Musenyeri NTAMWANA yasavye abatwara Igihugu bakomoka muri CNDD-FDD kuba abatware beza batwarire bose

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ม.ค. 2021
  • Igikorane c'imisi itatu catunganijwe n'Umugambwe CNDD-FDD mu ntara ya Gitega catangujwe n'inkuka y'Imisa yari yitabwe n'Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye n'umutambukanyi wiwe, icegera ciwe n'abarongozi buwo mu gambwe. Mu nsigiro yatanze, Musenyeri Simon NTAMWANA, yasavye abatwara Igihugu bakomoka muri CNDD-FDD kuba abatware beza batwarira bose

ความคิดเห็น • 20

  • @claverndayishimiye2852
    @claverndayishimiye2852 3 ปีที่แล้ว +4

    Uyu mutama ndamukunda cane, avuga neza. Imana imutoneshe cane. 🙏🙏🙏

  • @ElvisNshimirimana-y9n
    @ElvisNshimirimana-y9n วันที่ผ่านมา

    Wahanura ntuzoramba kbisa

  • @NiyonkuruAliera
    @NiyonkuruAliera 3 หลายเดือนก่อน +1

    Uwubonisinabonivyabayemu kirasa kumutumbagabaniro ujohatoricigwa

  • @JHappy-ph7vq
    @JHappy-ph7vq 3 ปีที่แล้ว +1

    👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👍👍👍👍🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏impanuro zikomeye caaaane

  • @leonidaslendesmanirakiza489
    @leonidaslendesmanirakiza489 3 ปีที่แล้ว

    i like it...

  • @OluguRased
    @OluguRased 2 หลายเดือนก่อน

    Bosmik otim 2:33

  • @d.r.5350
    @d.r.5350 3 ปีที่แล้ว +1

    @52 eeehh ngo babyagiye?? Musenyeri w’i Burundi buriya ntabatutse? Ngo babyagiye? Cyangwa mbyumvise nabi 😂😅

  • @OluguRased
    @OluguRased 2 หลายเดือนก่อน

    2:50

  • @mfuranzimainnocent
    @mfuranzimainnocent 3 หลายเดือนก่อน

    🎉

  • @simonkabura4421
    @simonkabura4421 6 หลายเดือนก่อน

    Komera simon

  • @juvenalmct71
    @juvenalmct71 3 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤

  • @leonidaslendesmanirakiza489
    @leonidaslendesmanirakiza489 3 ปีที่แล้ว

    Ewe mana izo mpanuroo nizooo mutama naw yari yazitezugutwiii:.... Nukuri iyitavyay inyana izovyara ishurii... uwuza kwumva arumviriza... ndabona nisawaa

  • @emilehakizimana1991
    @emilehakizimana1991 3 หลายเดือนก่อน

    Zuraruta yamara huuuuu

  • @user-bj4ld1jw4k
    @user-bj4ld1jw4k 3 ปีที่แล้ว

    Nyakubahwe
    Nisawa

  • @gylandnkanuriye
    @gylandnkanuriye ปีที่แล้ว

    Waradusigarany iragi muvyey

  • @stevemana9724
    @stevemana9724 3 ปีที่แล้ว

    Sindumuja

  • @user-wh5vj5zz4s
    @user-wh5vj5zz4s 2 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @peacepeace755
    @peacepeace755 3 ปีที่แล้ว

    Yabasavyikigoye, kureka kwirundanirizako vyose nibanga ribangigwingata

    • @emilehakizimana1991
      @emilehakizimana1991 3 หลายเดือนก่อน

      Atri vision ulisionnée bafite ntayind ntateramber muhy mubn ndngh vug mug ah ndz ruen be change