ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Amena ❤
KURUNZIZA nukumuha respect cane ❤❤❤❤ turamukumbuye
Gukorera abaturage nibyo byambere, bareke ibibatanya bakore abaturage🎉😊
Hatari kweri.
Ndagukunda GGo
Komera ggo, emwe hari umugani waciye uti uwanyoye amata yibwami ayishura amaraso, emwe iyo witwaye nabi nyene nuko bigenda.
Number one
Naraye ndonse ingwano. Imana ingingire uburundi
Nawe yamusumvye,basha
Gedeon ivyo wari wavuze nivyo bibaye peeee niyompamvu ngukurikirana 5/5 nishimiy documentaire zawe nukur
Ariko gentil ,ibijyanye namadini ndetse n'imyemerere muri Afrique ndetse no Rwanda ,uzongere uturebere
Ayo makuru twarayumvirije GGO
GGO tariki zirindwi zukwa ka ngahe? Koko.
Rrr number one
Uzatukurikiranire iyi game muri politics of Burundi
Uyu mu president ndamukunze
Ariko Gervais Ndirakobuca yatowe kera, gusa iyinkuru uyisubijemwo ngira kabiri
GGO turagusavye amakuru nimenshi rero duhamakuru
Ese kuki bayoborwa nabasirikare gusa gusa
Oya ayamakuru yaratambutse
Nibamufunge areke kwisaz ntawe uri hejuru y,amategeko
Yavanze ibitavangwa yashatse kukeza abami 2 Kandi ibyo ntibikunda
Tubwire ivyubu apana ivyo twaravyumvise nani
Komera mutama ibiganiro vyaw birampimbara Caan komez uduha amakur nyayo yuburundi bwacu
Utanga amakuru neza
Muzanye ikiganiro catambutse🤭
Iyo bavuze Archives se wumva amakuru mashya? Mwagiye muvuga mwabanje gutekereza?
🇧🇮
Gentil ibi bintu vyukugarukana infos zahise c'est pas gentil
Haguma hasha😅😅😅
Sw
Amena ❤
KURUNZIZA nukumuha respect cane ❤❤❤❤ turamukumbuye
Gukorera abaturage nibyo byambere, bareke ibibatanya bakore abaturage
🎉😊