ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
PCI Imana ibahe umugisha kumpanuro mudasiba kutwereka
Ukora iciza ukagisanga imbere mama Bechou komeza ndakumva muburundi turashoboye💪😘
🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️😭😭😭😭Mana ndarengew nagahinda amarira arandenz kubwiyi film 😭😭😭
Yoooooo ndabinginze muyibandanye kuko harimwo impanuro zikomeye yemwe ndafashijwe cane gose courage Steve uraberewe yemwe abavyeyi mwubahwe
Inyigisho nziza cyne Imana iratabara
🙆♀️Manawe Stive yarababajwe nase vyukuri gusa nkunda uburyo nyina na bashiki biwe bamwikundira. Ariko mana birababaza vyukuri ariko murigisha cane gose zintera nanje kurira iyonzibonye kuko mwigisha ibibaho pe imana ibahezagire kandi courage cane
Muratanga impanuro, Imana ibahe inkomezi
Mrcii kunyigisho nziza mutanga kndi couragee play to change
Muhezagirwe numwami vrt mukina vyiza cane yesu abahe umugisha 😘😘😘😘
Nicely👍 inyigisho nziza cane👏👏
Imana yishurira igih cayo! Gusa twig gukora ivyiza.
Gusamuburundindabakundacyane.nkundukuntu.mukinafirimenziza.cyane.kanji mugs kina final.vubabitarambiranye
Oyaa naravuz iyi group mubakinyi ba film biburundi iracari iyambere barigisha caaane bakina ibibaho ndabakunda cne courage
Waoooo Imana shimwe murakoze kunyigisho muduha
Imana ibakomeze can mubikora neza💖👌
Mbayuwambere nukuri ndabakunda mugabo narize
Ukoriciza papa ukagisangimbere nukur uzohembwa n, Imana kabisa gusa ndaryohewe kubona uyomumama asubiyeguhura n Stiven kk yaramukundacane n bashikiwe
Mwaroyeh se ko tubon izindi film zanyuu👆👆👆👆
Murakoze cyne naho mwandijije
Imana ikura kucavu uca mubigumye kugira ushike muvyoroshe
Murakoz kuduha impanuro nuko mundijije hariho abagabo benshi bamez nkuwo
Nice picha vrtmurampimbara caan. Murashoboy
Ndabashimiye caaane murakina neza vrmnt.kandi mubandanirize ahonyene.biraryoshe.
Yemwe ko mudaheruka kuduha Indi firime gusa murakumbuwe cyane👍👍👍👍
Inyigisho ikwiye kabisa mwarakoze🙏 courage
Kuvambaho ndarize sintahura ubwicanyi burikwinshi kandi inkoni y'Imana ibaho twihanire kureka mana duharire dukora ivyo tutazi
Mukina nez mutang impanuro courage
Wallah ira twye agahinda 😭😭😭 abavyeyi nkabo bakwiye kwisubirako umwana nu mwana
Courage mukina ibikora kumitima ya benshi
Mukiny neza cane.turashoboy abarundi
🤣🤣🤣🤣stive namama bafise impanoyokurirakweri murashoboye kwel
Imana ibampezagirir Yesu azaban namwe
Namwe mwabibknye kl iyompano barinayo
Yooo stivee mamabechouu mwubahwecane murashoboye
Stive nagogo murashoboye kbs m ukwiye ibihembo
Niyo atamwirukana ntiyari gutabarwa inzira z'Imana zinyura ahababaje ariko zirasohora
Murakoze cane
Iyi film murayihutishije kwl
Yoooooo bacumuganimukirundingo uwankaagakura anigumutavu
Biteye agahinda buri gihe film zanyu zirandiza
muga narize ibintu mukina bihora bindiza kimwe mufise impanuro
Nice movie you have to make to your friends good Think God bless this man help this family God bless you so much and this boy said god Thank you for everything because God is everything in everyone life you have to said Thank you God
Mudutegurire iyindi ndabakunda cane
Ninyigisho ikomeye kbs
Murahanura bagenzi! Ntimuhororokerw bandanya muduha nibindi
murashonoye abarundi musigaye mukomeye
😂😂Twahora dusara ?
Murahanura pe kandi urazi kurira nkabskobwa
Muze mumuhe agashimwe stive kwiyo sene yokurira arashoboye
Ba mureka kuturiza dukuze mbegaaa 😭😭😭 vyiza
😂😂😂😂🤭ibaze sha
Stive si nogenda ntavuze urandijije neza nukuri baguhe agashimwe urashoboye vrmt mukurira uruwambere
Yooo non muciy muyirangiz ningen ndayikund
Bagenzi ubuzima turimwo uwu munsi bushobora guhinduka ,ntugakorerikibi umuntu wishimikije icuri,ntugasuzugurumuntu ahubwo fasha uwariwe wese ugifisumwanya wukubikora,uzokorikibi ineza yaheze ,Steve ndagushimiye kwikibi wagihindiye iciza ,muhezagirwe vyanse koryama ntayimaze imanibongerubwenge murabigisha beza
Murakoze Cane!
Murayiryarukije can
Mukina neza vraiment
Munteye kurira murikigitondo
It nyigisho iranyuze basi!!!!!!
Amahasa yanyishe mukurya ivyema
Haaa
😂😂😂😂😂😂erega uramenya bari bamaze imisi batarya😁😁😁😁
Ababantu ndabuze ijambo narimwe nobavugako.ariko kimwe gusa murigisha
I wish to part 8
Murandijije cana
Courage movie
Nukur mukina nez pe arik mutwicisha amatsiko iyab mwakor film yose ikarangira mwob mukoz cn turabakunda cn
Mwize
Kwl😬😂🥰
Madam ukina neza cane imana iguhe imigisha
Ukora iciza ukagisanga imbere,wakora inabi ikagukurikirana.louis waricishij steve imana iraking.nn rebaaa
Imana ibahezagire mwatukiniy aga film rro mutunyarukiriz iyindi film
Damu ninzito kuriko maji jameni
Styve uraturuhura caneeeee urabizi peeee
Mutwongere bizindi
kumbe ngaho wosanga papa bechou ariko ameze no muhira iwe
Kandi yari ziza
Nc💋💋🇧🇮☺️
❤️❤️❤️
I think you had a lesson
M
Ndi baza yuko hari ikintu mize
Ukoriciza ukagisangimber muvyey niwihangane. Uyomupapa nawe yakoz ivyatazi k arikazoza kejo
Uuuuh semblague
pop no dod boy pop no goog
me esther i for Amanda like you and ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
😭😭😭😭😭yoooh
👏👏👏👏👏👏
Buzoca nukuri ntamvura idahita
😭😭😭😭😭😭
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤️ 😭😭
Nihatar murakorap
😢😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Murakoze cane duhe ikindi gize.
😭😭😭😭😭

Nice picha vrt
murampimbara caan. Murashoboy