ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Merci utwigishije neza
amen❤️
Mme Jeanine wigisha neza vraiment.Ubu nsigaye ngukurikirana caane.Kandi izo ndagara zimeze uko kukarobe ni sawa cane.Merci.Bandanya utwereka n'izindi
Wabikunze sawa ziraryoha
Urakoze cane
@@JacquelineKwizera-sw7sdurakoze gushima❤
Urakoze gushima
Jeanine wigisha neza cn ,knd turagukurikiran can, hm uzotwize ingen bateka ibitumbura
Oooh Meric Maman❤❤
Merci.ubutaha uzotwereke ingene bateka indagala mbisi z'ibitunguru
narabikoze
canke nzobisuburamwo
Nanj nar narahomvy ntaribw ndamukurikiran nahezagigw
Nibyiza cyane
merci
Merciiiiiii
de rien
Merci uteka neza
murakoze gushima
Ego biravyohe pe merci
Hama nigute bategura imikeke yumye mukuyikuramwo amahwa?
narabikoze raba amavideo yanje
Nje mbona muteba mumajambo
Poivre noire ou blanc?
Poivre blanc
@@jeaninetv merci wari wihenze hageze kuyishiramwo wavuze ngo ni poivre noire kandi avant yari blanc
Nivyiza cane ubwo indimu sinyinshi
Oyaye kuko ibitunguru nivyinshi
Ushatse ww woshiramwo igipande
Kuberik udahish amavuta cane
amavuta ahiye cane simeza
arasusuruka gusa
None wewe indimu uyikanya amasaha angahe
Merci utwigishije neza
amen❤️
Mme Jeanine wigisha neza vraiment.Ubu nsigaye ngukurikirana caane.
Kandi izo ndagara zimeze uko kukarobe ni sawa cane.
Merci.Bandanya utwereka n'izindi