Uwahoze ari umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni apfungiwe mu biro vy'iperereza.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 28 ส.ค. 2024
  • #Burundi: Uwahoze ari umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni apfungiwe mu biro vy'iperereza. Vyashikirijwe na Agnes Bangiricenge umuvugizi wa Sentare Ntahinyuzwa mu kiganiro c'abavugizi b'ibisata bitandukanye vy'igihugu, cariko kibera mu ntara ya #Cibitoke, kuri uyu wa 24 Ndamukiza.
    #Ikiyago

ความคิดเห็น • 3