ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Mbalikiwe sana combo ca Bwana❤
Turabakunda cane.Indirimbo zanyu ziratwubaka❤
Appolinaire Na Madame Imana ibahumugisha.Indirimbo zanyu ziradufasha mugakiza❤❤
Merciiii pour l'émission turahezagiw❤️
God bless u !Apolinaire turabakunda cyaneee murwanda!Indirimbo zawe ndazikunda can umugabo wanj burimunsi asinzira ariyo kumva indirimbo zawe kandi ntakijijwe nukuri😢ark indirimbo ziwe zimujana mumwuka wera😂
Ikiganiro cyiza cyane,Imana ikomeze kubashigikira mu murimo wayo no m'urugo rwamyu!Imigani 19:14
Merci bcp
Murakoze kubw'ico kiganiro ciza.Umwami Yesu abahezagire."Ntimwifatanye n'abatizera kand'ataco musangiye: ukugororoka n'ukugabitanya bifatana bite?Cank'umuco n'umwiza bifatanye bite?2 Ab'I Kor 6:14
Abo barampezagira, Imana ibakomereze mumurimo
❤❤❤❤ cool
Apôtre ndamukunda cane
Waoo biratesa
Free Dr Sahabo,
❤❤❤❤❤❤❤
bien ndaryohewe nunviseko mufise album shasha yitwa ngw iki ndayirabe
Ikiganiro kiryoshe cane
Uririmba neza turakwemera
Mwarahezagwe
Nukuri indirimbo muduha zirimwo ubutumwa bukomey raba muturonderere izindi
Sinzokwibagira umunsi bubaka urwabo ko bahezagiwe na pasteur Edmond Kivuye yarasanzwe afise ico yapfuye na pasteur Apollinaire bisigura yuko bari bahariranye puisque le jour du mariage vyaribonekeje ntawobihariraYesu nashimwe
Mbalikiwe sana combo ca Bwana❤
Turabakunda cane.
Indirimbo zanyu ziratwubaka❤
Appolinaire Na Madame Imana ibahumugisha.Indirimbo zanyu ziradufasha mugakiza❤❤
Merciiii pour l'émission turahezagiw❤️
God bless u !Apolinaire turabakunda cyaneee murwanda!Indirimbo zawe ndazikunda can umugabo wanj burimunsi asinzira ariyo kumva indirimbo zawe kandi ntakijijwe nukuri😢ark indirimbo ziwe zimujana mumwuka wera😂
Ikiganiro cyiza cyane,Imana ikomeze kubashigikira mu murimo wayo no m'
urugo rwamyu!
Imigani 19:14
Merci bcp
Murakoze kubw'ico kiganiro ciza.Umwami Yesu abahezagire.
"Ntimwifatanye n'abatizera kand'ataco musangiye: ukugororoka n'ukugabitanya bifatana bite?
Cank'umuco n'umwiza bifatanye bite?
2 Ab'I Kor 6:14
Abo barampezagira, Imana ibakomereze mumurimo
❤❤❤❤ cool
Apôtre ndamukunda cane
Waoo biratesa
Free Dr Sahabo,
❤❤❤❤❤❤❤
bien ndaryohewe nunviseko mufise album shasha yitwa ngw iki ndayirabe
Ikiganiro kiryoshe cane
Uririmba neza turakwemera
Mwarahezagwe
Nukuri indirimbo muduha zirimwo ubutumwa bukomey raba muturonderere izindi
Sinzokwibagira umunsi bubaka urwabo ko bahezagiwe na pasteur Edmond Kivuye yarasanzwe afise ico yapfuye na pasteur Apollinaire bisigura yuko bari bahariranye puisque le jour du mariage vyaribonekeje ntawobiharira
Yesu nashimwe