Esther Nish atwerese papa wumwana wiwe.. || Kidumu duherukana...|| Vyarambabaje..

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 22 มิ.ย. 2020
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 168

  • @mutabaziceleus3201
    @mutabaziceleus3201 4 ปีที่แล้ว +13

    Iryo jwi rirarenze mwishwanje Niryiza 🤝🤝🤝

  • @ledytharcilla2705
    @ledytharcilla2705 4 ปีที่แล้ว +9

    Oooh my God🙈🙈
    Congrats Ester Nish
    Gusa urakomey umugongo pe💪💪
    Ila punguza kuzaa usiendeleye

  • @bajosdamour2347
    @bajosdamour2347 4 ปีที่แล้ว +6

    Napenda sna sauti yauyo mdada kabsa🇧🇮🔥❤

  • @fifatvburundi7639
    @fifatvburundi7639 4 ปีที่แล้ว +26

    Mvuze ko Isaac Tv ari the best murampinga , ndabira ingene iki kiganiro kiryoshe caaane nukuri

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 4 ปีที่แล้ว +24

    Ester nish uragakira kweli mbaye uwahafi mumpe izo like

  • @billnemess9369
    @billnemess9369 4 ปีที่แล้ว +1

    Niyonkwe Esther Nish kandi ati subirayo ntihababa! Hama Izack bro ndakwemera kabisa! Iki kiganiro canyu kiraryoshe kabisa❤️❤️❤️🇧🇮 hama Izack bro muze muratuzanira naba OldSchool man like Yacouba. Na sam..

  • @lyzagasogoumuhoza2756
    @lyzagasogoumuhoza2756 4 ปีที่แล้ว +3

    Uri mwiza kandi wishura neza! Ester congrats

  • @divadaqueen6558
    @divadaqueen6558 4 ปีที่แล้ว +4

    Esther ndagukunda ❤️❤️❤️❤️❤️❤️😘😘

  • @glorianikiza6033
    @glorianikiza6033 4 ปีที่แล้ว +4

    Mais urakomeye ester vraiment wibarutse ejo ubu ukaba ukomeye uku nugushimira Imana

  • @annickharushimana1979
    @annickharushimana1979 4 ปีที่แล้ว +3

    Yoo uririmbiyimana iryo jwi ryhezagira benshi,Imana igusubize mugikorw cayo

  • @aasdfghrehema7204
    @aasdfghrehema7204 4 ปีที่แล้ว +3

    Ivyawe ndavyemeye ntuntanigwa kabisa Maerci beacoup ndamukunda sana estha ninchi kandi nimwiza ussac🙌🙌👏👏👏👏✊💜💜

  • @benakanakimana9819
    @benakanakimana9819 4 ปีที่แล้ว +1

    Bro i like nakubali sana kipindi chako kitapendeza sana so proud

  • @donnar3790
    @donnar3790 4 ปีที่แล้ว +3

    VIP :Very Important Person
    CEO: Chief Executive Officer
    Congrats Ester Nish niwonkwe😊

  • @floflokanya3512
    @floflokanya3512 4 ปีที่แล้ว +2

    Eweeee Isaac ati kuja kwibarusa ataco utwaye 😂😂😂😂😂.
    Keep shining brother Issac . Hama felicitation ku muvyeyi .. Ester sinarindamuzi namumenyeye kuri Isaac TV urabona ko ari umuntu azi icashaka kandi aciye Ubwenge 👌👌

  • @fistonerkongenfranco8066
    @fistonerkongenfranco8066 4 ปีที่แล้ว +7

    Imana yakoze nimwonkwe ❤❤

  • @francicfrancis9911
    @francicfrancis9911 4 ปีที่แล้ว +1

    Akavorivori nindirimbo yoguhoza umwana iyo aba ariko ararira wew ndakwemera cane

  • @audrineirera3137
    @audrineirera3137 4 ปีที่แล้ว +10

    Subira sha ukorere Imana birakuberey gukorera Imanaaaa....ninaho uzogiriherezo ryiza ......

    • @nestornininahazwe8031
      @nestornininahazwe8031 4 ปีที่แล้ว +2

      Kumbe yahora arumukizwa?

    • @odettemanzi6066
      @odettemanzi6066 4 ปีที่แล้ว +1

      @@nestornininahazwe8031 yahora anaririmba indirimbo za Gospel

    • @nshifanuelnshime3336
      @nshifanuelnshime3336 4 ปีที่แล้ว +2

      Ooh nasubire gusenga kabisa yongere akorere Imana kabisa

    • @nestornininahazwe8031
      @nestornininahazwe8031 4 ปีที่แล้ว +1

      @@odettemanzi6066 yoo kumbe?ndababaye sana.raba aguma avyarira muhira sha kuber yiyambuye ubwiza bw'Imana.

    • @nestornininahazwe8031
      @nestornininahazwe8031 4 ปีที่แล้ว +1

      Yasengera muyihe église ?

  • @mariekamikazi9308
    @mariekamikazi9308 4 ปีที่แล้ว +3

    Félicitations ma chérie kavorivori wacu lmana imukuze neza nawe courage

  • @valerieigiraneza7515
    @valerieigiraneza7515 4 ปีที่แล้ว +3

    Félicitations Esther Nish .love you

  • @ithianathitirightness1361
    @ithianathitirightness1361 4 ปีที่แล้ว +1

    Nic Interview 👌Ham Niwonkwe Ester Nish ❤️

  • @edithh-santana3574
    @edithh-santana3574 4 ปีที่แล้ว +1

    Uragakira Ester Nish knd uririmba neaa cane n'a vidéo zaw niza bien sana courage

  • @ntihemukasalumbethel87
    @ntihemukasalumbethel87 4 ปีที่แล้ว +1

    Isaac Tv number one.ndagukurikirana saana niko huku Africa kusini🇿🇦🇿🇦

  • @emdybwoy7690
    @emdybwoy7690 4 ปีที่แล้ว +5

    Nish uragakira hamwe na chéri wawe kibido

  • @lilblessburundi5741
    @lilblessburundi5741 4 ปีที่แล้ว +2

    Isaac is the best in all. Turakwemera bro. Udushikiriza ibiganiro vyiza

  • @ism-cally8525
    @ism-cally8525 4 ปีที่แล้ว +10

    Mwambie apunguze kuzaa wasani wa kike wanarudishwaga nyuma nakuzaa saanaa atulie uyo anakipaji apende kazi yake tu

  • @egidensengumuremyi4753
    @egidensengumuremyi4753 4 ปีที่แล้ว +1

    uri umu super star esth nish urshoboye kandi urubaha

  • @milomediatv
    @milomediatv 4 ปีที่แล้ว +3

    Isaac ndagufashe nawe uradeconye ngo Esther Nish yabaye surprise 😂😂😂😂😂 ! Hama niwonkwe Esther Nish!!!

  • @abouseleynzisabira5875
    @abouseleynzisabira5875 4 ปีที่แล้ว +1

    Channel yambere muburundi Imana niyo cabona

  • @shabanishishi9481
    @shabanishishi9481 4 ปีที่แล้ว +3

    Ongera sana dada yangu

  • @nshimirimanaolinca7940
    @nshimirimanaolinca7940 4 ปีที่แล้ว +3

    Urumukobwa uzikwipanga kbs

  • @elsairimbabazi1720
    @elsairimbabazi1720 4 ปีที่แล้ว +1

    Yoo congratulations my dear for th newborn❣️❣️ sasa ndasaba wame umuririmbira pliiz ntazigera akugora

  • @francineciza1888
    @francineciza1888 3 ปีที่แล้ว

    NiwonkweEsthnish haImana igukurize uyomubebewacu

  • @ngendahimanamarierose2526
    @ngendahimanamarierose2526 4 ปีที่แล้ว +2

    Isaac nawe zureka kwambara nkabatama.zawambara utuntu twudupira

  • @nganahesandra2293
    @nganahesandra2293 4 ปีที่แล้ว +1

    Felicitations ijwi irarenze pe ryiza cane

  • @hawababy4777
    @hawababy4777 4 ปีที่แล้ว +2

    feicitation mazina.hama uhagarik kuvyara kwanza si.ukunda carierre yaw urimwo yumuziki.gira pause kwanza ukore akazi

  • @josehenry7333
    @josehenry7333 4 ปีที่แล้ว +2

    Congratulations my sister Ester

  • @clarisseiradukunda337
    @clarisseiradukunda337 4 ปีที่แล้ว +2

    I like her!!

  • @nshimirimanaolinca7940
    @nshimirimanaolinca7940 4 ปีที่แล้ว +3

    Ester Nish félicitations 👶👶❤

  • @coyitungiyevenantie6387
    @coyitungiyevenantie6387 4 ปีที่แล้ว +1

    Niyonkwe sha😍

  • @belyseshalomnshimirimana1573
    @belyseshalomnshimirimana1573 4 ปีที่แล้ว +2

    Nice interview 😍😍😍

  • @emmanuelndayegamiye3857
    @emmanuelndayegamiye3857 4 ปีที่แล้ว +5

    VIP:Very Important person

    • @jolielopez2058
      @jolielopez2058 4 ปีที่แล้ว

      Vip how tell me bro yiyagaza umubiri wose live on tv

  • @mr_yassinofficial
    @mr_yassinofficial 4 ปีที่แล้ว +1

    Nakubali watu wangu Mama #LaNgidi uyooooo

  • @dieudonnebukokori1150
    @dieudonnebukokori1150 4 ปีที่แล้ว +1

    Bon retour brother

  • @ggffhvcc8326
    @ggffhvcc8326 4 ปีที่แล้ว +1

    Nivyiza cane Isac ibiganir vyaw nivyiea can

  • @user-zj7mm8jr5k
    @user-zj7mm8jr5k 3 ปีที่แล้ว

    Ndakunda cane uwomukobwa

  • @minabeatriche6989
    @minabeatriche6989 4 ปีที่แล้ว +3

    Uragakira maa sher wanje

  • @fofofrancine5725
    @fofofrancine5725 4 ปีที่แล้ว +2

    Felicitation Esther

  • @nzobakengaesperanza6266
    @nzobakengaesperanza6266 3 ปีที่แล้ว

    Esther nich iyondirimbo ninziza cane ndayikunda gose nukuri uhezagirwe ere nawe Issaac urazi kuririmba ijwi rya kabiri

  • @hidayacimpaye7462
    @hidayacimpaye7462 3 ปีที่แล้ว

    Esther Nish uririmba nez vrt

  • @dianendayikengurukiye3289
    @dianendayikengurukiye3289 4 ปีที่แล้ว +5

    Isaac uraduha ibintu bishushe ivyo tutabonera ngaho ntahandi tubibonera

  • @charlottemageza5380
    @charlottemageza5380 3 ปีที่แล้ว

    You're Clever Esther appreciated

  • @nadineira6823
    @nadineira6823 4 ปีที่แล้ว +3

    Congrats,Esther👏👏

  • @vyukaatv7517
    @vyukaatv7517 4 ปีที่แล้ว +1

    Isaac ndakwemera saana ,,🤣🤣Mrc bcp

  • @chachaburundichachaburundi4814
    @chachaburundichachaburundi4814 4 ปีที่แล้ว +3

    Simbimanga muvyeyi abavuganabo
    Upunguzekuvyara nabansibigihugu
    Abana 2 nibeshi uriyongera nabandi

  • @herbertbaraka
    @herbertbaraka ปีที่แล้ว

    esther💗💗💗💗💗

  • @mutabaziceleus3201
    @mutabaziceleus3201 4 ปีที่แล้ว +5

    Ester Nish uragakira shaa simbimanga IMANA icane usubireyo ntihababa 🤣🤣 V.I.P jewe niyumvira kwari.very important person

  • @jdjwhwbhwjw7231
    @jdjwhwbhwjw7231 4 ปีที่แล้ว +4

    Simbimanga imanicane uryare benshi uduhe umwe

  • @kelseasemahoro4373
    @kelseasemahoro4373 4 ปีที่แล้ว +1

    Ndakunz ikirundi cawe Esther Nish kandi simbimanga

  • @veevava9083
    @veevava9083 4 ปีที่แล้ว +1

    Congratulations Esther

  • @estellashimirimana6116
    @estellashimirimana6116 4 ปีที่แล้ว +1

    Nice sana

  • @vyukaatv7517
    @vyukaatv7517 4 ปีที่แล้ว +2

    Ndakund video za Esther nish vrt

  • @issabutoyi9284
    @issabutoyi9284 4 ปีที่แล้ว +1

    Kimera

  • @kentinedusabe8892
    @kentinedusabe8892 4 ปีที่แล้ว +1

    Hongela Esther

  • @nzobakengaesperanza6266
    @nzobakengaesperanza6266 4 ปีที่แล้ว +1

    Niwonkwe mukari wangu Esther

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 4 ปีที่แล้ว +1

    Isaac courage urashoboye kweli uruwambere kweli

  • @ericmuheto8111
    @ericmuheto8111 4 ปีที่แล้ว +1

    Nishimwe avuga ikirundi neza caane! Niwonkwe Nishimwe we!

  • @ernestdesirenininahazwe2269
    @ernestdesirenininahazwe2269 3 ปีที่แล้ว +1

    Uragakira

  • @user-cv6ze5me8c
    @user-cv6ze5me8c 2 ปีที่แล้ว

    🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮courage vrt

  • @aishamukandanga272
    @aishamukandanga272 4 ปีที่แล้ว +2

    Kipindi chabutamu nice

  • @hafsaal6656
    @hafsaal6656 4 ปีที่แล้ว +2

    🔥🔥👌

  • @ntirampebaodila5237
    @ntirampebaodila5237 4 ปีที่แล้ว +1

    Wawooo niwokwe kwer

  • @fidesinimahye7445
    @fidesinimahye7445 3 ปีที่แล้ว +1

    Komera dada yetu 🙏

  • @kcdxjb6720
    @kcdxjb6720 4 ปีที่แล้ว +1

    🇧🇮🇧🇮😍😍😘😍🇸🇦🇸🇦

  • @ezechielndihokubwayo2750
    @ezechielndihokubwayo2750 4 ปีที่แล้ว +1

    Good

  • @hotmixonthebeat1179
    @hotmixonthebeat1179 4 ปีที่แล้ว +1

    Courage ndakunz ico kiganiro

  • @gastonbrooklyn8631
    @gastonbrooklyn8631 4 ปีที่แล้ว +1

    Nice Isaac

  • @akimanaalivella5213
    @akimanaalivella5213 4 ปีที่แล้ว +1

    Dada pow

  • @fundi_feli6299
    @fundi_feli6299 4 ปีที่แล้ว +1

    Esther ndmukunda vrm🤣🤣 cishura nezaa

  • @dyanad2439
    @dyanad2439 4 ปีที่แล้ว +1

    Nasimbimaga. Isaac turakwemer

  • @kamanajoselyne842
    @kamanajoselyne842 4 ปีที่แล้ว +1

    😍

  • @justinenyanzira4357
    @justinenyanzira4357 4 ปีที่แล้ว

    Napenda unavyo ongea mwanangu ❤️

  • @mozam4496
    @mozam4496 4 ปีที่แล้ว +2

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @kezirakezira3480
    @kezirakezira3480 4 ปีที่แล้ว +2

    ISAAAC mukazi kose .Esther uti niwonkwe .

  • @leonardbizimana8216
    @leonardbizimana8216 3 ปีที่แล้ว

    Twavyumvise

  • @christaishimwe4003
    @christaishimwe4003 4 ปีที่แล้ว +2

    😍😍😍😍😍❤

  • @nasila2555
    @nasila2555 4 ปีที่แล้ว +1

    murasa numwana wawe

  • @user-mb8kn1tb8h
    @user-mb8kn1tb8h 4 ปีที่แล้ว +1

    Isaac uranryohey cane

  • @egidensengumuremyi4753
    @egidensengumuremyi4753 4 ปีที่แล้ว +1

    niwonkwe ibikura

  • @irakozeadams2039
    @irakozeadams2039 4 ปีที่แล้ว +1

    Nakubajij izina ryawe ryikirundi .urasimba urarahira !!? Naw abubaz bari bakwiy kuz barakwim inyish zimwe zimwe

  • @lootsoman8681
    @lootsoman8681 4 ปีที่แล้ว +1

    Ako katoto kana sidibe face😂😂😂😂😂

  • @angekritsa4256
    @angekritsa4256 4 ปีที่แล้ว +1

    Niwokwe,muvyeyi,hama,,Isaac,,nawewewarakize,imanishimwe

  • @shootershilcon8307
    @shootershilcon8307 4 ปีที่แล้ว +1

    None uyo mukobwa afise inda mumutwe niatari wasani Burundi

  • @aswatherence4028
    @aswatherence4028 4 ปีที่แล้ว +1

    Isaac nama nakubwiye ikirundi

  • @gdggghh2052
    @gdggghh2052 4 ปีที่แล้ว +1

    Kuuguumaaa wiiyaagazaa mumuutsee uragwayee ndaaaa mumutwee 😁😁😁

    • @joliebizimana372
      @joliebizimana372 4 ปีที่แล้ว

      Ashobora kuba yariko araribwa umuvyeyi yaray avyay ga ntuz? jew iyo interview ntayo nari kwitaba kweri.

  • @moniqueniyonyishu2584
    @moniqueniyonyishu2584 2 ปีที่แล้ว

    Wew ucukana n'a cycy cynthia yahora mur rukundo TV peut-être ko muvukana

  • @herberttanguynteziriba7543
    @herberttanguynteziriba7543 3 ปีที่แล้ว

    Mana yanje uwo ni umu star kwl😅

  • @rihanashurwe8345
    @rihanashurwe8345 2 ปีที่แล้ว

    Simbimanga m'y sister narayikunze cm kavorivori vrm

  • @aniella1496
    @aniella1496 4 ปีที่แล้ว +1

    Nukur urakomey umugong nkaho jew nogutambuk nikibazo nukur gus niwonkwe ma chère

  • @sophieslm6495
    @sophieslm6495 4 ปีที่แล้ว +2

    Uribaruka est subirayo ntiha baba ariko sha aratera udukuru

  • @jene20w90
    @jene20w90 4 ปีที่แล้ว +1

    Isaac wakize ndabibona kubu arisawa