Merci pour tes précieux conseils Issa merci Juste Gaël kukiganiro nkiki sinashaka ko gihera 😢😅uzomugarukane atuyagir ivyubu buzima watching u from 🇨🇦much respect and love 💕
Merci gael piur tes cinseils nziza cane abarundi bahindure imitekerereze .afrique de l'ouest barasacrifia leurs vie bagaca no muri mediteranee harabapfa nabakira.ahubwo pour moi nakaryo keza kubafise ingene bagenda kuko nongaha mbona atabirenze.
Ndugu zangu warundi mweye anaweza kutoka atoke! Maisha popote! Maisha sio tu Burundi🇧🇮 au Europe 🇪🇺 ao America 🇺🇸 maisha fasi yote! Maisha niku papanatu! Sio warundi wakija Europe 🇪🇺 au America 🇺🇸 itapita naja! Sio kweli. Watu wana toka wana henda kutafuta. Kuna siku watu rudi kwetu Burundi 🇧🇮 Bujumbura. We all need money 💰 to get money 💰 u need to work hard 💪 💯 let work hard 💪 💯 in Burundi 🇧🇮 and outside Burundi 🇧🇮 💪 GOD bless Burundi 👊🏿🇧🇮 and all Africa 🇧🇮 🇨🇩 🇹🇿 👊🏿
Ewana merci sana ca bugufi vuga make hama wirenganire ariko target igume ari kurondera your home which can be located wherever allover the world. We have to assume in any situation we struggle trough, ndakunze ton interview kabisa.
Issa bien dit . You are very realistic . Aba na abandi ba critica bêtement. Il faut respecter le choix de chacun . Jewe ndi plus de 27 hanze nagite ndi muto bamaze kumwica ndadaye nashitse iburaya mfise 15 ans mais narinzi ico nshaka. Maintenant je n so rien a regretter kuko mfise ama projet I Burundi . Kandi après nditeguye kugaruka ku camyaye. Ntaho ntagiye iburaya America na Australia . Kandi imana yampaye kubera ubutwari mfise, mi mutoto wa nyakalonzo. Nyakabiga😂. Ubu ni kigobe. Jewe ndashigikiye abagenda ahubwo nigihugu kibashigikure kuko nibo bazogaruka na bana babo baje kubaka igihugu. Nkatwe. Reta ni badhigikire nkuko government y’a erithrea na Nigera bareka aba jeune bagende kurondera. Bonne chance . Kandi igihugu gutange Ama passport ibiturire basaba babirieke . Kuko Pafe isigaye ikora nka congo kubera ruswa. Kandi president yavuze ko na barème bagende kurondera. Il faut avoir un état intelligent. Kandi uburundi buxokubakwa babagiye hanze . Donc Issa i am with you . Laissez les jeunes aller chercher l’ argent . Nagiye imanamba imana Ibwje imbere . Amen . Ahubwo reste calme tube nka ba nigeria. Bagenda bucece. Gouvernement laisse les jeunes aller chercher les devises. Bientôt bazogaruka bitwa adadiaspora . Les vacanciers . Inzu zubakwe igihugu giterimbere. Il faut regarder à long terme. Merci . Salut from Canada
😂🤣 Umuhushulo hushula none, plus humoriste que Gael on meurt. Abatamvyi ba neza barakurikirana bientôt je descend sur bj uzombwire aho duhurira nzokunganire mon frère Issa
Ako kantu ngo : umuntu aciye ubwenge yicisha bugufi,akavuga make hama akirenganira 🤌🤌🤌# respect 🙏
Murakoze kuriki kiganiro kitwunguye vyishi. Kandi ndashimiy umutumir kk avugisha ukuri. Ntahantu nahamwe uzoshika mubuzima utarwanye.
Umutumire avuga neza ,yishurana ubwenge respect
Uyu Mugabo avuga ukuri🥰🥰👏👏👏👏👏👏👏
Bien parlé msr issa merci beaucoup pour le bon conseil
Wubawe issa tu es très sage et Gaël tu poses des questions intéressantes
Kbs interview kbs uwomuntu afite ubumenyi kbs talk brilliant word kbs intelligent ayomagambo niyoyo mubuzima💯
Uyumugabo issa araciyubwenge cane yarafashije guterimbere abantu benshi muri forever kandi ari cool
Asha Issa avuze ibikomeye kandi nta bubeshi na 1 yavuze. Araturondera tumukore ku ntoke 👌🏾👏🏾🙌🏾
Exactement, ntamanya wamarigala kabisa. Ni discipline utegerezwa kugira.Tu dois te bouger. Tu dis vrai mon frère
Uciy ubweng ca bugufi wirenganir 💪💪♥️♥️🇧🇮🇧🇮
Uvuze ukuri kandi IMANA uguhe umugisha 🙏🙏🙏
chapeau kuri issa!
aciye ubwenge ,avuga ukuri, ahanura neza.
Akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze
Ndahejeje
Ubarikiwe kaka yangu wewe urazikuvuga ukuri,
Ikiganuro ciza cane. Jeune sage vraiment
Niyongere wubahwe🙌
Yubahw uyumugab mukuz ikiganiro c akamaro kbx nanj kiranyubats ❤❤❤
Gael merci . Kandi abantu nka issa baba visionnaire nibo dukeneye . Avec des conseils impeccables. Quel interview. Very nice
Uyu mugabo yitwa Issa numunyabwenge cane
Yishura ibibazo nkumuntu mukuru cane afise icazi
Thank you cane Gael utuzaniye umuntu akomeye cane kabisa aduhaye nimpanuro nziza cane
Merci pour tes précieux conseils Issa merci Juste Gaël kukiganiro nkiki sinashaka ko gihera 😢😅uzomugarukane atuyagir ivyubu buzima watching u from 🇨🇦much respect and love 💕
Top,ufise sagesse kaka yangu,sois beni
Komera komera isa 😍😍
Nuguhaguruka Ahugiye hose Uzicushaka abana kugeda ngo nimumunyega haze ahubwo nibitoze gupapada bagede bazi ko bazoronka ubuzima mugabo arugukora👍
💕Uyo mugabo yubahwe cane.Avuga ibintu vy'ubwenge.💕
Whaouuu quel interview intelligent!!! L invité et le journaliste sont tous les 2 brave bravo les gars
Très bien 🤝👏🏽👏🏽👏🏽🤝
Ndize ikintu kinini gael big up xana
Issa uraciye ubwenge vrt interview yawe iranshimishije sana.gaël uzohore utumira ubantu bubaka nka issa arasanye imitima myinshi muvyiyumviro
Issa Niyongere (tonton) 👌🏾😘respect irakenewe, barundi barundikazi ubahana🤌🏽 ubahirizanya mungingo runaka
Issa ndakwemera Mugabe ingwana zirarutana
Bien dit invité spécial
Merci gael piur tes cinseils nziza cane abarundi bahindure imitekerereze .afrique de l'ouest barasacrifia leurs vie bagaca no muri mediteranee harabapfa nabakira.ahubwo pour moi nakaryo keza kubafise ingene bagenda kuko nongaha mbona atabirenze.
Gael big up sana❤️❤️❤️❤️❤️❤️
This guy is very brilliant and talking right ✅ 👏 👌 👍 🙌
Olombi bien kitoko makasi
Uyo mujama araciye ubwenge mzee big up sana gael
Issa ndamuzi numuntu aciyubwenge mwicaranye avuga imigambi yiterambere muri forever yarafashije abantu benshi ubu bahembwa ama miriyoni twes intelligent na Dj Mario yaramufashije caaane uzomfashe nanje mutama
If you don’t fight for what you want.don’t cry for what you lost. Fight for what you want 🥊
Mr. Issa felicitation brovo unasema vizuri Tena kweli merci god bless you mon frere
Ndugu zangu warundi mweye anaweza kutoka atoke! Maisha popote! Maisha sio tu Burundi🇧🇮 au Europe 🇪🇺 ao America 🇺🇸 maisha fasi yote! Maisha niku papanatu! Sio warundi wakija Europe 🇪🇺 au America 🇺🇸 itapita naja! Sio kweli. Watu wana toka wana henda kutafuta. Kuna siku watu rudi kwetu Burundi 🇧🇮 Bujumbura. We all need money 💰 to get money 💰 u need to work hard 💪 💯 let work hard 💪 💯 in Burundi 🇧🇮 and outside Burundi 🇧🇮 💪 GOD bless Burundi 👊🏿🇧🇮 and all Africa 🇧🇮 🇨🇩 🇹🇿 👊🏿
I like your mindset
This dude told the truth 👍👍
Issa sha ndamuzi.
Nukuri uvuze vyo
Ikiganiro c,UBWENGE
Ibibazo vy,UBWENGE
Inyishu z,UBWENGE
Place ya BIEN
ISSA with GAĒL,ve made our day
Ibyo uvuze nukuli, umukene kujyamwijuru biragoye ndetse cyaane, kubakire biroroshye.
Uvuga neza sha. Kuja gushakisha ubuzima ni choix yumuntu.
Yes yes yes unaongeya ukweli
Impanuro nziza cane Issa! Ndakunze iki kiganiro kirimwo n’ikanguro kuri bamwe !
Uyo Issa numu juif très intelligent hahiriwe umugore azotwara
Ewana merci sana ca bugufi vuga make hama wirenganire ariko target igume ari kurondera your home which can be located wherever allover the world. We have to assume in any situation we struggle trough, ndakunze ton interview kabisa.
Issa bien dit . You are very realistic . Aba na abandi ba critica bêtement. Il faut respecter le choix de chacun . Jewe ndi plus de 27 hanze nagite ndi muto bamaze kumwica ndadaye nashitse iburaya mfise 15 ans mais narinzi ico nshaka. Maintenant je n so rien a regretter kuko mfise ama projet I Burundi . Kandi après nditeguye kugaruka ku camyaye. Ntaho ntagiye iburaya America na Australia . Kandi imana yampaye kubera ubutwari mfise, mi mutoto wa nyakalonzo. Nyakabiga😂. Ubu ni kigobe. Jewe ndashigikiye abagenda ahubwo nigihugu kibashigikure kuko nibo bazogaruka na bana babo baje kubaka igihugu. Nkatwe. Reta ni badhigikire nkuko government y’a erithrea na Nigera bareka aba jeune bagende kurondera. Bonne chance . Kandi igihugu gutange Ama passport ibiturire basaba babirieke . Kuko Pafe isigaye ikora nka congo kubera ruswa. Kandi president yavuze ko na barème bagende kurondera. Il faut avoir un état intelligent. Kandi uburundi buxokubakwa babagiye hanze . Donc Issa i am with you . Laissez les jeunes aller chercher l’ argent . Nagiye imanamba imana Ibwje imbere . Amen . Ahubwo reste calme tube nka ba nigeria. Bagenda bucece. Gouvernement laisse les jeunes aller chercher les devises. Bientôt bazogaruka bitwa adadiaspora . Les vacanciers . Inzu zubakwe igihugu giterimbere. Il faut regarder à long terme. Merci . Salut from Canada
Bien dit vrement
Issa komera mugenzi urazi kwishura kabisa neza uraciy ubwenge
Ndabakunze reka dutarataze dusaba mwenicubahiro president ashigikire abafise imigambi yariyo yose ni nyungu yigihugu cacu 👍
Issa araciyubwenge sana urumva izonyishuziwe afise vision saaaana . Babwire bumve hahaaaaa.......
Ongera saana kaka Issa umeongea vizuri saana 👏
Impanuro nziza cane
Murakoze cne.
Bravo Issa...ndanezerewe kumubona. Longtime bro😁
Issa Imana iguhe ivyo wipfuza kw isi no mw ijuru
C'est homme est intelligent
Bravo 🤝🤝🤝
Uvuzukuri kbx
Issa Abubakar chapeau...
Great!
Merc beaucouq bro
Respect ♥️♥️🌹🌹
Uyumuntu avuga ukuri kbs yubahwe
Je suis tes interview le plus souvent...j t félicite pour le moment..t nous amène une variété
Uravuzukuri uragahezagigwa musaza
Kiri mu biganiro bike vyingirakamaro bica kuma you tube chanels.big up kabisa kwa Juste Gaël n'umutumire wiwe.
Good interview
Gaël wubahwe na Issa muduhay show🇧🇮💥
Bravo les gars
Entouka yavuz vérité kandi il est intelligent 😊
Journaliste nakubali iyo interview turize peeeee Abo nibo bantu tuba dushaka batwungura ubumenyi
Juste Gaël vrma sibwabwana, ubikora neuza
Uvugukuri papa kumpanuro uduhaye hanze ntagufyina ntituryama kabisa nugukora kbx.
Kaka ISSA, unaongey vizuri, maana unatiya watu moyoo. Sinibaxako wotanga 10m ham ugend kurera amaboko. Mungu awafanyiy wepesi yeny wameshaenda wote
😂🤣 Umuhushulo hushula none, plus humoriste que Gael on meurt.
Abatamvyi ba neza barakurikirana bientôt je descend sur bj uzombwire aho duhurira nzokunganire mon frère Issa
Uvugukuri
Kandi bigaragara
Kawas nga
Imanikuzigame
Mbega yemwe tubaye dufise abantu nkibihumbi 2gusa bihishurirwa ivyobintu wasanga isi abaye ❤️👁️
Nukuri peee
Umutumire avuze neza
Serbie iratesheje imitwe abantu pe
Issa, bravo kuri izo mpanuro
Endelea kufundisha Brother wewe ni Mwalimu boraaaaaa
Voilà respecter toujours le choix de quelqu’un apana kwama twa du critiqua
That Dope interview guy knows lot off thing’s about life I just wana say moe respect 2 u
Jésus respectfull
Just Ur Gaël hushura....
Merci d'avoir dédié la réussite des biens aux nombreuses Burundais entamant leurs chapitres de vie.
Gaël wagenew kugirisha ama interview. Toujours des questions intelligentes et pertinentes
Umutumire nisawa atanga idées ziri matures
I salute you for this conversation
Uyumutama aganira neza
Kaze iburayi
Mumahanga nta Senge na Marume wew vyose urimenya
Uwo ndamwemeye uwutagira ico avuga cukuri nabe yirekera
Iyo bweze
Mumahanga harahanda bazi kwarukudyumunyenga