Drama T umuririmvyi wambere mu Burundi ashobora guteka inyama n'ubugari muri 20 minutes gusa..
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 7 ก.พ. 2025
- Uripfuza ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
follow us @ on facebook, instagram and twitter
#magicchannelTv#Entertainment Media#LundiMéchant
• #FreshCuisine/Salade M...
You guys , I love you especially drama t, numwana windero yitonda azi kuyaga akishurana ubwenge. Much love 💖💖💖
So i love how he express in english and how he sounds like a native speaker.he performs well we wanna show our perfomances as we are in east africa
Iyi ikwiye kuba new show .. muhamagaza aba star mukayaga muriko muteka vyo ryoha cane . Minouche araboneka azaba umukenyezi mwiza Hama mwakoze kuduha inkuru nziza
Wow ikiganiro ni top kabisaa Drama T 🔥🔥👌
Ariko warahise vraiment yesu abandanye akuja imbere
😢dram t ndagufana uratesa nitw joyeuse komezap mbamuburubd ibuj mugatumb
Umwana atareze amaboko nciye ndamukunda more and more ❤❤❤❤
Bella is cute & Drama T big up to show u can perform with more competences.......Love u guys
#BellaMin coUrage mUbikoRa Bon SaNaaa...so KeeP it Up!🤗🙌🙌🙌🙌
HAma BwiRa #Drama AreKe kuRyama Xn!
Bisigura kwatameza afise bisigura kwatagikoni afise
Uku nukwiteza isoni
Wow Dramat niwowewang😂.
he is just perfect😍🥰
Vrt minouch dram t ndamukunze numu hepu nkanjye pee arirekura pee
I proud of you drama then big up in nairobi we following you too much
Baby Keller uhagaze neza Kl ni aba star bensh mungana batazi ivyo Uzi KL kuririmba urabiz never give up br keep it up
Fureshi
Zamubanza kuturamutsa twe muduha ikiganiro DRMT ntuze ugare ng niko urihit hubwo biguhe inguvu zokugera kucushak🤜💥
Safi sana drama Magic tv nciye numva shaka kubasaba challenge MEILLI vs VANIA ICE bateke i sauce nubugari ico twirabira 🙈🙈
Nowadays am addicted to this boy oh lord... Agatwengo kagahemo yifitiye gatuma nanje ntwenga 😂😂😂
Ukoze ibitangaza nka Yesu kristu, ugaburiye abantu benshi.
Wa Muyinga kwetu pigapu
Bor urashoboy kbs courage kk ndabona ntiwishima
25:35 Minouche's mind was with "The Machine" bella(better) than them"! best line ever
Je suis vraiment désole
Aaaah🤣ndababay kumbe bella arafis chr 🤦pol shaa drama
Vraiment drama mukikon urumustar twemer
Umunyabikorwa ndagukund@
Mumpeko basha nciye nsonza vrma .lundi yuyumusi murahatwitse vrma
Dramat wubahwe
Woo mbega ukuntu nkukunze kurushaho😍😍
Big up saana ku muhungu wacu I muyinga drama T 💪💪👌
His nez vrmt ukunt nkund ubugr umeng ngir ndabiry
Ndakunda umuhungu azi guteka Courage vrm Drama T
Waooo arabiz san yubahwe 👌😘
Waooooh ikiganiro ni flsh kbx
much love from kayanza I really love you guys 😍
Kayanza my native town✌️
Muri Iki kiganiro mbonye mo umuhungu Minouche akunda( Igihe naga kuri University ya Cape Town batwigishije ikintu body language). Minouche ya kunze gukoresha body language cane…. Uriya mu type wo hagati niwe Minouche akunda. Ibi no bihagararako emwe na $ 5000 vyi dollari kashirako.
uyu musi vyakunje kweli
Mawe
Nyoko wawe
Nyina wiwe
Mawe wacu
Nyoko wanyu
Nyina wabo
Wasan wetu bado munapika kwenye ges🤣🤣🤣
Ulitaka wPike kwa mka
Nivyiza afresh
Na jewe nkikijwe n'inkumi nziza nk'izo nobiteka pe!
Kubera ariwe mumaze kurondera wenyen si w wamber!!aho murahaze!!urabaza Bidondo ingene acopora🤣🤣🤣🤦🤦🤦
I love you so much drama bella and minouche you're the best
Interviews irimwo drama t iranezera pee numwana ateri nkuru sana bisaba azokine flm kwl🤜🤛
Oya reka sha drama niba ubona abandi bateye imbere cank bafita ibintu nuko ari aba erminat mn kndi bo baramaze kwiyakira
ibikere nyene
Kuva nabaho iki kiganiro kirandyoheye cane gose.
Toujours de l’avant 💪🇧🇮
Weeee dramaaa T weyeeee sema kirundi wanaaa 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣.......u from Brooklyn nini 😆😆😆
Vraiment akayag ka 03h du mat kaba kamara uvuy kumutwenzi🤣🤣🤣
Ego sha muzohamagare B face nawe azoze guteka hama congretulations mwese bon anapetit mwese
Ukunda drama t Kora like kuri chaine yanjye nyene ureter indirimboyaje ndaba kunda
Ikiganiro niciza mukomere
Agakosa nuko drama yashikiye gufata inyama mutamuhaye amazi yogukaraba.twirinde umwanda wodutera indwara zandukira
😅😅😅😅😅😅😅ndashoboy kuba notweng
Drama t ndagukunda cyn nitwa ester ndi murwanda uririmba neza bro komerezaho nibyiza urandkurura cyn
Wow😊
Sha je nduyu mujama aba bakobwa ntavyo bokorako ndake
Courage
Izo nyamaaa attention na lift vally one😜😜
Wauuuuuu vyizaaaaaa gusaaaaaa ntimwikorane nimwahisha❤️❤️❤️❤️🤝🤝🤝🙏🙏🙏From🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮and🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦cape Town natwe ino turitekera imfungurwa ntabujinga uvyiga kunguvu👍👍👍💪💪✌️💥💥💥
UYO MUHUNGU YARANYEREREJE MWIJORO NDAKOMA WALLAH
Minouche warah ufise amaguru meza cane
Waaaouuuh..ikiganiro kiratesa saana👌💯
Courager bwana ntiwitinye guteks
Mwebwemunkumbujuvugari have 😳😳😳😳🤣🤣🤣kimw ndabakunda sana❤❤❤💋💋💋💋🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲
Muze mutumire b face ateke🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Arazi guteka vrt courage 🤣👏👏
🇷🇼🇷🇼 turabakunda cyane
Murabanababi mutangiye gutamira mubamwinyegeje
Dogo drama t mutoto w muyinga kuteka nibisazw sn kabis minouch naw naono ik kimia sn. Ameishiwa
Love from Muyinga-Buja
Drama T guteka yavyigiye mur bantu boy 🤣🤣🤣 kw big fizzo ntamikino
C'est la 1er fois ndaba ikikiganiro kubwuyu muhungu #drama t
Drama t ndemeye urazi gucumba
Respect broh from Muyinga😂😂😂
Big up bro
Dramat ndagukunda
Kuba uzi guteka ndabigushimiye gose naj mubuzima ntamukozi ateka nzigera ntunga munzu iwanj kuko guteka ndabikunda gose kuva nkiri ngaho buja nibwobuzima nari mbayemwo ubu hoho birarenze (hama twige gukunda ururimi rwacu tureke kuvangabanga indimi niba uriko uvuga ikirundi kivuge conyen igitangaj ushobora gusanga atacongereza yovuga iminota 30
Dukunde ururimi rwacu basha)
Muba muhazee 😂😂❤🔥🔥
Minou usigaye ukora show anezereye cane.big up.
Bella ntabwo twize hamwe kweli ati " hajatokerezea" mumfashe ico gisigura kugira menye ivyo barimwo
Ukwo nibaza yavuze nti.ntaraseruka.abandi mumfashe
Iki kiganiro maze kugisubiramwo gatatu nubu sindagihimba!drama t niwubahwe🙏🙏 minouche na bella ibiganiro nkibi muze muraduha vyinshi🤣🤣
Muranryoheye sana murakaaa😋😂
Mwubahwe
Merciii boku Bella uriko uvyitwaramo nezaaa
Turabakunda cyaaane Kigaliiiiiii❤
Ab star bacu murakwiy guhindura mind ntawuzogusanz amafarang mwipfuza kuronk nkaband mudakoze am projet ham ngo murondere am financement mufse mumutw ngo murahambaye sivyo guys murinkabandi barundi mutize uko ayamahera yova mubant muzogumuko
Sasa Ange minouche yaravuye mu bubirigi?
Iki kiganiro kirarenze🤣🤣drama t ndamufana Sana!muze mutumire Landry promoter turabe ingene ateka🤣🤣
🤣🤣🤣🤣
Si abaririnvyi gusa normalement toute la jeunesse muburundi ntibakora.wunva ngo ndaryamye akavuze kose ngo ndagiye kuryama kubera hamwe Na hamwe bagaburirwa nabavyeyi babo.iyo ngeso ni muhohebe kuko yarataye igihe.nico gituma urwaruka dukena tukabura gitabara.
😅😅😅ikiganir kibay gito kur jew wameng comara nka 2h😄😄big up dramaaa
Cagisore kirazi gucumba ingali ya dudu
love from Arcy Lucky
Nakana keza disi ka Drama T,ndagakunz
Nkiyo uvuze umuririmvyi wambere abizi abandi murararana?
Respect Drama T
Natwe mutwibuka bavandi
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣muraryoheye pe👌👌,courage murabe n'abandi baririmvyi mubatumire bateke 👏👏
Reke kudutera amero basha 😁😂
10:30 baratangaye ngo sometimes ataha namaguru..Bdi securité yaho nubu ga yemwe??
Ariko se abantu bateka bambaye gutyo