Wihenze,,Bunyoni ntiyakuwe na parlements yakuwe na President ahubw uwamusubiriye Gervais niwe yatowe na parlement. Arik harimwo nububesh bwinsh mwiki kiganiro
Abantu baba abari muburundi canke mumahanga nobasaba kuvuga make kuri bunyoni na ndayishimiye.ehe ndababwire ingene bizogenda. Bunyoni bazomucira urubanza ningombwa. Ariko mugihe kitari kinini cane president azogirira ikigongwe bunyoni kandi azomusubiza no mumabanga imbere yamatora yiwe muri 2027. Iyi ni politique ihanitse. Qui vivra ...
Hier nos misères provenaient des tutsis qu'il fallait chasser aujourd'hui les Tutsis sont partis pour que les hutu vivent en paix aujourd'hui les tutsi sont partis mais les hutu continuent a souffrir.Quel est leur sort?
Professional journalist ever,God bless you GGO
Abarundi mwakoze Ibishoboka mugashyigikira Neva kweli kuko urebye uko Akora ibintu harimo Gukunda igihugu no Gushaka impinduka Nziza kubaturage naho Abandi bishakira indonke
H.E Never rwose tumusabiye uburinzi bukomeye, Imana imugirire neza.
Sha uvuga amakuru nk'umushakashatsi rwose pe! Nta bikabyo, ushyira ukuri nyako ahabona. ❤
Gédéon ndaakwemera cne uracukumbuura rwose
Thank you GGO.ubikora neza vraiment
Ayaaaaa iyisi ntisakaye kbs buriwese yanyagirwa
Big up Gentil wakoze recherches
Ndabakunda kubera amakuru meza mutugezaho
Uyu muburagasani yamaze abantu Imana ihora ihoze
Murakoze kur'iyi nkuru ariko mumbabarire ndabakosere gato Gnl Nshimirimana yishwe kw'itariki ya 02/08/2015.
Murakoze
Ikigoryi, Ndayishimiye Ntabyo azashobora
Ubunyoni bwabaye ubunyoni😂😂uwuramvye azobona😂arikowe vyibuze kazima yahora yituma muri zahabu😂IMANA igiye kumuduuza😂😂isi ntampembo igira kwl😂😂
Huhe ibirenz ibi ahubwo mwubahwe cn🙏🙏
Mu Burundi ni heza iyo haba hakurya twari kumva ko yiyahuye 🤣🤣🤣😂😂😂
Merci
Njo mi wakwanza kutizama hii video, 💕 from Buja
Ntukishimire ko umuntu agize ibibazo kuko nawe ntubuzi urukurindiriye reka kumu cirimanza turindire icubitungane buzovuga Kandi ibi biriko bimubako ninyigisho Imana yashatse gutanga kubantu biyunvira
Notre Afrique de Malheur pour les bas peuples
Uratubwira vya ntare rugamba cambarantama
Gentil Bunyoni ivyo yagirizwa vyamaze kumenyekana vyavugiwe muri press conference yagizwe n abavugizi b inzego z igihugu.
Numunyamwuga abizi
Adolphe NSHIMIRIMANA yishwe Tarike 02/08/2015 ,yaravuye KIRIRI ATARI KURUGO RWIWE,MUGA KOKO YATEWE ROQUETE,IBISIGAYE VYOSE NUKO URIKO URABIVUGA KANDI NDAZI BUNYONI ARABIZI NEZA???
Ntamakuru ufise toka
Gentil Gedeon wakagombye kuba ukora nko kuri VoA
Wihenze,,Bunyoni ntiyakuwe na parlements yakuwe na President ahubw uwamusubiriye Gervais niwe yatowe na parlement. Arik harimwo nububesh bwinsh mwiki kiganiro
UBURUNDI UBU NIGIHUGU GIKOMEYE CANE NTAKWIGIRA IGIHANGANGE BUNYONI YASUZUGURA KUBERA AMAPFANGA ATUNZE 😂😂😂😂NIBAMIHE IBIKWIYE NABANDI BARINYUMA TURABAZI ABAZOKURIKIRA
Uzatubwire Lt .General Adolphe nshimirimana
Ibintu birahinduka ntawomenye ko uyumugabo yofashwe abanibobanyonyezi
Adolphe yishwe nabanyagwanda kimwe nabo bandi biciwe rimwe
Iyuba wajayo gutohoza canke bakagutuma nkuko vyamye bikorwa Gentil? Erega Uburundi bugona bukanura!!!😅
5
Muzatubwire kuri S major Robert
Erega igihugu ugitera akagere naco kikagutera umugere
Komera Gentil.
Mercib
Kosora. Adolphe yapfuy 2/8 apan 2/6
Ikibazo nuko yivyemeshi kandikuyagarura nikibazo
Abantu baba abari muburundi canke mumahanga nobasaba kuvuga make kuri bunyoni na ndayishimiye.ehe ndababwire ingene bizogenda.
Bunyoni bazomucira urubanza ningombwa. Ariko mugihe kitari kinini cane president azogirira ikigongwe bunyoni kandi azomusubiza no mumabanga imbere yamatora yiwe muri 2027.
Iyi ni politique ihanitse.
Qui vivra ...
2/8/2015 Lt général Adolphe NSHIMIRIMANA
Ndi kubona ivyo bikindi yavuze
Ni hatari
Urarabaneza ntukoreswe amakosa 'harimwovyishi wavuze bihabanye nivyotuzi 'urazikotukwemera gabanya amarangamutima 'hariwamakuru wavuzemwo atabaho '
Nshimirimana yapfuye italiki 2 z ukwezi kw umunani hapana ari ukwa gatandatu 😢
Hari dimanche ntabyo ari samedi
Harya Bunyoni akunda Rwanda?
Hoya
@@tvblaiseofficial8966 uwanga Urwanda se ubwo....
Abanyagwanda wagirango mwonse imbwa nimwebwe mwavugako yahungiye Tanzania, ntamurundi yigeze abivuga
GGO TURIKUMWE KABISA
Ibya politic ntawamenya
Harimwo ububeshi bwinshi muri iki kiganiro cawe.
Wozany ayaw ukamukosora uvug ngo harimwo ububeshi udashobora kubikosora🤔🤔
tubwire ivyuzi nawe
None nawe zana
Ayawe ko abantu mwigira abanyabwenge.
Vyakekwa nande ko yakoze iticwa rubozo, izo ninkuru zabanyagwanda gusa
Bwana ntamvururu biteza kuko bunyoni ntasumba ragjabu ou Jérémie ngendakumana muhungu cndd fdd numugambwe atakwigira igihangange inama yabanyagihugu
Hier nos misères provenaient des tutsis qu'il fallait chasser aujourd'hui les Tutsis sont partis pour que les hutu vivent en paix aujourd'hui les tutsi sont partis mais les hutu continuent a souffrir.Quel est leur sort?
Rrr number one
Amaraso yabo bahitanye azobahumira,
Wait and see.
Wa mugabo GGO uze Witonda mu gushikiriza amakuru,Nkurunziza ntiyigeze atwara ikiringo ca gatatu kk ico kiringo nticigeze kibaho,ahubwo uduhe amakuru yibiringo Kagame amaze gutwara ko vyemewe namategeko nayo ivya Président Nkurunziza uvyihoze ntibibaraba mwaba nyarwanda mwe
Hahhaja, kuberako arikuvuga kumurundi mutangiye kumwikoma? Hahhaha, uyu numunyamakuru kandi nimwe muri kumuha amakuru so reka umugabo akore akazike
Sha je ndumurundi ariko uyu ntaco atovuga guko numunyamakuru ntakosa ryiwe.
😆😆ukubabazwa nigihut kitakuriko nikibazo nukuri hhhhh wosanga ntanubunyumbakumi wifitiy m ukarakazwa ninkuru itariyawe uvyemez ureke ntaco uhindura nuko biri yatway 3mandants 15ans 2005-2010 na 2010-2015 hamwe na 2015-2020 uvyank kubera udashaka kuvyumva hama ivyo vyarahez kuko nuwobibazwa yaritabarukiye.😔
Wewe uje gukora imi ngaha,wataye inzira,hari ama chaines menshi avuga neza abo uriko urahayagiza,aha batanga amakuru sans emotions,n,abazungu bariko baravuga ivyo mu bdi,genda ubabuze
@@Myafrica658 9
😂
Nanje sinzi