😭Amaraso arahuma abishe wamwana w'Umutegetsi barafashwe Ndakugarika akoroye amosozi arabamara murind

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 23 ส.ค. 2024
  • Amakuru#burundi#shiramatsikotv

ความคิดเห็น • 17

  • @samuelbizimana-cd3cm
    @samuelbizimana-cd3cm หลายเดือนก่อน +2

    Amakuru yawe aba maremare kubera usubiramwo ivyo uba wamaze kuvuga kandi wige kuvuga neza ikirundi ugitandukanye n'imvugo nyarwanda nyarwa

  • @user-wm4xs7th3z
    @user-wm4xs7th3z 2 หลายเดือนก่อน +2

    Imana itabare igihugu

  • @user-ec7ls9ng5m
    @user-ec7ls9ng5m 2 หลายเดือนก่อน +2

    Urikijujuuu urasoma ivyabandi banditse iyo nda yanyu izobamaramaza

  • @mmnn3579
    @mmnn3579 2 หลายเดือนก่อน +1

    Uyo mutype vrmnt ntabwo ar'umwana wa ndakugarika gusa amaraso yuyo muhungu bazoyabazwa bagenze aho bashisha baranashish abo bar muntwaro nibasubir mwishamb babize Rwasa yitwarir bararyan umenga nimbwa zihuriy ku magufa😢😢😢😢😢😢uw muhungu yarambabj nkuyo aziri ki?kweli

  • @JosephineMusavyimana
    @JosephineMusavyimana หลายเดือนก่อน +1

    Namwe murashoboye kudandaza amajambo?

  • @user-qv2ku2hn2h
    @user-qv2ku2hn2h 2 หลายเดือนก่อน +5

    Birababaje

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 2 หลายเดือนก่อน +2

    Cndd nive munzira kuko birabananiye nibasubire mwishamba baje mumashure bige uburyo igihugu kiyoborwa bafise amaraso meshi muntoke ntibazobishobora.

  • @JonathanNduwimana-sl3jw
    @JonathanNduwimana-sl3jw หลายเดือนก่อน +1

    Egobivuge sha

  • @GlorioseNtakarutimana-ks8px
    @GlorioseNtakarutimana-ks8px 2 หลายเดือนก่อน +5

    Imana niyo izobacira urubanza.

  • @JosephineNsabimana
    @JosephineNsabimana หลายเดือนก่อน +1

    Mwebwe kubesha kwanyu muraberey gufatwa uyu mwana nu ndakugarika??murab neza

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 2 หลายเดือนก่อน +2

    Ubundi ntugafatwe kumurongo ngureke gutabaza ubaze utimumfatiyoki?nakoziki ?

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 2 หลายเดือนก่อน +2

    Ntuzi gusoma ikirundi koko carama ngo karama chanic ngo clinic wige gusoma.

  • @IgiranezaRucie-ze9qc
    @IgiranezaRucie-ze9qc 2 หลายเดือนก่อน +1

    Nn uyo umuhungu nuwabdakugarika ??

  • @DianeKanyange-lx5dv
    @DianeKanyange-lx5dv 2 หลายเดือนก่อน +2

    Warasaze ububeshi

  • @EvelyneIrambona
    @EvelyneIrambona 2 หลายเดือนก่อน +2

    Mwe mwarasaz

  • @irankundaeulodie
    @irankundaeulodie 2 หลายเดือนก่อน +2

    imana itabare uburundi