SAT-B ntamuziki wo mu RWANDA 🇷🇼 wozibira ARAVUYE mugacerere Imbere yabanyamakuru Bamuhase Ibibazo..

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 16 ธ.ค. 2024

ความคิดเห็น • 113

  • @hittoptv
    @hittoptv  2 ปีที่แล้ว +6

    Ntitwigeratunanigwa 🔥🔥 👉👉wipfuza gutwenga na Gasore Cangaha th-cam.com/video/vcMnw-9ErxE/w-d-xo.html

  • @MC_Malova_the_Himaker257
    @MC_Malova_the_Himaker257 2 ปีที่แล้ว +20

    Sat-b na Big Fizzo ubu biraboneka ko baza bavuga rumwe kumuziki Ndundi kbsa💪🔑💪
    Abamaze kubibona munipatie likes🏟❤

  • @kaboss4379
    @kaboss4379 2 ปีที่แล้ว +2

    Landry je shaka kugura album ya sat b nimunfashe vrt!!! Ariko Nsindi muburundi

  • @kingbilal8318
    @kingbilal8318 2 ปีที่แล้ว +2

    Tatizo warundi hatuaminii vyakwetu ilawangine katika inchi tafauti wanajiamini

  • @youngkiller4920
    @youngkiller4920 2 ปีที่แล้ว +1

    Wavuz amajambo meza cane satb Asante ayamajambo twoyazirikana nukuri vyogenda neza. Ugiye kuraba mwiyimisi #Fizzo na #Sat-B ugie kubiraba bahagurutse knd nivyiza. Namwe bajournalist shigikire ivyiyumviro vyabo bagabo babiri nyimbe namwe mushaka iterambere kuko bari mukuri.

  • @promoterdelacapitale
    @promoterdelacapitale 2 ปีที่แล้ว +32

    Mwino Misi Sat B Na Big Fizzo Mwino Misi Twobita Abavyeyi Baba Barumuna Babo , Inzira Mwino Misi Turimwo Ndizera neza Kwejo Tuzoshika Aho Dushaka, Thank You Hit top Tv Kukazi mwakoze Mushinzwe ❤️🤍💚❤️, Abo Tuvyumva kumwe likes ngaha hama Tubandanye twemeza Abanya Mahanga 🇧🇮🔥 Burundi Stend Up 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @irlambertbrainniyongabo6571
      @irlambertbrainniyongabo6571 2 ปีที่แล้ว +1

      Namwe aba promoters mushigikire aba stars bacu mwaruno rugamba turimwo

    • @promoterdelacapitale
      @promoterdelacapitale 2 ปีที่แล้ว

      @@irlambertbrainniyongabo6571 Na Cane Cane Bro Ubu Dukeneye Guhera iwacu muburundi Abanyamahanga Bazizana kbx

  • @lucksonbonfilsbrown907
    @lucksonbonfilsbrown907 2 ปีที่แล้ว +1

    Kuvaho sat b yitahuy aca arubaha na fizzo umu legend nanj ubu sigay ndamufana kera naramwanka urunuka kuko atubaha aba legend

  • @scode1327
    @scode1327 2 ปีที่แล้ว +5

    Urwo n'urugamba ruzobafata umwanya ariko nimwabandanya uko muriko murabikora mutegerezwa kuzorutsinda ..... keep fighting for your rights!!!! One Love!

  • @pacifiquehakizimana1242
    @pacifiquehakizimana1242 2 ปีที่แล้ว +6

    Sat b nakubal Grand frère kugara dutera uvuze ijambo Ryiza 🙏🙏🙏🙏🙏

  • @flavioduhayimana6763
    @flavioduhayimana6763 2 ปีที่แล้ว +6

    C'est un bon conseil, nous voulons des gens comme vous qui donne des conseils afin de pouvoir changer l'image de la musique burundaise et nous ésperons que tout ira changer mais si vous vous regroupez ensemble avec les autres musiciens burundais

  • @zmkk2778
    @zmkk2778 2 ปีที่แล้ว +3

    Ndi umunyaRWANDA ariko nkunda ABARUNDI cyane ntarwango tubagirira

    • @shyakanasri4494
      @shyakanasri4494 2 ปีที่แล้ว +3

      Abarundi bakore cyane bizaza gusa byose bigendana niterambere igihigu kigezeho so bizaza nabo

    • @YANG-KO
      @YANG-KO 2 ปีที่แล้ว +1

      Natwe turabakunda ntaribi uretse abantu bamwebamwe kumpande zose bashaka kuzana inzankano

    • @mosescharles1921
      @mosescharles1921 2 ปีที่แล้ว

      True

  • @kenny-gofficiel8287
    @kenny-gofficiel8287 2 ปีที่แล้ว +5

    Wise words🙌 Merci SatB🥂

  • @fabricegsmithyoung7166
    @fabricegsmithyoung7166 2 ปีที่แล้ว +5

    Number one today 💥

  • @alexikagoma5135
    @alexikagoma5135 2 ปีที่แล้ว +1

    Big fizzo na sat b musigaye Mukunda guhanura abarundi musigaye murabavyeyi Bumuziki wuburundi kandi Impanuro turazumva tugiye guhindura

  • @djpathman1266
    @djpathman1266 2 ปีที่แล้ว

    Satb vrm.turagufis cneee king

  • @jozy1921
    @jozy1921 2 ปีที่แล้ว +3

    Sat b yavuze neza cane gose 🙏💪👑🇧🇮

  • @destineeingabir1372
    @destineeingabir1372 2 ปีที่แล้ว +2

    Ico nkundira satb nico 🥳🥳avugisha ukur 🥳🥳knd umuziki wacu ndundi ugomba utere imbere kuko urukundo ruriho ❤❤🥳🥳

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 2 ปีที่แล้ว +4

    Ingorane ifise aba dj bo muburundi na journalits aba promote ;jenumvise ngo murwanda ngo hariho umuntu aguma azunguruka yumviriza ngivyo aba dj bavuza bo rwanda ngo vugije ivyahamdi baraguhabura 🤣🤣🤣🤣🤣 nanjy bazompe akokazi jewe nzenzungurul bujumbura yose numviriz

  • @Rugemamyampi
    @Rugemamyampi 2 ปีที่แล้ว +1

    Waouuh what a nice speech..u guys should be united and make some rules inother to progress..ndakunze cane ivyuvuze vrt.keep on sat-b

  • @aaronbe9966
    @aaronbe9966 2 ปีที่แล้ว +9

    Les Dj et les journalistes burundais écoutés les conseils de Sat-B na Big Fizzo le grand problème vient de l’intérieur

  • @ngarathecomedian5743
    @ngarathecomedian5743 2 ปีที่แล้ว +4

    Icagiye kwica umuziki indundi kuva kera nutwo tugwi na ma Beef yaba journalist naba Djs ubu bikuremwo ubwo bugugu ubu Fizzo na Sat B bitahuye ko guteza imbere atari kuja mumigwi ahubwo harageze aho Baja hamwe bahatwike 🔥🔥🔥

  • @Niyukurieri-tf5ii
    @Niyukurieri-tf5ii 3 หลายเดือนก่อน

    Ndagukund amajamb❤❤❤❤

  • @NduwimanaSammy
    @NduwimanaSammy 2 ปีที่แล้ว +1

    Tudakunze ivyacu ntaho tuzoshika sat b big up nimukomeze mubivuga ngirango bazikebuke

  • @canesiusbigirimana7216
    @canesiusbigirimana7216 2 ปีที่แล้ว +2

    Duhe full interview

  • @fridolinhabonimana4854
    @fridolinhabonimana4854 2 ปีที่แล้ว +2

    👍👍👍👊👊👊❤❤❤✍ ukunukuri king Satura mudakoreye mubumwe Burundi mugafata ingingo ntihomwoshika aba Dj bareke ama Bifu naba Jounaliste bareke inzigo mwubakire kumugozi umwe na Big Fizzo yarabivuze hatabaye ubumwe ntakigenda ubundabona Music igiye gutera imbere nimwubwakira kubumwe tuzoshika 💪💪✌✌ ilove you from🇿🇦🇿🇦 komera bana ba Ntare 🤝

  • @wanzu1011
    @wanzu1011 2 ปีที่แล้ว +4

    Og wa sat-b🇷🇼

  • @ericnewking9199
    @ericnewking9199 2 ปีที่แล้ว +2

    Nduwambere Landry

  • @MC_Malova_the_Himaker257
    @MC_Malova_the_Himaker257 2 ปีที่แล้ว +4

    Nije number unooo kuri coment yamutama💪💪💪🔑

  • @eliasmanirakiza9281
    @eliasmanirakiza9281 2 ปีที่แล้ว +1

    Fizzo na sat b bavuga p so pollin yavyifashemwo nabi cn kuk umunyamahanga na cnt mille barayamuha hama fizzo yarabivuz nibaj hamw bitegurir ama concert knd bazokuzuza

  • @kingbilal8318
    @kingbilal8318 2 ปีที่แล้ว +1

    Wachane brother inabidi wafunguwe macho

  • @salvatornishirimbere8932
    @salvatornishirimbere8932 2 ปีที่แล้ว

    Sat-b wew urincabweng can kuk ubon Kur can ese nabandi bokwirikiz ivyiyumviro vyaw mukaj hamw mugakorerahamw vyogend nez Can

  • @ericnewking9199
    @ericnewking9199 2 ปีที่แล้ว +3

    Kandi mugerageze mwumvire sat b kko ntarira busema.....kko turamaramaje

  • @Canjaycanjay
    @Canjaycanjay 2 ปีที่แล้ว +1

    🇧🇮🇧🇮dufise umuririmvyi aciye ubwenge cane, tuzobibobana atakihari.guys harageze ko dukunda ivyacu bishobotse kunguvu🇧🇮💪leta bishobotse ifate ingingo yo kwugara umuziki wohanze 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @lucksonbonfilsbrown907
    @lucksonbonfilsbrown907 2 ปีที่แล้ว

    Sounds well

  • @nsabumugishalibere5930
    @nsabumugishalibere5930 2 ปีที่แล้ว +1

    Ok!!! Ico jewe mwuno mwanya novuga Niki. Mutama #sat b ico dukwiye kumenya Niki na rwagasore igihe yaharanira ukwikukira twibuke hari abarundi batatahuta ivyarimwo nicogituma uza ubona abantu nka dj paulin aba uwambere mukugutera ivyatsi ba Alvin ngo aba djs Bose buburundi atavyo bashoye rero bisigura ko abansi bari Muri twebwe nyene. Big fizzo muri runo rugamba ndashima aho ahagaze. #umuziki wuburundi wubahwe kandi runo rugamba rubandanye kandi ntimumwime ijambo umunyoni twemera

  • @sunduma-official8069
    @sunduma-official8069 2 ปีที่แล้ว +3

    Sat.b urumuntu wakarorero mumuziki ndundi

  • @julienirankunda
    @julienirankunda 2 ปีที่แล้ว +1

    Ukuri kwuzuye sat b👊👊

  • @ndihokubwayorichard7100
    @ndihokubwayorichard7100 2 ปีที่แล้ว

    Oya reka sha sat b ivyo ugomba kuzna sivyo nukuzibigwa ntavyish

  • @suleymanhappiness7094
    @suleymanhappiness7094 2 ปีที่แล้ว +2

    nivyo abanyamakuru bigira ngo nabavumbuzi nabo barimuruhara rukomeye batuma umu'star wumurundi adatera imbere ibintu mwigira vyo kumuvumbura bakamusanga mugitanda atameze neza ivyo bituma umu'sani adatera imber kuko mubamuriko murashira ubuzimabwabo bwibanga.

  • @erchakurbdi5029
    @erchakurbdi5029 2 ปีที่แล้ว +1

    Intwari 🙌

  • @ntahompagazeemmanuel8502
    @ntahompagazeemmanuel8502 ปีที่แล้ว

    Ni sawa Brother Sat-B gusa mwemere mubanze mwige pe,umuziki nyarwanda uri hejuru ya Muzika ndundi niyo wakwanga urukwavu nibura wakwemera ko ruzi kwiruka.niba nta Company ndundi yasinyisha nibura 100M$dollars ,niba Leta yanyu nta gikorwaremezo by'imyidagaduro nakimwe sauf salle polyvalente ,ikoranabuhanga wapi( TH-camrs) ,niba umwana wacu Israel Mbonyi yuzuza BK ARENA tickets zigashira abantu bagataha,mwumva aho iwanyu ariho atatwika? Niba mushaka gutera imbere mureke ishyari mwemere mwigire ku bandi.

  • @loyaltymedia7158
    @loyaltymedia7158 2 ปีที่แล้ว

    Hello, twebwe nkabanyarwanda dukunda umuziki wanyu cyane nkanjye ndumufana wamuziki ndundi kandi kurinjye mbona mubikora neza harabura gukora ibangano byinshi nkibyo muduha. Murakoze

  • @hatungimanasimonpierre7859
    @hatungimanasimonpierre7859 2 ปีที่แล้ว +1

    Nibaze ko Paulin na explication yatanze ko iyi video aza kuyiraba hama akosore ivyo yavuze

  • @janviermanager4887
    @janviermanager4887 2 ปีที่แล้ว +1

    sinemeranya namwe

  • @mcblizzo2577
    @mcblizzo2577 2 ปีที่แล้ว +3

    Ukuri kwuzuye ivyo yavuze vyose nivyo ntiyabeshe

  • @elyseg_lighth2267
    @elyseg_lighth2267 2 ปีที่แล้ว +3

    Tylo six demana niwe atyoza indirimbo yumuntu ngo nurukato mumusubireko

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 2 ปีที่แล้ว

    Sha ivyo bintu Sat-B avuze nivyo nimubikorereko: département des musiciens muvugane mufundike ikintu kimw, département des journalistes you tube et Radio et télévision local mufundike ikintu kimwe , département des DJ muvugane mufundike ikintu kimwe Hama muce muhura mwese mugire dossier imwe mwese mwashizemwo ivyiyumviro vyanyu muce Muyiha Leta muyihere Président w'Igihugu aribisabako habaho amategeko runaka abeho département y'imyidagaduro mu Burundi igire chemin imwe igenderaho nko mu Rwanda Hama ico mwafunditse Abe arico muca mwinjiza mu bafana kuko abafana bakorae ivyo mubahaye bakunda ivyo mubakundishije Na président wa Amicale des Mesiciens abijemwo mufate ikintu kimwe umurongo mugenderako.Kuki mudaca ubwenge mutabona abandi uko bakora nuko bakingira ivyabo muguma mwitesha agaciro gusa kandi mukaze.Abanyarwanda indirimbo baririmba suko zose ziryoshe.harimwo iziryoshe nizitaryoshe muga bobo niyitaryoshe barayihatarisha bakayivumisha bakayikundisha abantu bakayigira iyahatari naho iba itari iyahatari kandi bose babikora basengera umugozi umwe kandi barashigikirana muga mwe muguma muryana mupondana ivyo n'ububono ntaho bizobashikana.musoutenane mwiyobagiz izindi beef zose mwagiraniy Fizzo Ubu ni akarorero keza n'abandi mwese mukomereze Aho iyo nzira ni sawa kandi twese tuzobashigikira uwuzobirwanya azoba ariko arwanya ineza y'igihugu tuzomukasa kandi ntazonanirana.

  • @romamukatorika9615
    @romamukatorika9615 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndasavye abarundi mushigikire ivyiwacu

  • @PrincEloge
    @PrincEloge 2 ปีที่แล้ว

    Bien dit👍Sat-b ✔️✔️✔️

  • @habibi5688
    @habibi5688 2 ปีที่แล้ว +1

    🥰🥰🥰🥰 courage à tous

  • @umutoniwasemignone5377
    @umutoniwasemignone5377 2 ปีที่แล้ว

    True mn

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia 2 ปีที่แล้ว +1

    Turakumva mutama 100% ivyuvuga nukuri knd turavumva nabandi bafate decision

  • @clovischild5926
    @clovischild5926 2 ปีที่แล้ว

    Izina ryiwe ni Sat b Guys ibi bintu birakomeye cane

  • @kadogocomedian527
    @kadogocomedian527 2 ปีที่แล้ว +3

    One day bizogenda neza 💪

  • @christopherdatus7659
    @christopherdatus7659 2 ปีที่แล้ว +3

    Sat b yarakuze kabisa asigaye avuga ukuri ahubwo abo bamenyesha makuru baguma bita imbere nkinda yabucumi bagenda kwisemba abanyamahanga baragakubitwa ninkuba

  • @abelmnyamwezi2896
    @abelmnyamwezi2896 2 ปีที่แล้ว

    🔥🔥🔥🔥🔥

  • @4bee203
    @4bee203 2 ปีที่แล้ว +1

    👌👌👌👌

  • @bertrand7270
    @bertrand7270 2 ปีที่แล้ว

    Ijambo ryiza

  • @ruthnyirongonyirongo8097
    @ruthnyirongonyirongo8097 2 ปีที่แล้ว +1

    Sat b numugabo

  • @MC_Malova_the_Himaker257
    @MC_Malova_the_Himaker257 2 ปีที่แล้ว +4

    Ababibonye give me the likes🤝❤

  • @godefroidniyonzima9224
    @godefroidniyonzima9224 2 ปีที่แล้ว +1

    Kabisa uvuzukuri nugutezimbere Abarundi kwanza abohanze munyuma

  • @dariuskubwabugingo
    @dariuskubwabugingo 2 ปีที่แล้ว

    Bonn exemple

  • @luckyonek5336
    @luckyonek5336 2 ปีที่แล้ว

    Ukuri kwawe kabisa nukuri birababaje Cane

  • @marcomjiniboy9729
    @marcomjiniboy9729 ปีที่แล้ว

    Sat b nukuri bivug ubisubir abarundi turatey ison

  • @niyitanganelly8942
    @niyitanganelly8942 2 ปีที่แล้ว +2

    Landry naw ub wumvis nikujahamw nab mukor akaz kamw ham muzan ivyomwakuyemw

  • @phanuelofficial
    @phanuelofficial 2 ปีที่แล้ว

    #Sat_be uvuze neza caneee

  • @salvatornishirimbere8932
    @salvatornishirimbere8932 2 ปีที่แล้ว

    Turagufise mugihugu cacu hamwe hoboneka 5nkawe music ndundi
    yoterimbere kuntambwe 95%

  • @saidijrkizigeza1407
    @saidijrkizigeza1407 2 ปีที่แล้ว +2

    Intare batinya👊

  • @NduwimanaSammy
    @NduwimanaSammy 2 ปีที่แล้ว

    Abamenyesha makuru naba dj bacu nibo bica umuziki wuburundi nibavuze umuziki wacu 80/100 murabe abo banyarwanda muvuza bakaza kuyora amahera iwacu twebwe umwaka ntuheze naba star bangahe bagiye gukorerayo ibiteramo nimuze dusenyere kumugozi umwe dukundane dukunde ivyacu

  • @blacktiger4439
    @blacktiger4439 2 ปีที่แล้ว +1

    None ko mbona aba upcoming artists like Drama T,Kirikou,,,bakomeza kuja mu ma concert ngo bagiye kwakira abitwa ba #Kivumbiko,tutazi abaribo ntimubonako abaririmvyi ubwabo huzuyemwo avatovyi b,umuziki??vaux mieux vivre un an comme un lion plutôt que 100ans comme une fourmie...mutirwanyeko muri hamwe ntaho bizoshika kndi igitangaje abo bafukamye mu nda umuziki w,uburundi nibo bazoza gusarura ivyo Fizzo na satb barimye...aba promoters,journalists,djs,radio presenters,aba organisateurs bibiteramo y compris dj Paulin nk,umutovyi wumuziki w,uburundi aza kw,isonga mwese ni mwikebuke

  • @maximendabakwaje9923
    @maximendabakwaje9923 2 ปีที่แล้ว

    Iterambere ry'igihugu niryo terambere ry'umuziki tant que atabainvestisseur baza kubwinshi muburundi ntimwitege iterambere mumuziki ahubwo kora igihugu gitere imbere murabe ingene n'amwe mutera imbere

  • @luckyonek5336
    @luckyonek5336 2 ปีที่แล้ว

    Erega nabo ba jurnalis bibwirako arukuzibira abandi ko bagerakure nabonyene ntahobaheza ngobagere igihugu kitatejejwe imbere naba kibamwo kiguma kirinyuma yibindi bihugu guterimbere ntabwo Ari igihugu nabanyagihugu niryoterambere ryizina igihugu giteye imbere

  • @tcs2573
    @tcs2573 2 ปีที่แล้ว +1

    ❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻

  • @EricNdayishimiye-eo9pj
    @EricNdayishimiye-eo9pj ปีที่แล้ว

    Komer mutama

  • @augustincomte7926
    @augustincomte7926 2 ปีที่แล้ว

    Nibinyakuri gusa Big fizzo na satura turabakunda can nimwumve conseil zabo vrmt

  • @milomediatv
    @milomediatv 2 ปีที่แล้ว

    Nukuri avuze kweli

  • @umutoniwasemignone5377
    @umutoniwasemignone5377 2 ปีที่แล้ว

    Ukuri pe mumwumve kd muhinduke

  • @stevenstevenahishakiye12
    @stevenstevenahishakiye12 2 ปีที่แล้ว +1

    Wubahw can

  • @romamukatorika9615
    @romamukatorika9615 2 ปีที่แล้ว

    Sat b landri bwira abarundi bumve ukuriri kandi nkuko wavuze barogukunda wagiy e kowavuze ukuri

  • @yvesunjutv
    @yvesunjutv 2 ปีที่แล้ว +1

    Uranyishuriye akes

    • @niyitanganelly8942
      @niyitanganelly8942 2 ปีที่แล้ว

      Naw wanyumvih Ivy akes yavuz yavuz gamugenz

    • @yvesunjutv
      @yvesunjutv 2 ปีที่แล้ว

      @@niyitanganelly8942 navyumvirije

    • @niyitanganelly8942
      @niyitanganelly8942 2 ปีที่แล้ว

      Narinz nginin navyumvis jenyen jew numiy

  • @calmyharamahoro5429
    @calmyharamahoro5429 2 ปีที่แล้ว

    Dukunde ivyacu ntakindi kuvuza abandi tuvyihoze

  • @tcs2573
    @tcs2573 2 ปีที่แล้ว +1

    Dukore Cne Guys

  • @ncarwatsi
    @ncarwatsi 2 ปีที่แล้ว +1

    Nukuri yubahwe kuko agerageje kwunganira fizzo ababijejwe nukuri mubashikirize ububutumwa kuko burabaraba

  • @akilisport
    @akilisport 2 ปีที่แล้ว

    Landry promoter uzaze mu Rwanda uzabona ukuri.

  • @abelardbarayisaba2585
    @abelardbarayisaba2585 2 ปีที่แล้ว

    None basohore indirimbo yubuswage bace bavuga ngo ni Sawa??
    Kilikou n'a double jay indirimbo basohore barikumwe n'a Bruce merodi isumbwa nizo basohore nari mur bantubwoy!!!

  • @manubig5529
    @manubig5529 2 ปีที่แล้ว

    Ubwenge

  • @mjcell5230
    @mjcell5230 2 ปีที่แล้ว

    Vyabananiy ba mwemera barababwiyko muristudio bagura ama demo so mugabanye inzigo tube twemera sat b yatanguy kuronka 1M views kubera Meddy from rwanda noe ubu utanguy kubasuzugura .cisha make

    • @floramflo931
      @floramflo931 2 ปีที่แล้ว

      Ba mukoresh ubwenge!Meddy afise subscribe 1M irenga,Sat B,Kidumu,Fizzo bateranije nta na 500k ishika.gute ibihangange twemera mu Burundi uteranij bidakwiza basi na 1M?ko mu Burundi ata bakoresha You tube bashika na 500k??be muraba aho ikibazo gihagaze.

  • @jeanmarienkurunziza6188
    @jeanmarienkurunziza6188 2 ปีที่แล้ว +1

    Komera mutam turihnze yigihugu turabahurikira burimunsi

  • @ngolivier4016
    @ngolivier4016 2 ปีที่แล้ว +2

    Ikintu umuziki w' uburundi ubura kugira ngo utere imbere nibintu byinshi... Displine, urukundo, kubahana, ngaho umustar arajya gukora interview agasuzugura umu journaliste, umu deejay uramuhatira gucuranga music yawe ku itegeko kndi nawe ubiziko indirimbo yawe ari fake kuko indirimbo nziza deejay nawe ntiyareka kuyikina

    • @meckydimpoz
      @meckydimpoz 2 ปีที่แล้ว

      USA nk'aho uvuze ukuri ariko mpejeje kubonako burya wasizemwo uburyarya

  • @Gamefirstquality2
    @Gamefirstquality2 2 ปีที่แล้ว +1

    Abasani bacu ikibazo mufise jalousie

  • @mjcell5230
    @mjcell5230 2 ปีที่แล้ว +1

    Erega Sat B abaririmvyi bo mu rwanda nka 97% bafise impamya bushobozi za kaminuza bazi business naho mu Bdi abize ni 2% B face na Drama T noe mukagomba kunigana nabaciy kuntebe yi shurenamwe muri nkandagira bitabo .first back to school inzigo gusa nizo zibuzuye tu

    • @iranzizouzouzuriathiranzi8588
      @iranzizouzouzuriathiranzi8588 2 ปีที่แล้ว +1

      Naw uvuze nabi nn music isaba amashure cank bisaba impano ko Diamond ba Harmonie etc... Tuzumviriza nukobize🙄 dukunde ivyacu ntaband bazobidukundir

  • @niyitegekachristophe6788
    @niyitegekachristophe6788 2 ปีที่แล้ว

    Ariko ntabwo murda bazibiye umuziki ndundi

  • @jamilajamila5532
    @jamilajamila5532 2 ปีที่แล้ว

    Rekura.ivyobinw
    a..kivyigurube

  • @tjthygdhuu7356
    @tjthygdhuu7356 2 ปีที่แล้ว +1

    🤣🤣🤣🤣

  • @LONEWOLFMAN257
    @LONEWOLFMAN257 2 ปีที่แล้ว +5

    HHHHHH nje ndaguhaye mashi menshi papa First of all Let's just fight for our value and be careful hari za enemies muritwe they don't need to see Burundians get farther they just need to keep seeing them down and that's their happiness to them ,but no matter how we must be brave and stronger enough to stand up together to be the fighters for our own ,Sat b sinahora nibaza ko afise big mindset like this sha vyanka bikunda tutafika brother and we'll get what we need if we keep this thing seriously

    • @youngkiller4920
      @youngkiller4920 2 ปีที่แล้ว +1

      Yavuz neza cane vrt, dutegerezwa kwanza kubanza kwugwanira valeur yacu twiyubak iwacu ubwambere.