FANNY LAVINE na NORASQUE biranse ko bihangana//Uko vyatanguye//ababona ko ndamuhenda//Twararize cane
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 1 ม.ค. 2024
- FANNY LAVINE na NORASQUE biranse ko bihangana//Uko vyatanguye//ababona ko ndamuhenda//Twararize cane
@fannylavineofficial1360 @SolutionCouple
#mariage - บันเทิง
Abakunzi ba solution couple nkanj hano ❤❤❤,muze duterame , meilleur vœux ❄️❄️ bakunzi bangu❤❤❤
Ukuntu Norasque araba Fanny nukuri urabona konharimwo urukundo rwa vrai🥰 that sight says everything wallah
😂😂😂eee wabibony nawe rakaaaaa
Iki kiganiro ni Top # 1
Abantu batwenza cane
Gaël merci kutuzanira solution couple 🙏🏿❤️
Umukubito urankoreye umwaka vraiment wew uzany aba bantu,nurukundo ndabakunda❤❤, solution couple hejuru cane❤❤ je vous aime bcp❤❤❤💪💪💪
Uwubanka nanje ndamwanka solition couple muryohereza umusi ndabafise bakunzi❤❤❤❤❤❤❤❤
Ariko sha Fanny urimwiza 👌👌👌 ❤❤❤❤❤ je valide vraiment ❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤
Nkunda ukuntu muri réel, ibintu mubivuga uko biri ata bubeshi.komeza uko bantu beza, murimo Imana
Ikiganiro cari kiryoshe ntiworab umenga noguma ndagisubiramwo😂😂, Kandi Gaël wubahwe ,ntanubujamb jambo muvyabavuzweko ntiwigeze ugira nama commentaire adafaditse ngo urondere ama vues wubahwe kure cane💪💪💪, solution couple je vous aime du fond de mon cœur ❤️❤️❤️❤️ ❤❤❤❤❤️❤️
Murakoze kunkorera umusi couple mfana kandi nkunda❤❤ ntihaze hagire ikibatwara umunezero wanyu
Hahaaaa ndabakunda Uzi KO nuguruye vidéo abana bagaca bavuga ngo uyu ni Nora n'a samanthaaa hahaaaa muratesa
Nukuriiii n,umunya kinama twarabanyeee ibarabara rimweee nakuzeee ndamubonaa uko nyeneee vrmt
Abakurikir bamp twatuntu kuko iy coup ndayifan kub
❤🎉❤🎉❤❤❤😂😂😂😂
Toka ng urayifan twarabahinyuy MBeg abarundi tuzorek kwirorobek ryari??uribagiy critique wayigizek mukiganir mwagirany na nyama ???? Cnk wibazak twavyibagiy huuu berakumenyoooo
Oya umuhaye ubusa ncut yanjye kuko uwo yariko aronder amakuru ahubwo umutumir niwe abafise ikos jew mbon umeng umuhoy ubusa kweri kuk siwe yakorany ikiganir n'a nyamba cyogusebya iyo cuopl nukur@@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
Gaël ndakunda ukuntu ubaza ibibazo vyubaka atari vyabibazo vyubusakusaku
Ivyo mukora birimwo ubunyamwuga komerezaho💪💪💪
NYAGASANI akomeze guhezagira ibikorwa vy,amaboko yanyu🙌🙌🙌
Yooo gael ni number one arabaza kndi abishiramwo nindero
Mbegikiganiro kiryoshe kumviriza couple nkunda cane imana ukomeze kwivanga muvyanyu💕💕💕💕💕
Couple yanje nikundira
Muri very romantic 👌❤️
Imana ibaje imbere ❤️❤️
Gaël wakoze cane🙏🙏 kunzanira abantu banje nkunda🥰🥰🥰
Wambarije Norasque ibibazo ngirakamaro mwubahwe🙌
Fani bit???
Abantu bnj shaa❤❤Meilleur Voeux Solution couple🎉🎉Imana ibamper ivy imitima yanyu❤❤
Gaël merci vrmt iyi couplée ndayifana sana Jew n,ubukwe bwabo ndabashigikiyeee sinzohab Arik ndipfuza kubahaa Akantuuu n,ubwo ndi kureee ❤❤❤
Basha ugwo mbakunda ❤😍mba numva nokoma induru🗣🗣
Ndabakunda kandi cane Yezu abane namwe mu myiteguro ncuti🥰🥰🥰
😂😂😂😂Mana muri anti stress muhuye mwese😂ibintu bica bija kuyindi Mphwemu 😂😂😂
Just Gael numuntu Azi ivyarimwo Kandi nez❤
Rugume rusosa beza banje❤❤❤😊🤝
Sha ndabakunze cane muri romantique ntimukundana kizimbabwe.courage vrmt ndabakunda
I'm number uno😂❤ ndabakunda 🎉
Sha muranyuzuza kbx iyo coupe ❤❤❤
Solution couple happy new year 🎉🎉🎉🎉🎉🎉uwubanka ndamwanka mwirambire imyitegur myiz ❤❤❤❤❤ndabakund murabantu banj
Mana ndb❤❤❤ cane Imana yivangavang muvyanyu ikiganiro kiryosh cane
Norasque nawe ga mana ni umu comédie akwije conditions vrt je Vous aime trop ❤❤❤❤❤❤😂
Ararenze😂😂😂
Umve rero intwengo zabo weee😂😂😂 bibi harusi noma❤❤❤ni mujisho
Urahushura umuhushuro😂hushura none Gaë uzonanyica ww vrmt nkunda tes émissions kubi ❤❤🥰imbere cane mi brother 👊
Fani araryohewe kweri
Ndabakunda caane
Umukama abakomereze urukundo.merci juste kubatumire
Ubu fanny sigay ndamukunda ❤❤🎉🎉
Ibi bintu burarenze vrm nukur Iman ibajimbere San❤️❤️
umuntu atabazi abayeho gute none🙆Nagira ndamumenyeshe ko hariho vitamine abura 😁sinzi namba ari A cank B .Ariko iriho.ndabakunda caaane
Ndabakunda cneeee nukuri ❤❤❤
Ndafashijwe kbsa Imana izobubakire,kuko Niyomwubatsi mukuru🎉🎉
Nkaba ndahageze couple yamateka❤❤❤❤
Ikikiganir maze kukireb incuro zibiri nukurii🎉ndakund iyi coupl sibanga bash nukur🎉mber sinabon ivyab arik ub ndabakunda peee❤❤❤
Nono aracangamutse ni nka Chr wanje ntarungu wogira😂😂😂😂 Ndabakunda basha❤
Nawatakia kila laheri Mungu awe nanyie kira wakati🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Imana ibaje imbere muraturuhura
Norasque Norasque Norasque Norasque Norasque 😂😂😂😂😂😂ukina comédie gusa❤😅
Ndabakunda canee
Muraryoshe imana izobaje imbere ubuzima bwanyu ❤
Ndabakunda cane muvyunve lmana ikomeze kwivanga muvyanyu
🔥🔥🙌🙌
Love from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼💪
Basha ndabakunze ♥️♥️♥️
Nukuri Imana ibajimbere muri vyose coupe nziza cane muzokwame uko museka uko nivyo mbipfurije❤
❤❤❤❤❤❤❤ Ndabakunda cane
Iyo couple niya bien nibintu vyi mpwemu Juste ibiganiro vyanyu nivyiza bitegurwa neza
Ndabakunda caaaane Fanny n'a nono mwubahwe!!
Love uuu all of you
Heeeeeee vrmt muratesa ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nimwibereho Bana b,lmana❤
Songa mbele .ndabafana😊
Ndabakunda❤❤❤
Abantu banj ndab❤❤❤
Solution couple hejuru cane
Nanj ndabakeje caaane ,norasque félicitation
Imana ivuze ego ibivuze,ntawuvuga oya ,,,hejuru cn Norasque na Lavine ,mvuze kw'Imana iteriteka ninde yompaririza
Ndabakunda beza
Ndaba❤
Nice❤❤❤❤❤❤
Solution Couple ❤❤❤
Solution couple ❤❤❤❤❤
Ndabakund kanin mukomer can❤❤❤❤
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰nukuri mwiberaho mutababae ndebera vurema ndinze gushiririza ibishyimbo kuberibitwebge byanyu ndabakunda sn ndahaha ibind
Ndabanezererewe
murandyoheye cane,nukungene mushira isengesho imbere,mugaca mwisanga munyishu!🎉🎉🎉
Mwubahwe❤
Ndabakunda cane
Iramara iyo baby kwiri ❤❤
Ndakunda ibiganiro vya fani
Aka ga Petit ndagehuruka Mutakura katarasirimuka kabx😅 Nice bro Imana ibaje imbere.
Love from #LIGERA_FAMILLY
Fanny ndagukunda caaneee.nyene urampezagira
Sinabakunda ariko ubu naba penda sana❤❤❤❤
Muratwika basi❤❤❤❤❤
Vrt iki kiganiro cari kiryoshe cne❤❤❤❤
Hahaha 🤣🤣 Fanny ngwafise ubwoba ngo umugabo adafungura ntasuma😂 murampimbaye bagenzi IMANA izabubakire.ntimwitekuvyo abantubavuga.kuko tuvugavyinshi.
Ahwiiiiiii imbavu ziranyishe
Jewe mbon'iyo vide warayujuje peee 😂😂
Courage diiii❤❤❤❤❤ turabashigikiye kndi munyarutse mariage kandi natwabafana muzadutumire
Murabanj pe ndabikundira❤❤❤
Gaël merci mwadutwengeje pe nda❤
Nukur ikikiganiro ndaryohew san solution couple iman ibajimbere murivyose
Ababantu bazobana neza kubera barisanzura vraima nivyiza cane Kandi muratwenza sana😂
Lov u Gaël😘uter uj imber kbx ubikor nez
Aka kantu ndababaye kubona ndakarevye kamazimisi myishi gusa ndagakunze sana.
Natwenze canee ndabakunda
Sinogenda ntakomantinze 🧑🦯
Nora uranyish ati iyudapfuma nar kub njakaye knd rek ngukorezek fanny ryoherw urimunyishu vrt
Sha fanny urimumungenga wurukundo pe😂
😂😂😂😂 Gaël ayomajambo uherejeko namaki ?😁😁😁😄😄 ahwiiii
Basha imbavu zanje murazindiha 😂😂😂 ikikiganiro nagikunze pee ndabakunda kanini ❤❤ imana ize yivange mu vyanyu
Ikiganiro carikiryosh😂