Numva ijwi by Chorale Pentecôtiste de l'UPG
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 21 ต.ค. 2024
- Indirimbo nziza ya Chorale Pentecôtiste de l'UPG irimwo amajambo dusoma muri:
Yesaya 21:11-12
Imburi yo kuri Duma. Harih' umpamagara ar' i Seyiri, ati Yewe mushibamyi, ijoro rigeze hehe? Yewe mushibamyi, ijoro rigeze hehe? Wa mushibamyi aramwishura, ati Bugira buce, kandi bgongere bgire: ni mwagomba kubaza, mubaze; muhindukire muze.
Iman'ibakomerez'amaboko mura mpezagira
Amen Amen Amen Imana ibahezagire
Haleluyaaaaaaa!tuzokwama mumunezero utigeze kubaho Amen.
Imana izoduhe kubayo
Amen
Yesu abahezagire
Ubutumwa bwiza cane buhembura imitima yacu bukanadukangurira kwihanganira ibitugerageza murubu bugingo no gutunganya imitima yacu kuko haribitsibo Uhoraho Imana Itazi kubesha yadusezeraniye
APAZ Do Senhor Jesus Cristo glória Deus ALELUIA Eucreio ❤❤❤❤e ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😮😮😮😮😮😮😮😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Imana ibongerereze amavuta bagenzi
Amen
Yaaaa
Mungu tusaidie
Indirimbo nziza cn👏👏
Ameeen 🙏🏽
Amen amen
Muze mwame mumukiza ibihe vyose👏
Ndabakunda cane
Yesu azobahe iherezo ryiza.
Amen!
Muragahezagirwa n'Imana!
Amen
C'est vraiment agréable
ndabakund canee , YESU abahezagire 💯🎸
Amen
Gir'umugisha mugenzi
Abihanye ivyaha tukabireka tugiye gushikayo. Muhezagirwe bene Data
Imana ibongerumugisha
Amen
Nivyiza cane
Mukomere caaane mu mwami
Amen
Murakoze caaane. MUHEZAGIRWE
Amen
Namwe muhezagirwe
There are the powers in Jesus Christ's blood.
Amen
@@Chorale_P_UPG yes 'abahezagure can gos abakomez mumpwem
Indirimbo nziza cane
Mukomere mu mwami
Amen
Uhoraho abongere amavutaa