ไม่สามารถเล่นวิดีโอนี้
ขออภัยในความไม่สะดวก
Jeannette Kagame🇷🇼 arashitse i Burundi Bujumbura || Uko yakiriwe neza caane
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 12 ส.ค. 2024
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Wooooa welcome maman Rwanda and papa Rwanda turabakunda cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤🇷🇼🇷🇼❤❤❤❤❤❤💯✅🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳💃💃💃💃💃💃💃🌹🥀🌹🥀🌹🥀🥀🥀👑👑👑👑👑👑🙇♂️🙇♂️🙇♂️🙇♂️🙇♂️🙇♂️🙏🙏🙏🙏🙏🙏💯✅
Cyakoze abarundi muzi kwakira abashyitsi p namwe you deserve this love back
Arko shaa abarunfi bazi kwakiranaa karibu iburundi niwanyu warahakuriye❤
nikaribu urisanze mama Rwanda ❤❤❤
What a wonderful father God .Babyeyi muva inda imwe mukomeze urugwiro .muri Primus yacu ( Gahuzamilyango ) Uwiteka akomeze kubamurikira❤❤❤❤❤❤Kandi n.amahoro asabe mu.bihugu byacu ❤❤❤dushyingirane duhahirane dutaramane dusabirane ❤❤❤❤
Love from 🇷🇼
Karibu kwetu🙏🙏🙏🙏
abarundi mwese ndabashimiye rwose lmana ibahe umugisha❤
WOOOOOW VYIZA CNEEE ❤❤❤
Ni karibu goose iwacu 🤗🤗
Ooooh halelluaaaaa byiza cane ashitse Ku ivuko
Vyiza can3❤❤
Ni vyiza cane,uzi ko yavukiye mu Burundi,mu ngagara,akahakurira,yahejeje secondaire kuri lycee clarte notre dame,mu nyuma bise lycee vugizo,nibaza ko yibutse aka kera mu bdi,biraryoshe pe,arisanze
Sha vacance yanjye yambere ni Bujumbura kabsa kuko abarundi mugira urukundo 🤦♂️❤️❤️✍️ the Ben niwe wokubihamya, natwe twarabibonye 🙏💯❤️❤️
Ni kalibu murisanzee nigihungu cakira abashitsi neza cneee 👌❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Karibu cane dukunda abashitsi
Kalibu caaane I Bujumbura Uze wisange Kandi ndazi uzokwishima niwahagera🇧🇮🇧🇮👌Ubundi Buri muntu wese yabwirizwa gukunda mugenziwe naho bitugora❤❤❤❤🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Amena, gogo, gloria🙌💃
Twishimiye Maman Rwanda karibu
Imana ishimwe.
Karibu iwacu mazina
Waouh c'est génial 👍❤🎉
Karibu iwacu
Wawooo
Welcome muvyeyi
Nice
Umuturanyi
Mana biranezereye cane karibu
❤❤❤
Imana ishimwe dueubite gukundana kuko turibamwe tuvuga rumeee
ISaac usigaye wishikira😮
❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
🥳❤️❤️❤️❤️
🇷🇼🇷🇼
❤❤❤❤💞💞🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Umubanyi niwe muryango!!!
Kalb iwac
Imoka yose yazizaninye GR grade presidential rwanda
Nibyiza gusurana
What is you tube s
Yasubiye kwivuko
Niho avuka kumbe?
@@user-ld9mg1hf2v sinzi ariko niho yakuriye.
@@user-ld9mg1hf2v egome, ni ho yavukiye mu gisagara ca BUJUMBURA.
@@user-ld9mg1hf2v yes Yavukiye Bujumbura aho bita mungagara yanahereje secondaire mu Burundi
@@angerubeneirakiza1628waooo vyza cn iburundi arahazi cn❤❤
Wampaubuncuti mubyeyiwamcu
Ayomunezeregwamwo. Harimfuvyinyinshiziyakeneye
Cunga sana,aje gukoriki?
Love from 🇷🇼
Nice