ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Iki kiyago mucumvirize neza maze turabe icokorwa kugira umuziki wacu ushigikirwe mu bice vyose.❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮Like, share and comment ❤
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
❤️❤️❤️
Uburundi umuziki Turawufise Ikibazo Abica umuziki N ibabandi Bikunda Badakunda Abandi Ikibazo igihe kizoherera Tuzoba n kibindi Bihugu Uburyarya Buri hose Inoti Iriganje Dasabwa Amafranga Studio Radio Kumbuga. None Twe Dusoroma hehe? Abarya Inoti Iragisibije Mumuziki ndundi
🙏🙏🙏❤️🇧🇮
Gusambana nicaha full stop ❌Abarundi na barundikazi tugumane indero ,imico myiza ,kuko ubusambanyi nimikoshi .Tezimbere umuziki wu Burundi mufashe generation Z ( Gen Z ) hambavu yo kuririmba ururimi gwiza cane rw 'ikirundi bandike neza i kiswahili,na English bazivuge neza baririmbe neza bakore neza interview murizo ndimi kandi namwe mube aba ambassader bu Burundi ahomurihose kw 'isi❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Iki kiyago mucumvirize neza maze turabe icokorwa kugira umuziki wacu ushigikirwe mu bice vyose.❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Like, share and comment ❤
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
❤️❤️❤️
Uburundi umuziki Turawufise Ikibazo Abica umuziki N ibabandi Bikunda Badakunda Abandi Ikibazo igihe kizoherera Tuzoba n kibindi Bihugu Uburyarya Buri hose Inoti Iriganje Dasabwa Amafranga Studio Radio Kumbuga. None Twe Dusoroma hehe? Abarya Inoti Iragisibije Mumuziki ndundi
🙏🙏🙏❤️🇧🇮
Gusambana nicaha full stop ❌
Abarundi na barundikazi tugumane indero ,imico myiza ,kuko ubusambanyi nimikoshi .Tezimbere umuziki wu Burundi mufashe generation Z ( Gen Z ) hambavu yo kuririmba ururimi gwiza cane rw 'ikirundi bandike neza i kiswahili,na English bazivuge neza baririmbe neza bakore neza interview murizo ndimi kandi namwe mube aba ambassader bu Burundi ahomurihose kw 'isi❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮