MWABAGORE NIMUTAFATA NEZ'ABAGABO BANYU TWEBWE TUZOBAHA IVYO BAKENEYE/ BA SUGAR DADY BANYIZANIY...🔥🔥🤔

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 มิ.ย. 2024
  • MWABAGORE NIMUTAFATA NEZ'ABAGABO BANYU TWEBWE TUZOBAHA IVYO BAKENEYE/ BA SUGAR DADY BANYIZANIY...🔥🔥🤔

ความคิดเห็น • 39

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Ubu bushegabo bwanyu Imana izobubahanira. Mwihane Yesu abagirire imbabazi, atar'uko inkota y'Imana izobasogota !

  • @diagfinamix1861
    @diagfinamix1861 3 วันที่ผ่านมา +5

    Iri ri paysane wosanga atana secondaire ryahejeje , ngaho riramanutse none ngiryo rero riri proud nukuba baby.

  • @desireirakoze9980
    @desireirakoze9980 2 วันที่ผ่านมา +2

    Hariho indirimbo Canco Amisi yaririmvye ngo Kera wahora ugendera mukirere amaso yose agahindukira kukuraba ,none ubu usigye ugenda nkumwana wimpfuvyi atagira iyajaa. Vyiza wokwihana ukizera Yesu niwe mahoro yacu .Ubwo buto burakwiy gukorera Imana

  • @Alexissindayihebura-re6oy
    @Alexissindayihebura-re6oy วันที่ผ่านมา +1

    Yoo ese ingene uwo mukobwa ingene yarabereye urugo akwiye gukizwa akava murivyo ariko Imana izomutabare amahera arondegwa inzira nziza

  • @happinessishimwe6195
    @happinessishimwe6195 9 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Mukobwa mwiza subira muhira utekereze ejo niheza.

  • @nsabimanadiacre2513
    @nsabimanadiacre2513 3 วันที่ผ่านมา +1

    Subira kuririmbira imana sha niho hari ivyo vyose wipfuza knd imana iragukunda shaa

  • @FlorenceBucedusenge-hx4ke
    @FlorenceBucedusenge-hx4ke 3 วันที่ผ่านมา +2

    Tekereza mwana! Imyak niyigira imbere uzobona ko uriko urihenda

  • @NinaMerveilleDusabe
    @NinaMerveilleDusabe 5 วันที่ผ่านมา +3

    Uwanje ngiy kumufat neza vrt🙆

    • @kellykizzytheboss3891
      @kellykizzytheboss3891 5 วันที่ผ่านมา

      😂😂 ufyinase uzosang abandi bana bahabona bamujanye

  • @happinessishimwe6195
    @happinessishimwe6195 9 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Gukora nivyiza ariko uvanze nokwidandaza kwaheli.

  • @CarineNISHIMWE-kt4ss
    @CarineNISHIMWE-kt4ss 5 วันที่ผ่านมา +3

    Iyi ni too much kabisa!
    Bavyeyi mwavyaye ntibigiye kworoha kabisa

  • @YugoBoss-lc4qg
    @YugoBoss-lc4qg 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Yarimwiza. Nukoyigize. Maraya. Harahoyobivamwo

  • @user-wh6jz3lh7r
    @user-wh6jz3lh7r 3 วันที่ผ่านมา +2

    Wompuza nawe sha, ngamufasha😊😊❤

  • @muhozasebagabo7723
    @muhozasebagabo7723 13 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Nimwiza

  • @ugirashebujajbaptiste2368
    @ugirashebujajbaptiste2368 15 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Niuko nyene nimubahe ivyo bashaka ariko muribuka ko inyuma hari ingaruka

  • @ArnaudNgabirano-gc7tp
    @ArnaudNgabirano-gc7tp 2 วันที่ผ่านมา +1

    Rihanna niwe agomba kwigereranya😂

  • @djdimeja
    @djdimeja 2 วันที่ผ่านมา +1

    Indaya ndundi nazo zibaho se😅

  • @EricNduwimana-td4ww
    @EricNduwimana-td4ww 2 วันที่ผ่านมา +1

    Gahabwa isumu wakuzimu We

  • @BlaiseAkimana-d4q
    @BlaiseAkimana-d4q 3 วันที่ผ่านมา +2

    Akamo avec nancy❤❤

  • @user-ht7uf6zv4w
    @user-ht7uf6zv4w 4 วันที่ผ่านมา +2

    Ibintu kur Akamo Tv bigum biz kumpwemu idasanzw kbx

  • @Toutici6369
    @Toutici6369 5 วันที่ผ่านมา +2

  • @Mkel890
    @Mkel890 3 วันที่ผ่านมา +1

    ibi bintu vyo mu Rwanda , mudashaka ko bababuza gukora mwobireka.

  • @user-nf2dz1zf9t
    @user-nf2dz1zf9t 2 วันที่ผ่านมา +1

    Ihane sinon iherezo ryawe rizaba ribi

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 3 วันที่ผ่านมา +2

    Iciza c'indaya zivugisha ukuri😂

  • @AlexanderNimbona-lj4ln
    @AlexanderNimbona-lj4ln 3 วันที่ผ่านมา +1

    Bg up sana 👑👑bg fizzo😍😍😍👑👑

  • @nirexstudio5758
    @nirexstudio5758 3 วันที่ผ่านมา +2

    akamo mwasaze mubamaraya

  • @AncienSucces-vc1gk
    @AncienSucces-vc1gk 5 วันที่ผ่านมา +3

    😮Akamo ntimukivyorosha pe

  • @JosephNtunzwenayo
    @JosephNtunzwenayo 3 วันที่ผ่านมา +1

    Gusa wapi ww ntakeya vrmt

  • @YugoBoss-lc4qg
    @YugoBoss-lc4qg 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Hh😢. Nkiyimpuzu?

  • @kakajwi12
    @kakajwi12 5 วันที่ผ่านมา +2

    tumuh nyina

  • @AnathalieManirambona-ew6ho
    @AnathalieManirambona-ew6ho 5 วันที่ผ่านมา +2

    utubeshu 8 ???

  • @AlexanderNimbona-lj4ln
    @AlexanderNimbona-lj4ln 3 วันที่ผ่านมา +1

    Batware uricyane 👆🤔🤔🤔🤗🤗🤗🤗

  • @NteziryayoPrisca
    @NteziryayoPrisca 3 วันที่ผ่านมา +1

    Mugabo ibyo umuntu abiba nibyo asarura.

  • @SimonNKURUNZIZA
    @SimonNKURUNZIZA 3 วันที่ผ่านมา +1

    Hhhhh

  • @benibricebizimana8547
    @benibricebizimana8547 3 วันที่ผ่านมา +1

    none nkuyu vrt yariko avuga iki? burya abakobwa bamw bamwe nta bwenge mugira habe nabuke

  • @ChadiaIraganje
    @ChadiaIraganje 3 วันที่ผ่านมา +1

    Mana tabara

  • @SimonNKURUNZIZA
    @SimonNKURUNZIZA 3 วันที่ผ่านมา +1

    Hhhhh

  • @SimonNKURUNZIZA
    @SimonNKURUNZIZA 3 วันที่ผ่านมา +1

    Hhhhh