Kaze neza abo muri WAR'UBIZI. Ndi hano kugira nkurikirane série RUJIYORUSHATSE, abakinyi beza b'ino série murashoboye, abakunzi ba RUJIYORUSHATSE tumenyane.
Eweee umuvyeyi Araho atumye 😢😢😢😢nkwenga nsanga amarira yitanze Hasi ATI ngo uzomukuramwo kwa jeux kwa plat olalala uri umuti w'amaso y'imbwa KWERIIIIIIIIIII
Kaze neza abo muri WAR'UBIZI. Ndi hano kugira nkurikirane série RUJIYORUSHATSE, abakinyi beza b'ino série murashoboye, abakunzi ba RUJIYORUSHATSE tumenyane.
Nacerewe😂😂 Ariko ntihabura abaza nyuma yanje muce hano iwanje mugonge like🎉🎉🎉🎉
Courage
Mumpe izo like abari turindiriye twihanganye 🎉
Ababonye ko handitse RUJIYOSHATSE bampe like❤😊❤
Uyumus mbaye mubambere abaza nyuma mbisabire murirwarukundo mundemere muciy kuriyo foto yanj mwakavyaramwe nda ❤❤❤❤❤❤❤❤
Abakunzi biyi serie muze duteramane
Basha mutunyarukirize iyikurikira ❤
Abeza banje,team yanje je vous aime bcp❤️❤️☑️☑️👍👍🙏🙏👊👊👊 Kure caneeeeeee heza nihombipfurijee😍😍☑️❤️
Narinda yitegereje anakunzi ba rujiyorushast mumpe like ham dukomez tuhatwike
N°1 ni njye mutama mumpe like❤❤❤❤❤
Waaaah uyu munsi ndazindutse muri 13minutes nkaba ndahageze🥰🥰💯
Natw turinyuma yanyu dukomez kuryoherw muvy mudusangiza🎉🎉🎉🎉
Yeee!ibintu ko bitera bifata iyindi mpwemu.courage series ziryoshe caaaaane
Nibazeko ndimubamber like mump nigire❤❤❤
Nic❤❤❤❤❤ ange ndakund ingen uvyifatamw
Rujiyorushatse ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉 abakunzi bayo baza nyuma yanje mungongeree🎉🎉🎉🎉🎉
Nkaba ndahishikiye abakunzi biyi séries tumenyane🤝🤝❤️❤️❤️❤️
Na jewe nihondi😂😂😂
@@kubwimanayvette6203 karibu wnj warukumbuwe 🥰🥰🥰🥰
Nanj nkabandahageze abazanyuma mundemere link hano
Very good! Mukin nez!❤❤❤❤❤❤❤❤ tubakund caneeee!
Abaza nyuma nanje mundemereee 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Tantine w Elsie fraîcheur zirasara👌👌👌
🎉🎉yari tesa kbx ❤❤hasngy ibikurikir🎉🎉🎉
Mamá patrike uzohavuburibwanibwebwe
Tantine wa Eris gwazomukuramwo yitwarir Patrick ngwimbog zibona abana
Agatangaza none urukundo mumeze uku rurabaho😮😮 huuuumh mfashe agatebe ndabe la suite of 😂😂😂
Ngize 6🎉🎉 mumpe utwo tu like❤
Ubwo nanj nkaba ndahageze mubambere from mama cheiilla 0fficial ❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndabakunda cn abakinyi warubizi ❤❤❤
Patric kirwanirwa
Ngo reka avyikorer maz maze ni rujiyorushatse nyene
Mwar mwadutebey Bash ndabakund caan vrt❤❤❤❤
Waooo turabakunda Can mwaritebeje❤❤❤❤
😃😃😃tentine agir amwirabish kabx courager bant bami mubidukorera bon❤
Muze muranyarutsa udukurikira,courage ndabakunda mukina neza vraiment
Elsie n'a tantine wiwe barasa kandi bakina neza vrt courage iyi série ndayikunda sana🎉❤
Plz uyumusi sinacerewe mumpe link tumenyane so from 🇪🇺🇪🇺🇪🇺 love u sanaaa
Abaza inyuma ynj mumpe twatuntu😅
Ujahe gumaki aje❤❤😂😂😂❤❤😂😂😂
Eweee umuvyeyi Araho atumye 😢😢😢😢nkwenga nsanga amarira yitanze Hasi ATI ngo uzomukuramwo kwa jeux kwa plat olalala uri umuti w'amaso y'imbwa KWERIIIIIIIIIII
❤❤❤❤❤
Tantine wa Elsie nawe agira amwinjirire Patrick 😢😢😢,Asha turindire turabe, courage 🙏🙏
Gusa iyi Film niyabanebwe. Bakora 23 min binanase ntibarenzako. Bigaragarako babura ivyo bakina. Baragenda Rémy abereke muri Mateso!!
😂😂😂weweèè senge arivye aka numero Patrick mbisa🏃🏃
Yoooo mana abahungu shaaaaaaa ugir utahir umukwcur patrick munkumi 2 wabuzemw nimwe
😂😂😂😂😂 Patrick Senge wewe yaje aziyeko ntazogusiga ko Inkumi zagusamayeko😂😂😂🎉🎉🎉❤❤❤❤
Biguma biryoh can courage team warubizi 🎉
Bifashe iyindi mpwemu,tentine de🥱🥱🥱
Naho twacerew turahari knd❤❤
Courage vraiment je vous aime❤❤
Courage n'a madominika wimariye
Jewe mbonye banditse nabi rujiyorushatse indome ''ru'' ntayo
Nnj nkaba ndahageze nar nacerewe amashurwe yanyu akira🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage vrt mur kuyind ntambw
Rujiyorushaste hejuru cane❤❤❤❤
Barco mxapfuyk dominik !!!😅😅😅mwimariy🤭🤭🤭
Courage🙈🙈🙈abacerew canee muz hano🤣🤣🤣
🤣🤣🤣ivyabana vyanse hakina abakuze,🤔🤔Ubu nikuyindi point🏃🏃
Elsy ivy bintu tum ubivamw sh Patrick mbn yarabuz choix courage❤
Mukam ereg tantine yahumaganye yemw patrick naw ndamugay kweli
Mubikoraneza😍😍😍😍😍😍👌👌👌👌👌
Yoooo basha Mutubikiye vyishi kwl
Icodusaba izobe ndende cane kuko Iraruenze pe!!
Mubandanye courrage❤
Muragahura narugira vyose abahunde imvura yumugisha
Amen
Mukin bien mubndany muzana nizind
😂😂😂😂tanti nawe arantwengeje ngo yumvirize uko zari zimeze😂😂😂❤❤❤❤
Number moja
Rujiyorushatse ije kuyindi mpwemu kabisa😂😂
Waaaooo naje nahigerey ndabakunda can❤❤❤🎉🎉
Komeza neza bacu murashoboye
❤❤❤❤❤ntavy gucerwa😅
❤
Turikumw kad dabakud can ncut yancu❤❤❤
Aba shuga mami sha barazi gufata neza abana🤣🤣🤣🤣😙
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤😢😢ego 💯 ✍ 😌 erisi cha uvuze neza❤❤❤❤pore sana😅😅😅😅😊😊😊😢😢😢😢
Courage vrt🎉
Mubikora neza bez ndabakunda
😂😂😂 uyumusi muramvuny imbav 😂😂 tentine Ng yimariy amadominik mensh 😊😊
Reka rwose kureba ino film nagahinda ko kibeshwa nurukundo hagati ya Ange nurwo rukobwa runini gsa urwo rusore ntakingenda ntabwo ruri selieux
Ndabakunda cane zemurakoresh umwany mukuduha bishsha
Harahiye koko🎉🎉🎉🎉
Ewe Patrick uri kirwanirwa. Mbega yemwe ninde azogutahira 😂😂😂😂
Mubirimwo ❤❤❤neza beza banj ❤❤❤
Courage my favorite team🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Murakoze ariko mutwongeze iminota nimikeya
😂😂 tantine arabaye buzire ndabwirire!! Kevin,umuhusha tunga ahushumugore
Yesu we mbega Ubuntu bibabaje courage
Waoooooo courage cane❤❤❤
Ha gusib wocerwa courage beza❤❤❤
Courage gusa mutanga gato❤❤❤❤
Mbayuwanyuma kubera nyamwema gs ubunahushikiye
Amashurwe nayanyu team Warubizi 🥀🥀🥀🥀🥀🥀🥀
Warubizi hejuru cane🙏
Courage vrem 🎉🎉🎉❤❤💯💯🔥
Gsa mwiy film murasuma urusaku gos muguma mutora ama téléphone y'abnd 😂
Yeee,ibintu bigiy gukomera
Whaoooo vyiza cane
Mubisanzwe ntibarenza 20 min kubera intango. Nimwinanate mukore 30 min basi😂😂
Mwihenze abahungu turazimvye knd turanabuze sana
Nind wabashuts😂😂ngomurazimvy 😅😅
Yaaaayayayaya🎉🎉🎉🎉🎉
Kuyindi point idasanzweeee 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Courage kbx ❤❤❤❤❤
Courage kabis mwabiteguy nez gus murab mwongerez iminota
Courage turabakunda vub muduh iyikurikira