Nikuki Part 2 Full Movie
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024
- #Nikukifullmovie ya Film yigisha Ivuga kubijanye nubuzima, ubu naho ntucikwe na Part 2.
Ham Reka Dufate Kano kanya ko kubashimira kukuntu mudahengeshanya mukudufata mumugongo no mukudushigikira.
Tukagusaba niwaba uhejeje kuraba iyi Film uheze uyisangize nabandi.
Ntiwibagire kugira
#Subscribe #Like and #Comment
#62JulyFilms
#BurundianMovie
#rwandanmovies
62july films hejuru mubicu 🔥🔥🔥🔥abemez KO 62julyfilms irikugwego mump iz like zanj🔥
Numbe unoooo🍅🍅😋😋mumpe izo likes basi♥️♥️♥️♥️
Love from Gigi Glamour 🇿🇲🇧🇮
Waaaaaaa
Ino cinéma iraryoheye cane imana ibaje imbere abarundi turashoboye🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪🔥🔥🔥🔥
Muduhe 3 vrt film yigisha love you 👌♥️
Courage cn my estiii mwabikoz neza next episode full we♥️you
Yvette courage kibondo. Gusa sinabonye ingene wapfakaye. Ndabashigikiye cane
Mbega ibintu bibabaje we! Nimunyarukane suite turabe Chance uko azomaramara.Gusa nubwa mbere mbonye Estimé akina aticana.
Bien joué Estimé courage
Kumbure estime arashobora nizindi rôle ngaho mutunyarukirize igice 3 ❤❤❤
Ahumworo yanitse nibwuma kbs Omar ibigeregezo nibibura kwisi ariko gikuru ni gusenga wizeye harumunsi Imana izokwishura by the way good job guys murakoze cyane kutwigisha🔥🙏🙏🙏♥️♥️♥️♥️
Imana imbere 🙏 my bro esty
Courage kwel eka nikuki???iteye ahahinda bien joue vrmt murashoboye mbakunda kanini can pol sana bantu b'lmana ♥❤👌
Estim uralpimbaye kumpanuro uduhay ntayo naribwarabe courage wateguye neza
Courage Esti🥰iyi flm Iraryoshe vrmt 💞
Iyi film 🎥 iteye ikigongwe can
Team nshasha rero♥️muter muja imbere bagenzi
Mbega film iryosh wee 62 respect cane
62 july film hejuru cane vrt vuba mutwongere🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Oh my God niho bavuze ng mwenamakuba nivyatsi ntibimubisa munzira🙆🙆🙆🙆part3 ibanguke kweli
Iyi film irababaje kweri😔😔😔,courage vraiment 🥰🥰
Waooo,estime hejuru cn❤nta film urimw nosiga💕 knd urakoze guhindura scène yububi. Couraaage
Ngo amukunda kubera yagwanye nukuri iyi Film iratesa da vrmt mwubahwe
Kumbe Estimé araberewe na rôle itari iyubwicanyi,acaba mwiza disi 🥰
Courage sana guys
Love from KSA 💖🇸🇦
Duhe iyindi iheze hataragera
My team jtm
Chanceee courage caneee mwiza urashoboy
Iyi film ninziza cane nukuri iteye agahinda
Courage caneeee mubikoran neza
LOVE FROM SAUD❤❤❤❤❤❤
Nukuri harimwinyigisho zikomeye terimbere murashoboye
Love mubikoraneza cuorage
Ndabakunda cn nukur 62 july films
Estim wubahwe warakoze umutipe❣️🙏🏽
Estimé urandijije akanyagato😭😭Gusa urashoboye kbs courage
Turashak iyikurikira estimé kand courage vrt
Estimé courage bro urashoboye vraiment imbere niheza 👌👌👌
Bien jouer vrm,
Mamaw mbeg flm WE ha esti courage kwl wakiny bien sana 🥰
Estime wakinye nezaaa 👍👍 Filimm
Youuu😥😥iraryosh cyane
Oyaaa birababaaaj
Estim WWE urandizacan ubbuzima narabuciyem naretsekwiyahur
Courage courage muzoshika kure
Imana ibe kumwe namwe
Courage Mukinaa neza
Estime courrage uriko ubikora nez mur iyo film ubu wakinye urumwenranda disi,birakunerey hose urashoboy💕
Iyi film ninziza kbs
We love you 62 July films
Estimé parti ya 3 ryari erega mudusize muri kabaza wangu
Waouh courage Equipe ya Estime @ Carlène Sha🤩🤩🤩 baranyivye, mbega mana ndayaha nde?? Bazoguhe nizindi scènes ukine 🤩🤩
Estimé courage cane vrmt nivyo tuba dushaka films yigisha kandi ndende ikwiye apana bwabuhimba himba butagira ifatiro vrmt niryambere ngize commentaire vrmt muranyujuje pe
Chance 😂😂 ndamanyuts😂uterimbere Can intahemuka yanj
Mutunyarukirize iyindi vuba ❤❤❤❤
😭😭😭😭😭My God!Estime nukuri urandijij Iman ikurwanirir nukur😒😒😒
Muduhe igice gikurikira mwobamukoze cane irarenze irababaje irimwon' impanuro kweri
Courge beza 🥰🔥🔥🔥
Kazi nzur
Gusa iyonzu urabe neza inzoka zirakurya ngira niyukurinda inkende MUBUHINDA
Go ahead estimé respect bro
Ooooh!!!!mubikor nez cn.parti3 tuyihabwe
Courage 💞💞 estime na team yaw estim kimwe gusa urashoboy vyose
Estime courage vrt film irateguye kand irimwo inyigisho nyishi cane gusa irababaje😭😭😭😭😭😭
Mugisha ndakubony ndak nar nakuyobew bro,big up kur Mugisha ngah mukameng nibaz ub na uni waratoboy ndak😂😂😂😜
Films nziza cane 😭😭🥰🥰🥰
Muranyemeje film"Nikuki"iraryoshe cane si blague
Omari numwana mwiza muga chance Aramukwegeye hhh gusa mukina neza
Ngukunda kubi Estime ariko iyifirme irandiza cne 😭😭🇧🇮
Imana ibandany ibaja imbere courage
Estimé ndagukunzecane iyifilme irigisha cane mwubahwe kandikuraje
Yooooo manawe filme ibabaje😭😭😭😭😭
Iyi Filimm irababaje can
Estimé nukuri watekanye kweriii gusa ntuzokwibagire uwo mupfakazi aguhayifanta wagombupfe
Estimé nukur ndababay kubwaw nokurira ndarize wihangan nukur IMANA izoguhanagura amarira yose wariz.akogakobw nako kakubeshey ndazik kazokwicuza munyuma.
Oman ribaye iryambere uryohera muri film kuko wahora ukina uri umuntu mubi ariko ubu ndahimbawe
Yioooooo komez kwihangn esti
Robert courage my brother
Courage
Go ahead christa you play very good gusa Imana ikurinde umugabo amez nka Christophe
Murigishije.pee
Yayayayayaaaa mbega muntey kurira gyz team 62 July hejur cne
Yooo Omari
Courage estum❤
Love from 🇦🇺🇦🇺
Nyarutsa part 3 ivyovyokutunyoteza mubihagarike
Yamubesheye
Iyi film ninkoramutima kwl.muduhe part3
Mutunyarukirize ikindi gice
Chris utumy umutima uhatsw kuncamukanwa Chris hako woguma umurya umutima pfuma umwirukana Christa ihangane mwana wamama
Ubwobuzim burarusha ndabuzi😭😭😭😭😭🫂🫂🫂
Sha Estimé nahora ndakwanka ariko mwiyi film tugiye murukundo pe
😆😆😆Pol non Estime courage 😭😭😭😭❤️❤️❤️
Mupangayii,iryorangi riramara kwl
Intwari Oman 🙏🙏🙏
Love from Oman🙏🙏🙏❤️🇴🇲
Ngt
Ndakunda films ndundi Kandi nzokwama nshirako j'aime, muga nta film urenze yisaha noraba. Bamugira series nizo ziba gukura abantu
Nababali
Kurage♥️♥️♥️♥️
Yoooo pol Estimé 😚😚
🔥🔥🔥🔥💯💯💯💯❤️❤️
Coco shaa niwe abuza amahoro m'urugo rw'abandi😅
Yoooo mutunyarukirize suite
Estime disii 😥😥 Courag imbere niheza
Yooo rusitime inzara yagira ikqikorere lmbere niheza
Courage mwiz