ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Nukuli iyintahe irafasha beshi ikindi Yesu azogushoboze no Muntamba bigende neza kk uwomwami yagushoboze Iburayi niwanyu izogushoboza Amen.🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Muri Yesu honyene niho turongeramwo vyose. Wahisemwo neza , ubarikiwe sana
Iman'Ishimwe kubwawe yakugiriye neza.Mu Mana hari vyose,ikirita ibindi Ubugingo
Ndakunezererewe Fere. Imana ikuduze kuyindi Level kdi iguhe Divine connection where ever you are. Iguhuze n'umunyamugisha yashizeho kubwawe n'umuryango wawe.Ndakwibuka twiga ETS KAMENGE ntivyari vyoroshe. Ariko wamye ufise indero ubuho biraruhirijee
Imana ishimwe
Hallelujah,Fere numva nuzuye amashimwe kuri Yesu kuvyo yagukoreye
Merci beaucoup iyo ntahe iramfashij vrmt
Imana ni nziza ibihe vyose 🙏🙏
🙏🙏arakoze cane iyo ntahe iraryoshe Umwami Yesu Kristo arahambaye
God is good 🎉🎉
Imana ikomeze kukuduza mon frere, intahe irakomeza umutima cane🎉🎉🎉🎉
Wouh Yesu nashimw agira neza cane, Imana igukomez mwene Data Fere
Amen amen, Yesu agira neza.Gukizwa vyugurura imiryango yose,iyo Satani yafunze .. Murakoze kuriyo ntahe
Iy,intahe iraryoshe cane irafashije sana komera ushikame Kristo arushirize kukwihishurira uko utigeze kuyibona warahezagiwe cane.
Ndafashijwe cane n'ukuri Imana ishimwe cane Yesu agira neza cane
Oohoooo God is Good n umwizirwa ibihe n ibihe
Iyo ntahe vraiment yar ryoshe cane
Imana ishimwe!
Imana ni Nziza Ibihe vyose 😊😊
Yesu araruhura🎉🙏
HALELUYA YESU uri mwiza cyane ugira neza ibihe byose ndashima YESU kubwawe uri Evengeliste freddy
Amazing Testimony....All glory to God
Murakoz cane uraduteyintege gose ivy imana ikora biratangaje
halleluyaaaaa Imana numwizigigwa
Intahe ni nziza🎉Yesu kristo nashimwe
Amen 🙏🏿 Yesu ashimwe intahe inkozeko❤
Ooo Yesu nimwizaa❤
Iyi ntahe ya Fere irambuijije gukora akazi😢mpatswe gukorora amosozi...Imana irahambaye🙌
amen
Imana ihabw'icubahiro
Amen Ndiho azahorane nawe
God is powerful oooh hallelujah
Yesu agiraneza ahabw icubahiro
Yesu numwami
Uhoraho abahezagire cane ku ibi bihe vyiza vyo kumwamamaza
Iyintah ninziz kk nanje mba nuri south Africa Durban ndipfuza kuzobona fere
Imana ni nzizaaa❤❤
Icubahiro cose nic'umwami numukiza yesu christ
God is good 🙏🙏🙏🙏
Imana irahambaye cane
Ndunva nkunda yesu
Numva nryohewe ikindi kandi ndumva murakundana numugore
Ibaze sha umugabo agakena umugore akamwama impande amuba hafi umunsi kuwundi ndamukunze nukuri ngo mumagogwa ni mumahigwe tuzobana Niko yarahiye
Sifa kwako Mungu
intahe ya Fere irampezagiye
Binsubije intenge kubona umustar nkawe uriko ushinga ntahe biranyubatse
Hallelujah ❤️
Amen
❤️🔥🔥🔥👌🙏
Hallelujah 🙏🙌🙌
This is powerful
Ooooooh my God ❤❤❤
Kbsa God is good all the time
Intah nziz cne knd iriko ifash benshi cne
❤
Ambassadeur du Christ
Mbonye ama commentaires ari meza reka nanj ndabe
Intahe kiryoshe mbere iciye ituma niyabonesha kuri chaîne yanyu nahora ndabakurikire mumisi iheze kuri TV
Murakoze cane! Muhezagirwe
None hoba hakiriho abantu bacibaza yuko aba catholics badakizwa?by the way igikuru nuko yamenye yezu nkumukiza
𝑁𝑢𝑘𝑢𝑟𝑖 𝑛𝑢𝑚𝑣𝑎 𝑛𝑡𝑎𝑓𝑖𝑠𝑒 𝑢𝑘𝑢𝑛𝑡𝑢 𝑛𝑜𝑣𝑢𝑔𝑎 𝑢𝑚𝑢𝑛𝑒𝑧𝑒𝑟𝑜 𝑛𝑢𝑚𝑣𝑎 𝑚𝑓𝑖𝑠𝑒 𝑗𝑢𝑏𝑤𝑖𝑛𝑡𝑎ℎ𝑒 𝑦𝑎 𝐹𝑟𝑒𝑑𝑒𝑟𝑖𝑐❤
Nukuli iyintahe irafasha beshi ikindi Yesu azogushoboze no Muntamba bigende neza kk uwomwami yagushoboze Iburayi niwanyu izogushoboza Amen.🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Muri Yesu honyene niho turongeramwo vyose. Wahisemwo neza , ubarikiwe sana
Iman'Ishimwe kubwawe yakugiriye neza.Mu Mana hari vyose,ikirita ibindi Ubugingo
Ndakunezererewe Fere. Imana ikuduze kuyindi Level kdi iguhe Divine connection where ever you are. Iguhuze n'umunyamugisha yashizeho kubwawe n'umuryango wawe.
Ndakwibuka twiga ETS KAMENGE ntivyari vyoroshe. Ariko wamye ufise indero ubuho biraruhirijee
Imana ishimwe
Hallelujah,Fere numva nuzuye amashimwe kuri Yesu kuvyo yagukoreye
Merci beaucoup iyo ntahe iramfashij vrmt
Imana ni nziza ibihe vyose 🙏🙏
🙏🙏arakoze cane iyo ntahe iraryoshe
Umwami Yesu Kristo arahambaye