Ah YaYaYa - Dudu T. Niyukuri

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 ธ.ค. 2022
  • Ah YaYaYa Song Written By Dudu T. Niyukuri
    Live Production At CLM Burundi
    Recorded Live by Rock House Records
    Video Production by Grand Pictures.
    Directed and Produced by Landry SB & Landry - Guez
    Audio Post Production by Rugero Records
    Event Production by Buja Events
    Iriba Communication Agency
    Special thanks to:
    Now Creative
    Chris Lee Gifwandi
    Alberique for Buja Events
    Emery Uwimana
    Elvis & Alida
    Landry & Divine
    The band:
    Lievin
    Corneille
    Farley
    Mabone
    Marlesh
    Teddy
    Fofo
    Amandine
    And Everyone in the audience who made this video a success
    God Bless you all
  • เพลง

ความคิดเห็น • 1.1K

  • @martinshematv7391
    @martinshematv7391 ปีที่แล้ว +3

    Nukuri Dudu thanks for this song itumye nongera kubona imbabazi Imana yampaye nsanga ndi intashima Kandi urampumuye cyane Imana iba yaradukoreye byinshi ariko usanga twarabaye intashima pee thanks byatumye narira cyane

  • @kevinenzg4632
    @kevinenzg4632 ปีที่แล้ว +4

    sinzi ko ari jewe gusa ntashbora guheza umusi ntunvirij iy ndirmb nk 3fois 🙌🏽Wagize neza Yesu🙌🏽🙌🏽🙌🏽

  • @alvellamuhimbareofficial
    @alvellamuhimbareofficial ปีที่แล้ว +46

    Amen amen Nanje sinzibagira Yesu yangiriye neza cane 🙏🙏🙏

  • @light5418
    @light5418 ปีที่แล้ว +5

    Nsinzibagirwa urukundo rwawe imbabazi wagize neza. Ukomeze umurimo Mwuka wera agume aguha indirimbo zitwegereza Data wacu na Yesu umucunguzi. Imana ikumpezagirire numuryango wawe kandi akwimane. Urakaramba

  • @dushimedestiny1259
    @dushimedestiny1259 ปีที่แล้ว +13

    Ayayayaaah 😍🥰🥰 nsanze lyrics zifatanye nivyo NDIHO ariko arankorera ,nivyo Yakoze.... Nsanga mbura uk mbivuga nsanze ari Ayayayaaah nyene😍😍😍
    @Dudu Iri soko uvomako uze urigumeko. Kuko ririko riratuzamurira ahandi hantu...🙏🙏
    Be blessed and congrat Papa...

  • @cedricnizigiyimana4441
    @cedricnizigiyimana4441 ปีที่แล้ว +4

    Vyukuri SINZOKWIBAGIRWA imbabazi zayo ... HALELUYA 😭❤🥰

  • @nikitakunda-oj8ug
    @nikitakunda-oj8ug 16 วันที่ผ่านมา

    Dudu indirimbo zawe ziradufasha cyaneeee Imana iguhe umugisha

  • @niyokurianrai
    @niyokurianrai ปีที่แล้ว +2

    Musenge Imana inkure mubibazo ndimo, ndayizeye. Murakoze.

  • @kanezabelysedorcas2229
    @kanezabelysedorcas2229 ปีที่แล้ว +18

    Respect Dudu Thx for this amazing song🗣️yagize neza pe🤗🙌🙏👏🇧🇮

  • @armanditka1145
    @armanditka1145 ปีที่แล้ว +4

    Je suis catholique mais ntikibuza ko vibing indirimbo zo guhimbanza IMANA uhezagirwe 🙌

  • @user-lt8xy8pm1h
    @user-lt8xy8pm1h หลายเดือนก่อน

    Isezerano ryiwe ntirivaho icoyavuze aragisohoza aca inzira ahatagira inzira....,God bless u Dudu🙏👏

  • @goldenvyizigiro8270
    @goldenvyizigiro8270 ปีที่แล้ว +1

    Iyoooooyooooooooyoooooooo dudu kuberikumezuko vrt Imana yakuduhaye iragahezagirwa ninyota wari waduteye uciyuyimara dudu umwami akomeze ingabire itekeye muri ww kuko niyigiciro kumahanga

  • @BIMENYIMANAJeanine-qr9yx
    @BIMENYIMANAJeanine-qr9yx ปีที่แล้ว +5

    Nsinzibgira ineza yawe yesu wankuye kure isezerano ryawe ntirivaho ugira neza yesu.🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @divinoris9739
    @divinoris9739 ปีที่แล้ว +5

    Dudu merci pour la chanson , Imana ibandanye iguhishurira nizindi nyinshi ziryoshe nkuku🙏🙌

  • @raoullabrisemanariyo2767
    @raoullabrisemanariyo2767 ปีที่แล้ว

    Isezerano ryiwe ntirivaho ibihe vyose Imana ikomez kuhezagira imirimo yayo kumu Diacre Dudu🙏🙏🙏sizibagira Uhoraho ivyo ukorera twebwe

  • @shemaakimana6403
    @shemaakimana6403 ปีที่แล้ว

    Fire fire fire. Burundi nisi hose turongeye turanezerewe Imana. @Dudu urakoze kutuvugira ibintu😘😘😘😘😘😘isezerano sha

  • @mediatricenihangaza874
    @mediatricenihangaza874 ปีที่แล้ว +9

    Ico yavuze aragisohora aca inzira ahatagira inziraaa🙌🙌🙌🙌🙏 this song😭😭😭 iyi ndirimbo ndayivuza kuva mugatondo nkivyuka thnk youu Dudu ndafis mes petits frr bato cne barakunda mumaraso tellemnt IMANA ikongerez amavuta🙌🙏

  • @diviniranezereza9272
    @diviniranezereza9272 ปีที่แล้ว +3

    Isezerano ryiwe ntirivaho,icoyavuze aragisohora, acinzira ahatagira inzira, uwo Yesu agira neza!!
    Ah yayaya nanje sinzovyibagira vrt!
    Be blessed Dudu

  • @didiermaselafi5527
    @didiermaselafi5527 11 วันที่ผ่านมา

    Ùwo yesu yahinduriye amarira amariba nkanje ampe like❤❤❤️🌚🌚🌚💃💃💃🗣️🗣️🗣️🗣️

  • @irambonaemmanuella519
    @irambonaemmanuella519 ปีที่แล้ว

    Nubwambere numvise indirimbo nkayisubiramwo incuro zirenga 10 thank you Dudu kundirimbo nziza cane irimwo amavuta Ndiho ashishikare kukwagura

  • @KazzadyTV
    @KazzadyTV ปีที่แล้ว +8

    Thank you, Dudu for blessing us again, twari tugukumbuye love from Rwanda 🇷🇼

  • @angeneillainamuco6562
    @angeneillainamuco6562 ปีที่แล้ว +7

    Isezerano ryiwe ntirivaho,ico yavuze aragisohoraa,aca inzira ahatagira inzira,Uwo Yesu agira nezaaaa🙏🏾🙌🏼🥰🔥🔥......my favorite song❤️

  • @nadegekuri150
    @nadegekuri150 ปีที่แล้ว

    Nukuri yumvise ukurira iwanje arantabara .Isezerano ryiwe ntirivaho....uwo Yesu agira neza ......Umutima wanje wuzuye amashimwe Ah Ya Ya Ya

  • @claudehavyarimana6974
    @claudehavyarimana6974 ปีที่แล้ว

    Isezerano ryiwe ntirivaho ico yavuz aragisohoza💕💕💕💕💕💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃

  • @Nandaise
    @Nandaise ปีที่แล้ว +4

    Shalom shalom ncuti zanje amahoro y'Imana Abe kuri mwe vraiment ndabatera intege caane komeza gukorera Imana ntaco muzobura nama ndaba ingabire dufise nkumva umunezero udasanzwe vraiment Imana yaraduhaye umutahe benshi batabona mumpano z'abana Burundi komeza imbere niheza ntagire ico mwiganyira muzoba mubuze mukimenyeshe Data nawe azobumva ntimuzocike intege gushika Yesu agarutse akabahembera igikorwa c'ukwitanga kwanyu

  • @albertirakoze566
    @albertirakoze566 ปีที่แล้ว +2

    Nimwubahwe pee❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @nadegemerveilleiteriteka6837
    @nadegemerveilleiteriteka6837 ปีที่แล้ว +1

    Ico yavuzee aragisohora uw Yesuuu agir nezaa 🙏🙏🙏

  • @etiennebangi4417
    @etiennebangi4417 ปีที่แล้ว +1

    Amen Amen n'Imana ishitsa ico yasezeranye ishimwe

  • @madozoe3161
    @madozoe3161 ปีที่แล้ว +4

    Merci Dudu🙏 iyi ndirimbo iraryoshe cane👍 injana mu mwuka wera nkaguma nzirikana ukugira neza kw'Imana Nzima🙌💖 be blessed🙌 🇧🇮🇧🇮

  • @kennyJaysonD5
    @kennyJaysonD5 ปีที่แล้ว +3

    Amen Papa 😍💥🎄🎊🎉🇩🇪uranyubak cyane🇩🇪 for Germany

  • @florisseba9638
    @florisseba9638 2 หลายเดือนก่อน

    Shaa iyo nyonyi yasimvye iva mumutego nijewe gusa naratabawe haleluyah amen . Hama uhezagigwe mukozi wimana

  • @AristideDk
    @AristideDk 4 หลายเดือนก่อน

    Word from my ❤
    Kbxa isezerano ryiwe ntirivaho🙏🙏🙏 uwo yatumenye kuva kera

  • @paternesonofgod
    @paternesonofgod 10 หลายเดือนก่อน +6

    God bless and turn another light in life in work in mind to give us another beautiful song ❤🙏

  • @IbreezyOneWay
    @IbreezyOneWay ปีที่แล้ว +4

    Sinzibagirwaaa imbabazi zawe 👏 urukundo rwawe ❤️👏 wangize neza

  • @sem-marcmusore8765
    @sem-marcmusore8765 ปีที่แล้ว +2

    Nukuri nezerejwe cane no kukubwira ko Yesu agira neza kandi ashishikare kugirira neza kuko nawe utugiriye neza mu kuduhezagiza iyi mpavu yo gushima kandi…. Blessings upon blessings to you Man of God

  • @ndayishimiyezephirin4997
    @ndayishimiyezephirin4997 ปีที่แล้ว +1

    may God bless you
    akaririmbo nikeza cane karaduhezagiye

  • @beatricenezerwa3809
    @beatricenezerwa3809 ปีที่แล้ว +7

    Alleluia Amen 🙏🙌 God bless you Dudu

  • @don_sapiens
    @don_sapiens ปีที่แล้ว +3

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮👊yesu agira neza forever and ever 💯

  • @elianenzoyisaba9346
    @elianenzoyisaba9346 ปีที่แล้ว

    indirimbo nziza cane nukuri sinzibagira urukundo rw'Imana .terimbee Dudu urampezagiye

  • @belysenibitanga1384
    @belysenibitanga1384 ปีที่แล้ว

    Yesu wee Warakoz, mubih vyiza no mu bikomey wabanye natwe maz uradukomeza Mwami nukur ugir neza

  • @raelirambona8502
    @raelirambona8502 ปีที่แล้ว +7

    i,m crying for this song😭 ,God bless u Dudu ndagukunda cane ❤️🇧🇮🇧🇮
    uranyubaka🤝❤️❤️❤️

  • @ochiengtebo4072
    @ochiengtebo4072 ปีที่แล้ว +6

    Sinzibagira
    Imbabazi zawe
    Urukundo rwawe
    Wagize neza
    Sinzibagira
    Imbabazi zawe
    Sinzibagira
    Wagize neza
    Ah YaYaYa 😭😭
    I'm hooked💯⚡⚡⚡

  • @user-mf5hb3no9f
    @user-mf5hb3no9f 4 หลายเดือนก่อน

    Nivyukuri isezeranoryima ntiryibagigwape,👍👍👍👍

  • @janetuwimana989
    @janetuwimana989 ปีที่แล้ว +1

    Isezerano ryiwe ntirivaho Amen acinzira ahatari inzira Amen 💃💃💃uwo Yesu agira neza courage Dudu Imana ikomeze igikoresha kurundi rugezo

  • @olivierrutikanga3066
    @olivierrutikanga3066 ปีที่แล้ว +5

    NICE SONG ♥ GOD BLESS YOU MAN OF GOD
    DUDU

  • @irakozenatacha8821
    @irakozenatacha8821 ปีที่แล้ว +3

    Haleluyaaaa 🙌
    Wagize neza Mana
    Be blessed mtumishi
    Please Concert kenya...turi inyuma yawe kabisa

  • @ayinkamiyeglyce7013
    @ayinkamiyeglyce7013 ปีที่แล้ว

    Duduuu weee iyi ndirimbo yawe uko bukeye uko bukeye nguma ndayumviriza kuja yaja hanze nukuriii waririmvye ubuzima bwanjee be blessed Dudu wacuuu🔊🔊🔊🔊

  • @esperancemutigerwa3739
    @esperancemutigerwa3739 4 หลายเดือนก่อน +1

    Aca inzira ahatagira inzira 🙌🙌🙌🙌🙏❤

  • @ndagijimanaeraste6221
    @ndagijimanaeraste6221 ปีที่แล้ว +21

    Les mots me manquent vraiment 💥💥💥bien fait et bien composé 🙏mercii Dudu

  • @vianneynduwimana5451
    @vianneynduwimana5451 ปีที่แล้ว +11

    Glory to the Lord,Good song,Be blessed my friend Dudu.

  • @simeonniyonkuru4709
    @simeonniyonkuru4709 ปีที่แล้ว

    Iyi song nzoyibutsa abaririmvyi bomwijuru bayishire muzo tuzoririmbirayo kbs,,,Mana warakoze kuduha uyu mukozi wawe,Dudu i love you

  • @nshimirimananoella7264
    @nshimirimananoella7264 ปีที่แล้ว +1

    Hari impavu ndirimba nezerew 💃💃💃

  • @ishimwevoice1797
    @ishimwevoice1797 ปีที่แล้ว +5

    I will never forget your mercy and your love,You have done me good.

  • @hervehareriman2159
    @hervehareriman2159 ปีที่แล้ว +8

    What a beautiful song 😍, what a text 🤗... phenomenal. Thank you dudu Uwohora akomeze ingabirono zaw.

  • @angenoellanduwimana3331
    @angenoellanduwimana3331 ปีที่แล้ว

    Amen Amen.ndahezagiwe p.Amavuta agume yongerkana Kuri Dudu Burundi

  • @Hi5392
    @Hi5392 ปีที่แล้ว +1

    Yagize neza💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾

  • @naomiemeganeiteka427
    @naomiemeganeiteka427 ปีที่แล้ว +3

    Amen Amen…🙏isezerano ryiwe ntirivaho ico yavuze aragisohora,aca inzira ahatagira inzira nawundi atari Yesu agira neza ibihe vyose😭🙌🏾Haleluuah

  • @innocentnduwayesu2399
    @innocentnduwayesu2399 ปีที่แล้ว +7

    #I'll never forget your love#the part you sing #Ah ya ya ya#.I listen to it fives times a day,i kiffe it enormously.God bless you dear brother

  • @brucebigabo2095
    @brucebigabo2095 ปีที่แล้ว +1

    Amen Hallelujah
    Nongeye kubyibuka 🙌🏼🙌🏼🥰🩸

  • @bakankundayvette9652
    @bakankundayvette9652 ปีที่แล้ว

    Yagizeneza pe ndayikunda iyi ndirimbo iyo nyumva ugirango ndahari ndayibyina nkambyinira Imana nkafashwa

  • @WillyNDayisenga
    @WillyNDayisenga ปีที่แล้ว +7

    Powerful and inspiring Song. God continue to bless you my brother Dudu T. Niyukuri.

  • @transformationfoundationch3015
    @transformationfoundationch3015 ปีที่แล้ว +6

    Amen !
    Blessed big man Dudu

  • @arcadebucumi961
    @arcadebucumi961 ปีที่แล้ว +1

    Imana iguhezagire kubutumwa bxiza uduhereza

  • @MorningBurundi
    @MorningBurundi ปีที่แล้ว

    mbega indirimbo iryoshe. Imana ikomeze iguha ubutumwa bwiza uririmbe wongere uririmbe ishimwe

  • @butoyioliver449
    @butoyioliver449 ปีที่แล้ว +13

    This song killed my heart, it's the high gift from heaven be blessed Dudu

  • @AuthenticAccurate257
    @AuthenticAccurate257 ปีที่แล้ว +31

    My wishes to dudu is to see him in the heaven. This song is very anoiting

  • @itekakainairan3130
    @itekakainairan3130 ปีที่แล้ว

    Amen nacane isezerano ryaoyo ntirihinduka dufis umwami adukunda mrc gs Dudu IMANA ikugirire neza

  • @Inglid_Blaise91
    @Inglid_Blaise91 ปีที่แล้ว

    Ayayayah... Uwo Mwami agira neza, sinzibagira Urukundo rwiwe..!!

  • @francisarakaza
    @francisarakaza ปีที่แล้ว +3

    🤧😇😇💯 ayaa yaayayaa✨🔥

  • @bibayevyotv5529
    @bibayevyotv5529 10 หลายเดือนก่อน +5

    Congratulations my brother Dudu T.Niyukuri for getting 1M views into 7months only I am proud of you🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @niyibigiraemille4600
    @niyibigiraemille4600 ปีที่แล้ว

    Iman ibandanye ikuzigama kubumwa mbwiza utugezaho.yesu azaguh iherezo ryiza

  • @lilianekabaganzaofficial
    @lilianekabaganzaofficial ปีที่แล้ว

    Hallelujah Hallelujah ico yavuze aragisoza 🙌🙌🙌 Habwa umugisha muvandimwe.

  • @dodavahbienaimedeleternel1552
    @dodavahbienaimedeleternel1552 ปีที่แล้ว +3

    Vibes ya Bonane💯👌👌👌💯 👌 Nice song Legend

  • @mugishaclarisse8130
    @mugishaclarisse8130 ปีที่แล้ว

    Amen amen himbanzwa Mana yanje hezagirwa mukundwa 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @nadineciza2777
    @nadineciza2777 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ahindura amarira amariba uwo Yesu agira neza ✨✨Be blessed Dudu🎉🎉🎉

  • @eliasmunezero3385
    @eliasmunezero3385 ปีที่แล้ว +10

    This song reminds me alot of things🥺🤌
    #Lyrics🔥🔥🔥🔥..Thanks for always blessing our souls DuduT....
    May God keep and bless you Sir🙏Ayaayayayaaaaa🔥🔥🔥🔥

  • @irakizaonlypamcarly1768
    @irakizaonlypamcarly1768 ปีที่แล้ว +26

    Amen 🙏 “Isezerano ryiwe ntirivaho, ico yavuze aragisohora, ac’inzira ahatagira inzira, uwo YESU agira neza” 🥳🤝!!! 🤝May GOD bless you abundantly Dudu🙏

    • @elianenkurunziza7760
      @elianenkurunziza7760 11 หลายเดือนก่อน

      Exe dudu naringukumbuye,yes'acinzira ahatagir'inzira uwo yes'agira neza,nukuri mwanyubatse mumutima muhezagirwe

    • @elianenkurunziza7760
      @elianenkurunziza7760 11 หลายเดือนก่อน

      Ewe Dudu wubahwe lmana lbandanye kugukomeza

  • @ndayiragijecyrique3109
    @ndayiragijecyrique3109 2 วันที่ผ่านมา

    Sinzibagirwa urukundo rwawe Mana 😍

  • @isaacnininahazwe6919
    @isaacnininahazwe6919 ปีที่แล้ว +1

    Dudu ukwiye kuza urasohoka indirimbo buri indwi uri umugisha ukomeye kumahanga . We love you so much

  • @vanessairadukunda9727
    @vanessairadukunda9727 ปีที่แล้ว +3

    Amen yangiriye neza 😂❤😍👏

  • @dieudonnendacayisaba5697
    @dieudonnendacayisaba5697 ปีที่แล้ว +6

    This song deserves million thousands of views

  • @cizaeugene6484
    @cizaeugene6484 ปีที่แล้ว +1

    Waooooo komerezaho muhungu wacu

  • @OMEG982
    @OMEG982 ปีที่แล้ว +1

    Dudu indirimbo zawe ziranyubaka cyane imana iguhe umugisha

    • @DuduTNiyukuri
      @DuduTNiyukuri  ปีที่แล้ว

      Amen brother. Uhabge umugisha nawe muvandi….

  • @josuesonmusic
    @josuesonmusic ปีที่แล้ว +7

    My❤❤😍 song ayayaya🙌 dudu Never disappoint us

  • @chadiblack104
    @chadiblack104 ปีที่แล้ว +3

    Amen Amen twahezagiw Dudu notre grand frère 🙏🙏🙏

  • @nsc4102
    @nsc4102 ปีที่แล้ว +1

    Isezerano ryiwe ntirivahoooo,ico yavuz aragisohora,Uwo Yesu agira neza🙏

  • @jeanclaudemijuriro2973
    @jeanclaudemijuriro2973 ปีที่แล้ว

    Congratulations homeboy Amavuta menshi Imana ikomeze kubagura kabisa.

  • @Starsandmoon35
    @Starsandmoon35 ปีที่แล้ว +4

    Blessings ❤️ from Rwanda 🇷🇼

  • @andy-aurygiriteka1262
    @andy-aurygiriteka1262 ปีที่แล้ว +3

    So amazing song🙌🙌🙌🙌 may God keep anointing you!!!!

  • @adahashazinka6783
    @adahashazinka6783 ปีที่แล้ว

    Waou! Dudu deindirimbo zaw ziranyubaka caaane Ndiho abandanye aguha nizindi nyinshi tugum duhezagirwa,naw ubandanye uhagaz neza ugirirwa neza na Ndiho

  • @Inganzotvshow
    @Inganzotvshow ปีที่แล้ว +1

    Hariho impamvu ndirimba nezerewe🙌🙌

  • @Hgngbjcnjcchbbvgvjchidlfhrjwhf
    @Hgngbjcnjcchbbvgvjchidlfhrjwhf ปีที่แล้ว +3

    Halleluiaaa 🙌🏾ntituzibagir'urukundo rwawe MANA Watugiriye neza🙏🏾
    Merci bcp Mukozi w'Imana Ukomez gukoreshw'ivy'ubuhizi,Imana Ihabw'icubahiro 🙏🏾❤️

  • @evelynemunezero7357
    @evelynemunezero7357 ปีที่แล้ว +3

    💃💃💃Sinzibagira imbabazi zawe yesu💃💃💃

    • @audacie8413
      @audacie8413 ปีที่แล้ว

      Oooooooh warakoze yesu

  • @jeanclaudenahimana3302
    @jeanclaudenahimana3302 ปีที่แล้ว +1

    Twari tugukumbuye Thanks you😅😮😮😮😮😮❤❤❤

  • @lyliannemunezero8683
    @lyliannemunezero8683 ปีที่แล้ว

    Acinzira ahatagira inzira Dudu urampzagira kundirimbo zaw Imana ibandany igukomeza

  • @aimeesandrineuwimana2146
    @aimeesandrineuwimana2146 ปีที่แล้ว +3

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥jew nshush ukuntuuuuuu Ayayaya wee

  • @emmanuelniyonzima4217
    @emmanuelniyonzima4217 ปีที่แล้ว +6

    Ah Ya Ya Ya ooooh DUDu ,I was praised!!!!!! GOD might bless you and your works!

  • @christmasbimenyimana1487
    @christmasbimenyimana1487 ปีที่แล้ว

    Kabisaa irimwamavuta yijuru basiii n'a nubu sindumva mpimvye kuyumvirizaaa mutumishii uhezahigwe kabisaa

  • @salomonsinzoyiheba9647
    @salomonsinzoyiheba9647 ปีที่แล้ว +4

    International #banger from Burundi🎇🎇🎇

  • @anicetevangelist1693
    @anicetevangelist1693 ปีที่แล้ว +6

    Real burundian gospel and so inspirational