ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Mpoore mpoore mu mam mwiza imbere ni heza Imana irikumwe namwe
Murakoze kukiganiro gihanura
Mbega wibagiye ko uriko wararaza se wa bana bawe,bizogira ingaruka mbi kubana bawe .
Murakoze cane gose
Nukuri ivyo uvuze nivyo ivyanka vyanka kare nukwitonda
Komera sha mazina
Muhezagigwe
Uratuzanira umugabo wiw naw twumve kuko ururimi gwumw rukamwa ifyufyu.
Urazana umugabo twumve version yiwe.
Ivyo ubivye nivyo usarura nawe abo uvuga nabantu 13:40
Uvuze ngo ntawe wohanura kwahukana kdi ngo ntawe wohanura kuguma muri relation toxique;nne ni gute womenyako relation yawe iri toxique?
Nawe waravuze abandi ariko urumva ko wewe bakuvuga bikubabaza en plus wewe wanavuga ivyo utazi urusaku rero ivyo ubivye nivyo usarura nawe abo uvuga barakomereka kuko nabo bafise umutima nkuwawe ntibafise imitima yivyuma