ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Imana ibahezagire cane
burya abarirmvyi bafita igikorwa kidasanzwe cokuvuga ubutumwa muga benshi baravyibagira ugasanga ivyo bavuga ntibihwanye nibikorwa bakora ugasanga benshi muribo satani yarabamaze inkomezi Yesu adufashe mwuru rugendo ntiruzotunanire.Yesu adutabare.
Amen Imana niduhe uwomuriro kugira tubone kuryoha
Imana ikomeze kubaja imbere
Aameen uhoraho utabare ishengero ryawe udusukemwo Mpwemu wawe
Amen.🙌🙌 Yesu Abonger Umugisha Mwarahezagiw❤❤
Ndashimiye Chorale UPG kwiyo ndirimbo nziza .
Nukuri muhezagirwe caneee natw IMANA icidufashish iyongabir yamowemu yera akomez kudutahuza ivyururugendo AMEN
Imana itwuzuze ubushobozi tubone kuryoha
Yesu abahezagireee🙌🙌🙌🙌,Turakeney Mpwemu Yera mwiyi misi yanyuma kabisa,Imana Idufashe🙇🙇🙇
Amen
IMANA IHEZAGIRE ABA UPG BAKOZE IVUGABUTUMWA
Imana yo mwijuru nukuri Iduhe Mpwemu yera
Uturyoshe na Mpwemu wawe yera
Courage chorale UPG
Nutwuzuze mpwemu yera yesu tubone kuryoha
Imana nisuke umuriro turyohe.Yesu abakomez
Mana Utwuzuze Mpwemu Yera turamukeneye! Amen
Uwiteka abahzagire caane!!mwarahezagiwe!!ikindi ndabashimiye caane ko mwadushorey ibitambara vy'izo uniforme .yesu abahzagire!!keep on that way of cross upto the end!!God will mak a way for you
Natwe tuarabashimiye. Mugi'umugisha
Uwiteka jimbere ababantu
Yesu weee mbega amagorwaaa😢😢. Mana ngira ico ukoze
Yesu wee
Que la Puissance du Saint Esprit vous couvre tout entier et que Le Tout Puissant vous fortifie jusqu'à l'avènement de Jésus Christ
MERCI Lamech mon frère en Jésus christ
Amen hezagigwa cane muhabwe ayandi mavuta
Je vous félicite .Q.Dieu vs bénisse et vs fortifie votre don .NS sommes en Esprit en l' ecoutant.
Iyo ndirimbo iryoshe hose amajambo ,amajwi,n'abayicuraranze.Ndahejeje j'aime na partage.
Oooh IMANA ikomeze ibaje imbere
Amen Utwutuze Mpwemu Yera
Mwubahwe kabisa mwavyitwayemwo neza ndabakunze kabisa
iMANA YO MW4IJURU IHIMBAZWE!
Imana itwuzuze ubushobozi bwa Mpwemu yera
amen
May God surely bless you and your Song. It really blesses me
We Steel waiting
Mana warakoze🎉
Haleluaaa
Que Dieu continue à augmenter le feu du saint esprit
turayirindiranye igishika
May all of us be filled with the Holy Spirit in order to defeat our spiritual enemies.
Yooo. Mana turyoshe kumwe wabikorera babigishwa muri yanzu yo hejuru
Thank you for this Nice song.
Merciii bien soyez benis
Ewe Mpwemu yera ndagukeneye!!
God bless U all students ✓
Imana yo mwijuru ibakomeze
Âmen amen amen
Yes, we need the power from Holly spirt in this last days.
Que Dieu bénisse les choristes .
Amen!
You're blessed Singers
God bless you
🙏🙏Abaririmvyi bahezagirwe!!
Kandi nawe Imana iguhezagire mtumishi wa Bwana J Daniel
May God bless you
Ndongeye gufashwa
Mana twuzuze mpwemu yera
Imana ibakomeze
Vyiza cane
Yesu abahezagire kandi abakomeze.aturinde kudibama aduhe mpwemu
Imana Ibaje imbere
Be blessed my brothers
Amen 🙏
Yesu abakomeze❤
Mukomere bene data ntimunyiganyige
Glory to Jusus
Mana hemburigikorw caw muriyimyaka
Imana ibahezagire cane
burya abarirmvyi bafita igikorwa kidasanzwe cokuvuga ubutumwa muga benshi baravyibagira ugasanga
ivyo bavuga ntibihwanye nibikorwa bakora ugasanga benshi muribo satani yarabamaze inkomezi Yesu adufashe
mwuru rugendo ntiruzotunanire.Yesu adutabare.
Amen Imana niduhe uwomuriro kugira tubone kuryoha
Imana ikomeze kubaja imbere
Aameen uhoraho utabare ishengero ryawe udusukemwo Mpwemu wawe
Amen.🙌🙌 Yesu Abonger Umugisha Mwarahezagiw❤❤
Ndashimiye Chorale UPG kwiyo ndirimbo nziza .
Nukuri muhezagirwe caneee natw IMANA icidufashish iyongabir yamowemu yera akomez kudutahuza ivyururugendo AMEN
Imana itwuzuze ubushobozi tubone kuryoha
Yesu abahezagireee🙌🙌🙌🙌,Turakeney Mpwemu Yera mwiyi misi yanyuma kabisa,Imana Idufashe🙇🙇🙇
Amen
IMANA IHEZAGIRE ABA UPG BAKOZE IVUGABUTUMWA
Imana yo mwijuru nukuri Iduhe Mpwemu yera
Uturyoshe na Mpwemu wawe yera
Courage chorale UPG
Nutwuzuze mpwemu yera yesu tubone kuryoha
Imana nisuke umuriro turyohe.
Yesu abakomez
Mana Utwuzuze Mpwemu Yera turamukeneye! Amen
Uwiteka abahzagire caane!!mwarahezagiwe!!ikindi ndabashimiye caane ko mwadushorey ibitambara vy'izo uniforme .yesu abahzagire!!keep on that way of cross upto the end!!God will mak a way for you
Amen
Natwe tuarabashimiye. Mugi'umugisha
Uwiteka jimbere ababantu
Yesu weee mbega amagorwaaa😢😢. Mana ngira ico ukoze
Yesu wee
Que la Puissance du Saint Esprit vous couvre tout entier et que Le Tout Puissant vous fortifie jusqu'à l'avènement de Jésus Christ
Amen
MERCI Lamech mon frère en Jésus christ
Amen hezagigwa cane muhabwe ayandi mavuta
Amen
Amen
Je vous félicite .Q.Dieu vs bénisse et vs fortifie votre don .NS sommes en Esprit en l' ecoutant.
Iyo ndirimbo iryoshe hose amajambo ,amajwi,n'abayicuraranze.
Ndahejeje j'aime na partage.