
- 20
- 150 899
62 July Films
Kenya
เข้าร่วมเมื่อ 27 ต.ค. 2022
We are the best company in Burundi that produces Indundi Films.
we are located in Burundi
we are located in Burundi
ICAHA EP 4 : Estime akubise umuntu ahatswe kumwica
Icaha Series #62julyfilms🎬
Ntucikwe na Serie #Icaha ni Serie nziza, Yigisha, Ihanura, Serie ikinye mururimi rwacu rwik'Ikirundi.
Icaha Series izohora ica kuri channel ya 62 july Films misi yose kuwagatanu igihe c'isaha 09h:00AM.
Ico tugusavye ni kuyisangiza n'abandi Murakoze.
Ntucikwe na Serie #Icaha ni Serie nziza, Yigisha, Ihanura, Serie ikinye mururimi rwacu rwik'Ikirundi.
Icaha Series izohora ica kuri channel ya 62 july Films misi yose kuwagatanu igihe c'isaha 09h:00AM.
Ico tugusavye ni kuyisangiza n'abandi Murakoze.
มุมมอง: 259
วีดีโอ
ICAHA series Ep 3 : Niyo agire akore amaraso agire ateme se wiwe.
มุมมอง 395หลายเดือนก่อน
Icaha Series #62julyfilms🎬 Ntucikwe na Serie #Icaha ni Serie nziza, Yigisha, Ihanura, Serie ikinye mururimi rwacu rwik'Ikirundi. Icaha Series izohora ica kuri channel ya 62 july Films misi yose kuwagatanu igihe c'isaha 09h:00AM. Ico tugusavye ni kuyisangiza n'abandi Murakoze.
ICAHA Series Ep 2 : Niyo asanze mushikiwe yidandaza mbe biraherera he???
มุมมอง 4782 หลายเดือนก่อน
Icaha Series #62julyfilms🎬 Ntucikwe na Serie #Icaha ni Serie nziza, Yigisha, Ihanura, Serie ikinye mururimi rwacu rwik'Ikirundi. Icaha Series izohora ica kuri channel ya 62 july Films misi yose kuwagatanu igihe c'isaha 09h:00AM. Ico tugusavye ni kuyisangiza n'abandi Murakoze.
ICAHA Series : Ep1 ( Estime Chef wa Securite atanze amategeko, Mbe abanyagihugu bazoyashobora?)
มุมมอง 8402 หลายเดือนก่อน
Icaha Series #62julyfilms🎬 Ntucukwe na Serie #Icaha ni Serie nziza, Yigisha, Ihanura, Serie ikinye mururimi rwacu rwik'Ikirundi. Icaha Series izohora ica kuri channel ya 62 july Films misi yose kuwagatanu igihe c'isaha 09h:00AM. Ico tugusavye ni kuyisangiza n'abandi Murakoze.
THE WAYS (Part 2) : [INZIRA Part2]
มุมมอง 4.6K10 หลายเดือนก่อน
•Ino Film #theways ishingiye kubuzima dusanzwe tubayemwo bwa misi yose. Aho tuzi ko iyo ukoze iciza ugisanga imbere kandi n'iko kuri, ariko iyo ukoze ikibi kiraguherekeza, Kora ineza wirenganire. •Ntukiganyire ngo nuko ubona ubuzima bwanse ngo wihebure #Inzira imwe canke zibiri ngo ziyugaye, ntugire ubwoba, wewe izere Imana kuko #Inzira z'Imana zirenga igihumbi. • Ese hari uwayizeye yigeze imut...
THE WAYS (Part 1 ) : [INZIRA part1] Burundian Movie
มุมมอง 13K11 หลายเดือนก่อน
•Ino Film #theways ishingiye kubuzima dusanzwe tubayemwo bwa misi yose. Aho tuzi ko iyo ukoze iciza ugisanga imbere kandi n'iko kuri, ariko iyo ukoze ikibi kiraguherekeza, Kora ineza wirenganire. •Ntukiganyire ngo nuko ubona ubuzima bwanse ngo #Inzira imwe canke zibiri ziyugaye, ntugire ubwoba, wewe izere Imana kuko #Inzira z'Imana zirenga igihumbi. • Ese hari uwayizeye yigeze imutererana? ntug...
THE WAYS | Official Trailer | 62 July Films | Burundian-Movies.
มุมมอง 763ปีที่แล้ว
THE WAYS | Official Trailer | 62 July Films | Burundian-Movies.
THE CHOICE - Third Card | Burundianmovies - English Movie | English Short Movie
มุมมอง 843ปีที่แล้ว
What is life? Life is a journey between B and D , between them lies C. Wht's B,D and C ??? watch this movie #thechoice third card you will get an answer. #africanmovies #nollywoodmovies #englishmovie #bongomovies #bollywood #burundianmovies #romanticmoviescenes #life
PARDON - court-métrage français - 62 july Films
มุมมอง 811ปีที่แล้ว
Dans un couple marié un homme devrait voir ailleurs à cause de la stérilité ? Somme nous encore coincés à une époque où on croyait que le manque d'enfants est la faute de la femme ? Notre mentalité devrait prendre une autre tournure ! L'erreur est humaine mais persévérer dans l'erreur est diabolique. #burundianmovies #filmfrançais #frenchmovies #congo #africanmovies #62julyfilms🎬
GUHANA - Best Action Movies Full Length Burundian.
มุมมอง 9Kปีที่แล้ว
#BurundianMovies #62JulyFilms #Africanmovies Kirazira Guhohotera Umukenyezi witwaje ngo uri nake canke ngo ufise ipete Amategeko arahari azo Guhana Ntawuri musi canke hejuru y'amateko. kandi Kirazira kwihanira ni nayo mpamvu Amategeko ahari. #62JulyFilms🎬
GUHANA!! Official Trailer
มุมมอง 1Kปีที่แล้ว
Vendredi Full Movie izoba ibashikiriye. Guhana none inkozi zikibi ntizihanwa? Guys ntimucikwe niyi Film kuko na jewe yandenze. nikutuyu wa Gatanu Wewe Ubonye Coming Soon wayibonye gute?
Estime amahera yibwe Muri 62 July Flms birangiye abishize ahabona😢
มุมมอง 878ปีที่แล้ว
#Subscribe, #Like, #Comment and #Share
NIKUKI !! | FULL MOVIE OFFICIAL| 62 JULY FILMS
มุมมอง 8Kปีที่แล้ว
NIKUKI !! | FULL MOVIE OFFICIAL| 62 JULY FILMS
NIKUKI!! | NEW FILM | OFFICIAL TRAILER | 62 JULY FILMS
มุมมอง 1.5K2 ปีที่แล้ว
NIKUKI!! | NEW FILM | OFFICIAL TRAILER | 62 JULY FILMS
Turabakunz cn❤
Wa mugore we wacishije make
Izindi rôle zose ntizikubera ash uberwa nu pasteur😂😂
Abantu babny iry mbere pasteur akina akijijwe mumpe link😅😅
Mukube baramwishe nukur 😭murazi guhana igisuma pe
Film irimwo inyigisho zikomeye cn kuma famille kimw gus niyo avyitwaramwo nez cn
Niyo uraraba neza uyomupanga ntugucike
Mukube nomubuzim bwamis yos ngir yam yakubiswe??😅😅😅
#jeredycroxx I 62July film yany ninziz irimw nicirwa gikomey cn gus part zimar akany gat can bikunz muziduh iyind part izob ifis iminot ir hejur 🙏🙏🙏🙏🙏 Mukube
Gakoze bien xan kwl🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Kabien xan basaaza!ubund nimwe banje🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ibintu bikomeje kuryoha xana 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
ndabakunda cane kand courage
❤❤❤
Nice ndabakunda
Kbx murashoboye
My favourite team ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Courage
❤❤❤🎉🎉
Nic vrema
Ndabakunda😘
Ndabakunda😘
Namba wan
Vrmt waou j'adore
Abagore batwara abagabo babndi baragowe peeee
Nice sana
Hejuru cae🎉🎉🎉🎉🎉
Iyi film ko iza iteba??
Hari habaye akagorane ka technique gusa ubu ntizosubira gusiba
Courage 💪💪
Courage bagenzi ❤❤
Hejuru cn
Like from Iningiti Band
Ko bitanguye gufata iyindi pwemu
Ko bitanguye gufata iyindi pwemu
Nice kbx
Hahahaah kabx 62july hejuru cane mumps ama 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 yanjeeeeee😮😮😮
Kl
Yaaa courage kbx ibintu bitanguye kugaragara neza ubu niho tubona ko film izoturira❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
❤❤❤❤❤❤❤❤ ndabakunda
Murabantu banje pee
Rusutim nkeee 😂😂😂
Courage bajam banjy 😂😂
Tabagura nkee murashoboye ndak
Courage les amis
Niyo naw nukurab ukubaha umuvyeyi wawe ukamuhanura ukanamusengera ntushire imbere ishavu
Film ninziza cn irimwo inyigisho ariko image ntizibona nez umengo nimwijoro maman gapilipili n'a gapilipli ivyo bazobakwegera ntibizokoroha badahinduye uko bigenza
Mwari mwaratunyoteje murakoze cn rek twirabire
Non komwaduhenze ngo buri wagatan muzoza muraduha nibik vyabay
Ivyuma ntibisezerana Imashini irimo yari yagize ikibazo gusa ubu Vendredi muzoyinona ukuri kwamye biriko biratorerwa umuti.
❤❤❤ from me 🥳🥳🥳
Editor arabe Azé arashiramwo ama efct ahakenewe hos