ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Musigaye mokor film can courag kabisa
Yeeeeeh ehee blaise kweriii.sha ndaryohewe gusubira kumubona.kndi azi gukina sanaa
Mutwongere vuba dukomeze kwiga🙏 murakoze cane muterimbere👍👍👍👍
Ndakunda Steve ndakunda uko avuga
Ewee mama king courage sanaa
Basha turingaha turayirindiriye cyanee
Murigisha pe mbega filme nziza gusa nkunda Paul ukwitonda kwiwe nugutuza kwiwe urumugabo yitonda nimba mubuzima bwawe uruko warahezagiwe kweli ,mama bukuru WE nayandi ton nziza avugamajambo meza vyose abikina neza cane muhezagirwe nari naratevye kuziraba sinkiryama
Urakoze cane mugenzi emwe burya niko ameze afise umutima mwiza
Film nziza cyane gose irafise impanuro
Mama King wanjeuu...muzi gukina koko
😭😭😭😭😭😭ndakoroy amosozi yooo mbeg inyigisho zir mur film Nivyiz cn
Mbega film iri mwinyigisho. Mudufashe muduhe ikindi gice mizoba mukoze.
Ndabakunda,nimuduhe,iyoyindi,ikurikira,yemwe,ntakomutagirakwigisha,nogukebura😭😭😭😭❤❤✅tantine,urahevyumwana,nukuntuyagukunda😭😭😭😭🙆♀️🙆♀️
Murakozecanekunyigisho uburunditurashoboye courage
Ndabakunda sana guma ndaba😍
Film nziza cane mukomeye ndabakunda cane
Nanje mbaye uwambere turazisangira izobaguha
Abagabo bavyara ntibarere ndabanka nampanka 😪😪😪😪😪😪😪 gusa vyukuri nimpanuro zikomeye cane gose
Courage barundi biwacu muduhe akandi vuba turabakunda
I apolog...
Mugihejeje gusenga habonetse icupa ryamazi. Munyuma ngo kibutura ntamazi yazanye .Je muracontorora neza imbere yo gusunika episode
Ikijipo kigera kubirenge azohora aja kwicarana mubandi bakecuru 😂😂😂😂😂😂
Murakora neza .
Sabwee Mama king waje terimbere can md Eric...yoo mwana w Yvette urambabaj lastaa
Iyi film nizinza cane
Muzehereka abazimane
Uwo muhungu se yihakanye akina neza nasewiwe
Mukomeze muduhe ikind gic ninziz irimwo inyigish
Mbaye uwambere ndabingize mumpe linka
Reka nyiguhe naho wabaye uwambere utarabona nivyarivyo
Ndabakunda kubi
Nimuduhe igic czkabiri
Birababaje
terimbere bavyeyi 👌👌👌
Gusa ndabakumbuy teddy na nina vrm muzind zikurikira muzobashiremw plz
😭😭😭biteye ikigongwe
Yoooo mwana humura Imana ni se wimpfuvyi naho so yakwihakanye uzobaho
Yoo Yvette watwaye inda emwe bash binkozek ningen nayitwae ncig père akahakw kwinig ..knd ndaryohew komwakinishij akazin kanjy gusa umwana wanjy stev 😭😭😭
Turabakundacan
Best movie
Irababajye hamwe
❤️❤️❤️❤️❤️
Ninzizacane.murakoze
Basha ego kabsa turindiriy ikind gice basha nimuduhe nukuri
Ndakwirikirana ivyanyu sintangwa peeee uburundi ahondi hose ndabukwirikirana ivyiza vyacu
Hhhhhh ikijipo kirekire
Well done
Muduhe ikind gic
Ntayindi yakabiri ihari?
Dutegeje nigishika igice cakabiri mugire ningoga
Narinzik nzinduts
Vub muturonse suite
Yooo
Ariko mbona bituguruka
Murindire dans 15min
Irigish
❤️❤️❤️💋💋
Ndabakunda cane
Musigaye mokor film can courag kabisa
Yeeeeeh ehee blaise kweriii.sha ndaryohewe gusubira kumubona.kndi azi gukina sanaa
Mutwongere vuba dukomeze kwiga🙏 murakoze cane muterimbere👍👍👍👍
Ndakunda Steve ndakunda uko avuga
Ewee mama king courage sanaa
Basha turingaha turayirindiriye cyanee
Murigisha pe mbega filme nziza gusa nkunda Paul ukwitonda kwiwe nugutuza kwiwe urumugabo yitonda nimba mubuzima bwawe uruko warahezagiwe kweli ,mama bukuru WE nayandi ton nziza avugamajambo meza vyose abikina neza cane muhezagirwe nari naratevye kuziraba sinkiryama
Urakoze cane mugenzi emwe burya niko ameze afise umutima mwiza
Film nziza cyane gose irafise impanuro
Mama King wanjeuu...muzi gukina koko
😭😭😭😭😭😭ndakoroy amosozi yooo mbeg inyigisho zir mur film Nivyiz cn
Mbega film iri mwinyigisho. Mudufashe muduhe ikindi gice mizoba mukoze.
Ndabakunda,nimuduhe,iyoyindi,ikurikira,yemwe,ntakomutagirakwigisha,nogukebura😭😭😭😭❤❤✅tantine,urahevyumwana,nukuntuyagukunda😭😭😭😭🙆♀️🙆♀️
Murakozecanekunyigisho uburunditurashoboye courage
Ndabakunda sana guma ndaba😍
Film nziza cane mukomeye ndabakunda cane
Nanje mbaye uwambere turazisangira izobaguha
Abagabo bavyara ntibarere ndabanka nampanka 😪😪😪😪😪😪😪 gusa vyukuri nimpanuro zikomeye cane gose
Courage barundi biwacu muduhe akandi vuba turabakunda
I apolog...
Mugihejeje gusenga habonetse icupa ryamazi. Munyuma ngo kibutura ntamazi yazanye .
Je muracontorora neza imbere yo gusunika episode