony k uri n'umurundi,uri ikigugu uri imbwa uri umusega,n'abakuru b'ibihugu barafungwa nkaswe iyo mbwa ng ni Melody?ararengey amategeko?Bari kumurindira aheze nya bitaramo bitampay agaciro nk'aho umenga abandi bose imbere yo kubakurikirana barabarindira bagaheza deals zabo?
Aho twegurira umutwe wa mwaku we twari twarazimy?bibaye ivyo mwoza gufyefyeta iwacu?ko mutaguma iwanyu?tumutwikiraho k atagumye iwabo ng atwikireyo?ahubwo yari aje kutuzukirako
Sha abarundi murambabaje xane murzteye ni soni kbs
Everything is good to la boss love you 💋💋🥰🥰 Natasha and I thinks keep up ✌️✌️♥️
Nukuri badufashe habeho ubwumvikane kumpande zombi ,ubundi bareke Bruce melody wacu agaruke murugo🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Mélodie wihangane cyane imana ikujimbere n'a tasha yubahwe kbx ndamukunda cyan hamwe na melodie
Muzahora inyuma cyaneee nimudahindura izo zagara mufite
Inyuma ya nde ga wa mwaku we?tubari inyuma mwoza guhiga amahera iwacu?muzi kwishira hejuru gusa kandi mur abatindi nk'abandi bose
Wowe uravuga ubusa gsa Bruce melody nago afunze reka uburofa
ati ntafuzwe 😂😂😂
ndumurundikazi ariko ababikoze Bose barik bacafuz igihugu nabi naba star buburundi muzabur sapoti yibihugu bibanyi pe gus birababaj benshi babigaye
Bagicafuza hehe wa kigugu we?Bruce melody afis ubudahangagwa?nibabona ivyo bamwagiriza bidashemey azorekurwa,bifis ishingiro naho ahanwe cank arihe.Ararengey amategeko?
Biteye isoni nagahinda😭😭😭ubwicanyi buri mubarundi,vyarigushoboka gt!!!!inzara, ubwicanyi,ubunyamanswa nivyo bituranga abarundi😢😢😢aramuhere abana ishano,yarikumurindira agakora icamuzanye après bakabijamwo👏 aho ninkakurya yaragiye kuzika Umwana akamubwira ngo shirahasi ikiziga undihe !!!!???gufungurwa birasanzwe kuMugabo mbabajwe numwanya,namahera yiwe ahomvye😢😢😢 Ahubwo ninkabantu bategura show muburundi bihora bintangaza,ubukene abarundi dufise busumba ishari vyogenda gt???!!biratangaj
😀😀😀😀😀🔥🔥🔥Uravuzukuri Kwel
Iwanyu ntabwicanyi buriyo wa munuko we?iwanyu abahanzi ntibafungwa wa mavyi we ndetse mukabicira no mu gasho?
Uuuuh,ahubwo sinar nabony k uri n'umurundi,uri ikigugu uri imbwa uri umusega,n'abakuru b'ibihugu barafungwa nkaswe iyo mbwa ng ni Melody?ararengey amategeko?Bari kumurindira aheze nya bitaramo bitampay agaciro nk'aho umenga abandi bose imbere yo kubakurikirana barabarindira bagaheza deals zabo?
@@multimilliardaire5589 ahusanga urumuhungu utukana nkenivyo bintu vyabakecuru 🤔🤔😂😂😂😂😂
@@multimilliardaire5589 ,erega naho.umututsi ntivyari ngombwa.ikindi uwo yavyanditse n umurundi mugenzawe.ngomba urabe
Abarundi mwarabaye inyamaswap nimwerekan umutima wurukundo mureke ubugodyi nkubwo ivyomukorera amahanga mwibukeko bazobasubiriza munkoko Natasha couraget mubehafi🇺🇲🇺🇲🇧🇮🇧🇮
Ubwo bubeshyi mubukure aho wana.
Bruce melody arasobanutse mn kdi ntahurofa mwamuzanira ndetse ibyateguwe bizagenda neza byanga byakunda
Birababaje kbsa, Byatanguye cera none muramubonye sha, Bruce pole . nta sheni idacika
Isaac toka Uri umubeshi.
🇧🇮🇧🇮🇧🇮uburundi bwacu kabisa nishida
Vyoba vyiza cane ngose kuk araz agaciro kumunt réo tumuseng Bruce Melody 💯💯❤️💞 naw agenda 👃
Ibintu Nkivyo Biratey Isoni Nukuri Kubon Umunt az Mu Gihugu Ham Agashik Afungwa Arik Mana Yanj Abarundi Mwamye Mwikoz Isoni
Urumva washak bamusang mu Rwanda niho war gukoma amashi?bamufatiy aho biborohey.Ikijuju gusa
Natacha umutima mwiza ufite Imana izakongerere
Mama lao niyubahwe cne👏👏👏❤️
Niyubahwe cne mma lao ❤️
Mwigaye, Can't wait to see him come back home
Hama se iwanyu kizito,Jay Polly n'abandi ntibapfunzw mukabicira no mu gasho?muje i Burundi rero mucika imana mukarengera ubutungane?
Wasanga ari wowe ubica iyo umaze kuba umuzimu
@@uwinezacelline6470 hhhhhhhh,mwarahinyutse mwa binywamaraso mwe.Nimba mwibaza ng abarundi barabatinya ngaho muze mumutore ubwo buda bufoye tubanze tubumene
Nukuri imana imutabare kk gufungirwa mugihugu kitaricawe ningorane Pol kaka no wihangane la boss wubahwe
Natach niyubahwe pe
Abarundi ntimurabana beza pe muratubabaje cyane umuhunguwacu kumutesha agaciro gutyo🤔🤔🤔😭
muburundi twigeguha umuririvyi icubahiro
Inzara, ishari nubugome😭😭😭😭😭
Yooooooo mbega mbega abarundi 🤣🤣🤣🤣🤔🤔🤔🤔🤔 yewe ntaho tuzogera tugifise ishari nkiryo yemwe twisubireko ubunyamaswa nkubwo nubugesera
Ahubwo hakiri ibigoryi nkawe ntaho abarundi bazogera.N'abapresida barapfungwa bagakorwako amatohoza nkanswe uwo
None se bamwadutse ataco yagirizwa?amatohoza nakorwe bimuhamye ahanwe bitamwagiriy arekurwe.Bamureka kwikuramwo ubwenge
Kurusaku Isaac abayahashitse komera
mn Bruce melody Brand ukomey muri Africa sinumva ukungene bamugirira ivyo bintu
Ariko x umwaku Itahiwacu yansanze I Burundi Koko! Biteye isoni rwose pe! Birambabaje igitaramo cye kitabaye
Muratubabaje abarundu 🙆🙆🙆🙆😭😭😭 nukuntu twabakundaga ntituzongera nagato kubizera
Natwe abarund vyaditangaj vrm kwakira ingenz nabi nkuk shazz abarund ntakez nanj nciy numv navakubay vrm😭😭😭😭😭😭
Nukuri ndumiwe kbsaaaa
Abarundi Ntagufyinaa shaaa
Natacha nawe ahise aboneraho kwamamaza ibye hhh uyu mugore azi ibintu kbs
Imana imucire inzira kwer 😭😭😭😭😭
Ntatasha imana iguhezagire
Yubawe twarironkeye Mugisha kuburundi
Natash N umwana Mwizaa Vrtm
Ndagirinama abahanzibacu kuzinukwa akogahugu kakanyamatiku
Nya matiku iwanyu ntayahari ga wa mbwa we?
Ubundiho ntimwajayo kuber babarusha amafaranga?
Natach Iman iguhrzagir
Uburundi bwacu bwarihaye ibara
Ibara ahubwo n'uko dutunze ikigugu nkawe
Jewe sintahura kweri
Ibyiwanyu nihatari kweri!
N'ayo iwanyu ho?ni mur paradizo?cank wibaza ng ibikoregwayo ntitubizi
Hhhhh abarundi mura baturage kbx murikwifotoreza kumu star wacu mn muri feck cyakoza bro
Kazibe wa mbwa we
Natacha bikore nkintwari turakwizeye
Mana nyagasani abarundi muzakira bibagoye ingene mukennye ningene mukina numugisha ubizaniye,uzapfa mworora isazi.
Ng ingene abarundi bakenye,barabarusha?ko muzi kwishira hejuru gusa?
Wa mucafu we nk'aho usanga ubukene buri mukukwica mugabo ng abarundi barakenye.Hari umurundi utunze wa macinya we
Abarundi dushigikiye Nathasha namerodi tubibereke
Urumuhimbiri nkanyoko sha uri bagiyeko iwe atazosohoka igihugu
İbyo nibiki mudukoreye muratubihirije
Natacha yubahwe yama yabikoze
Be blessed Natasha
@@elianehabonimana2880 vya kwl
Natachat fanya nguvu zooote arekurweee
Erega muzotuma abantu Bose batinya iburundi mbe ntimushobora guhisha ingeso
Eeeh,mumenye mwese k rutitaha amategeko akurikizwa kur buri umwe wes
Abarundi muzahorinyuma. Kukarita yisi kuberubugoryi bwanyu
Inyuma yande wa kigoryi we?mwe mubesha ng mutey imbere kandi inzara iri mukubica mugahisha aho murway mwa batindi mwe
Uburundi muteye isoni nakamaramaza murafunga umushitsi kweli mwari kubiheza mutarinze kumufunga
Inzara,Ishari,Ubugome,😭😭Mélodie Imana ikorohereze icakoze mushoboye umunwagusa nukwiyemera ataho turashika🙄🙄
👍👍👍👍👍👍❤
Muburundi namasharjgusa
Numvanunumutimurimukuncamwo kuberivyaho biranshisha kbs bibasa kwisi baremanywe nayi🤲🤲🤲🤲🤲
umuryambwa aba umwe agatukisha umuryango tuse arakoze ikintu cogira ingaruka kuburundi igiteramo kigasiba ayo bahaye Bruce merody arihe tuse
Atukishije wew mushenzi.Mu Buurundi har amategeko kandi agomba gukurikizwa.Melody arafis ubudahangagwa?
@@multimilliardaire5589 uko rofa kbs uzaze ubwire ejo
@@emmyvoice4205 wew uri inyuma y'ikirofa wa mbwa we
Melody ihangane ntamvuridahita niyaguye kuri nowa yarahise ibiza bikugeraho nibiguhicirwa umenye kwabantu batamenyerwa uzobahe wihaye ❤😭😭😭😭😭😭🤲🤲🤲🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️
Yubawe Natasha imana izobimuhenbere
abarundi ubugome mufite nishyari ntago bizabagwa amahoro
Ibaze uje mugihugu kitari rwawe uzanywe no gutwika kabisa ugaca ushikira muminwe y'igipolisi 😎 na mood ica ihinduka
Rusesabagina Vyagenze gute?
th-cam.com/channels/4AuyFgXO3p-dTMkCs50k5A.html🤣🤣🤣
Vyarivyovyos wew nathasha aragucorere wang
Narabivuzeko abarundi muribwa munera amabuye ark murizo p
Natacha niba agiye kugira ico akoze kugira Bruce melodie arekurwe yoba agiye yakora ikintu ciza kuruta ibindi vyose
Murateye isoni mumakungu hama ng mushaka gutera imbere. Yoooo ndababaye muraduteza urubwa gusa rka nihorere Imana gusa igarukire uburundi bwacu
Twoter imber gute hakiriho ibigugu vyinshi bimez ukwo kwaw
Urafise ururimi wamugabowe
Ariko kucyi mukomeza kuvuga Kari mukasho Kandi afujyishijwe ijisho
donke arahandihantu hatari mukasho ariko police iramucunze niyomakuru dufite ava kubinyamakuru mpuza mahanga .
Gukora ineza nivyiza
Imana iguhezagire Natacha urumunyarukundo uzobihembegwa
Natacha yubahwee
Nukuri ni bamurek akore show kwl
Arengey amategeko?
Sinumvako mwafunga umuntu kd arimwe mwagihagaritse ngontimushaka ko yaririmbira iwanyu
None se ntibari mu matoza?bimuhamye azohanwa bitamwagiriy arekurwe
Iyi ni show busy mugomba kuhashuhisha
Isaac urakinda urusaku🤣🤣🤣
Nihatari none namwe nimwaja iwabo bizegenda gut 🤔🤔🤔
Iwabo ahubwo baba bukwice ntibagufunga gusa
Eeeeh nihatari kwer 🤔🤔 nkomeza kwumigwa
Wumigwa mu biki?arengey amategeko?
Abarundi nama mvuga muragoye Kwer muzoza murimaramaza ukonyen bakaca bamufata ataramira namate cnk wew yarikubaziko afisideni yarikwirirwaraza 😏😏sh abanyarwanda bahora bavugako dufitinzigo ash banyarwanda mwongereho😎
kandi berekane icanditse
abanyarwanda batanguye kuvuga kwari portike tuse araduteranije nabanyarwanda
Ko muri ibigugu mutazi kwihagararako mutazi no gushikigikira ibikoregwa iwanyu!jew sinshigikiy k Bruce Melody arenganwa canke afungwa ariko nimba yarakoze icaha nakurikiranwe
Kure cane hasumba agasho vyari kuba vyashitse nihe?
Wewe Isaac upfa gukurupuka nkumuntu ataciye kwishure?ivyo wumvise vyose wibaza kwarivyo?mukuvuga bumanza wiyumvire
Icakoze muriyanduje mwarimusanzwe mucafuye kuribo mumwishuze ivyoyariye ntimumurengane ngonuko mwamubonye😏😏😏😏
None uwomu toussé niwakoresha igi polici nubutungane kl iyobareka Merodi agakoricamuzanye hanyuma ubutungane bugakor icobujejwe nukuri Reta nibifate muntoke abobatovyi bagomba konona umubano wabavukana Reta izirabakorerako.
suko bashaka viewz gheee umenye ko ushobora kumwifuriza gufungwa ugasanga wowe uwuhezemo umenye ko Imana ihora ihoze rero wavuga bike ugakora byinshi byiza
None se ko n'abakuru b'ibihugu bapfungwa cank bagakorwako iperereza,Melody arabarenze?
Mutama Toussaint utesheje Bruce Melodie wacu morali 😭😭😭😭
Ariko nubundi ntagitangaje kubarundi.gusa mumurebe mwirebe.ubwo rero murimo kumutwikirahooooo mwabonye aho mwegurira umutwe,ntacyo muzi ariko muzacyimenya tu
Nukuri iburundi nabanyeshari gusa ndahavuka arik.ishari bafis ntaco norigererany
Abarundi ubanza bafite ikibazo kbs niba abafitiye amahera iyo babiganira neza nkuko anjya kuyamuha tutabimenye bakabisoza bataje kwasama ngo yariye amahera!!!! Yanyu Toka kure mwabanyamashyarimwe😡
Aho twegurira umutwe wa mwaku we twari twarazimy?bibaye ivyo mwoza gufyefyeta iwacu?ko mutaguma iwanyu?tumutwikiraho k atagumye iwabo ng atwikireyo?ahubwo yari aje kutuzukirako
@@سارخهلا ahubwo uri ikigugu dukwiye kuguca.Abarundi b'umutima tuziko amategeko akurikizwa Ku muntu uwariw wese agakorwako amatohoza bibaye ngombwa akanahanwa
@@multimilliardaire5589 asante sana kaka yangu
Iburundi ni mukuzimu pe, gufunga sicyo kintu kihutirwa inzego zumutekano zarigufasha mubiganiro aho gufunga ,bikojeje amasoni uburundi muri rusange
Harusha iwanyu wa shetani we?abaririmvyi mwafunze mukanabicira mu gasho,aba star bose bafungiw iwanyu niho wita mur paradizo?
Abasitari burwanda satani ibamereye nabi nuyu twaridusigaranye ndebera urukozasoni
Urukozasoni?ari mu maboko y'ababijejw bibaye ngombwa azorekurwa,n'ahandi birakorwa kandi ntarengey amategeko
Rwose mutubabarire muvuganire umuhanzi bumvikane nuwo mukire amusubize amafarangaye arikobekumufunga kukobya arigisebo kubuyobozi kuko umuntu wemeye gutanga inkwate nkwakomeze ibitaramo bakabyanga bamuhemukiye
Urusaku murinago ico mwabuze ni urukundo tu 😏😏😏
Iwanyu naho?ntabanyamahanga mwiciy iwanyu ?iyo mubafunga gusa hoho vyar gutuma
Kuki yameye kuza kandi afise ideni ryabandi.niyihangane hama Natasha wubahwe kumutima wurukundo wagize
Natacha wubahwe
th-cam.com/channels/4AuyFgXO3p-dTMkCs50k5A.html
Natasha yubahwe
Kwa Natacha 2000$ na 30million FBu nibisazwe iwee kbsa
Birambabaje nukuri 🤦♀️🤦♀️😥😥gus iman imufash bigendeneza🤲🤲🤲
💔😭😭😭😭😭
Yubahw natacha
Mbe iyaba aziko afise iryo deni yari kwirigwa aza Bujumbura?! Kandi sinibaza ko yokwemera kwishura ideni atariye ivyo nibintu vyumvikana🤷♂️
None se ubutungane cank igipolisi ntibufis uburenganzira bwo gukora amatohoza Ku muntu uwariw wese?
Abarundi turi babi nukuri 😭😭😭
@@rehemayamungujustine7297 nkunzeko namwe mubizi
@@rehemayamungujustine7297 uri umusega w'ikigugu
@@multimilliardaire5589 Sha uratukan 😅😅🤣🤣😇😅🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Ndimugupfa nogusek
Bamufunge rwose birakwiriye ubuhemu niko bigenda umuhemu nuko arangiza yashimishijwe n'urupfu rwa Malaika Buravan none nawe arisyuye thanks ababanyi muri hejuru rwose .
Ikirundi canyu ga yemwe!ng afungurishe?
Nimuduh
😭😭😭😭
Abarundi nabagome
Inyamaswa zaba rundi
Mube muretse umuhungu wacu abanze atahe tubahe ibyabo
Journalist wa ovyo ntuzi ivyo uriko urakora
Biramaramaje none kwatabitanguye kuzana induru akiri mu Rwanda biteye isoni kwer urumva niho amuboney wapi kwer ntivyoroshe yarikubazany nuwe yayashikirij akamureka agakor ivyamuzany kk ivyo vyerekana isurambi kwer numbwo Ari ideni rinini wap I Kwer
Wew uri ikijuju.Mu bintu vyose hakora ubwenge sinkaw no kuja kw'iwese bakujana
None bayamuhaye muburyubuhe
Ntakuntu wogabanya induru kumengo uriko ushira hejuru cne natasha😂 ngira ni kakaduga yaguha