KURUWO MUSARABA - song
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 11 ก.ย. 2024
- KUR'UWO MUSARABA
Kur'uwo musaraba
Chris Tomlin
Verse 1
Eh'imbabazi
Aho ziganje ntizishire
Ubuntu
Nk'uruzi ruratemba
Pre Chorus
N'urukundo rwonyene nzi
rutemba nk'umwuzure
Chorus
Kur'uwo musaraba
Ntanz'ubugingo bwanje
Nkwitegereje, urandengera
Urukundo rwuzuye
Icaha cogejwe
Mbikesha wewe,
Mbikesha wewe Yesu
Verse 2
Ntasoni cank'ivyaha
vyontsindisha
Aho nujujwe n'Imana
Nkaharirwa
Bridge
Hano hera cane
ndonk'ivyizigiro
niho mpfukamye
Niho wankirije
niho nakiriwe
niho mpfukamye
Translated and Produced by Selah Hymnody
Recorded & Mixed by Chris Aury Ishimwe
Lighting - L-maison
Music Director - Hypolite
Lead vocal - Franck
Back Vocals - Gretta, Leduc, Richie, Franck, Bella, Dodo, Goldon
Piano and Keys - Divin
Bass - Glad
Drum - Gloire
Guitars - Yoyo & Hypolite
Recorded Live at EMGA Kinindo
Nsubiye kuruhuka muri kano gatondo!!!
Kuri uwo musaraba , indirimbo idufasha kuzirikana ico Christo yakoze🎉
Wow
Alléluia
Kur'uwo musaraba ntanz'ubugingo bwanj 🙏 🙏
Kur’uwo MUSARABA🙌🙌
Indirimbo y'ibih vyose kwer!!!❤
Wooow,it is very amazing
Kuruwo musaraba ibdirimbo naronse ubugingo nukuri nimpamo indirimbo yanditse neza
Muhezagirwe cane
My song mwarahezagiwe
Nkwitegereje urandengera❤😍
Beautiful song🙌🙌🙌
❤urukundo rutema umwuzure.🙌🙌
Ameeeeen
Nice song
Amen amen merciiiii bcp kuduha iyi ndirimbo IMANA ibandanye kubasiga no kubuzuza uhereye ku murongozi gushika kuwuri inyuma ya caméra merciiiiiii bcp
Urukundo rwuzuye Icaha cogejwe ....Thank you
Amen
Urakoze cane ❤
Courage muhezagirwe🎉🎉❤❤
Bravo Uhoraho abishimirwe indirimbo nziza cane
Thank you to the team
Waoooh waoooh waoooh 🤗🤗🤗I love it🥰🥰thank you so so much guys
Amasanamu meza en tout cas vyose nisawa
🙏🙏🙏🙌🙌
Gloire à Dieu
❤ thank you
Amennnnnnn
Amennnn
Merci beaucoup pour cette chanson🥺🥺💃
Haleluyaaaa
Thank you Guys you are doing an amazing job !
Haleluya ❤
❤🎉❤
Let it sink in ... at the cross
Ameeeeeeeeee ❤
Urukundo rwuzuye,icaha cogejwe mbikesha wewe Yesu🙏🙏🙏
❤❤
Hosanna hashimwe Uwuje mw'izina rya Yehova
Thanks you so Munch
❤
Merci bcp, courage 🙏
Mbikesha wewe , Imana ibahezagire , indirimbo nziza cane
Wooooow.merci pour la traduction
Wooow, thank you guys
Merci !
Haleluya🙌🙌.Icubahiro kibe ku Mana
Alléluia 🙌🏾 🙌🏾 🙌🏾 Merci Jésus pour Ta miséricorde infinie à mon égard
urukundo rwuzuye,,, icaha cogejwe ....🙌🙌
Eh imbabazi aho ziganje❤
🙌🙌🙌🙌🥹
Kuri uwo musaraba , indirimbo idufasha kuzirikana ico Christo yakoze🎉
Amen
❤❤❤❤
Kuri uwo musaraba , indirimbo idufasha kuzirikana ico Christo yakoze🎉
❤❤