Bantu bwoy nibafatir ibihano uri muri label kandi mufitaniy contrant kirazira kwitwara nkigiturwa kitagira umutware fizzo big up tu as bien fait kubasubiza kumurongo abo bahungu bawe👍
Respect Double to the way of answering, u so kind . ntuz wumvirize ab isi kk bamana amajambo knd ntiyigera ahera. Stay focussing more on your music career only and good luck
Double Jay atanze impanvu yo kuva muri Bantu Bwoy...Ariko Juste urazi ukuntu uduhemukiye mukwandika ibintu bitajanye na interview bro...Ariko good job Gäel! Hama Much Big Up to Double Jay...
Jameni mimi nimefunguwa hiyi kwa sababu ya title wallah ningehuzika ingekuwa ukweli kwamba Double-Jay amesha already been separated with #BantuBwoy Sio fresh kuandika ivo😏😏😏
Nezererrwa ibikorwa vyaw can narahovy kutaba umukobwa MBA narageragej uburyo bwos ukamber umukunz kuk iry jwi ryaw ryomberey imbano y umunezer good luck double Jay 👌👌👑bnt boy
C vrai ubushaka ama view mnshi muga c professionnel ugiy urandika ibijanye nibiri mukiganiro pas kwandika titre ishitura abantu alors k mukiganiro icabashituye batagisangamwo,.bituma bahba kuraba ibiganiro vyawe coz ivyo basoma atarivyo bumva.merci
Ndakunda ukuntu Double Jay wishura uri soit intelligent kndi big up sana urashoboye cane "abantu nabo sibo Mana uwobishinga ntaco yokora na big up sana no kuri Juste Gaël mais izo titre mwandika siko niziba zijanye na interview mukora
Uyu journalist ikosa mwenye hana masikio fujo tu miwatu mutu ashakwambia hawezi kuongelea hayo mambo unakazana nacheko zakijinga tu mjifunze.iyo kazi yenu isiwe ya kukwaza mualika mliye mualika apo jifunze
Reka kuvuga ngo ntushoboye kwishura ivyo bibazo emera ko wakoze amakosa kuja kuririmba mukirori batarishe kwa boss wawe ningene yitanga mukubakorera amavideo meza kugira mumenyekane
Gaël wew urarenze kweli double-jay nawe ndakwikundira kweli courage
Ubikor nez mû menyeshakur mwiza!!Double Jay nic bro,turabkurikiran kuv zambia
Uyu journaliste nampendaga mpaka najioneaga huruma wallah😍😍😍😍😍
Mugisha Imana yatwihereye humura knd rkana namajambo yabantu bogusambura ntibokwubaka gumayo mpaka ushits ahugomba gushika love u
Bantu bwoy nibafatir ibihano uri muri label kandi mufitaniy contrant kirazira kwitwara nkigiturwa kitagira umutware fizzo big up tu as bien fait kubasubiza kumurongo abo bahungu bawe👍
Interview yar'itesa
Big up #DoubleJay
#Umukubito ni 🔥🔥🔥🔥
Best boy two talk
Gaël juste vrt t'as un talent Imana Igushuboze kuronk Iterambere riboneka bring our muzik to the high level
Reka urusaku journaliste _g.t.g number one
Respect Double to the way of answering, u so kind . ntuz wumvirize ab isi kk bamana amajambo knd ntiyigera ahera. Stay focussing more on your music career only and good luck
Sha naho sanzwe ndi fans Simba-gang
Gusa ndaknda bantu boy ukuntu murincabwenge. Big up 2u Double, wishuye neza cne.
Double Jay atanze impanvu yo kuva muri Bantu Bwoy...Ariko Juste urazi ukuntu uduhemukiye mukwandika ibintu bitajanye na interview bro...Ariko good job Gäel! Hama Much Big Up to Double Jay...
Thx my bro
Man umaze kuba umugabo ikorane sha tukurinyuma papa wanje
Nyie wapuzi kweli why titel hio? Afu huo ni host au animateur? Kelele bwana
I love double jay 💖ndagukurikirana
Kimwe double jay ndakwemera sana
Double karibu Muyinga twatse umuriro Love from David pictures
Jameni mimi nimefunguwa hiyi kwa sababu ya title wallah ningehuzika ingekuwa ukweli kwamba Double-Jay amesha already been separated with #BantuBwoy
Sio fresh kuandika ivo😏😏😏
zaidi ya fireeeeee
Best journaliste ,best presenter in the house
Tuvyumv kumw
Nezererrwa ibikorwa vyaw can narahovy kutaba umukobwa MBA narageragej uburyo bwos ukamber umukunz kuk iry jwi ryaw ryomberey imbano y umunezer good luck double Jay 👌👌👑bnt boy
Big up sana JJ. Uko na akili sana god bless you
Double Jay ndagufata respect💯
Double uri un sage respect
C vrai ubushaka ama view mnshi muga c professionnel ugiy urandika ibijanye nibiri mukiganiro pas kwandika titre ishitura abantu alors k mukiganiro icabashituye batagisangamwo,.bituma bahba kuraba ibiganiro vyawe coz ivyo basoma atarivyo bumva.merci
ebwane izo title siza ukweli geuza muandike vitu vya ukweli ata kubisha wa fans
Just Gaël our best presenter 🇧🇮
🇰🇪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇱🇻🇰🇪
Gael t'es le meilleur
#BigUp4You
My favority Dauble jay. You're humble
ibintu birashushe kbsaa ham welcome again ma bro #Umushishuro #Umukubito #JusteGael
Ndakunda bunt bwoy nkemera umurimvyi double jay ninyifato yiwe komeza imbere niheza
Sinari nkirana ibiganiro kuko bavuga iyo misore ibiri ngo yavuye muri bantubwoyi nari nababaye sana narinarushe ubu ndunva ko arisawa😂😂😂😂😂😂💋💋💋💋💋💋💋💋💋
Yes double Jay unaeza gusa wibuke gukora music internationally so ndumuririmvyi wumurundi ark atamenyekanye Kuko😁aba Kenya.so nivyiza ko wokwagura akarere Ukurondera ama collabo yabo hanze hama industry ndundi igatera intambere ko waronse amahirwe yokuvuzwa iburundi sivyabose hama ube nka Harmonaize
Uririmba neza sana ndagufana can
Ndagukunze Double jay wishuye nkumu intellectuel
Ikiganiro ciza, Hama muduhe titre yirya ndirimbo ya 50cent kuko outta control siyo.
Iyi interview imeze nez gose kbs Big up xn Juste
Hahaha Double Jay aranse kumena ibanga hagati ya bantuboy
Hama Gaël nawe uriko ubaza ibibazo burekana na simu
Essayez de mettre les titres adaptés au contenus svp!!pas trop professionnel du tout!!
Double anajuw kuimba kweli nimependa alivyo endana naizo BT😊😊😊😊😊😊😊😊
Ndakwemera double jay ntiwiyemera ♥️🥾
The best journaliste
Ni Mr Homeboy Kumutanga Nord Hama ndakwemera san
Double Jay yishuy neza cn kk singombwa kwishura ibibazo vyose bidakenew👏👏
Double respect uraciye ubwenge kabisa
Ndakunda ukuntu Double Jay wishura uri soit intelligent kndi big up sana urashoboye cane "abantu nabo sibo Mana uwobishinga ntaco yokora na big up sana no kuri Juste Gaël mais izo titre mwandika siko niziba zijanye na interview mukora
Umukubito tv ,babalao tv on line from Burundi big up
GD work
Best presenter best musician✌️
Yani abaririmvy biburund barik babikora neza.uyumu journaliste naw ndamukunda pr.gusa uvuga nkumuntu ya detse😂
Ndakund ibiganiro vyawe Gaël
Brond big up
Best journaliste
Acha Manyanga, Kichwa chahabali , kifanane Nakipindi. NIMBUTANGUY IVYO BYEE BYEEE UGIYE Guta Ibintu kanaka.
Ego kweli
Juste Gaël uri um presenter wa 1 ngaha vrt abnd bose bari inyuma
Double Jay #once again
Ndakwemera
Uyu journalist ikosa mwenye hana masikio fujo tu miwatu mutu ashakwambia hawezi kuongelea hayo mambo unakazana nacheko zakijinga tu mjifunze.iyo kazi yenu isiwe ya kukwaza mualika mliye mualika apo jifunze
Title yakunaniy kwandika kuberiki? Kumbe naw ur boya bado mtaendelea kufeli
Gaël u deserve to be journalists bro respect
Man buja haba aba G babizi gutya uranyemeje from Rwanda I support u
Ama ma titre y'ububeshi nawe gezaho
Burya double uravye neza n'umuririmvyi w'ubwenge cane kandi uzosanga ari muri babiri muburundi bashoboye
Fire fire
Yaga
Bro pamban kivyako ila bg fizzo muheshimu km blaza wako
Za muratwandikira amatitre ajanye nikiganiro wakoze
ne force pas gar.il a dit qu il veut pas repondre a cette question pourquoi insister??il te donne l occasion de la lui poser next time.
Double jey urashobony 😍😍😍😍
Nic bro
Big up double Jay
Dbj ntiwunvirize abantu abantu sibeza man
Unaweza juste Gaël
Big up juste Gael
Juste turakumbuye i freestyle zaba rappeur
Huwa watangazaji au wana pages wote,wanatafuta title za kuvutia ili tuwafuatilie.
Reka kuvuga ngo ntushoboye kwishura ivyo bibazo emera ko wakoze amakosa kuja kuririmba mukirori batarishe kwa boss wawe ningene yitanga mukubakorera amavideo meza kugira mumenyekane
Ukiwa unaoji msanii ungekuwa unaweka wimbo zake kuliko hio biti,ni ombi tu
ndumunyarwanda gsa uwazampuza na double jay ndamuprefera bikaze muzampe number ze please
Kuba fizzo yarababujije kuririmba nuko azi agaciro kanyu
Thank you so much Double jay
Double jay nkundukuntu wivugira mak kandi wicisha bugufi
Iy song yaririmvy ya rap yitw gte
Kbx
Song: Kama Mbaya/ Mbaya mbaya by Wanajeshi, partie ya rap ya #BigFizzo
Double Jay yashoboye Ku kwishura in Double.
LOVE
Bantu bwoy vyose biba babivugany
Irya ni kiki ntacigez gihinduka .
Ivyo bibazo bizishura Fizzo niw babibikiy
Abantu ni babahomora amakuru ari guca kumbuga atwemeza ko vyarangiye double yavuye mumuryango muvyatumye nkajewe umukunzi wumuryango bitama amahoro ariko ubu ndaremye hanyuma mwihangane birya mutama ntiyabigize kubera abanka nuko azi agaciro mufise
Saf saaaan double ba poz mutama kd wubahe saaan kama ivo ivo ham ww urab iyurik uraj tuu vision yonyen njo camuhimu
👍👍👍👍
Bro uranima bien ndakee chapoo
Gaël, na wewe vraiment ugashirako title nkiyi ? Crois moi, abafana bawe turaba ibiganiro vyawe tutitayeho title. Mbega hoho si kubesha aricaha, komubandanya mubikora ? Unaniangusha. 😢
Titre waduhay ntitwigez turonka umuco
Abanibo tubadukeneye
Sinarikubiraba iyataba iyo titre yubujinga nkawe washizeho!nukuntu uvuga nkigifa mutima!!
Double Jay ufise ivyiyumviro vyiza.Ibikorwa vyawe nibizima.Terimbere
Uyumuhungu ubwobwanwa yabumereye ubusa kabisa
Host--- can u Pls Get u mouth shuuuut next time tooo Much noise s
Wishuye neza double j
Ico gipeti kirarenze kbx
Ntamuhungu yibaraguza urakoze kutishura DAB gitega ndonyumbani
Double urumuhatal full respect
First Lebon