Prezida Neva arahimiriza Abarundi kugira imigambi y'iterambere, kuko ngo "gato kavamwo kanini"

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 ก.ย. 2023
  • Mu gihe yariko agendera ibikorwa asanzwe arangura, bigizwe n'uburimyi n'ubworozi biri muri komine Bugendana, Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yasavye abarundi ko bokwijukira irima ryo mu ci hanyuma bagatinyuka bagasaba ingurane mu banki kugira ngo bashobore gukora ibikorwa vy'iterambere. #Burundi

ความคิดเห็น • 21

  • @NduwimanaEric-kn5hi
    @NduwimanaEric-kn5hi 24 วันที่ผ่านมา +1

    Ndamwemera nyakwubahwa nanje turamwumva kandi tuzokurikiza akaranga atwereka

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 4 หลายเดือนก่อน +1

    🇧🇮🇧🇮🎉🎉

  • @abumuhsinminaniabdoullahas9185
    @abumuhsinminaniabdoullahas9185 8 หลายเดือนก่อน +1

    Hanyuma yironkere itungo biciye ku Burimi yikorera batangure kuvuga ngo yariye igihugu,komera Mutama Never

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi9711 9 หลายเดือนก่อน +1

    Imana iguhezagire muvyeyi mwiza

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 9 หลายเดือนก่อน +3

    🙂👌🏽👍🏽

  • @Solomonking257
    @Solomonking257 9 หลายเดือนก่อน +1

    Hezagirwa papa burundi

  • @butoyiantoine7058
    @butoyiantoine7058 6 วันที่ผ่านมา

    Hahaha ngoharihabantu bandamigamb urintwar mutam niwirambir❤

  • @Mugisha_Blaise
    @Mugisha_Blaise 9 หลายเดือนก่อน +1

    Murwanda turagukunda peee!

  • @jboscoigiraneza9864
    @jboscoigiraneza9864 9 หลายเดือนก่อน +1

    Icocuma gisanzazamazi kirabonekakwisoko?

  • @mwajumamperanyi3769
    @mwajumamperanyi3769 9 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ibane namwe papa burundi 🇧🇮 Imana ishimwe kabisa ukuje imbere nhu muzinda Amina ❤️❤️❤️🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰💯💯💯✅

  • @pierreclaverhakizindavyi-si3sv
    @pierreclaverhakizindavyi-si3sv 9 หลายเดือนก่อน +1

    Bonne continuation Son Excellence, Président de mon cher Pays d’Origine, le Burundi 🇧🇮🙏🏿

  • @arnaudniyomwungere1355
    @arnaudniyomwungere1355 8 หลายเดือนก่อน +1

    Sebarundi tumuri inyuma

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 9 หลายเดือนก่อน

    N'abigire aménagement du territoire pour. Tout le pays. Des infrastructures pareille doivent être disponibles pour la population.

  • @abdoulkarim1631
    @abdoulkarim1631 9 หลายเดือนก่อน +1

    None ako gatoya wocugahera hera he mutama. Ivyutwigisha birumvikana ariko vyankira kubo mwahaye uburongozi. Kugira haboneke amazi mumazi mumuserege nkumwe
    Bisaba ko abarimyi batororokanya ibihumbi 10 kira murimyi .za ndongozi zikabona kurekura amazi.
    Utatanze indimo yawe iba yumye

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 8 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤😂

  • @jenzoyihaya
    @jenzoyihaya 9 หลายเดือนก่อน

    Ngabira inka imwe nyakubahwa, nanje norore

  • @abdoulkarim1631
    @abdoulkarim1631 9 หลายเดือนก่อน

    reka mutama twaraherye kuri gatoyi reta iraduhombesha.
    Murabaza igihanga ibiba kubanyagihugu . Bebshi baraguze amamashine yo kuvomera babura amazi mumiserege. Babura igitoro. Ibiterwa mbumbarugo vyarumye.

  • @molengoodlever5561
    @molengoodlever5561 9 หลายเดือนก่อน

    Nimuduhe imitahe

  • @nduwimanajeannine7934
    @nduwimanajeannine7934 9 หลายเดือนก่อน

    Nyakubahwa Ni muduhe aho turima nkubu nkanje nkota amahera menshi imirima

  • @NduwimanaEric-kn5hi
    @NduwimanaEric-kn5hi 24 วันที่ผ่านมา

    Ndamwemera nyakwubahwa nanje turamwumva kandi tuzokurikiza akaranga atwereka