ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Yesu Kristo abakomeze bantu b'Imana kndi ndabipfuriza mwese kuzogira iherezo ryiza.Ino ndirimbo vyukuri yangezeko canee.Uhoraho niwe yadutabaye mubihe twagiye ducamwo bikomeye!!Mwarakoze cane k'ubutumwa bwiza buruhura imitima mwaduhaye
Amen yesu abampere umugisha UVA munyonga hiwe nukuri indirimbo imfasha cane mbabaye ndayumviriza nkumva nsubijemwo inkomezi
Imana ibampere umugisha kandi ikomeze ibagure. Muririmba nza we! Mwaduha contact za Chorale
Ntagishobora kuzibira Imana Uhoraho mu mugambi wayo wo kuzana ubwami bwayo mu Burundi
Amen. Uwiteka niwe wadutabaye kandi niwe udukiza buri munsi
Ni indirimbo yanje muri uyu mwaka wa 2024.
Uhoraho ni we yadutabaye Nashimwe Amen🙏🙏
wow murakoze cyane kubutumwa BWIZA MUDUHAYE
Imana ibahumugisha kubuhanuzi umwete wuhoraho uzobishista amenaaaa
Amen UHORAHO niwe yadutabay... Imana ibahezagire cane
Twabonye Imana kweli
Ameeeeeen Yesu abongerereze amavuta nukuri ndabakunda😭😭😭🙌🙌🙌
Amen uhoraho niwe yadutabaye.amen
Imana yacu irakomye, iri hejuru yavyose ninyabushobozi
Imana yakoze ibikomeye,nishimye! Ameen
Ndagukunda cane gusa muzodusure i Kigali muri pantecoste nyarugenge. Imana ibahe umugisha.
Amen N'ashimwe
Imana ishimwe kko iratabara kandi ni igihome cabayizigira bose
Amen yesu abongr amavuta murampezagr cn
May God bless all of u.nanje naboye Imana ihindura ibintu..
Que Dieu vous bénisse. Je reconnais Bède, Frédéric, Mme Dorothée ,Estelle.....
Imana ibagure rwose.kandi mbifurije ijuru.
Yesu abahe umugisha ncuti mukomere
Muragahezagirwa n'ImanaNdasavye palore yayo
Muhezagigw bwoko bw'IMANA
Mbeg'indirimbo nziza Yesu abakomeze !
IMANA ibahezagire caaane indirimbo iremesha igasubizamwo intege
Muhezagirwe bantu b'Imana
Thanks for the blessing song.... niko biri Imana yacu ihindura ibintu, ituma bishoboka
Imana ibahezagire cane mwabakozi bayo.
Imana ibahezagire caaane ,Imana ihindura ibintu .Amen
Imana ishishikare kubongera inkomezi
Ameeeeeen
Muratunezera gwose turabakeje
Mubalikiwe sana na mungu
Uhoraho na shimwe caaane kuko yadutabaye ibihambaye
Amen amen!
Muhezagirwe cane benedata!!
Terimbere mu Mwami❤
This bless me more. To God be the glory.
Imana ibakomeza
nanje narayibonye
Amen 🙏🙏🙏🙏
HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUAAAAAAAA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎸🎸🎸🎸🎸🎸📯📯📯📯📯📯📯
Amen amen amen
nanje narabibonye kabisa
May God bless u for your good song
Nukuri muri abakozi nimana
Imana ibandanye kubagirira nezaa
Amen!!!!!murampezagiy wa mugir umugisha uva mwijuru mumfash tuzayiririmban mwijuru ndumva bitaherera aha ngaha rwose mvugiki rwos?murakagira Imana ibitaho iteka ryose weee!!!
happy Sabbath day . Amen
mugum muduhindirimb nkizi
God bless you
❤❤❤❤
Amen
Amenaa niw yadutabaye nukuri mugirumugisha
Amen!!!
Muhezagirwe n' lmana mukomere ntimunyiganyige
🎉🎉🎉🎉❤❤😊😊
Aba naba pantecote ndibaza
Ego nibo
Nice song
Turabakunda imanibahezagire
Wonderful one.may God bless y'all
COOl
Amen muhezagirw caaaan,audio mwoyituronsa?watsap 79347111 mugubw neza
Nashimwe Ame

Muragahezagirwa n'Imana
Ndasavye palore yayo