Alicia-Un Destin difficile E02 Part 1-HD 1080
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
- Alexei Bauer, umusore uva mumuryango ukize cane mugihugu c'uburundi, yakunze umukobwa Alicia Petrovna ava mumuryango ubayabaye kandi wo mubwoko butandukanye. Urukundo rwabo rwahuye n'imbogamizi nyishi cane kumvo z'uko ubushobozi bw'imiryango yabo bakomokamwo butangana.
@alvellamuhimbareofficial @gasoreismaelcomedy
SPECIAL THANKS:
Bude's Food
Magic Channel Tv
Kadege Joel
Chacha Charly
Noël Ndisabiye
Cyriaque Niyokwizera
Waooooh mwar mutunyoteje kwl
Woooow, twaritubakumbuye imisi yari myinshiii🥳🥳🥳🥰🥰🥰🥰👌
Komereza aho👍🏻👍🏻👍🏻
Ni 🔥🔥🔥🔥 arik ntimuz muradutevy💯
Love from GOGO LOVE OFFICIAL to
Thnx Gogo
Ndabakunda bant banj gus zamurabinyaruts murek kudutevya❤❤
Waoooo💃💃welcome indestin difficile guys abakunda iyi series nkanje mumpe izo like tumenyen iMinsi yari myinshi twari tuyinyotewe courage mes amies ndabakunda♥️♥️♥️
Murakoze caaane
Mabuja bukeye neza urakara😂😂
Nirya mbere mbonye Bukeyeneza mwipantalo, uraberewe saana
Gasoj courage ndabafana 💪💪💯🙏💯🙏
Courage ariko mugerageze muze muyiduha kare umenga mwari mwarabivuyemwo🤔🤔 turaheba tukayibagira
Ubu tugiye kubikosora
Of course ibintu biriko biza neza courageeee
Merci
Courage
Nc flm courage san
Mwar mwadutebej vrt gus courage
Film ndundi zigeze kuri uri rwego kweli...., courage nukuri
Alvera dukumbuye my life story rwose ubandanye uyirungika❤❤
Ntimuze mwongere kutunyoteza so courage 💪💪💪
Courag e
Shn mwarayitebanye pe uziko twari twaranayibagiye
Wow ❤️
Courage ariko nuko mudutebereza,munkumbuje I burundi.
Ubu twaje tuje, ntaguteba mw'ikorosi
Muratwk courage ❤❤
Love❤❤❤
Igice cambere ivya mariage zarindoto niko ndabibona😂😂😂rek mutubandanirize dukorumuti.
Hmmmmmm
Courage ariko mugeragez mushiremw vivacité beshi bakina nkabariko barasoma
Merci
Mwubawe mukomere
Ndabakunda
Mwarimukumbuwe kbs ❤❤❤
Ego pe🔥🔥🔥🔥🔥
Courage cane mbakunda kanini
Ego vraiment ❤
Film Kaliii sana
Thnx
Courage mwubahwe 🙏
Mwari mwaradutebeje
Tagat gasoree❤❤m'y favorite series❤❤❤m'y
E wana, bigeze kuyindi point! Iraryoshe caaaneee!
Merci bc
Courage bakunzi nanje mbakunda kanini❤❤❤
Murakoze caaaane
My favorite series ❤❤❤❤
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Je vous encourage vraiment
Merci
My favorite series 🎉🎉❤❤
Courage❤❤❤ariko mwaradutebeje kuri epi2
Pardon kweli...
My favorite ❤
Courage! Murikira urwaruka
Murakoze cane
Merci beaucoup
Nice film
Nice movie
Thnx
Imana ibageze Aho mushaka
Murakoze caaane
Mutunyarukiriz turabakund ntimuzosubir kutunyotez arik muduh gatoy cyan nukur mutwonger iminot arik film yancanz kwer n'agir hariguc habandany ubukw
❤❤❤❤❤
🔥🔥🔥🔥🔥🥰🥰🥰👌
Wooow❤❤❤❤❤❤
Bien joué Mes Chères ❤ belle Histoire
Merci bcp
To be honest congratulations kuri buri muntu wese yitanze kugira igikogwa nkiki gisohoke buke buke nigwo rugendo courage ntibiherere aho 🇧🇮🇳🇱
Merci beaucoup ❤❤❤
Wow courage muger kure
Welcom back yemw twar twarayibagiye pe🤣Regis papa Alvella yambu cane 😅😅
Hmmmm, ubu tuje tuje
❤❤❤❤
Courage mudukinira nez 🙏🥰
😅Mbona Ari gasore yarongoye
Kabisa nubwambere ariko ndabona arivyiza ,mugire inguvu kabisa
Courage courage 👏🏾
Merci❤
❤❤
Wao
Mukome ndaba❤❤❤
Love from Chadia official to Burundi
Nkunda impanuro ninyigisho zirimwo vt mwiyi film courage xn🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮
Merci
Merci
❤❤❤❤🎉🎉
Kbx Ibnt biraryosh ndabatey intege mubndanya mutwongr 🥰
Merci bcp
Ndabakunda cane muranduhur kabisa iman ibamper imbaraga nindish yakababaro
Murakoze caaane
❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥
❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤
Courage guys, je vous aimé From Russia 🇷🇺🇷🇼
Merci
Waaaooo 🔥🔥
Courage jeje I like your mov
Thank you
Mwar mwaraduhevy kwel
Twaje ubu tuje...
Courage ndabakunda
Natwe turabakunda caaane
Komwarimwaratevye
Ubu twaje tuje....
Courage iraryoshee
👆👆👆👆👆❤❤❤
None alvella vyahereyehe nagasore jevyacanze nukuri
Uzokurikirane série yose uzobona iyo bija
Uzobandanye série uzobona iyo bija
Mwar mwarayihevy mw wapi. M courage
Ubu twaje tuje...
Muzoza murayiduha kangahe mu ndwi canke mu kwezi?nda❤ Chadrack from Uganda
Niryambere mbonye ifirime Urimwo Jaja ibishe
Mwarimwa tunyoteje
Ubu tuje tuje. Mwitege ikindi gikorwa uyu musi 17h00
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndabakunda 🇨🇩🇰🇪
🤘👌✔️
🎉🎉❤❤
Courage ham mbaz so2 ep04 yoba yarasohotse ko jew ndayibuze
Yasohotse uyu musi bro....
Mwar mwaradtbj
Ubu ntagutevya.....
Hahaha gaga 🤣
Moriah Channel tv hejuru cane
Merci bcp
flm nziz cn gusa kubera ururimi gwacu rudashik kure cn murakwiy kuza murashirak amajambo yindim mvamahang kugir nabohanz yigihug batahurr flm
courage
😂gasore
Nugukoresha umwanya mugusohra films kk turabkunda cn
Mwongeze ijwi nirito cane turabakund cane❤
Iyifirime mwayiteguye nabi ntisobanutse Mukuvuga muvuga buke buke
Bisigura ko mutayikurikiranye neza kuko abayikurikiranye neza barayitahura
Jh nari narayibagiy kwr GS ninziz cn gs
Arko alvella yarahevy my life story nayo turaykumbuy
Iriko irakorwa, vuba iraboneka