Ingaburo yera ni imeza y'umwami kandi ni ibanga rinyegejwe abatirizera rero kubishira ku rubuga ntibihesha icubahiro umwami kubera umwami ntarira ku mugaragaro. Iyaba vyashoboka wokuyeko iyi video. Turetse ko ivyo mukora ko Atari akarorero keza bokwigirako wisunze Bibiliya yera. Ingaburo yera ntitegurwa uko ahubwo murongera mubaze Bibiliya yera uko bikorwa
My church ⛪
❤❤❤amen