ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Wewe nkumufana wanje fata ino link uyihereze abantu 10 nabo ubabwire bahereze abantu 10 niyo support mbasavye mwese kuko nimwebwe umutahe wanje mfise Twemeze abaduteze imisi ko vyose bishoboka ✊️ THANKS SO MUCH MWESE BAKUNZI BANJE ❤
Turabikora man
Ntacyo Tutagukorera Wiz
Bro 4life big up
Nacan cane musaza❤❤❤ natw turakwemera j mbere ngira 50
Arko rero WIZ naw za uraduteguza igihe uzoza uraduhera ibintu. Twemerer dukwize vues zingah uzoc udutamw ikindi kintu gikaze
Bro tu fais de tres beau pre chorus👌🏾 tres belle chanson
My bro🙌
Ngoma kali sana✊🏼✊🏼✊🏼✊🏼
Kinamaican again 💨🌋
Tonton Wiz ihii noma sanaa umeuwa 🔥🙌🫡📌
Nyimba wemera ko wiz designer ari mubasani bambere mu 🇧🇮 shirako like kuriyi comment
Wiz designer big up Sana mutamaAbemera wiz mumpe like ko adukoreye umutiMufyonde no kufoto mwinjoyinge good 🎶 🎸 🎺
Kari sanaaaaa🇧🇮🔥🔥🔥🔑
Uwumvirije iyi song akarenga rimwe munkubite ama j,aime
BadMan🥂🔥
Wiz iyo nitaba hit hazob hagiyemwo ninzigo dukwiz 1M
Urumuhanga sana broh nubwo ntamwanya baguha one day bzawugu❤🇷🇼
Bitu bikali sana🔥🔥🔥🔥🔥🔥
iyi bayita dose ya malaria 🔥🔥🔥aba futur diaspora tumenyan
Rekambanzenje kubagara ibiharage ndaje kuyiraba neza😢
Iyo verse yambere reo ya Bass voice irakaze nukuri 🎉🎉🎉❤❤
Team satura tumushigikir mukump like
Wambere kumviriza indirimbo iryoshe wambere muburundi mumwaka wa2025 hejuru cane new generation imbere niheza gusumba 🔥🔥🔥🔥
Nsanze umu soldier hano 🇲🇿 Ari ku kwumva iyi Ngoma ambwira uburyo akwemera numva ndumiwe.
I can't explain how much lov u😢 but wiz ndagkunda vrma 😊yr voice makes me so fine❤️❤️
Leta hiyo ngoma kali
Amashugwe nayawe kabisa
This voice in 1st vers 😢❤🔥🔥🔥
All Rwandans Here🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Merci sana gusa wariwayitunyotej kl arik ❤🎉🎉
Nukumushigikira agere kure kuk arashoboye
Kure cane🔥🔥🔥
Ngaha ndabona wakomye beshi unomusi ❤nice🇧🇮
Wow mbega song irenze Love from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
mbeg wiz nukur naj irankozek kabis ❤❤😢😢
Aga song gakaze keza kuguruye neza cane 2025🙌🔥🔥🔥
Aragarutse wiz wa morning wa nyampinga wa valentine 😢 congrts bruh
uwutogukunda yoba atanwa amazi ya freshi igikogwa ciza cnee brother
Ndimubambere yàba urumurundi cank umunyagwanda nkubita like tumukeze uyumwana wacu ararenze
Unyama mwingi 👊
Uje neza my big brother wubahw kur iy hit 2025nkeney abantu i100 bayumvirij icuro 10 likes zanyu. Ndazikeney❤❤❤❤❤❤❤
Wiz on the Map 🎉Beautiful song Melody and Lyrics
❤❤wiz mwishush ya kera uwumvis ugwo rujwi ampe Like courage mon frère✍️🙏
Ndongey Gusubira murinyabintu narinarahakany gusubiramwo 😂😂😂😂 This song Guys Yonakwica Nkeuu Go ahead mzee WIZ ❤
Wahorahe msaza ko nkunda songs zawe birenze❤❤❤❤
Wiz designerIy ni dawa kabisa
Uraduhaye ibintu biremeye kbx🎉🎉🎉
Broh twese turinyum yawe support niyinyene tugufana Faux wowe gusa kora ibikorwa bizokwivugira💪💪
Love from bantou bwoy nyimbo kalii ❤
Hasheeeeeee uwukwanka akwandureko musaza 💥💥💥💥💥💯
Love from Fizzo Fans Family ❤❤❤
Félicitation bro iyi song Ni Hit song Burundi 🇧🇮 Juu Sana kbx
Uwutakwemera aragapfa peeee,🎉🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Twamaze.igihe turindiriye imiziki ifise qualite nziza none birabaye disi keep up wishu u one day to come apa muyinga turaguknda
Man big up ariko ndagusavye ushireko lyrics yiyo song kuko aratesa sana🎉💥🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼
Umufana wa major😅😅🎉🎉
Ndumufana waw wemera reka twemez manager wakera
🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Hit🔥🔥
Méga hits100/100
Nice song ubutuvyukumw mump like🔥🔥🔥😴
Bravo wasubiriye kuririmba nka kera reka guhindura cane ushiramwo ivyongereza guma nkuko naba d one barahitinga bagumye kuri vyabindi nyene unabasumvya ijwi uhindiye shiramwo i piano ntabindi bravo gusa🎉
Kl shaaaaa wiz kandi courage miminsi irimbere niwe uzoba uriko urakora amateka muburundi kbs
Hit song kbx
Wiz courage
Hit of 2025 ❤🔥
Aba twemeranyako iyindirimbo ari hit songs mump like
Nice song💥🇧🇮
Ndakeka 2025 nubwambere ndonse songs iryoshe #African_Badman ntiwigera uhusha iyurashe Big up ✌️🔥🔥🔥🔥🔥🚀 #Te amo to the World 🔥🚀🚀
Warah ikwiy support ya dange . Good job bro
Uyumuzigo niwo vrt 🎉🎉🎉
Safiii saana✌️kalibu tena kwetu kajaga 😉
Même si je comprends pas aucun mot...je valide🔥🔥🔥
Abemera wiz nkanje like ngaha
Indirimbo ndayishimira sanaNiyiki gangster ❤Unauwa
Love song kbx irarenz peee!!!
🎉🎉goood banger Evitez la rigueur en musique burundaise. Belle chanson ❤❤❤❤❤❤❤❤
Nairobi Kenya amashugwe nayawe mazeh❤❤❤❤❤❤❤❤
Wiz designer ndagukund kl❤ uradukubise hit song kl
What beautiful melodie ❤❤ this is vitamin music wallah so far wiz 🎉🎉
Voice ya soja 😂 🔥
Iyi ni hit song yukweziii kw1
Numuhungu wac m Burundi 🇧🇮🙏. Birateba mug bizoshika❤❤❤
It's the nicest song ever, it has a masterful melody, who produced this song? You Never Disappoint Us mzee
🎉🎉🎉🎉abaryohewe nkanje kwiyi hit amashurwe yanyu ndayahabw kubwa wiz designer❤❤
❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nice voici ❤
This song eee bury uwutakwemer yemerand🤔♥️♥️⚡⚡
Abakunze iyi song like me please 👍👍
❤❤❤ my favourite song ❤❤in 2025 first 🎉🎉❤
Nice 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Un chef-d’œuvre 🔥🔥
Bad man Pondis 🇧🇮
Go ahead mr Romantic🎉🎉🎉
Turayitegereje❤
Good sound Wiz
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Bad man king of lov nic song my big brother 🎉🎉🎉
Huna jambo dogo big up bro hujawahi niangusha
Walahi ndapfuha nokwicha numuntu😂🎉❤
Ijwi ryaragiye wallah😮😮😮
Ndakeneye like 100 zambere🎉🎉
Vraiment c'est wouh
iyi song maze kuyira5 fois nigut indirimbo nkizi zidakwiz 5M
❤❤❤
Nezaaaa ahonyene nihodukeneye ❤❤❤❤
Wewe nkumufana wanje fata ino link uyihereze abantu 10 nabo ubabwire bahereze abantu 10 niyo support mbasavye mwese kuko nimwebwe umutahe wanje mfise
Twemeze abaduteze imisi ko vyose bishoboka ✊️ THANKS SO MUCH MWESE BAKUNZI BANJE ❤
Turabikora man
Ntacyo Tutagukorera Wiz
Bro 4life big up
Nacan cane musaza❤❤❤ natw turakwemera j mbere ngira 50
Arko rero WIZ naw za uraduteguza igihe uzoza uraduhera ibintu. Twemerer dukwize vues zingah uzoc udutamw ikindi kintu gikaze
Bro tu fais de tres beau pre chorus👌🏾 tres belle chanson
My bro🙌
Ngoma kali sana✊🏼✊🏼✊🏼✊🏼
Kinamaican again 💨🌋
Tonton Wiz ihii noma sanaa umeuwa 🔥🙌🫡📌
Nyimba wemera ko wiz designer ari mubasani bambere mu 🇧🇮 shirako like kuriyi comment
Wiz designer big up Sana mutama
Abemera wiz mumpe like ko adukoreye umuti
Mufyonde no kufoto mwinjoyinge good 🎶 🎸 🎺
Kari sanaaaaa🇧🇮🔥🔥🔥🔑
Uwumvirije iyi song akarenga rimwe munkubite ama j,aime
BadMan🥂🔥
Wiz iyo nitaba hit hazob hagiyemwo ninzigo dukwiz 1M
Urumuhanga sana broh nubwo ntamwanya baguha one day bzawugu❤🇷🇼
Bitu bikali sana🔥🔥🔥🔥🔥🔥
iyi bayita dose ya malaria 🔥🔥🔥aba futur diaspora tumenyan
Rekambanzenje kubagara ibiharage ndaje kuyiraba neza😢
Iyo verse yambere reo ya Bass voice irakaze nukuri 🎉🎉🎉❤❤
Team satura tumushigikir mukump like
Wambere kumviriza indirimbo iryoshe wambere muburundi mumwaka wa2025 hejuru cane new generation imbere niheza gusumba 🔥🔥🔥🔥
Nsanze umu soldier hano 🇲🇿 Ari ku kwumva iyi Ngoma ambwira uburyo akwemera numva ndumiwe.
I can't explain how much lov u😢 but wiz ndagkunda vrma 😊yr voice makes me so fine❤️❤️
Leta hiyo ngoma kali
Amashugwe nayawe kabisa
This voice in 1st vers 😢❤🔥🔥🔥
All Rwandans Here🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Merci sana gusa wariwayitunyotej kl arik ❤🎉🎉
Nukumushigikira agere kure kuk arashoboye
Kure cane🔥🔥🔥
Ngaha ndabona wakomye beshi unomusi ❤nice🇧🇮
Wow mbega song irenze Love from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
mbeg wiz nukur naj irankozek kabis ❤❤😢😢
Aga song gakaze keza kuguruye neza cane 2025🙌🔥🔥🔥
Aragarutse wiz wa morning wa nyampinga wa valentine 😢 congrts bruh
uwutogukunda yoba atanwa amazi ya freshi igikogwa ciza cnee brother
Ndimubambere yàba urumurundi cank umunyagwanda nkubita like tumukeze uyumwana wacu ararenze
Unyama mwingi 👊
Uje neza my big brother wubahw kur iy hit 2025nkeney abantu i100 bayumvirij icuro 10 likes zanyu. Ndazikeney❤❤❤❤❤❤❤
Wiz on the Map 🎉
Beautiful song
Melody and Lyrics
❤❤wiz mwishush ya kera uwumvis ugwo rujwi ampe Like courage mon frère✍️🙏
Ndongey Gusubira murinyabintu narinarahakany gusubiramwo 😂😂😂😂 This song Guys Yonakwica Nkeuu Go ahead mzee WIZ ❤
Wahorahe msaza ko nkunda songs zawe birenze❤❤❤❤
Wiz designer
Iy ni dawa kabisa
Uraduhaye ibintu biremeye kbx🎉🎉🎉
Broh twese turinyum yawe support niyinyene tugufana Faux wowe gusa kora ibikorwa bizokwivugira💪💪
Love from bantou bwoy nyimbo kalii ❤
Hasheeeeeee uwukwanka akwandureko musaza 💥💥💥💥💥💯
Love from Fizzo Fans Family ❤❤❤
Félicitation bro iyi song Ni Hit song Burundi 🇧🇮 Juu Sana kbx
Uwutakwemera aragapfa peeee,🎉🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Twamaze.igihe turindiriye imiziki ifise qualite nziza none birabaye disi keep up wishu u one day to come apa muyinga turaguknda
Man big up ariko ndagusavye ushireko lyrics yiyo song kuko aratesa sana🎉💥🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼
Umufana wa major😅😅🎉🎉
Ndumufana waw wemera reka twemez manager wakera
🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Hit🔥🔥
Méga hits100/100
Nice song ubutuvyukumw mump like🔥🔥🔥😴
Bravo wasubiriye kuririmba nka kera reka guhindura cane ushiramwo ivyongereza guma nkuko naba d one barahitinga bagumye kuri vyabindi nyene unabasumvya ijwi uhindiye shiramwo i piano ntabindi bravo gusa🎉
Kl shaaaaa wiz kandi courage miminsi irimbere niwe uzoba uriko urakora amateka muburundi kbs
Hit song kbx
Wiz courage
Hit of 2025 ❤🔥
Aba twemeranyako iyindirimbo ari hit songs mump like
Nice song💥🇧🇮
Ndakeka 2025 nubwambere ndonse songs iryoshe #African_Badman ntiwigera uhusha iyurashe Big up ✌️🔥🔥🔥🔥🔥🚀
#Te amo to the World 🔥🚀🚀
Warah ikwiy support ya dange . Good job bro
Uyumuzigo niwo vrt 🎉🎉🎉
Safiii saana✌️kalibu tena kwetu kajaga 😉
Même si je comprends pas aucun mot...je valide🔥🔥🔥
Abemera wiz nkanje like ngaha
Indirimbo ndayishimira sana
Niyiki gangster ❤
Unauwa
Love song kbx irarenz peee!!!
🎉🎉goood banger
Evitez la rigueur en musique burundaise. Belle chanson ❤❤❤❤❤❤❤❤
Nairobi Kenya amashugwe nayawe mazeh❤❤❤❤❤❤❤❤
Wiz designer ndagukund kl❤ uradukubise hit song kl
What beautiful melodie ❤❤ this is vitamin music wallah so far wiz 🎉🎉
Voice ya soja 😂 🔥
Iyi ni hit song yukweziii kw1
Numuhungu wac m Burundi 🇧🇮🙏.
Birateba mug bizoshika❤❤❤