ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ngize 2 mumpe like.fico kumbe urazi gucumba?nkunda ukuntu ukina.courage
Courage di fico kandi ivyukoze vyigishije abahungu nabagabo benshi
Fico Fico ww ndakwemera urumuntu wanjye naho gucumba atarikirenga🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂félicitations fiko jewe ndumukobwa ubwabigori ntabwonzi gucumb nukuri 😂
Urabishoboye kwl❤❤
Fico fiko wewe kweri uragatwenza kumusore ndakubariye urikuntwenza sana gwabantu barya ivyowatetse mumusimike bababanganye ningurube
Yesu rahira fiko ahonyene wagiye mumashiga😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Fikofiko erega wabuhereje hasibwose
Aho niwarongora Mme akagwara ntuzokwegera imbabura uzomurungika kugwarira kwa nyina
Akira amashurwe yawe🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
😅😅😅😅😅 ndanikiye utwinyo😂😂😂
hhhhj fico😂
😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤ babasore bavugak atac bokor bibabere icigwa vrt nkunda ukunt wigish kumpand zos kbs
Courage
Kumbe urazi gucumba😂😂😂vyiza cn
Fiko fiko courage😂😂
Komera figo wanj
Hahahaha urabishoboy basi bishobokak wabay mur Tanzanie niho twabikoruk
Félicitation fico jw ndumukobwa ariko sinzi gucumba kwl vyarananiye
Naho utabitoye neza ndagufana ubwibigori ntibongeramo amazi kandi bubize cane bujamo amatu hhhh fikofico uratwemeje wagerageje basi 😂😂😂😂
Ndakwemeye hahiriwe umugore uzotwara ntiwirezagavyiki nkabandi😘😘😘
Ukabubiza harimw amazi akwiye niho biryosh gusumba ndabakunda!!!!
Figo figo ww bereka akarero abahungu nabagabo bigira ingar ngo ntibocumb ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ugumyewuhira amazi hoho buba burigupfuba.uteruriye hasi hoho bicika igikandu
Jew rero candaguha umugeni😂😂😂😂
Ndabona Alicia ATI aragukumbuye
Fiko Fiko ndakuraba wicaye kugasongabugari 😂😂😂😂 esha ntibikubereye kweli oya yeeee!! Vyihose n'ibiberanye n'abakobwa😂😂😂❤
Fico fiko wubahwe vraiment uzubikorwa vyose🎉🎉🎉🎉
😄😄 nn bacumba bambaye ibirato😄😄 gusa buza kuba bushushe kweri
Fiko fiko😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤
😂😂😂😂 félicitations fiko fiko
Fiko fiko ndagukunda nukuri urazigucumba❤❤❤❤❤❤
Kandi gucumbira hasi apana
Publicité urayiguriye maze! Ngo ubugari bwa mbere buryoshe n’ubucumbwe n’umuhungu🤣kandi ngo baca bavyibuha😁😜abananiranye kuvyibuha mumurondere🤣
Courage Fiko ariko ubugali bwabigori babuha amakara akwiy kndi ntibuhira upfuma wuhira rimwe gusa sinon uşanga budahiy ariko Big up
Kawunga ntaco baruhira
Ugishira hasi ubugari bwabigori ubuhejeje kunanirwa pe
🎉🎉🎉
Fiko fiko courage ❤❤❤🎉🎉😢
Janneeeeee😂😂😂
Fiko fico good nibintu bizima bwose jew ndacumba natanguy gcumba nkiri muto
🎉🎉. 🎉🎉🎉🎉🎉fico fico wubahweee knd hejuur caaan turagukuunda
Big up sana fiko fiko😂😂😂🎉🎉🎉🎉
Fico ubwo bugari ngira ucumbiye Team Urugoooo😂😂😂😂❤
Buramoteye neza
yooooh ntavyuzi pe kuko ubugari bwibigori ntibisaba kuguma wongeramw'amazi
Ndumukobwa nukur sinz gucumba ubwabigori fico courage 💪
Urabizi kweri. Gusa aba bro banje nibo Number 1 . Nawe woca ukurikira. Muri film ariko nawe uri no 1 . Ndagukwirikira from 🇨🇦
Fiko proud of you❤take your flours
Courage sh fico wacu ukunt urum serieu nomubuzim busanzw mbn arisawa nivyza kumeny vyse rer biranryohey😁😁😁
Fiko fiko wubahwe vyukuri urashoboye 💯💯✅✅✅🙏🙏🙏🙏
❤❤❤❤❤❤❤ wubahw❤
Ngabantutekey ngobacabavyibuha wew kwel😂😂😂😂😂😂ngutek ngigihararag kinase 😂😂😂😂😂😂😂😂
Fiko fiko wubahw mwiza ngwayo ayawe🌹🌹🌹🌹🌹
kandi ntibucumbigwa hasi ababurya barara barahitwa kwel😂😂
Kwanza wamuhaye umuriro muke kandi ntabugari bwibigori bacumbira hasi
Ntibuhiye😂
Ndumukobwa fik fik aho muguchumba ubugali bwibigor ndakwifuk muta
Nimba ucumbiye itabu da! Hama wihenze gato ubwabigo uriyaranj ugashiramwo amazi akwiye kuburyo utanguye gucumba utongeramwo ayandi
👍👍👍
Fico uvuz'ukuri pe!Amashurw menshi can🎉🎉🎉🎉🎉
Félicitations kweli uzibikorwa vyose nivyovyiwawe nokwishure warabitora ndakwibuka 2006 kuri centre jeune kamenge gusa ntiwahibdutse vraiment.
Felicitation kweli
Haaa ur bwabwana ntanamakar ar kumbabura
Mbona ubishoboye kl😂
Ubugari bw,ubugori ubucumbiy hasi ntibusha vrt,kand ubuha amakara menshi
Isafuriya ninto uriko ushiramwo amazi make😂
Fiko courage nabahungu bake ivyo babikora wewe rero urarenze❤🎉🎉🎉😂😂
ehe ongezamw amakar yaguherany kand ukoreshumwany urongor
Courage fico fico hejuru cane
Fiko harico narinibagiye kuvuga ubugari bwangori barabucumbira hasi😂😂😂 ewe fiko fiko sha natwenze numye😂😂
Ndagukunze
Mug fico uwo mwiko wapi kbs😂😂😂anyway urabizi vrt👌
Courage fico gusa ako karato sako mugikoni😂
Gusa wambay ikirato ataricomugikoni😁😆😄😄
Fiko amashurwe meshi ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Hahiriw umugre azokujak ntazoruh ndabna muzofashanya
Urashira hasi?yoo gumiza kumbabura
Sha fiko uracari umwiga gusa uzabimenya tu
Courage kbx ucumba nkamusazanje yitwa Pacifique naw ntavyorosha pe😂😂😂
Incuro wongeyemwo amazi😂😂😂😂haaaaa
Fiko fiko ndakwemera bro terimbere nkumuzinga
Vyiza cane ntavyo kuerera amaboko vrma nkunda ukuntu ukina neza urantwenza
Yoooo nubwishim 🤭 🤭
fiko fiko😂Asha urakoze firme kabsa😂urazigucimba.mbe uwonumugore wawe
Ubugari bucumvy numuhung nibwoburyoh😂😂😂urarab umpekonanj vyibuhe😂😂
Courage sivya bose
Bavyit kudahurur
😅😅😅😅😅
Fico ntavyuzi kl uzikubuzungurutsa gusa kk ubugari bwibigori ntibaguma bashiramwo amazi Aho mbere ngira wamaze nokubwonona😂
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Uzoze kubucubir imuhir iwanj dabona urachoboy 🎉🎉🎉❤❤❤😂
Komera fiko fiko hefur cyne disi🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Crg kbx nagra nibaz k utabz nah urashoboy sivyza kwirera🎉🎉🎉❤
😂😂😂😂fiko fiko ndabona ntabujinga kbs sibwa bwana yanvungo ya nola😂😂😂jew muraryohera sana ndabafana
Waaaaao courage ❤❤❤
Jewe sinemeranije nawe ko baguma buhira buca bupfuba urashiramwo amazi akwiye Hama ukagumiza kuziko uhindukiza amazi arakama yose buba buhiye nez
Ibiharage bimeze nka paracetamol 😅😅
Kl urashoboye fico fico courage
❤❤
Wewe Sha Nisawa Niwaza Iburaya Ntuzomera nkabamwe Babanza kwiga bakaguma barya imikate Kubera batazi guteka😂😂😂

Fico uvuz'ukuri pe!
Amashurw menshi can🎉🎉🎉🎉🎉