Alicia, Un Destin difficile|| Season 1 Full movie. HD 1080.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 214

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 10 หลายเดือนก่อน +19

    Waooooh💃💃💃welcome un destin difficile mwari mukumbuwe cn ♥️♥️♥️🌹🌹 abari bayinyotewe nkanje mumpe like ngaha👇👇👇👇👇👇

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน +1

      Thanks

    • @user-sq4to7ct1e
      @user-sq4to7ct1e 10 หลายเดือนก่อน +2

      Like yiki? Hari gishasha muzanye ? Uravye uko watanguye nuko mwahejeje biraboneka ko equipe idapanze neza. Nabibonye kare mbonyemwo gasore kuko niziraho zo mwihuriro yarimwo ntawuzi iherezo ryazo

    • @venantiegirukwishaka9944
      @venantiegirukwishaka9944 10 หลายเดือนก่อน

      Ivyo vyose twarabibonye, ahubwo nibazane suite

  • @dianendayishimiye6613
    @dianendayishimiye6613 9 หลายเดือนก่อน +6

    Basha murazi gusubiramwo neza cane!courage mes frères et soeurs❤

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 10 หลายเดือนก่อน +13

    Abantu Baribakumbuye Alicia nkanje mugonge hano👊👊 twimanukire tuhatwike hashe hatokombere🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @JaphetKwizera-u6s
    @JaphetKwizera-u6s 8 หลายเดือนก่อน +4

    Ndijaphet ndabashigikiye mubandanye guterimber🎉🎉🎉

  • @sosonbuntu-hz6tk
    @sosonbuntu-hz6tk 10 หลายเดือนก่อน +14

    Abar bakumbuye iy film mundemer utuntu ngaha😋🥰

  • @user-dq9jq2mr5v
    @user-dq9jq2mr5v 8 หลายเดือนก่อน +4

    Wawoooooo Alicia courage vraiment❤❤❤🎉🎉🎉

  • @PaulinNgendakumana-cv1jr
    @PaulinNgendakumana-cv1jr 9 หลายเดือนก่อน +3

    Coooll baba lao vyose urabishoboye comédie and sier

  • @vyukusengetumusifernestine7711
    @vyukusengetumusifernestine7711 9 หลายเดือนก่อน +4

    Ham mukina bien kbx✌️✌️✌️✌️🤜🤛

  • @Moriahburundi
    @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน +5

    Bakunzi bacu, kumvo y'uko hariho abo twabonye muma commentaires ko bazimiye batariko barayitahura, imbere y'uko hasohoka saison yakabiri, twashatse kubaha ama episodes ya saison yambere ari hamwe yose kugira mutahure uko iyi serie yubatse.
    Muryoherwe.

  • @user-om1pf8oq1w
    @user-om1pf8oq1w 8 หลายเดือนก่อน +3

    Ndabakunda cne murashoboy kbx

  • @user-dc1gd1tj7u
    @user-dc1gd1tj7u 8 หลายเดือนก่อน +2

    😂😂😂❤❤ngo isadunda

  • @ntiteterezadidier
    @ntiteterezadidier 9 หลายเดือนก่อน +4

    Gasore courage

  • @user-jl1um9vq1g
    @user-jl1um9vq1g 9 หลายเดือนก่อน +3

    Courage

  • @vyukusengetumusifernestine7711
    @vyukusengetumusifernestine7711 9 หลายเดือนก่อน +3

    Ooyyoooo bisab ikind giceeeeee bimez gut k mutazana guyysss,,,,😢😢

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  9 หลายเดือนก่อน

      Lundi le 18, à 9h00

  • @kaneza932
    @kaneza932 10 หลายเดือนก่อน +4

    Coullage vraiment murashoboye sana 👌👌👌👌❤❤❤❤❤

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน

      Murakoze caaane

  • @SelemanNiyomukiza
    @SelemanNiyomukiza 7 หลายเดือนก่อน +1

    Ayamashi nayiwanyu murashoboye kbx❤❤❤❤❤

  • @kaneza932
    @kaneza932 10 หลายเดือนก่อน +3

    Wawooooo nice flm ❤❤❤❤❤💯

  • @harrisonmwewa1865
    @harrisonmwewa1865 9 หลายเดือนก่อน +2

    Turabashigikiye courage🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤😂

  • @yvonneKwizera-ef1db
    @yvonneKwizera-ef1db 8 หลายเดือนก่อน +2

    Film nziza cane, i love it❤

  • @deco2577
    @deco2577 10 หลายเดือนก่อน +3

    Tuhatwike hama duhite twimanukira..🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @esperencekaneza2656
    @esperencekaneza2656 8 หลายเดือนก่อน +1

    Yooooo menga noyiraba incuro 10 vrm

  • @vedasteirakoze8815
    @vedasteirakoze8815 8 หลายเดือนก่อน +1

    Courage kbsa !

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 10 หลายเดือนก่อน +4

    Nkaba ndahashitse💃💃💃🔥🔥🔥🔥🔥♥️♥️

  • @yvettempawenimana7111
    @yvettempawenimana7111 9 หลายเดือนก่อน +3

    Courrage ❤❤❤❤❤

  • @audrickkwizerimana7664
    @audrickkwizerimana7664 8 หลายเดือนก่อน +1

    Na Yezu yarabivuze,abatunzi barakomerewe

  • @FelicienNzoyiyaga
    @FelicienNzoyiyaga 10 หลายเดือนก่อน +3

    Film narinkumbuye sana 𝕜𝕖𝕖𝕡 ❤

  • @joselyneniyindamutsa4525
    @joselyneniyindamutsa4525 10 หลายเดือนก่อน +1

    Yesu we mwahoraho koko 😂😂 munyaruk tuhatwik kbs🏃🏃🏃

  • @user-yo4qo7on7q
    @user-yo4qo7on7q 8 หลายเดือนก่อน +1

    Nitwa s heme zimana ndanezerezwa namafirme yanyu ndabateyintege muhabwumugisha nuhorahoyaremyijurunisi ubikunze vuga amen

  • @desiresabushimike3772
    @desiresabushimike3772 10 หลายเดือนก่อน +4

    Urwanko runuka wankwa na nyina w'umuhungu, sinzi ko uzomucana akarongo Alicia 😂

  • @annonciatteuwimana1630
    @annonciatteuwimana1630 10 หลายเดือนก่อน

    Ark mana yanj uz ukunt narinkumbuy igifaransa ca Gasore 🙆🏽‍♀️🙆🏽‍♀️🙆🏽‍♀️kaze kbx mwarimukumbuwe 🫂🫂🫂

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน +1

      Hahahaaaaah, kiraje rero ucumve

    • @MukizaJeanclaude-py2cn
      @MukizaJeanclaude-py2cn 10 หลายเดือนก่อน

      Comme ça toi??? Nciy nguma numva muri fne yanj hagumye hamotayo conjugaison na prononciation!!!

  • @youloveme-mo1ju
    @youloveme-mo1ju 8 หลายเดือนก่อน +1

    Shanaho hahezigihe naracerewe sinogenda ntavuze nyeniyi channel ndakwishimiye kuko abakinyibenshi bamareresi ntibishu comment benshi baragara wewe urimuribake so ndabahaye courage film yanyu ninziza cane

  • @mijickwamaana8342
    @mijickwamaana8342 9 หลายเดือนก่อน +2

    Aba na barund cnk kuuu Nc Flm ❤❤❤❤

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  9 หลายเดือนก่อน

      Turi abarundi ....

  • @MarieGorethKAMARIZA-e9w
    @MarieGorethKAMARIZA-e9w 10 หลายเดือนก่อน +3

    Alvela ndakunda ukuntu ukina 😂ngo karya gashano kagakobwa😂😂😂 ndakwikundira❤❤

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน

      Murakoze caaane

  • @FannyFrancoiseNIYONSABA-by4uu
    @FannyFrancoiseNIYONSABA-by4uu 10 หลายเดือนก่อน +3

    Uje tukunyotew pe! Alice na gasore ndipfuza kubona amaherez yanyu😅😅😅😅

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน

      Vuba iraje uyabone

  • @user-yf4ky4zm7s
    @user-yf4ky4zm7s 8 หลายเดือนก่อน +1

    Nice movie

  • @user-lw8ru6xw4n
    @user-lw8ru6xw4n 9 หลายเดือนก่อน +1

    Courage gasore

  • @MelchicedeckDusenge-xf1bh
    @MelchicedeckDusenge-xf1bh 10 หลายเดือนก่อน +2

    Karib mwari mwatunyotej

  • @PacifiqueNiyogushima-gn4kt
    @PacifiqueNiyogushima-gn4kt 9 หลายเดือนก่อน +5

    Courrage❤

  • @thewisetv3989
    @thewisetv3989 10 หลายเดือนก่อน +2

    you always make it

  • @user-jk3uy4ct4p
    @user-jk3uy4ct4p 9 หลายเดือนก่อน +2

    Wawooo ❤❤❤❤

  • @mukizainnocent1909
    @mukizainnocent1909 9 หลายเดือนก่อน +1

    Hello ❤, muzagerageze mwongereho uko nyuma yahoo byagenze

  • @user-yn8ch2dw9m
    @user-yn8ch2dw9m 9 หลายเดือนก่อน +3

    Courtes scène m'intéressent bcp, le comportement de mahuba c'est à changé. mère de Gasore et celle d'Alxdrie changent vos mentalités aussi. Votre idée est la meilleure ❤❤

  • @SamuelBikorimana-o2k
    @SamuelBikorimana-o2k 9 หลายเดือนก่อน +6

    Turabachigikiyecan🎉🎉🎉❤❤

  • @user-bv4hs7ye7s
    @user-bv4hs7ye7s 4 หลายเดือนก่อน

    Belyse big sana ndabona ibinu bimeze neza

  • @DidierBabosa-gl5gt
    @DidierBabosa-gl5gt 9 หลายเดือนก่อน +1

    Wow gasor

  • @iteriteknadege8293
    @iteriteknadege8293 9 หลายเดือนก่อน +1

    Courage gasore 😍😍

  • @GeneroseIriho-lz2ui
    @GeneroseIriho-lz2ui 10 หลายเดือนก่อน +3

    Tuhatwikeee❤❤❤

  • @mrdossiofficial
    @mrdossiofficial 10 หลายเดือนก่อน +2

    Love❤ from mr dossi official 🇧🇮

  • @user-uz8rx9ft1z
    @user-uz8rx9ft1z 6 หลายเดือนก่อน

    Cool mes amis

  • @user-mt2oi8xs3b
    @user-mt2oi8xs3b 10 หลายเดือนก่อน +2

    Alexandra ❤❤❤ gukor ikibi umunt aravyigishwa bariko baraguhatiriza ❤❤ uwudashak ntiworek gukor ibitajanye birumvikan

  • @BienvenueNiyukuri
    @BienvenueNiyukuri 10 หลายเดือนก่อน +1

    Ndabakunda Can 🙏🙏🙏 ngozi

  • @user-kc2ph9mk7d
    @user-kc2ph9mk7d 8 หลายเดือนก่อน +1

    biraberey😅

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 10 หลายเดือนก่อน +2

    Vyarabacanze kweri muyisubiyemwo 😂😂

  • @vichouviva6169
    @vichouviva6169 9 หลายเดือนก่อน +2

    Sinarinzik gasore anwa inzoga😂😂

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  9 หลายเดือนก่อน

      Hahahaaaaah

    • @MamaKingChalom
      @MamaKingChalom 8 หลายเดือนก่อน

      Gasore arazinwa nyene😂😂 hariho nuwigeze kumubwira ngo nsomya gaso acamwishura ngo uragasoma nturi😂😂 uwo musi mbona nyaga commedi naratwenze mpakwa kumeneka 😂😂

  • @NizeyimanaAline-pl4sk
    @NizeyimanaAline-pl4sk 10 หลายเดือนก่อน +2

    👍👍👍👍

  • @jmarienduwayezu4920
    @jmarienduwayezu4920 9 หลายเดือนก่อน +1

    Il faut améliorer la qualité des images. Ntibibona vrt!!🧐🧐

  • @user-mt2oi8xs3b
    @user-mt2oi8xs3b 10 หลายเดือนก่อน +2

    Alexandra urabiz konkukund ndumufan wawe urintwari ntaguhatirizwa gukund uwudashak iy ninyigish ukomey cn❤❤

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 9 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤❤❤

  • @user-no1xu7vy8o
    @user-no1xu7vy8o 10 หลายเดือนก่อน +2

    Mwari mwayitebej❤❤❤❤🎉

  • @ntigurishajeannette3654
    @ntigurishajeannette3654 10 หลายเดือนก่อน +2

    Noe kimbonamwanduhaye ivyotwamanzekureba😢😢😢

  • @krc0607
    @krc0607 9 หลายเดือนก่อน +1

    Sergei, Nikolai, Oksana 😂😂😂 iyo film yaronse sponsor y'abarusiya?? Ngo Alexei Bauer na Alicia Petrovna🤣🤣🤣

  • @uzayisengafabienne9419
    @uzayisengafabienne9419 9 หลายเดือนก่อน +1

    Ntabwo ibyo muvuga byumvikana harimo urusaku

  • @CYCYVYUKA
    @CYCYVYUKA 10 หลายเดือนก่อน +1

    Love from CyCy Vyuka

  • @NishimweNadia-kt8pe
    @NishimweNadia-kt8pe 10 หลายเดือนก่อน +2

    🔥🔥🔥🔥🥰🥰🥰🥰🥰

  • @MukizaJeanclaude-py2cn
    @MukizaJeanclaude-py2cn 10 หลายเดือนก่อน +2

    Mutunyarukirize la suite!!

  • @GerardNizeyimana-pi8ny
    @GerardNizeyimana-pi8ny 8 หลายเดือนก่อน +1

    Hello❤

  • @SandrineTuyisenge-pi1hv
    @SandrineTuyisenge-pi1hv หลายเดือนก่อน

    Ab chch ndaba❤cneee shn gasore wnj namazin tuyisenge jaja ndabkunda❤❤❤❤❤ bzbz❤❤❤❤❤❤❤ b chr❤❤❤❤

  • @user-jm4cd1ys8x
    @user-jm4cd1ys8x 6 หลายเดือนก่อน

    Congs!

  • @نادينمدري
    @نادينمدري 10 หลายเดือนก่อน +2

    Courag barundi barundi kazi bacu❤

  • @BalthazarNdayishimiye
    @BalthazarNdayishimiye 8 หลายเดือนก่อน +1

    Komer

  • @user-mt2oi8xs3b
    @user-mt2oi8xs3b 10 หลายเดือนก่อน +1

    Alicia naw ndamukunda numwan yubah can sh iy nimpano courage alvella wacu kiss you

  • @ntungwanayoodette752
    @ntungwanayoodette752 10 หลายเดือนก่อน +1

    ❤🔥🇧🇮🇸🇦 mwari mwarayihevye suit muyiduhe vuba

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน

      Vuba caaaane iradushikira

  • @JeanineCiza-qw4ti
    @JeanineCiza-qw4ti 10 หลายเดือนก่อน +2

    Courage hama muduhe igice ca kabiri

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน

      Kiri hafi gushika Ciza

  • @FAFABurundi
    @FAFABurundi 10 หลายเดือนก่อน +2

    Yooo mwahorahe😢❤❤

  • @zarbabertniyukuri-dl5gs
    @zarbabertniyukuri-dl5gs 10 หลายเดือนก่อน +1

    Narinyikumbuy can so merci kusubiz kundyoherez amaso

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน

      Murakoze caaane

  • @user-sb1xj9gk6t
    @user-sb1xj9gk6t 6 หลายเดือนก่อน

    Ntamuntanyica nkagasore

  • @user-nv7uc5iq3c
    @user-nv7uc5iq3c 10 หลายเดือนก่อน +1

    Turaryohew cn mwayikinye neza namasanamu nimeza

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน

      Murakoze caaane

  • @zamukatv2921
    @zamukatv2921 10 หลายเดือนก่อน +1

    Kdi nukuri ntegereje igisubizo cyanyu ku kifuzo cyanjye ndetse n'abandi bafana tubakunda

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน

      N'ukuri iri mu nzira, vuba irabashikira..

  • @aneelaa3486
    @aneelaa3486 9 หลายเดือนก่อน +2

    🎉🎉🎉❤

  • @nakinteje7172
    @nakinteje7172 9 หลายเดือนก่อน +1

    Muguma muzana vyabindi

  • @Elijahofficiallyrics
    @Elijahofficiallyrics 10 หลายเดือนก่อน +1

    Very good

  • @DarcyNiyonkuru-bu3wg
    @DarcyNiyonkuru-bu3wg 9 หลายเดือนก่อน +1

    Alvella why ukina ama rôles Uba déçu nabantu 😢😢 je birambabaza 😨😰😥😢

  • @user-qc5yu6us8q
    @user-qc5yu6us8q 10 หลายเดือนก่อน +2

    Muravuze akantu k'ingenzi akazi gatanguye kaba gaheze umunya umusi ugatangurirako ntumenya uwo gahererako

  • @user-pm8iy9qc3v
    @user-pm8iy9qc3v 10 หลายเดือนก่อน +6

    ♥️🔥🔥

  • @user-si4gj6fn7b
    @user-si4gj6fn7b 10 หลายเดือนก่อน +3

    ❤❤❤🎉

  • @niyamahoroisaac4740
    @niyamahoroisaac4740 10 หลายเดือนก่อน +2

    Duhe iyindi saison turayinyotewe😂😂

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน

      Vuba cane saison 2 igiye kuza

    • @niyamahoroisaac4740
      @niyamahoroisaac4740 10 หลายเดือนก่อน

      Merci mureke kutunyoteza😮

  • @gisaclaudine2342
    @gisaclaudine2342 10 หลายเดือนก่อน +1

    Alicia umwe kumubumbe mukunda Cyane

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน

      Murakoze caaane Claudine

  • @user-lw4nq1ns7c
    @user-lw4nq1ns7c 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-qc5yu6us8q
    @user-qc5yu6us8q 10 หลายเดือนก่อน +2

    Atarakandi mwari mwateguye bihagije none tuzongera dyari???

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน +1

      Vuba Kandi vuba caaaane

    • @user-qc5yu6us8q
      @user-qc5yu6us8q 10 หลายเดือนก่อน +1

      Sawa turabategereje kandi murubaka ubuzima bwa beshi

  • @kandykuden6022
    @kandykuden6022 10 หลายเดือนก่อน +4

    ❤❤❤😂😂

  • @fatnaharerimana2030
    @fatnaharerimana2030 10 หลายเดือนก่อน +1

    twar tuyinyotew mugab baduhay episode tumaz kurab nibaduhe suite reo

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน

      Vuba caaaane igiye kuboneka

  • @Japhet-g1v
    @Japhet-g1v 7 หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉🎉

  • @user-up8ip9xu4n
    @user-up8ip9xu4n 10 หลายเดือนก่อน

    Yoooo mwahorahe nimunyarutse

  • @sodrt6009
    @sodrt6009 10 หลายเดือนก่อน

    Wariwaratunyoteze courage

  • @NgarukoNoëlla
    @NgarukoNoëlla 10 หลายเดือนก่อน +1

    Gasore baba lao mashaallah

  • @omansa8171
    @omansa8171 10 หลายเดือนก่อน +1

    Nukurimwaduhaye ivyotwabonye

  • @Munezeroyvette
    @Munezeroyvette 10 หลายเดือนก่อน +1

    Iyikurikiraaaaaa vubaaaaaa!🙆‍♀️🙆‍♀️🙆‍♀️🙆‍♀️🙆‍♀️🙆‍♀️

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน

      Ego caaaane, iri mu nzira Kabisa

  • @ericnduwimana6962
    @ericnduwimana6962 10 หลายเดือนก่อน +1

    Film ntiheze neza sogora ikindi gice mwakinye neza

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน

      Season 2 vuba caaane

  • @user-ko8hc2nb8c
    @user-ko8hc2nb8c 10 หลายเดือนก่อน +1

    None mumajambo make irahez cank????aha iheze gut kweri??😢

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  10 หลายเดือนก่อน

      Oya ntiheze. Vuba cane Saison 2 irabashikira. Iriko irategurwa

  • @Asa-ij8fi
    @Asa-ij8fi 10 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤❤🎉🎉🎉