Thème MUR'ABICANYI NONE MWITEZE IJURU ???

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 29 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 26

  • @claudebitariho6821
    @claudebitariho6821 4 หลายเดือนก่อน +3

    IMANA ihezagire cane Mukozi wayo!Inyigisho zanyu ziratwubaka cane!

  • @richardmanirakiza-eq1qs
    @richardmanirakiza-eq1qs 4 หลายเดือนก่อน +2

    Twakuze twumva ngo tugeze mubihe vyanyuma kandi abantu bakabipinga ariko Ubu Aho tugeze nka Bose baravyibonera, nukuri tugeze habi IMANA iduhe inkomezi zo kunesha ivyaha tugarukire IMANA twizere Umwami wacu YESU Christo. Iki gihe ntigisaba amahera canke amatungo menshi ariko gisaba kuba ufise Mpwemu yera ukarongorwa nawe, YESU atwuzuze Mpwemu yera nibwo tuzoshobora kunesha

  • @justemugisha1413
    @justemugisha1413 4 หลายเดือนก่อน +5

    Ameeen🙌

  • @ndayizeyeelia9314
    @ndayizeyeelia9314 4 หลายเดือนก่อน +3

    Y

  • @AlexisMbonimpa-q8j
    @AlexisMbonimpa-q8j 4 หลายเดือนก่อน +4

    Muhezagirwe

  • @GorethGoreth-lp6kl
    @GorethGoreth-lp6kl 4 หลายเดือนก่อน +2

    Yesu aguhezagire cane
    Ndahezagirwa ninyigisho muduha yesu ashishikare kukwagurira ❤❤❤

  • @richardmanirakiza-eq1qs
    @richardmanirakiza-eq1qs 4 หลายเดือนก่อน +1

    Twakuze twumva ngo tugeze mubihe vyanyuma kandi abantu bakabipinga ariko Ubu Aho tugeze nka Bose baravyibonera, nukuri tugeze habi IMANA iduhe inkomezi zo kunesha ivyaha tugarukire IMANA twizere Umwami wacu YESU Christo. Iki gihe ntigisaba amahera canke amatungo menshi ariko gisaba kuba ufise Mpwemu yera ukarongorwa nawe, YESU atwuzuze Mpwemu yera nibwo tuzoshobora kunesha

  • @irenemunsi2616
    @irenemunsi2616 4 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤

  • @ABCDArina
    @ABCDArina 4 หลายเดือนก่อน +2

    Yesu akwongereze imbaraga n'ubwenge.iconkukundira uravuga ukuri,wababwira nuko batumva

  • @Bàyubàheflugence
    @Bàyubàheflugence 4 หลายเดือนก่อน +1

    uhoraho abazigame mukozi wimana kubutumwa bwiza mudushikiriza Zambia Lusaka tugumana namwe

  • @NiyeraJosue
    @NiyeraJosue 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ntamwicanyi azoragwa ijuru

  • @FhSh-bq2pi
    @FhSh-bq2pi 4 หลายเดือนก่อน +2

    Amen

  • @BshigwaSamuson
    @BshigwaSamuson 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ndagukunda mutama

  • @AimecesaireCesaire-fh5nm
    @AimecesaireCesaire-fh5nm 4 หลายเดือนก่อน +2

    Ndagukunda100%

  • @NiyonsengaFelix-vx9lu
    @NiyonsengaFelix-vx9lu 4 หลายเดือนก่อน +2

    Amen

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 4 หลายเดือนก่อน +2

    Amen 🎉🎉🎉❤

  • @BamurangeJacqueline-n3e
    @BamurangeJacqueline-n3e 4 หลายเดือนก่อน +1

    Sizakumenyera uzufasha

  • @MasaboAline-bp5zr
    @MasaboAline-bp5zr 4 หลายเดือนก่อน +2

    Amen 🙏

  • @user-nono372
    @user-nono372 4 หลายเดือนก่อน +1

    Aman muhezagirwe

  • @sishasaid6756
    @sishasaid6756 4 หลายเดือนก่อน +1

    ❤amen muvyeyi

  • @NiyogushimaNoella-do8xv
    @NiyogushimaNoella-do8xv 4 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

  • @girukwishakaclaudine5374
    @girukwishakaclaudine5374 4 หลายเดือนก่อน +1

    Amen Amen can nukuri

  • @reginachristopher6601
    @reginachristopher6601 หลายเดือนก่อน

    Turikumwe n,lmana turimuburinzi bukomeye dufitubutware bwa Data nibukomeze buganze 🎉🎉

  • @سنايديالدوسري
    @سنايديالدوسري หลายเดือนก่อน

    Amahoro impa watsapu yuwu Mukonzi w lmna urakoze

  • @KanyamihigoBizimungujuvenal
    @KanyamihigoBizimungujuvenal หลายเดือนก่อน

    😊😊

  • @jeandedieuniyongabo9041
    @jeandedieuniyongabo9041 4 หลายเดือนก่อน +4

    Amen amen mukozi w imana.