#KuKAYI

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 ต.ค. 2024
  • Indwara y’akabonge inyuma yo kuvyara irakunda gushikira abavyeyi benshi ariko ntibamenye ko ariyo bagwaye. Twashimye gutegura kino kiganiro kugira tubashe gutahura ivy'indwara tubifashwijwemo n'umuganga Dr Pasteur asanzwe akurikirana indwara z’abakenyezi akaba ana bibarutsa.
    #PostPartum #BabyBlues #Burundi #kukayi #pamchanneltv #KiraHospital #Santé #Femme

ความคิดเห็น • 30

  • @blanchemuco3492
    @blanchemuco3492 11 หลายเดือนก่อน +3

    ikiganiro ciza gose , tres educative, Merci beaucoup Pam Channel Tv kuvuga ama sujets benshi badahora bavuga!! narabonye ko hari aba maman benshi bibungenga surtout inda zambere batabateguza ivyo vya depression post partum, bakavyisangamwo atawabateguje!! akandi kantu gahora kanshisha ingene umwe wese aza kukuraba yigira je connais aguha amategeko hakukwitaho ingene umerewe!! merci beaucoup de cette emission i wish benshi bovyiga bakabimenya ❤

  • @blanchemuco3492
    @blanchemuco3492 11 หลายเดือนก่อน +2

    ikindi kintu ndakunze ingene mwatumiye umu docteur abizi yabinonosoye!!! burya abarundi dutunzwe n'Imana gusa, ntanuko tumenyereye ko turonka abantu batwigisha nko hanze bakaduteguzq twibungeze canke ugahamagara umuntu wizeye canke umu psychologue wumva utamerewe neza!! merci pour l'emission et les bonnes dames bitanze bakavugisha ukuri ibintu biranze ishinga benshi

  • @orneeumurundikazi7197
    @orneeumurundikazi7197 11 หลายเดือนก่อน +2

    Ndabona hokorwa conférence kwiyo sujet😃dufise intahe nyinshi...tworemeshanya kugira dukire ibikomere bimwe bimwe🥲

  • @ariellakaribwami1307
    @ariellakaribwami1307 หลายเดือนก่อน

    Que Dieu vs bénisse Dr Pasteur

  • @gacutiannieceleste9249
    @gacutiannieceleste9249 11 หลายเดือนก่อน +2

    Mercii kuri sujet yariryoshe❤❤

  • @ilemarieineza3016
    @ilemarieineza3016 11 หลายเดือนก่อน +4

    "Ntaco wumvise", ako kantu karababaza bantu bimana!!
    Mercii mesdames

  • @ornelladushime5996
    @ornelladushime5996 11 หลายเดือนก่อน +2

    Mbega sujet nzizaaaa

  • @godisgood3914
    @godisgood3914 11 หลายเดือนก่อน +1

    Merci les maman yooo kukayi mwarymiye aba byeyi beza❤

  • @Ishimwe0212
    @Ishimwe0212 11 หลายเดือนก่อน +3

    Merci pour l'emission ,Alida ivyo yaciyemwo bisa nanje kwl naciye niyumva

  • @KenthiaNishimwe-mz4ri
    @KenthiaNishimwe-mz4ri 11 หลายเดือนก่อน +2

    Mrc bcp

  • @cheiraineza
    @cheiraineza 11 หลายเดือนก่อน +2

    Merci beaucoup❤

  • @ColombeKami-on4gi
    @ColombeKami-on4gi 11 หลายเดือนก่อน +1

    Waouh ibiganiro vyawe birigisha kandi biraryoshe, courage vrt !

  • @sandrineblessingirambona7816
    @sandrineblessingirambona7816 11 หลายเดือนก่อน +2

    Merci kuri émission nziza.les Dr Bose iyaba babikora nkuko abivuze bagategura les futures mamans vyoba bifasha gusumba. malheureusement nuko atari Bose babikora umuvyeyi akaja kwibaruka ata information nimw yahaw.

  • @kanyambocarmenclarette633
    @kanyambocarmenclarette633 11 หลายเดือนก่อน +2

    Ikiganiro ciza cane
    Iman ibahzagire
    Aba maman benshi barabicamwo ntibabimnya ntibaba bazi ibiriko birababako

  • @leabayisenge8104
    @leabayisenge8104 11 หลายเดือนก่อน +2

    Mrcii

  • @BenigneMunezero-zf2kg
    @BenigneMunezero-zf2kg 11 หลายเดือนก่อน +3

    Ubivuge mazeu sha Pame

  • @nounou5734
    @nounou5734 11 หลายเดือนก่อน +4

    Mpore sha Alida igikuru ni kubona umwana

  • @christellenjejimana6943
    @christellenjejimana6943 11 หลายเดือนก่อน +3

    Merci PAM tv ndakunda ibiganiro vyanyu. Merci d’abardorder ce sujet. Mbega ivyo bita ivy’abazungu, bobo s’abantu? Kubera iki abany Afrika en géneral umengo turi vaccinés contre tout? Please ninaza i Burundi muzompe ikiganiro

  • @irakazaliessenadia8831
    @irakazaliessenadia8831 11 หลายเดือนก่อน +3

    Merci bcp jeho muramvuye mbere

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  11 หลายเดือนก่อน

      waouuuuh turanezerew kubwawe

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 11 หลายเดือนก่อน +3

    Yooo munyibukij amahere nari mfis mfise inda ya 1 nari nsigay ntinya abantu kubera comentaires mbi. Abarundi turakwiy gucunga akanwa....bon c'est pas le sujet ariko birajany

  • @lyduinengendakumana314
    @lyduinengendakumana314 11 หลายเดือนก่อน +1

    Yoooo , abantu turakwiy kwihanura tukavug ibikenew, ngo kuberik ufis inda ingana uko? Knd naw urabonak ari Nini knd bikakubabaz.ukumva uwuj kubivuga nkuko .ni hatar

  • @elianeicyingeneye3430
    @elianeicyingeneye3430 11 หลายเดือนก่อน +2

    Bsr! Nabona numero ya docteur pasteur s’il te plaît

  • @chancelleuwibanga1244
    @chancelleuwibanga1244 11 หลายเดือนก่อน +1

    Murakoz kwico kiganiro😭😭😭😭😭😭

  • @angegloriaakimana2655
    @angegloriaakimana2655 11 หลายเดือนก่อน +3

  • @Hunterdonyhn
    @Hunterdonyhn 11 หลายเดือนก่อน +2

    Alida nanje mfise umwana wa 8ans nuwa 1an, muga vyatewe na long distance ya relationship

    • @alidamugisha9480
      @alidamugisha9480 11 หลายเดือนก่อน

      ego nanje carabayemwo ica distance ariko aussi numva umenga nokwiha umwanya pour multiplier les chances yo gushobora kwibaruka par voie basse