ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Pole sana ! Isi irigisha.... journaliste wa AkamoTV courage
Seigneur Jésus none ko mutanguye kugira ibikomere mukiri bato caane ?? Muzogera muri 35 ans bimeze gute?banza mureke inkundo muracari bato abakamaro muzobaronka
uwakunze iyintahe ampe like
Birababaj vrm me mubuzim bibah nukwihangana me Ornella nuguhindur ivyiyumvir
Abandi bana muraronk ayo kwaya😄😄😄😄😄 je simpima nokuguh ijana🤪🤪🤪🤪
courage bantu banje mukomere cane 🎉
Clarisse mpol mwiza numvis mbabay ivyovyakubayek najew vyarambayeko nukur twirind incuti zitwiyorobekako mpol mwiz wanj Bash 3ans yooo wew urijew Akamo TV ntacitazotwereka nukur ndakozwek Gus ndaguhaye pol😮😮😮
Nkubz 14Ujya murukundo Bikumarirki?So kwiyomyaka Ntaho uba urishyikan nishyure ntub urariheza Me ngo Urimurukundo Niburiburi Guknda 20Kuduga ah nobyumv Me uba uzi ibyo urimo
Ooooo sorry nukuri 🤦♂️ 🤦♂️ 🤦♂️ nanj vyarananiye kwumva nubu
Pol san to.so ibitubah mwabuno buzima bib kugir biduhe isomo 😍kugr abandi babyumvireh binabigishy
Aha twoza tukavuga ivyacu mwe mwosanga muri kuzana utubazo twabana.
Ornella shaaa nukur ufis umutim ugumy kurihunzu ration ugashirako ariko man izinkund turakwiyekuzivamw peeeeee 😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Urayampa jew sinzoguhemukira
Good
Ella mpole hama nguhanure nka grande sœur wawe hindura ivyiyumviro ufise uve mukibanza wishizemwo wumve kurumukobwa muma devoir yawe guhonga bitarimwo wumveko guhonga arumugirwa wabahungu,hama umuhungu agukunda yarasanzwe yogukunda ntabwo agukunda kubera ivyumuha rero niwongera kuja muri relation ntuzongera kwereka umutype kumurusha cash aba type baranka agasuzuguro
Yayayaaa Nellaa reo😮pole sn kl.......🙊🤐
Courage lumière ❤
Tuzonabicaa
Hhh pole sana Love from soweto
Love from wive tv
mwize twadutwiko two mu Rwanda.
Pole sana kwr birababaje
❤❤❤
yoooo kakajwi
Rekamfatagateb numviriz nukur
Courage Ella 🥳
Pole sana kibondo,Ubundi nyene se kombona ukiri umwana wari wihoye iki?
Eeee dada ihangane burya batwara inzererzi bury uwagukund vyanyavy ntawumutwar mwihangan bakobw bez 😮😮😮😢😢😢
Reka ahundi mwana umugore umwe ninyoko Kandi iryazabura minsi ziraduhra
😮😮😮
Ornella ndakwikundira sha
Delicia kzdii
😂😂😂yes kazadi
😂😂😂😂 numva noseka ahandi norira pe
Pole sana
Courage bcp Ella
Thnk you

Hhh pole sana
Love from soweto
Love from wive tv
mwize twadutwiko two mu Rwanda.
Pole sana kwr birababaje
❤❤❤
yoooo kakajwi
Rekamfatagateb numviriz nukur
Courage Ella 🥳
Pole sana kibondo,
Ubundi nyene se kombona ukiri umwana wari wihoye iki?