ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Just gael yaba umusobanuzi mwiza wa film (Agasobanuye) aafite ijwi ryiza na magambo menshi nkaya ROCKY azabirebeho abikore fans from Rwanda
Mazeee ndabafana mwese sana rero sengazi wwe rero njuu sana
émission iraryoheye cane Sengazi uraryoheye cane courage terimbere cane
Arik vrtt jean baptiste umuhoy iki😂😂kugir umwitirany n isazi😂btw turakwemer papa🔥🔥👌👌
Ci swngazi ndagikunda kiri cool caaane kirugurutse nicana ciza kbsa cumutima mwiza😍😍
Turakwemera sengazi👌 songambere💪
Big up Gael urashoboy
Turabakunda.
Émission y bien sana kbsa 👌🏿
Michael bagukubise kuntoke nkanje??aba gaucher twaragize ingorane kabisa😄😄😄😄😄😄😄😄😄twandika nabi kubera twandikishije ukuboko kutarikwo😜😜😜...courage mon frère tu es une fierté du Burundi
Présentation y bien sn
Micka❤❤
AMAZING ONE
Aka weekend kangendekey neza kuriki kiganiro🤣🤣
😂😂😂😂kirakura stress nkeuuu,kunguvu zidasanzwe nkeeee
Big up gael
Ijisho ni Black 😂😂😂Impwemu ni nyishii papaaa...keep it up 🥳🥳
Bije ku nguvu zidasanzwe
Ibintu nkib n bn
Mubikora neza mubahwe
Iki kiganiro cari ciza cane
None ndababaze ko Hara ba petit benshi bafise bakeneye uwo bereka inzira none umuntu yo baronka gute
Turahari wotubwira