ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Murakoze cane.
❤ MRC bcp natwe turagukunda
Merciii bku jeanine wanje❤
Ugiye wavug ikintu nzi kwarico ico cindimu kk naho uba waravyay uwo mubonanye ntavyemera ko wavyay.indimu ukanyira mugitsina❤❤❤
Kuburyo igitsina cumugabo kigorana kwinjira ukongera ukava nayamaraso bavuga
HHhH GS irababa Cn gose
Original❤
Waaaaaaoooh murakoz cn pe
Noé ubikora igihe kigana gut?
Utangur amajamb memsh bemuturamutsa hama mutangur ikiyago harabant batab bafis time utwariminoto myish bushik utako 🎉
Ararondogora kdi sisaw
😂😂😂😂😂
Nivyo
Mrc ark indimu irafis acide ikaze ituma ubushobozi bwokurwany infections bugabanuk
Komera muvyeyi❤❤❤
Oky,mama.nkubaze ayomaziyindimu uyashuhij harico vyohindura ukwoyakora iyomiti?
Ntagushusha ikiri naturel
Non umuntu abikoresha vyose canke umuntu abikoresha igih kingan gut mutubwir muzoba mukoz
Uhitamwo❤❤
Kimwe murivyo❤
Ndagukunda mwiza nn ubikora kangahe hma ubikoze vyose harico vyica?
Ndafise umugenzi wumukobwa atagira ubushake naw yobigenza gte? Ariko Jew ndu mumama ndubatse mfise umwana umw
none yobugira hoho yobitwara hh kandi atibatse
Thank you so much sisi jaja love 💕
Merci bcp ❤❤
Merci maman
Ma chérie ndagukunda ariko ibintuvyo gukavya sivyiza ubusugi ntibugaruka gusa hariyegeranya bikaba vyiza
Urakoze cne❤❤❤❤❤
Ntimukavuge Imana muri kubeshya abantu
Suko serata basi bage batubwiriza ijambo ryi mana Aho biraruta
Jew ah nsingushigikiy ,icambere urabaremyemw ubusambanyi nk'abakiri bato atac binona,icakabiri sinibaza uhindur ico bibiriya ivug kucubusugi.hmmm am franga tuyarondere munzira nziza.
None muvyeyi nkubaze uri umukobwa wabikoze iyo ukoze ivyo utubwiye urasubirana twadutsi?
Merci beaucoup
Mutwigushirize abadamu turipfuza guca munzira ipfunganye niyo itaja muri mahonero murakoze
Non mwigisha wacu ndakubaze konzi ivyo bintu bibiri bisharira ubisize indani ntiwogira ikibazo ?aho nindimu natangawise ntakibazo umuntu yogira?
Ntangorane ❤ udasobanukiwe inbox
Janine tubwire neza ufata umutobe windimu ukawuvanga mukazi?
Tubwireneza uko twabikora
Impa nimero ndakwibarize
❤❤❤❤❤❤❤❤I'm proud of you ❤❤❤
Abakobwa bagiy gusya batazambay uradukwegey. Ivyo ngira birababa , ni bakoresh umunyu wa nyamanza
Oyaye❤
Navuze kuwutizigamye agira aje kurushinga❤
Ego kbs umunyu was nyamanza nawonyene ni sawa
Nayo uwukoresha gute ga muntu?@@PlacèdeUwarugira
Umunyu wanyamanza uratuma wegerana?
Turabakund cn rwose. Muraturangira umuti wamaz kubury barik barakwend umena nkironinet
Mwaramutse ndagirango undangire umuti wavurisha umuntu bashyize mubintu byo mumirwango murakoze
musenge Imana imubohore
Maman uratwigisha ariko sinemera kubusugi bugaruka vuga ati igitsina kiregerana nayo ubusugi ntibugaruka buciwe buraciwe
Mer6 bcp urakoze kutwigisha
Burya nyene tutabeshanye,ico bita hymen irongera ikagaruka nyene?
Imana iguhezagire kwl utanze ibintu biboneka hose kwl ntacobura
Jew sinkushigikiy guko avant bacu urabaremyemwo ubusambanyi ubu nuwari yarabitiny agiy kubikora
Uramubesheye gusambana ntibabitinya ngo bosanga barakubaganye wapi muriko gihe ntibikibaho
Imana iguhezagire
Merc
Ugiy wabesha ubusugi ntibugaruka vrt bigenda rimw burundu ahubwo iyuvugako hegerana nayo ntaturaso twoza reka reka
Urakoze muvyeyi
Ubikoreshereza rimwe ? Indimu natangawizi uzikanya atamazi ushizemwo ?
Murakoze
Mr6 nawe turagukund iman ikuziga😊m
Mwaramutse nago twasonanukiwe ayo mazi nayakonje cg nayashyushye?
Naya konje ya barafu cyangwase avuye muri frigo
Murakoze cne
Ikibazo nibaza ukoresheje iratangawize ntangaruka mbi zakubaho murikurakuntu yocyera?
Amazi yavuz ayakonje cne amez nkubarafu mukinyagwanda sinz uko muyita
Isubwo uyuvu
Amazi akanye niki?
Amazi akonje to muri firigo
Mbe iyondimu ntiyogutera infection?
Urakoze caane! None iyondimu canke tangawizi ntibituma uca wumva mubihimva vyirondoka ugasanga hageze cagikogwa ntibigenze neza kubera atabubobere ufise! Ndakwinginze unsubize muvyeyi mwiza! Kd ndagushimiye caaane ukuntu uza utwigisha utuntu twubwenge! Hama utubwire ubikora mugih kingana gute???
Ivyavuze ndabishingira intahe.gusa ucawitaho kunywa amazi yangombo.cnk concombre .ntushobora kwumagana.arik utabikoze uko murik mukora amabang yabubats uruma
Yoooo🤔 yoo wamugore WE! Reka kubesha abantu. Abo namaze kononekara, nibisubireko Hama bavugane ukuri n'abo bazubakana. Wubatse uza kugora umugabo wawe aca ahagumye guki? Bitatsitaza kweri. Uri umukristu ntiwitorobeka ngo bagirengo uri isugi kandi atarivyo.vyarakubayeko Saba ikigongwe Imana Hama wige kudasubira konona
Nye nguft nkumwarimu wanjye ndagukunda Cyn ujyumfash burimuxi
Oooh komera muvandi
Urakoze cane kl
MwiriW neza hm muvyeyi nagushimiy cn bandany kudufashaa
Many nukuri ndagukunda mugabo sinkunda umuntu avuga aradira niyo turikumwe numuntu avuga uko yisag nagiye peee kuko simbikunda peee buturamutsa hama ukomez kandi mukuvug unze unyarutsa peee sorry maman
Non kajanin wacu nawe warabikoz ubusug warabugarukany hh nihatari kwl
Urarambira ivyo bijambo uherako
Ndihafi kugira mariage ngiye kubikora kuko narakubaganye cane
😂😂😂😂😂😂😂Merciii
Wihaniy kumugaragaro😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂
😂😂😂
Ntabusug bwogaruk reka
Bure kudahinduk umusi wayikanyiyeyo kikameneka nihozobibona lmana ntiza ishaka uwuyipinga
Cg wayavanga namazi??
Enibyox?
Ruragukunda mugabo uratindaaaa nukuri butubarira directement
😂😂😂😂😂acha uongo mama ntabugaruka vuga wokwegerana gato apana ngo ubusugi bugaruk wew 😅😅😅
Indimu uyivanga namazi tubwire
Amazi yibarafu nicyi
Amazi yakonje canee
Ukonukwigisha abana ubusambanyi ngo basambane baheze bagarure ubusugi bongere Bagende kubesha ababa rongoye ngo ni sugi kandi warasambanye ukirinkumi bigora kuko wawundi yagusambanije aguma mubwongo Kandabantu ntibare kimwe muragowe mwabavyeyi mwe!
Uravuga peee buca kumayange turavyumva kandi uhindure ijwi ca meme
nzabikora nanje ndebe urakoze
Nomusi wapi none ushaka kuvugako ubusugi bugaruka namaraso akanza umugabo amuciy ubusugi.ngo yaravyay arabisugi ushaka babesh abagabo ko barisugi baravyay .none ushaka babeshe
Nanje ndashaka kumenya kwamaraso aza
None ntiwumva ko ariko yigisha ububeshi n'ubwiyirobetsi?
Nideborah nokuronka gute?? Tuvugane ivyibanga
❤turabakunda can
Mbe kuwufis inda naw ntaco vyic?
Dusobanurire.ukobigarura.ubusugi❤😂🎉😢
Twerek umuti wimishino
Komera cane turakwikundira
Urakoz kutubesha😂😂😂
Urakoze nzobikira nanj ndabek bikora😂
12:13
Wubawe ubandanye utwigisha
Oe ivyobintu nivyo kl kumengoyobaba umunt cane kl
Muvuze kwegerana Saw mugabo kugarukana ubusugi ntituri kumwe
@@VictoireNdayikengurukiye nukwegerana ubusugi ninde yobugrukana ubutakaje bib bihez nivyobigir mubuyenzi ngbrqgrukan nifeki gus,iconz nuko wegerana knd yabisiguye
❤❤❤
Muga Aho ntari urababwa😢😢😢😢😢
Uretse ubupagani bubatera gutuburira abantu uwo muti ntubaho
Kumazi yibarafu saw arko ivy bndi ash murary ntimumpeko😂😂nt busugi bugaruk mbabarir 😂
None ukoreshej kimwe murivyo birakunda
Ufise amajambo meshi
Noé kwindimu zabuze uwokoresha vinegre naho😂😂
Ewe ibizakwica 😮😮😅😅😅
Nn ubikira kangahe?kombona bakubaza ntiwishure?
Vyiza cane❤❤❤❤
Komere
Niriya mitsi irongera igafatana
Yubwire ubikora mugihe kingana gute
Urakoz cane jaja
Ariko ntimukatubeshye. Ubusugi nta kibugarura
Hari uwakoresheje indimu, yaciye yuma mugitsina kuburyo yasataguritse nindani, habibisebe, yarinze kuja kwamuganga kugira akire,
Iyooo baratubesh reo bagomba kutwica
urakoz sh kutwigish tur❤
Vrt urimwo uratubesha igihimba cumubiri kivuyek cosubirako
Tantine ntuharir nivyooo kbx
Urakoz can di jaj
Indimu none konumva ngwirakanya amavangingo
Oya haba namba'ahubwo iregeranya igatanga ububobere n'ubushe kumukenyezi yubatse acagira ubushake ninziza cane❤❤❤
Uravuga ukuri haru munuzi wabikorag avuye guca umugabowe inyum gwataza bimenya
😂😂😂😂Nihatar ivyo bibaho koko konzi indimu ibaba😂😂
none ubikora imisi ingahe?
🎉🎉❤❤❤❤
Ubwose I yobyobinu urabyizey
Ufise vyishi wigisha ariko ikibazo uvugamajambo meshi bududurirako utiriwe uravuga ayomajambo umuti wamaribori
Amazi ya tangawizi uyabona gute
Urakoze cane muvyeyi❤
Murakoze gushima❤
Jeanette ubwo bubeshi bwanyu buzobahumira.burya ubuze icukora butuma uryama uvyuke mumutwe bitonze kand ndaguhanurira kwegera umusaraba umwe Yesu yabambigwako.
Umva yewe jannine Imana Iguhe Umugisha kd,Ikwagure cyaneeeeee urakoze kutubwira ibintu byubwenge
Murakoze cane.
❤ MRC bcp natwe turagukunda
Merciii bku jeanine wanje❤
Ugiye wavug ikintu nzi kwarico ico cindimu kk naho uba waravyay uwo mubonanye ntavyemera ko wavyay.indimu ukanyira mugitsina❤❤❤
Kuburyo igitsina cumugabo kigorana kwinjira ukongera ukava nayamaraso bavuga
HHhH GS irababa Cn gose
Original❤
Waaaaaaoooh murakoz cn pe
Noé ubikora igihe kigana gut?
Utangur amajamb memsh bemuturamutsa hama mutangur ikiyago harabant batab bafis time utwariminoto myish bushik utako 🎉
Ararondogora kdi sisaw
😂😂😂😂😂
Nivyo
Mrc ark indimu irafis acide ikaze ituma ubushobozi bwokurwany infections bugabanuk
Komera muvyeyi❤❤❤
Oky,mama.nkubaze ayomaziyindimu uyashuhij harico vyohindura ukwoyakora iyomiti?
Ntagushusha ikiri naturel
Non umuntu abikoresha vyose canke umuntu abikoresha igih kingan gut mutubwir muzoba mukoz
Uhitamwo❤❤
Kimwe murivyo❤
Ndagukunda mwiza nn ubikora kangahe hma ubikoze vyose harico vyica?
Ndafise umugenzi wumukobwa atagira ubushake naw yobigenza gte? Ariko Jew ndu mumama ndubatse mfise umwana umw
none yobugira hoho yobitwara hh kandi atibatse
Thank you so much sisi jaja love 💕
Merci bcp ❤❤
Merci maman
Ma chérie ndagukunda ariko ibintuvyo gukavya sivyiza ubusugi ntibugaruka gusa hariyegeranya bikaba vyiza
Urakoze cne❤❤❤❤❤
Ntimukavuge Imana muri kubeshya abantu
Suko serata basi bage batubwiriza ijambo ryi mana Aho biraruta
Jew ah nsingushigikiy ,icambere urabaremyemw ubusambanyi nk'abakiri bato atac binona,icakabiri sinibaza uhindur ico bibiriya ivug kucubusugi.hmmm am franga tuyarondere munzira nziza.
None muvyeyi nkubaze uri umukobwa wabikoze iyo ukoze ivyo utubwiye urasubirana twadutsi?
Merci beaucoup
Mutwigushirize abadamu turipfuza guca munzira ipfunganye niyo itaja muri mahonero murakoze
Non mwigisha wacu ndakubaze konzi ivyo bintu bibiri bisharira ubisize indani ntiwogira ikibazo ?aho nindimu natangawise ntakibazo umuntu yogira?
Ntangorane ❤ udasobanukiwe inbox
Janine tubwire neza ufata umutobe windimu ukawuvanga mukazi?
Tubwireneza uko twabikora
Impa nimero ndakwibarize
❤❤❤❤❤❤❤❤I'm proud of you ❤❤❤
Abakobwa bagiy gusya batazambay uradukwegey.
Ivyo ngira birababa , ni bakoresh umunyu wa nyamanza
Oyaye❤
Navuze kuwutizigamye agira aje kurushinga❤
Ego kbs umunyu was nyamanza nawonyene ni sawa
Nayo uwukoresha gute ga muntu?@@PlacèdeUwarugira
Umunyu wanyamanza uratuma wegerana?
Turabakund cn rwose. Muraturangira umuti wamaz kubury barik barakwend umena nkironinet
Mwaramutse ndagirango undangire umuti wavurisha umuntu bashyize mubintu byo mumirwango murakoze
musenge Imana imubohore
Maman uratwigisha ariko sinemera kubusugi bugaruka vuga ati igitsina kiregerana nayo ubusugi ntibugaruka buciwe buraciwe
Mer6 bcp urakoze kutwigisha
Burya nyene tutabeshanye,ico bita hymen irongera ikagaruka nyene?
Imana iguhezagire kwl utanze ibintu biboneka hose kwl ntacobura
Jew sinkushigikiy guko avant bacu urabaremyemwo ubusambanyi ubu nuwari yarabitiny agiy kubikora
Uramubesheye gusambana ntibabitinya ngo bosanga barakubaganye wapi muriko gihe ntibikibaho
Imana iguhezagire
Merc
Ugiy wabesha ubusugi ntibugaruka vrt bigenda rimw burundu ahubwo iyuvugako hegerana nayo ntaturaso twoza reka reka
Urakoze muvyeyi
Ubikoreshereza rimwe ? Indimu natangawizi uzikanya atamazi ushizemwo ?
Murakoze
Mr6 nawe turagukund iman ikuziga😊m
Mwaramutse nago twasonanukiwe ayo mazi nayakonje cg nayashyushye?
Naya konje ya barafu cyangwase avuye muri frigo
Murakoze cne
Ikibazo nibaza ukoresheje iratangawize ntangaruka mbi zakubaho murikurakuntu yocyera?
Amazi yavuz ayakonje cne amez nkubarafu mukinyagwanda sinz uko muyita
Isubwo uyuvu
Amazi akanye niki?
Amazi akonje to muri firigo
Mbe iyondimu ntiyogutera infection?
Urakoze caane! None iyondimu canke tangawizi ntibituma uca wumva mubihimva vyirondoka ugasanga hageze cagikogwa ntibigenze neza kubera atabubobere ufise! Ndakwinginze unsubize muvyeyi mwiza! Kd ndagushimiye caaane ukuntu uza utwigisha utuntu twubwenge! Hama utubwire ubikora mugih kingana gute???
Ivyavuze ndabishingira intahe.gusa ucawitaho kunywa amazi yangombo.cnk concombre .ntushobora kwumagana.arik utabikoze uko murik mukora amabang yabubats uruma
Yoooo🤔 yoo wamugore WE! Reka kubesha abantu. Abo namaze kononekara, nibisubireko Hama bavugane ukuri n'abo bazubakana. Wubatse uza kugora umugabo wawe aca ahagumye guki? Bitatsitaza kweri. Uri umukristu ntiwitorobeka ngo bagirengo uri isugi kandi atarivyo.vyarakubayeko Saba ikigongwe Imana Hama wige kudasubira konona
Nye nguft nkumwarimu wanjye ndagukunda Cyn ujyumfash burimuxi
Oooh komera muvandi
Urakoze cane kl
MwiriW neza hm muvyeyi nagushimiy cn bandany kudufashaa
Many nukuri ndagukunda mugabo sinkunda umuntu avuga aradira niyo turikumwe numuntu avuga uko yisag nagiye peee kuko simbikunda peee buturamutsa hama ukomez kandi mukuvug unze unyarutsa peee sorry maman
Non kajanin wacu nawe warabikoz ubusug warabugarukany hh nihatari kwl
Urarambira ivyo bijambo uherako
Ndihafi kugira mariage ngiye kubikora kuko narakubaganye cane
😂😂😂😂😂😂😂Merciii
😂😂😂😂😂
Wihaniy kumugaragaro😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂
😂😂😂
Ntabusug bwogaruk reka
Bure kudahinduk umusi wayikanyiyeyo kikameneka nihozobibona lmana ntiza ishaka uwuyipinga
Cg wayavanga namazi??
Enibyox?
Ruragukunda mugabo uratindaaaa nukuri butubarira directement
😂😂😂😂😂acha uongo mama ntabugaruka vuga wokwegerana gato apana ngo ubusugi bugaruk wew 😅😅😅
Indimu uyivanga namazi tubwire
Amazi yibarafu nicyi
Amazi yakonje canee
Ukonukwigisha abana ubusambanyi ngo basambane baheze bagarure ubusugi bongere
Bagende kubesha ababa rongoye ngo ni sugi kandi warasambanye ukirinkumi bigora kuko wawundi yagusambanije aguma mubwongo
Kandabantu ntibare kimwe muragowe mwabavyeyi mwe!